"A ce que vous avez dit; je n'ajoute rien" nimwe mwenyene Nyenicubahiro mufise imigambi irashe gusumba abandi bose kure caaane. Ni ukuri intstinzi ni cash.
Mzeeh Jew ndumwana w,inkona. Arko ico ndakubonako nuko uz politique icarico. So twese ntitwob 1 bisab tub turi mumigambw itandukanye. Rro reka nkwipfuriz kuzigamw ndetse ukomez nakaz kawe neza nuko.
Wubahwe papa wacu Imana izakujimbere mumigambimyiza ufiti yuburundi nabarundi.uramizero yuburundinabarundi.abarundituguhanzamaso.Uwitekakurinde ibibivyose
Ntamgambwe numwe ngira ariko jaw ndakunda gwasa cn mbon yuko nzohava njayo wallah kuk ndamkunda kanin kwel❣
Nukuri ndakunda gwasa kurugezo numv KO nukumuhek nomuhek Andi mumaraso iyo ariko aravuga singomba KO aheza kuvuga kndi ndamugambw ndimwo
Ijambo ryawe riruzuye ukuri .uretse abadashaka guhinduka .ntakabuza intsinzi nirwawe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Turagusavye mutama niwizerwa kuzodukorera en premier lieu :
-Les trois pouvoirs (Exécutif, Législatif et Judiciaire) rumwe rumwe rwose rwigenge kuko ukudahana no gukoresha ubutungane birazingamitse igihugu.
-Tolérance zéro yavuzwe ntiyigeze ija mu ngiro. Burya igiturire kiri mu bituma igihugu kidatera imbere.
eg:Ibarabara rirakorwa hama rigashikirizwa,après 6 mois ukumva ngo ryabomaguritse kandi hariho umugwi witwako wagiye kurigenzura imbere yokuryakira.
Murakoze!
Iryo niryo✊🏾🇧🇮
😅😅😅😅😅😅😅88😅😅8😅😅8😅8888😅😅8😅😅8😅😅8😅😅8😅😅88😅8😅😅
Thank you sir. Together we can.
Cnl toko pamoja. From Dar Tanzania
Mana hezagir'uburundi n'abarundi bose mana dusenga fash'indongozi zose z'uburundi bamane imico myiza n'akaranga b'amane vision y'igihugu nkuyu mutama afise umutima w'urundo kubarundi bose🙏🙏🙏🙏🙏
Nugutumbereza amajwi kwa hon.Agathon Rwasa kubera afise imigambi myiza cane ! Numvise kuri Mosaïque hoho mururimi rw'igifaransa yabivuze neza cane .
Ewemutamatwaraguhomvye iyudutwara.kugezayamasaha.tubaduteyimbere.nkmuzinda
Mutamanturyumunwa
Turakwemera cyanee p urabaruta bosse kbs
May God keep protecting n blessings on you🙏
I like this Man, I don't know why!? Something about him I can't explain.sensible politician! Honorable man!
✊🏾🇧🇮
Nyenicubahiro Agathon Rwasa, gutsinda ndazi ko uzotsinda, ico nobasaba ntimureke kandi itsinzi aba DD bayitware kuko nico gituma bariko barakoresha iterabwoba, n'ukubwira abanywanyi banyu nabo bihagarareko kuko nabo bava amaraso, ikindi naco n'uguharura amajwi y'ama PV, apana kwizera amajwi Ceni yatanze, mubishoboye mushire ama groupes electrogenes muma bureaux yose y'amatora, ou bien mujane ama lampes abona cane mais de preference les groupes electrogenes, kuko umukino wo guca amatara wowo bategerezwa kuzowugira, hanyuma abantu bazoba babahagarariye, mwibuke kubatekerera impamba, ntibaze basohoke ngo bagiye kurya, voila jewe ico nobaha comme idee, kuko ndabizi namaze guhagarikira amatora ahandi, rero Ubusuma ndazi aho babugirira.
"A ce que vous avez dit; je n'ajoute rien" nimwe mwenyene Nyenicubahiro mufise imigambi irashe gusumba abandi bose kure caaane. Ni ukuri intstinzi ni cash.
Mutama tuna ku hobia mungu akuzalie kabinsa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana iguhezagiy ukahashik vyukur wobigenzuk ntiwohav ugomb kugir inger kuyind.ww bishits nukur kwihor ntac bimaz Iman niy ihorer .kimw Iman iz igushoboz tuzobirab utabigendey Imana nico cabon .
