Abenegihugu bararushe à cause de la corruption et la population irresponsable. Toutes ces maisons au bord du TANGANYIKA doivent être détruites et utiliser les débris pour construire les digues en murailles. Il faut qu'il y est un sacrifice de tout le monde. C'est un état d'urgence au Burundi.
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kuko igihe Livingston yaca mu Burundi Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihenda kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazi dukoresha amasamaki dufungura. Ariko twebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kubera umucafu aca apfa .Tukabandanya uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco ba sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA UMUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.) IKINDI REKA TUBURIRE NU URWANDA KUKO NAHO NI IWZCU. BURI MYAKA 1000 LE LAC KIVU IREKURA GAS YACP IGAHEZA IGAFUTA UBUZIMA BWOSE BWI IBAHO DANS U' RAYON D'ENVIRON 100 KM . MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMWE.
Numva ufise information totale kabisa,none ko uvuze ahantu henshi nimba ivyo muvuze arivyo nukuvuga ko i Bujumbura yose iri muri Tanganyika 😢donc ntidukwiy kuhaba rero😊😊😊
@@biiriyesilasye9522 Quand meme habaye isanganya ni kugerageza kuraba igituma ryabaye kugira n'ubutaha umuntu ntakore les memes erreurs. Sous d'autres cieux inyubakwa ziba zifise assurance (surtout zubatswe kw'ideni), kandi ugiye kubaka ahantu biboneka ko ari dangereux nta compagnie yemera kuguha assurance. Umengo abarundi twama twizigira ngo ntakibi codushikira ngo Imana iratubona. Jewe mperutse kubona video yerekana ingene muri Louisiana (sud-est des Etats-unis) aho abantu bataronka uruhusha ryo gukwega electricite munzu zabo batabanje kuzubaka kuri pilotis a plus de 10 feet, donc a plus de 3 metres du niveau du sol KUGIRA INONDATIONS ZA RIVIERE MISSISSIPPI NTIZIBATERE IBIBAZO.
Lack of education in politics My question is why they can they just invest in machines that would give water to every house in that area to reduce the water uburundi buzo hindurwa numu tware wumu diaspora yani umuntu avuga kandi azi ururimi rwa business (English) eastafrica nzima Evaristo Ntajambo bamuha Kandi baramusuzugura kubera ntaruga nimwwe avuga neza (Eden) ni ( ndagara)
*Ecoutons ce que nous dit la terre notre Mère* *La planète Terre crie au secours!Elle étouffe!*iki civugo twakuze akitubwira none raba les consequences!❤🇧🇮🇺🇲
Abantu naho wobabuza kwubaka hafi ya Tanganyika ntibokumvira. Kandi abanyagihugu bubaka hafiz ya Tanganyika nibo bitera ibizazo ngobashaka kuba kuri beach ⛱️.
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kukoigihe Livingston yaca mu Buru'di Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihend kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazidukoresha amasamaki dufungura. Ariko ywebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kuber umucafu aca apfa .Tukabandanyi uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco b a sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA ULUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.) MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMYE.
Ku vyerekeye Tanganyika, na ba menyesheje kwiyo ari intango!? Ibihe bigenda bihinduka kubera ubushuhe bw'isi!? Iyo, ni avertissement!? Abantu baba ku nkengera za Tanganyika, ni bemere kwimukira ahandi bikigendeka!? Ico korwa kirazwi, mugabo nta Leta nimwe yigeze, ivyitaho!? Turasemerera, nti mwigera mu twumva!? Mwibuke ko Leta zose, zi shinze kugendera ku ntwaro z'amoko gusa, n'ukwiba itungo ry'Igihugu!?
@emmanuelmatsiko Fabrication y’imihoro uvuga ni usine yawe? Ivyo uvuga ushobora kuvyemeza imbere ya sentare? Canke wari mubagura iyo mihoro ? This is very stupid idea
@lionelirakiza ivyo muvuga n’ukubesha Mu Myaka ya 1975-76 Tanganyika yaraduze , amazi arajabuka kaburimbi arazamuka kugera no mu Buyenzi ahari isoko ryo mu Ruvumera None ico gihe ni aba DD bari kuri gouvernement ?? Vous cherchez un bouc émissaire !
