Bihinduyisura
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 เม.ย. 2024
- #Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - บันเทิง
Twishakira amahoro ,ariko akahise kabi muburundi ntako dushaka Ama obi twarayahimvye
Jacque aja iyo inkono ihiye.Nigituma yemeye kuvugira hano nuko abona ivuo CNDD iriko irakora biteye isoni.Ubutunzi bugeze habi.
😊 mm mmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmm mm mmmmm mm mmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmmm 1:03:58 mm😊
Jacpue ntumaramara ntavyuvungangaho kuramatiku
Kubaza jeacque ninkokubaza imbonerakure uyo ni niryo nibwabugwi bukorera mukwaha kwa cdd-fdd
Kidumu aje ntimwomwakira nkuko!!!! Uko biri abarundi mwaramenyeteye guhakwa nabakavantara
Quand il s’agit des manifestations et du putsch de 2015, je ne peux plus suivre ce Pacifique Ninihazwe
Sinshibora gukomeza numviriza ibinyoma
Ariko kweri😮!
Nta Son!
Ko mwari muje muturira abahutu n'amapine; mwari muje kuvugira nde?
Ivyo vy'isukari: abarundi bangahe (%) bafungura isukari?
Ndandaye yishwe na nde? Kubera iki? Mugende kurementaniriza ku musozi😮
Ayo masezerano mwasinye niyo yatuzaniye ibara. Uracuga no kuri iyi CVR na question yoguharura za pourcentages muvangura abarundi bakaba arivyo bagendeyeko.
Amaraso yabana bishwe kuva 2015 muzoyasigura. Mwabasize mukangaratete murihungira. Bagorewe munkambi bakicwa mwibereye i bulaya
Iyo hataba ba Jacques tuba twarashitse kwiterambere knd igihugu kiba kimeze neza ibihemu nivyo bidutaye mumanga aribo ba Girukwishaka babahendesha amahera bwaca kabiri bakisanga inyuma ya politique
Gusa ikintunumva uwo arongoye FNL ivyavuganivyo. Inzigo yakazikantahishikanumuntu. Ahubwo l'état ihariniyoyarigufata iyongingo ikavugati ivyahah vyose tubabariranire dutangurebishasha. Abahunzeose uwushak agataha. Nihigihugucoterimbere
Bagenzi nkunda kuvyo maze kubona no kwumva, hariho ingene mu Burundi mbere no mu karere tubamwo abicanyi ba karuhariwe bazi kuvuza induru n'urwamo ku buryo uwishwe n,uwishiwe bisanga aribo bakoze icaha. Akarorero notanga, Ntega-Marangara uwatanguye ubwicanyi, n'uwishwe isaha cumi zo mu gitondo, isinzi ry'abantu bateye kurugo iwe agapfa n'umuryango wiwe wose, n'abaja gusenga imisa yo mu gitondo c'iyurizwa mw'ijuru rya BIKIRAMARIYA LE 15/ AOÛT/1988 batarashika kw'isengero. Kugera ubu iyo numva ibivurwa no muri iki kiganiro ntabwo bitandukanye na gato. Ariko ukuri urazwi kandi kuzotsinda.
Mbega uyo ngo yarahorana umugambwe?
None ko Mwari mushoboye Mwahunze iki???Aho Muriko Muritwenga kwel
Pasfic turabarundi imana ntikunda uwishira hejuru
Zawicisha bugufi, ureke kumyora amaso uvuga yamuhe wewe ninde yagutumye kumvugira ko ndumurundi naragutumye ngo umvugire?
Jacques baramusuzuguye bamuha gutwara ikivuko atanubumenyi abifitiye ,nne Raba ikigihugu aho kigeze ,umushikiranganji yaraye avuze ko ikibazo dufise ubu ari ivyavuye 2015 ,none nibarabe uko baratishije umuntu igihugu ,abashingikiye nkurunziza suko bar bazi ko atarivyo ahubwo barko bakingira inyungu zabo ,ninabo ubu bariko bagwanya ndayishimiye kndi bar nimugambwe umwe
Murabesha mwashaka ko Cndd-fdd ivaho kuko mwaririmba ngo# temba temba harageze# ikindi naco kuki les quartiers à majorité tutsi aribo biyerekana cane?ibirwanisho baciye babikurahe nimba batari babiteguye?
none abo batutsi bashaka ko cndd itembagara ubonye aho igihugu kigeze ubu ubona barihenze? Uwoja kurondera aho igitoro, isukari, ibinyobwa vya BRARUDI n'amafaranga y'agaciro vyaburiye yobisanga muri izo quartiers z'abatutsi?
aho igihugu n'isi bigeze ubu ivyo bibazo vy'amoko ntivyari bigifise ikibanza, abantu mukoresha iyo mvugo ico mukora ni ugusubiza igihugu inyuma gusa.
nkurunziza nimumuveko ivyoyakoreye abarundi ntanumwe azobigerako.iyatabawe uburundi bwuyumunsi ntituba turuku.kurububeshi ntabukene twabayemwo abanegihugu.na nyenicubahiro varisito wacu turinyuma yiwe adukingiye vyinshi.
Vyishi abakingiye ni ihe?
Jacques ntasoni afise ariko arabesha imbere yabarundi ? Niyishure ivyo bamubajije areke gihengamira kubintu vyishe igihugu najijuke burya nawe ari mubapfukamye munda igihugu kk mukanwa kiwe ntakuri gukiza igihugu afise ashaka kunezereza ubutegetsi iminsi yose
Uyo mjinga kirandamuke Jake Niki yovuga Atari amazirantoki nazirya ivyiwe turabizi
Komutabivuz 72
72 mwashatse guhonya abatutsi intwari Micombero âbavugutira umuti. N ivyo vyabaye.
72 ni yo yanyoye igitoro cabuze mu gihugu ubu?