I don't know but I like him very much. Sangwa Uburundi🇧🇮
Optatus Antipa uwo mutama namba ivyavuga arivyo nisawa igihugu nigwiwe
Optatus Antipa itware neza niyakironka
Courage Mutama Abarundi dushaka ihinduka turi nyuma yawe
S.E Monsieur Agathon Rwasa, tuzogutora turavyiteguriye cane! Abavuga amateshwa nabo tuzoraba uvyabo!
Nabatavuga rumwe na Leta bose amatwi adusumira ngo bazoriha Rwasa.
Nabagamba bose bajijutse ngoniwe bazoriha eka abakeneye impinduka Bose ngo niwe bazohunda amajwi.
kuvyiyumviro vyiza ufite,,,,vraiment natwe abarundi bari hanze turagushigikiye 100% imana iguhe uburundi kuko urabukwiriye kabisaa,,,,,,,uburudi nta ndege bufite yaragurishijwe nta soko nta tanganyika nta cotebu nta mabomba vyose vyaragurishijwe OBR nayo ngiyo,,,,,,,,,, imana igufashe kandi imana yumvirize amarira abarundi barize kuva kera vraiment arahagije,,,,,,,,,niwewe Hon agatho rwasa ukwiye gutwa uburundi,,,ufite ivyiyumviro vyiza kuburundi nabarundi
Parmi tous les candidats, tu es le seul qui est intelligent et qui a une vision d'un burundi de demain. Bonne chance
Satisfait de votre plan d'action et politique national
Kera kubutegetsi bwa ba Micombero, Bagaza, Buyoya abahutu bavugaga ko abatutsi bikubiraga ivyiza vyigihugu, none Ubutegetsi bufitwe nabahutu none abahutu ubwabo barimuryane ko Umugambwe urikubutegetsi wikubira, ikibazo samoko bavandimwe.
Urabeshe ubu hatwara ubwoko bwose, ntabwo hariko hatwara abahutu
Murakoze ku Makuru atandukanye
Rwasa arandenze nitureke kuraba akahise turabe akazoza je ndarimuhaye kbsa
Mutama Imana niyakujimbere uzotwarire abarundi bose utaravye nkunzi
Komer'utsinde mutama muheze mudushayurire igihugu cashaye.Caane cane mugabe kuri CNI niyo ntambamyi ya CNL muta,ahandi intsinzi ni cash !Imana ibaj'imbere,ibarinde nkuko yabarinzi ibashikane ku ntsinzi nzamura Burundi kandi ngo"ntakinanir'umwanya/igihe".
Imana ibashoboze🙏👏🏾
Ndakwemey nurambe 🙏nutware igihugu
❤
Mutama ufise ivyiyumviro vyiza cane, ama diplôme twarayabitse munsi yibitanda kugeza naho imyuzure iyatwara birababje cane abavyeyi bitanze mukutwigisha hama tukaba twicaye
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Imana imbere mutama
Good imigambi myiza mtama nibatwugururire imigenderanire nibind bihugu tuvemuhanga yabandi
Imana ikurinde
Murakoze mutama kukibazo c'umuyagankuba regideso irakwiye kugira abandi bahiganwa kugira nayo igabanye ama facture kandi haboneke umuyagankuba ukwiye gukoreshwa mugihugu
Keep that ideas our sir
Ndagukunda komera
Mutama ndakwipfurije amatora Meza Imana igutangurire imbere I vyiyunviro vyawe nivyiza cane
Intambamyi si Rwasa
Turakwipfurije instinzi burya abarundi bama bashaka impinduka bivanye nibihe tuba turi gucamwo. Nizere ko ivyipfuzo nimigambi yawe woyishikako. Ico twipfuza nuko umurundi yokwishira akizana atawandya wangura nabari mubuhungiro bagasubira mugihugu cabibarutse tukubaka uburundi burya mukarere nitwe tukiri inyuma. Inguvu zabarundi zigiye hamwe ntacobuza ko nivyadusize tubirenga. Murakoze.
Uwo kugatumba iwacu❤❤❤
❤❤❤Mutama yubahwe ❤❤
Imana iri kumwe naye papa
Abarundi bose barakwiye kuguhunda amajwi kuko imigambi yawe niyo abarundi bategereje kugira uburundi busubire bube umutima wa africa. Uri incabwenge ndakuye ubwatsi ! Mbega leader weee! Komera tuzoyaguhunda mutama!
