IJAMBO NI RWAWE

แชร์
ฝัง

ความคิดเห็น • 25

  • @francoisciza9904
    @francoisciza9904 27 วันที่ผ่านมา +2

    Ngo bakaja kurondera utdo bafyetafyeta 😂😂😂 Oh my Goodness I miss my famous professor. Chapeau bas Pr Julien Nimubona, warangize umuntu muvyigwa wampaye muri Kaminuza y'Uburundi. Uri mubigosha nemera kandi muravuga par une rhétorique impeccable

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd 24 วันที่ผ่านมา +2

    Kugumana ubutegetsi sikibazo ariko niberekane ivyo bariko bakora,iguhugu ntawubona iyo kigana mubisata vyose narumiwe numvise ko bagufise politike nkizi,mugihe iguhu arakajagari isukari igurishwa nkirumogi

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 27 วันที่ผ่านมา +1

    Nakora iki kugirango nzagire ico mbajije canke nshikirije kuri mutama Dukunda Agatho Rwasa ndavyipfuza cane murakoze🙏

  • @NkengurutseYves-xq5du
    @NkengurutseYves-xq5du 26 วันที่ผ่านมา +1

    We are really proud of you, Ines, and our best emission. One thing I know is that everything is going to change as soon as possible. Even though we are living in such bad situations.but,I, d like to ask you to invite us young to contribute our arguments .

  • @clovisndayikengurukiye8427
    @clovisndayikengurukiye8427 23 วันที่ผ่านมา

    Ndi gringon mbe aremerewe kwitoza

  • @user-rz1ph1iw3r
    @user-rz1ph1iw3r 26 วันที่ผ่านมา +1

    Ico noterra Nuko abarundi bosee amoko yose amadi yosee turengera ibidutandukanya , kugirango twikure IYO ntwaro YABA dd tuzohamajwi Gwasa.je sindumu dd nagato ariko niyitoza nze mera nurire indege njekumuhijwi.nitutava muvyamoko ,imigambwe,intara,amadini etc.. dd izodutwara kugeza pe😢

  • @user-bj2sl2dh7g
    @user-bj2sl2dh7g 6 วันที่ผ่านมา

    Nimuvugire iyomwahungiye umunyavyaha niwe yihiga,mutarima bizobura kudugagute?ahubwo umurimyi yohabwa ijambo agashinga igiciro yisunze ayoyagiy akoresha mwokwiyora nkikiro kibiharag kigura 7000 mwocamwes mufatisuka mukarima,toka.

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Amategeko yose atorwa 100/100

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 23 วันที่ผ่านมา

    Nasubira mwishamba turikumw

  • @sylvainininahazwe8024
    @sylvainininahazwe8024 27 วันที่ผ่านมา

    Belle emission

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Nta ruhara inama nshingamateka ifise madame Ines

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Nta bashingamateka bariho

  • @emmanuelsaziru
    @emmanuelsaziru 27 วันที่ผ่านมา

    Turikumwe 5/5

  • @hatungimanajonas
    @hatungimanajonas 27 วันที่ผ่านมา

    Urabaza neza kandi akwishura neza atuje kumwubahwa

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Kandi ndaziko nawewe ubivuga ubizi neza

  • @user-ot4dj5dj6r
    @user-ot4dj5dj6r 27 วันที่ผ่านมา

    Ndabasabe ndakeneye ko mwoshira muriyo group ya zoom

  • @ribertsekadodo662
    @ribertsekadodo662 27 วันที่ผ่านมา

    Please Swahili

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 9 วันที่ผ่านมา

    CNL=FNL=FRODEBU= PALPEHUTU=PALMEHUTU=FROLINA= PP =UBU =RED TABARA
    muri umuntu umwe turabazi !!!!

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Aho ariko avuga iki?

  • @charleskanyegeri3679
    @charleskanyegeri3679 26 วันที่ผ่านมา

    Ba rwasa bahabwa udufaranga ntakindi bariko barakorayo;ni abakozi ba dd comme tant d’autres

    • @zuberihamisi460
      @zuberihamisi460 24 วันที่ผ่านมา

      Ncuti yanje charles siko biri kurikirana inama nshingamateka zose ziri muri Africa ibice 98% bagizwe n'umugambwe uri kubutegetsi none 2% yohindura iki mubibazo biba bihanze abanyagihugu bivyo bihugu?

  • @user-iv5pq1ue2b
    @user-iv5pq1ue2b 26 วันที่ผ่านมา

    Turasaba agatho rwasa koboturosa inimero tukagira icodukoze mukumushigikira mumatora

  • @Dddma455
    @Dddma455 26 วันที่ผ่านมา

    Uburundi mwipfuza jewe sindabgumva? Bumeze gute? Busa gute? Bubahe? Ko dusomye history dusanga from 1972 muburundi amaraso yamye ameneka. Ahubgo nimwemere ko twavumwe ibisigaye reka gutaka umwanya wanyu. Rwasa CDDFDD yamuhaye imbabazi. imuha umugore akora marriage. Bamuha intebe munama nshingamateka. Bamuha police imucungira umutekano. Bamuha inzu ya 7bedrooms avugwa kubuntu. Hamwe numuryango wiwe. Abana biwe biga kubuntu. Ahembwa buri kwezi. Afise imiduga igezweho vyose abikesha reta ya CNDD FDD. NONE MURASHAKA KO asubira guhunga? Murashaka ko azagutanguza ikiroberi kandi? Muratwenza peee😂😂😂😂😂

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg 26 วันที่ผ่านมา

    nonenkawe wandistivyo ahurakwije mbe kubulundi vyose bitaboneka wewe kurumudede ulabilonka ichonichochishubulundi kutabibona kumwe aliko muzobibona hanyuma mugabo ukulikuzochindikinyoma tu mwanka mwemela

    • @user-bj2sl2dh7g
      @user-bj2sl2dh7g 6 วันที่ผ่านมา

      Genda buk,nta vya ba dd jew ndumurimyi mugabo akarorero nkikiro kimw cibiharag,kiboneka hasohotse amahera ARI hagati ya 3800 na 4200,nn komucamukigura 3800,wumva twes tudaca tujakubitegeza inoti tukabidandaza duhnz uwabirimy?nibiduzw kuri 7000 cnk 8000 urabko utazoca naww ujakurima nn uzoza kubigura Ayo cnk uzocuja kubirima?iyomitah yabitegerera mwibarabara izocija kubirima,nayo ivyimigambw mwoshaka mukareka kuvyishinga mukitunganiriza ibikorwa vyanyu,Ubu uwogiha Uworwasa ntamiryango afise yohita amanza gushira Imber mukunyonyeza igihugu kugira nabo bubak inzunziza nkabandi?ntabarimumugambw batose bonyonyeza kugira batohok?raba igihugu kuva 1999 gushika Ubu ubona ishusho carigifise ariyo gifise?hoza uwundi mugambw mber wocugitembagaza kkowoza urimwabakn benshi vyofuma nabobamaze kwiba Bogogira nikigongw bakaza bakora kamw kamw.