#igifyoti

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 เม.ย. 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 46

  • @mihigogelom1313
    @mihigogelom1313 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nestor koko yarahemukiye umjgambwe kandi yarihemukiye kukontacazoshikako nigifyoti koko

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mugisha acayirukana umwe 🤗🤗🤗biratwengeje p

  • @TherenceNtibayindusha-on4wm
    @TherenceNtibayindusha-on4wm 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mugisha,nibazako ivyo ataco bimutwaye(Ngirukushaka) kuko arazi nezako atazoba président!!!!

  • @habimanajohn1447
    @habimanajohn1447 2 หลายเดือนก่อน +1

    None Nestor gifyoti numwisalam

  • @isidorenkunzumwami4130
    @isidorenkunzumwami4130 หลายเดือนก่อน +1

    CNL-DD ntiyemewe na Leta. Iyemewe ni CNL. Ivyo bifyoti nibigaruke bisabe imbabazi bizihabwe. Hanyuma huguruke Congrès vyose bisubire mu nzira!!

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 2 หลายเดือนก่อน +1

    Muvandi komera kbs naw urasatira can

  • @NtakiyirutaGervais
    @NtakiyirutaGervais 2 หลายเดือนก่อน +3

    Bavyita ibihatane nukuri abarundibooose babimenye nyakubahwa GWASA niwe azotsinda amatora uwankayanke uwemerayemere

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 2 หลายเดือนก่อน

      Urota nkuruhinja kbx 🤣🤣🤣🤣barahejeje guhinyanyura ava dd ubazi urobo🤣🤣🤣🤣

  • @celesinndayongeje9007
    @celesinndayongeje9007 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nuko naje vyagenze navyumva bamuvga kwiradiyo mbona abamwumviriza Bose bishima nabasiguriy ivya politique bambaye amakuru yiwe ariko naw ugabanye kuza uratukana

  • @MediaHata-ze3zm
    @MediaHata-ze3zm 2 หลายเดือนก่อน +1

    Gutora mwibanga ntivyokunda KK hari abatazi kwandika 😊😊😊

  • @franckhakizimana-tt7tv
    @franckhakizimana-tt7tv 2 หลายเดือนก่อน +1

    Abashingamateka ni 123

  • @EmmanuelbassFamily-lv7wy
    @EmmanuelbassFamily-lv7wy 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iconic nkwemerer mut uduh ayashush kbx abonab rek babon ahubw ntanubw baranatangir kubon

  • @user-mt2wz2fs2s
    @user-mt2wz2fs2s 2 หลายเดือนก่อน +1

    Arabaza Jacques bigirimana uko vyamugendeye

  • @innocentndikumana-dr2jv
    @innocentndikumana-dr2jv 2 หลายเดือนก่อน +1

    harya hakenewe leopold sha ntiwibaze ngo nikirya kirwarudubi nestor. kirya ntaho kibona nagato nkagahunahuna.

  • @riseandshineburundi
    @riseandshineburundi 2 หลายเดือนก่อน +1

    Je ndarababwiye Reveriyano akora ikintu yaravye imbere nka 3ans, yarabakinye ntibamuzi

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ntayo azobaha nibimwoshe nukuri ibijuju biraho Efnl nize itagurire kurivyo bifyoti ibihemu bituma Abachu biswa

  • @irankundaclaude2417
    @irankundaclaude2417 2 หลายเดือนก่อน +1

    Utukwa na beshi ugatota

  • @unclePacifique
    @unclePacifique 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
    Kiraze ndakurahiye Kwiba umupira biroroshe ariko Aho kuwukinira

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 2 หลายเดือนก่อน +1

    Oyaha mugisha haracari ivyizigiro naho igiti caciwe cizosubira kunaga ntabwoba dufise kuko imana ntibesha

  • @dr.mathieuniyongabo9725
    @dr.mathieuniyongabo9725 2 หลายเดือนก่อน

    Akagohe novunirà umurundi wariwe wese nuko "ugukura umuntu biroroshe ariko kumusubirira biragoye ".

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ati rero ni malaya?

  • @NkurunzizaJeanmarie-zo4ch
    @NkurunzizaJeanmarie-zo4ch 2 หลายเดือนก่อน

    Yoooo!!!!wamuryobo gute wa Nestor nindaya wamugabo mama

  • @user-zi2gx4lz8h
    @user-zi2gx4lz8h 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😅😅😅wewe uratuma tumarakabiri

  • @josaphathatungimana3504
    @josaphathatungimana3504 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ahandi hoho yotowe na nde?

  • @user-md6ml4bb7f
    @user-md6ml4bb7f 2 หลายเดือนก่อน +1

    Kumbe nindaya mugisha uranyishe p imbavuzanje

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude 2 หลายเดือนก่อน +1

    Bacita igikere😂

  • @Pascale-hd3ec
    @Pascale-hd3ec 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nibaze tubakire

  • @user-iv5pq1ue2b
    @user-iv5pq1ue2b 2 หลายเดือนก่อน

    Mr Daniel ndasaba nimero yawe

  • @user-eb4bn3ev5y
    @user-eb4bn3ev5y 2 หลายเดือนก่อน

    Jew mpora niyumvira umuntu yiruka inyuma cndd nkabura ubwenge akoresha

  • @user-ok7re9vl8k
    @user-ok7re9vl8k 2 หลายเดือนก่อน

    Wari wantebeje kumpa bishasha😂😂😂😂😂😂

  • @DesireNDAYISHIMIYE-ip8fi
    @DesireNDAYISHIMIYE-ip8fi 2 หลายเดือนก่อน

    Bammureke mutama rwasa

  • @JeanMIBURO
    @JeanMIBURO 2 หลายเดือนก่อน

    Nasubize ivyabandi

  • @user-mm3tb7kc1q
    @user-mm3tb7kc1q 2 หลายเดือนก่อน

    Karabaye moneho😂😂😂😂

  • @user-ql5iv6qm9v
    @user-ql5iv6qm9v 2 หลายเดือนก่อน

    Icokiganiro canyakwubahw ntaconumvise mbwira ahonogisanga ndacumvirize

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 2 หลายเดือนก่อน

    Oyaha na cdd fdd tuzomutora kuko natwe turubaha imana

  • @user-md6ml4bb7f
    @user-md6ml4bb7f 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂😂😅😅😊😮😮😮

  • @NtamakuriroIrene-if3dr
    @NtamakuriroIrene-if3dr 2 หลายเดือนก่อน +1

    Turi muri za 40ans turindiriy isaha n'umusi gusa ngo ubuvugishwa bwa Gahutu Rémy bushike

  • @Yvanimpundugmail
    @Yvanimpundugmail 2 หลายเดือนก่อน +1

    Burya Nkurunziza yari Umutama

  • @claudeniyonkuru2442
    @claudeniyonkuru2442 2 หลายเดือนก่อน

    Nibindi azobibona narindire.yarazi ngo ahawe umugambwe?😂😂😂😂😂😂😂😂😂n'a bado

  • @Gisbeauty
    @Gisbeauty 2 หลายเดือนก่อน

    Be respectfull please. Gutukana is not professional

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uwa 2 ni umuhabara😂

  • @emmanuelsaziru
    @emmanuelsaziru 2 หลายเดือนก่อน

    Karababanye igifyoti Nestor aratoye "vyamugoyevyumugabo "yashoye impene ageze mwisoko imucikana imbwa

  • @user-et3ul7pk8k
    @user-et3ul7pk8k 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @CharlesUwizeye
    @CharlesUwizeye 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂

  • @yuui1878
    @yuui1878 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