Imana ingufashe utsind
Mutama rwasa muvyukuri jewe ndumurundi ndihanze yigihugu nakwumvirije ariko,nkubu imana igufashije ugashika kubutegetsi
Uyu mutama arafise ivyiyumviro vyiza cane.👍
Mutam imana iguhezagire uzushitse indoto zawe turinyumayawr abarundtwese
Uri umugabo kweli imana igufashe
Mbay uwa mbere
Komera mukama turinyumazawe
Nyakubahwa benshi cn barakwizigiye bakubonamwo changement
na bonne gouvernance,turagusavye uze ukomeze mugushira mungiro ivyiyumviro vyiza ufitiy uburundi.
Komera mutama muravuga ukuri.
Nyakubahwa rwasa, abarundi udutabare ukinjure kuko urarushe ,nyakubahwa nikangahe twakwizigiye tukaguhund'amajwi ukayata akaba impfabusa kandi twakoresha uburyo bw'igihugu.dutabare uhereze abandi bashoboye ,erega uranashaje
Twabadukize.kandi ntwaba dufise abandi barundi nkabatanu bimeze nkawe ntakizobuza abarundi tutogorora.
Iminsi y'igisuma ni 40 vyanka bikunda agathon ategerezwa guhabwa intebe y'ubuyobozi adukure muri iyi nzara kandi tukuri inyuma🧑🤝🧑🧑🤝🧑🧑🤝🧑👭🧑🤝🧑
Tora Rwasa tora Rwasa urabe ingene uburundi buzokayangana abarundi turihanze turifuza gutaha iwacu kwubaka igihugu cacu ariko igihugu kibanza gutunganywa neza. Ibiteye ubwoba mubarundi bibanze bihave umuntu agire kwishira nokwizana.
Ikibazo cyanyu mwese muza muriyamamaza ngaha muga mwashika mugaca wibagirwa ivyo muriko muravuga nitwabatora muzobishikana?,muga uzojako wese aze araja inama na president pk niyunvira Yuko azivyishi gose.jewee aranezeza
Turiya mutama intwaro iroguma harya nyene ntamajambo meshi dushaka we uraboneka neza ko wifitiye imitima ibiri ivyo nivyo twase rira wihorere intwaro iroguma harya nyene💪💪💪💪💪💪💪
Kizigenza munyanka mugayo Hon Agato Rwasa Turaguteye intege, naho batuburabuza intsinzi ni cach
Mzeeh Jew ndumwana w,inkona. Arko ico ndakubonako nuko uz politique icarico. So twese ntitwob 1 bisab tub turi mumigambw itandukanye. Rro reka nkwipfuriz kuzigamw ndetse ukomez nakaz kawe neza nuko.
❤
Bitumye nama kurubuga nkoranyambaga kugira nkurikirane neza poritike yigihugu cacu muta rwasa abarundi benshi naho turinyuma yigihugu turinyuma yawe.
Igihugu
Nica
Evariste
ukwirikirany imigambi kubotumaze kwumva Rwasa nuwambere.
Nukur turamukumbuy kwr kuraj imana imber
Uwomutama aracaye ubwenge Imana ikuzigame
Rwasa komera Turin Yuma yawe
Nihonkiheza Ikikiganiro...kitumye mbabara....igihugu Ubu kibagiteyimbere.....Mutama Uzucubake nka Africa Yefo ngira mwarahishikiye turavyiteze Mutama
Nabanze yubakiwe
@@ndihokubwayo895 kubaka yobikora nimigambi agendana....kuberiki bsguma bamwiba nibashire ahintahe ishize urabe erga banka koyoza apinza ibikogwa abeneburundi tukamuhurumbira ibihevyose....wewe uhigihugu uwutaranasohoka nikihugu arabe uko abandi babayeho nuko bubaka ikihugu...sukuguma bubaka ingozi nibibuga vyimipira...ikisagara kizima kikabura iterambere ....ahubwo nukubafunga Bose bazobibazwe
Imana irimwijuru irakubona 2020 turagusabiye abarundi twabuze amahoro kandi turagusaba mutama gushigikira ugwaruka guburundi biciye mumpano zitandukanye
Turagutegereje iyo migambi ntizobe amasigara cicaro. Uzokorere abarundi bose
Turasavye muzohore mudushikiriza ikiganiro UKURI GUSHIRIRA MU KUYAGA Muzoba mukoze turabashimiye
Voila nubwo uburundi dukeneye cool
Courage mutama abarundi tushaka induka turinyuma yawe
Tuakwemera mutama urastinda mwizina ry'Imana
Komera mutama wacu intwaro yawe tuyirindiranye igishika ciiinshi caaane.ndarabakunda caane.komera komera.
