Amakuru ya Haguruka
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 25 มิ.ย. 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - เกม
Kaze mukama Yezu🙏🙏
Nanje ndumukenyerera rugamba muze dusenge imana ihagarike iyi twaro kuko idusaziye nabi akaranga mutima baragataye kandi iyo inyoni itaye icari irayerera ndabashigikiye
murakoze abakenererarugamba.
Arko Cemudede ntiraba ibiriko biraba muri Kenya
None mugihugu harabuze nyene abanyepolitique bokangura abenegihugu tukiyamiriza akokajagari gayemwe erega abarundi bakeneye uwubashigikira
iyo sintwalo abo ba cemudede nimihimbili ntanikintu bazophabamaliye ubulundi ichogisuma vuvuzela ngo ni president nikituvileho vyakinaniye
Ubwo bubeshi bw,abategetsi, Igihe kimwe bazohinyuka.
None iburundi abantu Bose mubahindura amajwe Kandi atabze iciyumviro cyiza cyubaka?
Yesu,uzoza ryari?
Soon come
Ahuko uta igihugu,wota intumbero.Kuko intumbero wihaye irashobora guhinduka
bivanye n'igihe,wavuze uti tuzogwiza umuceri,amazi akabura,uca ugwiza ibindi biterwa
bikoresha amazi make.none woguma ku muceri bidakunda.Indongozi nziza ijana n'ibihe.
Ndabashimiy can muravuz ukurikuzuy abarund turarush nintwar y evarits
😂 muri ibigugu pe.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦🇿🇦✊✊✊✊👍👍👍
Tumenyane ko Di South Africa
Mu Rwanda 🇷🇼 ni kugipfunsi
Mu Rwanda 🇷🇼 ni kugipfunsi