Urubanza Hon.Agathon Rwasa yitwariyemwo
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 24 มิ.ย. 2024
- #ATAWUSUBIJWE_IKIZOKURIKIRA
tawuhawe ikizokurikira . #amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - เกม
Mugisha uyo mugabo madebari ndamwanka nukuri Imani mbabariri sishaka nokumwuva 😮😮😮😮🎉🎉
Icokizehe madebari ntuzosubire gucisha amajwi yaco ngaha kurubuga rwacu
None muzehe urafise icizere KO gwasa azosubizwa Umugambwe?
Nibwo atowusubizwa,ntibivuzeko bazoba bamutwaye abanywanyi.
Na Prime aragukurikirana,
Imana izobarandura nicyo gituma gutera imber kw, uburundi subu
Ivyo bifyoti ni bitoke kure.umugambwe cnl ni uwanyakubahwa Hon.AGATHON RWASA
Nibazakwakarorero'mwakabonye''ninyeganyega'non'ntavugakwariweyamutumye..kwitsabantu
Gwasa yubahwe cane
Ndabaza, none umusi wa matora hazohiganwa iyihe migambwe?
Kombona Cdd fdd yigaruriye Cln, izohava yitoza yonyene?
Ntayindi migambwe izoja guhiganwa na Cdd fdd?
abo bamadebali jewe ndabita imikoma yimbwa
😢😢
Turateye akamo porokirere jenerare aruce kandi adahengamye .kuko abo bagenda bayumbayumba nibo baduteje akaga m uburundi
Umugambwe cnl nu wa. Agathon rwasa. I ifyoti. Nimba bashaka umugambwe ni barondere uwundi mugambwe wabo
N'ubu turacari inyuma yawe.Turagusengera l
Borashoka ko Umushikiranganji yoba yaremereye uwundi mugambwe mushasha wiyongera kuyihari,apana Umugambwe CNL, Inyankamugayo zemewe n'abarundi benshi.
Uwobamwita ndavyifatiye muntoki
Mana dukureko madebari azopfa nabi
Gte mugisha