Babagire iki? Uwahasaba nta bwenge yari afise? Ibi biba mu buzima bwa misi yose. Turakora ibintu nk'aho wogira tuba kw'isi twenyene. Iki kibere icigwa buri wese ko dukwiye kubaha ikintu cose.
Umugezi wa Rusizi uvana amazi mu kiyaga cya kivu ukayasuka mu kiyaga tanganyika! Noneho general sendagara neva nabyumva aravuga ko ari kagame watumye tanganyika irenga inkombe! 😂😂😂
@user. Ivyo uvuze nivyo. Mumezi aheze narabonye video kuri youtube ivuga ko ahantu hamwe muri Etat de Louisiane (sud-est des Etats-Unis) inzu zubakwa kuri pilotis (above ten feet) a plus de 3 metres au-dessus du sol kugira birinde inondations za riviere Mississippi.
Ambassadeur Mbonerane, Imana ikomeze kukuzigama, turagukunda.
Ntigira aho asohokera aguma muri tanganyika
@@ngirentenasson y
Si Tanganyika yaduze nabantu bamanutse bayisanga iyiri il faut bien dire
Mureke kuvuga ngo Tanganyika yaraduze nitwe twamanutse svpl😢😢
Uyu mutama Mbonerane namubonye kenshi mu makuru azunguruka aho kukiyaga no ku migezi asemerera nkumuntu Imana yatumye kuburira abarundi. Imana iguhezagire mutama.
😢😢😢nukuri nanj naravyumvise nibahave bubatse yababuriye pe
Abenegihugu bararushe à cause de la corruption et la population irresponsable. Toutes ces maisons au bord du TANGANYIKA doivent être détruites et utiliser les débris pour construire les digues en murailles.
Il faut qu'il y est un sacrifice de tout le monde. C'est un état d'urgence au Burundi.
Yeah look how the netherlands have done.
Ariko aba DD could never kubera ari ibi koko and not your usual brainers
LP😊😊
@@siimon559a
Nyakwubahwa ambassadeur uhezagirwe ,urindwe n'Imana uvuga neza muvyeyi wuzuye ubwitonzi nubumenyi bwinshi☺️ndagukunze cane muvyeyi mwiza❤❤Yesu akurinde cane
Uratuje 🙏🏿
Ikindi barimwo baratera ibiti kandi Imana irimwo iriha icubahiro cayo
Twayivogereye Tanganyika,nayo iratwihoye!
Uko nukuri
Tanganyika ntakos isife
Kabsa. Nibegere abazungu bababwire uko baba bakwiye kubaka iruhande yikiyaga
@@aminaofficial2022 nindambi irimubantu bamwebamwe kuvakera ntamuntu yubaka kunkengera yikiyaga ivyovyabazungu nibisanzwe igihugu cacu niciza abatunganya ibisagara nibobafise amakosa cokimwe nabagura ibibanza vyokwubakamwo ntabwenge basirimwo
Komera gayeri
Amazi nimeshi 😮😮😮😢😢😢😢
Musaza uratwubaka ,Ahubwo Tanganyika ntinavuga gusa iranafise n'amaguru.Mwubahwe Ambassadeur kudusigurira ivyubwenge.
Ndayishigikiye
Tanganyika ntiyaduze hamanutse abantu kuri Tanganyika
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kuko igihe Livingston yaca mu Burundi Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihenda kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazi dukoresha amasamaki dufungura. Ariko twebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kubera umucafu aca apfa .Tukabandanya uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco ba sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA UMUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.) IKINDI REKA TUBURIRE NU URWANDA KUKO NAHO NI IWZCU. BURI MYAKA 1000 LE LAC KIVU IREKURA GAS YACP IGAHEZA IGAFUTA UBUZIMA BWOSE BWI IBAHO DANS U' RAYON D'ENVIRON 100 KM .
MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMWE.
