Bwambere
āļāļąāļ
- āđāļāļĒāđāļāļĢāđāđāļĄāļ·āđāļ 17 āļĄ.āļ. 2024
- #Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA ð ąð ąC GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÃNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE - āļāļąāļāđāļāļīāļ
Umviriza naho Imana yotuma maiayika gutwara Kino gihugu cacu hanyuma agaca kubiri nibi LÃĐonce ashikirije ntazoba ariko atwarira abenegihugu ivyo abarundi bavyumve Nuko bimeze
nice
Bararozwe aba DD.
Nta bantu barimwo
Mwubahwe abashingantahe muriko mwitanga mutiziganya!!
Ntawutotahura ivyo bano bubahwa bavuga Leta ikwiye kwumva izo mpanuro igahindura ingendo bikigendeka
Abarundi bararushe, kandi abo bagabo DD barabizi naho bi droga kugira basinzire. Barazi neza ko at anytime, vyobahindukana. Never ntimubona ko aguma azerera, avuga ayamuhe. Presidence yayisigiye umugore wiwe, none raba BRB, muka never yarayisahuye, abikorana na Never nakarya kagwi ka ba DD babasuma. Keba mwa bagabo DDðððð
âĪ
âĪâĪâĪâĪ
âĪâĪâĪâĪâĪâĪ
Nibagire turb
S'ubwoba gusa n'ukumaramara kwinshi
Nihatari
Air Canada
Iyoba habaho ubwigenge bwugushikiriza ijambo.igihugu coteyimbere.arikubu ndabona tugeze imbere ya 1962.
Abantu bashaka kwiyubakira empire namwe ngo dÃĐmocratie, kubesha gusa !!
Bari bakwiye kwiyumvira bagashiraho sentare ijejwe kubahiriza amasezerano ya Arusha ikagirwa n'abarundi n'abanyamahanga.
Uburundi nubw, UHORAHO kuko tuzobusiga.
Abanu bashaka kwifatira abanu nkabana mureke abanyagihugu bitorere ivyo bashaka mana yomwijuru dufashe abarundi basubize umunezero
None rwasa ko atigeze yemera Arusha,yosabako amasezerano atemera yubahirizwa gute ?Rwasa vyaramucanze.LÃĐonce ararushe aramentereye gutsindwa
Ko weho gatogwasa utarafatwa wariyemereye ko wishe impunzi ntaco uziziza, aho uravuga ngotukwunve namabi wakoze utarayahanigwa? Mumetegeko yuburundi mufise erekana rimwe rikwemerera kwica impunzi zahunze intambara ugaca ubica
Mana mbega abarundi bazokwumvikana ryari??
None ntimwogira urunani mumugambwe umwe muzima?
Ewe Leonce ndagukunda uvuga neza cane abanyagihugu turarushe pe mudufashe muvuge ubukene gutotezwa imipaka irapfunzwe yooo Mana ndagusavye utabare abarundi
Senga Imana about bose baharanira indazabo CND niko yavuga. Leonce yatwaye imyaka ingahe? Yahinze kuko banse kimugaburirakoð.
Eeeeh Kagame arakaze wallah!!!! none yinjiye gute mumitwe yabo bagabo kuburyo babaye convincu bakaba zeze kugera hiyo na Leonce kweli!!!??aracari mubafisinzigo yabari mubibanza!!??ðð Tunganya imigambwe yanyu muhiganwe bayama naho gusangira ubutegetsi ngo bapfe gutamwo sha ntigisona murikigihugu kuko nigito,ahubwo mwari mukwiye kwegeranya ugwaruka gwanyu mukarusabira amatongo nifumbire rugakora kugirango ivyokurya bigwizwe canke gorore inkwavu, ingurube,inkoko,nibindi,noho kuguma mugwizeze ngo igihugu gifise ubibanza vyogusangira ishwidaaaaaaa!!!!!.
Icendanagatandatu umunyagihugu ashoyakarobe,bagacamwibipandebine,ngoshirabobatutsibawe.nibo baribafisindabonyene? Igitoke bagahanyagura.haruwokugurira imihanyagu? Urusororuvuze birukanimbunda kurutugu abanyagihugu tugasi garaturawota.niko bamye ahobahotswe nibatuvireho twiyubakirigihugu namutamawacu twategwa akadukingira mumasitingi iyotutamubona abade parade bariku dusigayo.
Erega namwe mutwaye ntacomwohindura haraho vyosubirirudubi
Aba DD kr lman ibaharire can bish igihugu !!!!
Nimukomere kumuheto ntimuterwe ubwoba
Vous les opposants, on ne sait pas comment vous raisonnez. Vous parlez du bien de Neva (LÃĐonce Ngendakumana dit que le prÃĐsident expose toujours les problÃĻmes que vit le pays) et LÃĐonce et les autres opposants sont dâaccord avec le president. Alors, je pose une question: qui dirige le pays? Ce nâest pas Neva? Alors les opposants parlent le mÊme langage que le prÃĐsident! Celui-ci est imputable devant tous les succÃĻs et les insuccÃĻs du pays. Comme vous parlez le mÊme langage que le prÃĐsident, vous chialez pour chialer puisque le prÃĐsident devait rÃĐgler tous vos problÃĻmes. Ce nâest pas Reverien Ndikuriyo, secrÃĐtaire gÃĐnÃĐral du parti au pouvoir qui est imputable devant la nation burundaise. Ce nâest pas le CNDD-FDD qui est imputable.
Alors, sachez à qui vous adressez vos problÃĻmes. Vous ne savez pas que câest le prÃĐsident Neva qui doit rÃĐsoudre vos problÃĻmes. Vous vous mettez à lâencenser alors que câest lui qui est imputable devant la population. Si vous pensez que ce sont les gÃĐnÃĐraux ou Reverien Ndikuriyo qui posent problÃĻme, vous vous trompez puisquâils nâont pas ÃĐtÃĐ ÃĐlus pour rÃĐsoudre les problÃĻmes de la population. MÊme si vous nâavez pas ÃĐlu Neva, il est automatiquement le prÃĐsident de toute la population burundaise, y compris les opposants.
ArrÊtez alors dâencenser le prÃĐsident alors que câest lui qui devez rÃĐsoudre vos problÃĻmes.
On dirait que vous Êtes des novices en politique alors que ça fait longtemps que vous dirigez vos partis. Vous avez mÊme ÃĐtÃĐ les prÃĐsidents de la rÃĐpublique, prÃĐsident de lâassemblÃĐe nationale et prÃĐsidents des partis politiques. Sachez ce que vous voulez et sachez à qui vous adressez vos dolÃĐances.
Je vous remercie.
Nawe utangaza ayo makuru uzoze imbere yabandi utange akarorero, hama komera mutama Leonce uraciye ubwenge cane kandi uratanze iciyumviro ciza caane.
Ubwo bwiyunge ntagaciro bufise.
Mugiramusubire mwibarabara nka2015 twaraciyubwenge murijanað
Ngedamugwada.usangeyo.abandi.twarabahinyuye?ntihabaye 20015 iyobumenyumwe ntibwarikidi
Ico gifyot rwasa
Wakijuju we wanka kunya ngo wosonza ushigikira abo ba DD hari iciza nakimwe cogutera kubashigikira
Intahe niyafata ijambo uzamanikwa kukarubanda, ntubereye kuyobora namaraso wikoreye yabanyamurenge wahitanye weho na kagame uriko aragukoresha nkuko yagukoresheje nomukwica abanyamurenge.