❤❤❤
Amaraso ya Yesu Agutwikire
amaraso y'abanyamurenge yiciye mugatumba niyo amutwikiriye
Bandanya Nyicubahiro natwe igikogwa tuarakirambeje. Intsinzi ni gwacu. Mwavuze make kuko iyo muvuga vyose, hari abari guhava bagwa mu gahundwe. Sangwa CNL
🎉
Ndakwifurije amahirwe
Ndakunda Rwasa kuko araciye ubwenge gusa namanibaza ivyo abanyamulenge bamwagiriza yaba arivyo, porte parole wiwe pasteur JB akavyemeza mubinyamakuru ko aribo bishe Abanyamulenge mugatumba.
Ubwicanyi aho buva bukaja ntaciza kibamo, toute personne est fallible niyompamvu niba koko vyarashitse azabisabire imbabazi birangira kuko ntawe udakosa. Naho ubundi
Tuzagutora mutama wacu kuko utagira amacakubiri
Ubajije neza
CNL oyyyyyyyyyeeeeeee
Ntazotorw asanzw atow kuk yatoranijw kuv kera mutama yubahw kandi mutam inuma yinyamugisha itorer mwitongo ryuwuyihiga uwank k witoz yitegur umutwar kuk ww nah yoc yimuk uzomutwarir iy azoj kuk ukundw nabenegihug bar mumahanga kubw kubis intwar yubukene kubur akaz nivy dufungurir imiryango
Imishara none kubonaumushingamateka afata omiliyoni 5 amu diplome wa licence agahembwa ibihumbi amajana 5,ivyo nukuvuga ko atamwimbu uhari ???
Warundi tuache kupendelea tujenge inchi yetu Mzee anaongeaka ukweli
👍👍
Nukuri wavuga nuko bigoye
Umugambwe ukudemobirize warakoze wigire muza bukuru.twaraguhaye ikibanza ugiha uprona,none Ubu Nino ubonye KO bikenewe kuturongo twarabishatse ukavyanka? Ntago tukigushaka bisa abandi
Igikuru nuko tutagikumirana kubera amoko, ivyimigambwe vyo biroroshe gutuzwa
Reka dusabe Imana vyukuri niba ivyo uvuga arivyo izokuduhe
Aghaton R.vyoba vyiza bashize hamwe nu muhumure Ndayizeye D.barasobanukiwe cane
🙏🙏
😊
KABISA NKUMU FINANCIER ICO CIYUMVIRO KIJANYE NAMABANKI NDAGUSHIGIKIYE CAANE.ASHAA IJAMBO NGAHOOO
Icompa abarundi bose bagacu wenge nkuyumusaza wacu agato uburundi bwoba icitegererezo mumahanga.uzuza urukundomubarundibose mutama.impunzi zaturatujwe uzigarure twubakigihugu.urumwe wumutima mundongozi.natwe abarundituragushigikiye.uzutwibuke
Ntibe ari language politique muvug ivyomuziyemeza kuko abanye politique biburundi muza mutubwira ibi mwahashika mukadutangaza
👍👍👍👌👌
Imvugo ninziza nimigambi mushikiriza iyo mugihe imana ibateye iteka mugashika mukibanza mwipfuza iyo muba mwabikora uko mushikiriza murikigihe vyari vyiza mbifurize amahigwe gusa mwibuke niyo tutoshobora kubishuza ivyo muba mwatwemereye imana izobabaza mugire amahigwe
Asha ntawundi twiteze
Izer'Imana
Mutegetsi azoza agabanya amakori namatagisi azoba ashoboy gutwara.OBR
40'8 isaganiro
Nimwutwubakire isoko nkuruu rya bujumbura
Turakwemera ariko ntuzotsinda kuko bazokwiba amajwi🤣🤣🤣
😂😂😂😂
uvugukuri mutama wanje
Komera komera mutama
TURAKENEYE NA MOZAIQUE ... PLEASE!!
Atorwa nande? Erega abarudi si ibijuju! Uyu ingorane afise ninda! Ushima ari inda, umuhutu afise ubwenge bukora neza, ntiyoja ngaho ngo afatanye nabashatse gutembagaza ubutegetsi bwabahutu.. Muri make nicihuture!