Numva ufise information totale kabisa,none ko uvuze ahantu henshi nimba ivyo muvuze arivyo nukuvuga ko i Bujumbura yose iri muri Tanganyika 😢donc ntidukwiy kuhaba rero😊😊😊
Nuko tutabitahura twese kumwe.Birashoboka ko tuhaba neza cane gusumba uko tuhabaye tutahabaye. Muti gute. Dufashe amasoko , les ministères, amashures ni ibindi bikuru biduhuza. Tukabidugana muri Bujumubra rural ku Misozi . Nko mu myaka 100 ico gisagara twoba twacimuye cose. Hama tukubaka ibirarao bihuza iyo misozi. Hama tugafata ico kiyaya kuva Mu Cibitoke, Bujumbura ,Rumonge na Nyanzalac. Tukaharima ntawokongera kwi icwa ni inzara ,amasamaki yo voneka kuko nta lucafu twoba tugita lu ri tanganyika. Kandi two kwimbura umusesekara no gushorora hanze bakarengegwa. Kuko mubiravye neza harya igituma ruguru hatakimera. Ni ukubera ko iyo imvura iguye inkukura ihitana isi yo hejuru ifise akanovera imanuka na mu myonga iyo myonga igana Tanganyika igaheza ikamanukana akanovera mukiyaya imbere yuko ishika mu kiyaga. Ndazi neza ko aho uhererereye hose muri ico kiyaya .ico uteye cose kiramera mbere gusumba ruguru. Hari naho uhagaze iyo witsamuye waraye uriye ibigarage buca vyameze. Nkanje fise hafi nka 5 m carré ndimamwo aho lu gasenyi . Nta rengarenga ngura umwaka wose. Twavanka twavyemera ibidukikije bizobitwemeza kuko nivyo bidukikije si twebwe tubikikije.
Umuturamukirize tari umuntu mwiza cane !!!!!!!
Ni borore amafi.🙂
Ayo mazi ni menshi, yubakishe amazu, inganda (usines), barrage zitanga amashanyarazi (umuyagankuba).
Wabona bikunze.
Murakoze Mutama wacu kwama musemerera!
Kuva muri 2005 Ambassadeur Mbonerane asemerera... nuko abwira ibijuju vy'aba DD ataco bumva atari kwica no kwiba gusa.
None Lukuga itagitemba kandi ariyo sortie yonyene ya Tanganika, ibi bihugu ntivyorabira hamwe ikibazo aho kiri bakagitorera umuti.
Cohabitation pacifique/ Kubana neza; canke
atagukubitana amahembe.
ni gute banki itanga credit ku muntu wubaka ahatemewe ari muri za metero 150 zibujijwe kubakamo?? nta ba expert bank ifite?
❤❤
Musigaje 30m kuva ku itanganyika ministry yibizanibimure umurundi naterere 40k byamarundi wese wumugwiza Tunga wese mubimure bajyebkiriri gatoki
Aba DD bafunge umugezi 😂….bakoze amakosa
😢😢😢ibaz rero koko Tanganyika iriko yisubiza ibibanza vyayo jmbona atakosa ifise
Reka kuvuga ayo sha nuko atari we vyabayeko..aho w ubona batagowe abo bantu babuze
@@biiriyesilasye9522nabo vyabayeko sibo...abatanze uruhusha rwo kwubaka nibo babi😢
Ariko yemwe bubatse uwo muvyeyi asemerera
@@biiriyesilasye9522 Quand meme habaye isanganya ni kugerageza kuraba igituma ryabaye kugira n'ubutaha umuntu ntakore les memes erreurs. Sous d'autres cieux inyubakwa ziba zifise assurance (surtout zubatswe kw'ideni), kandi ugiye kubaka ahantu biboneka ko ari dangereux nta compagnie yemera kuguha assurance. Umengo abarundi twama twizigira ngo ntakibi codushikira ngo Imana iratubona. Jewe mperutse kubona video yerekana ingene muri Louisiana (sud-est des Etats-unis) aho abantu bataronka uruhusha ryo gukwega electricite munzu zabo batabanje kuzubaka kuri pilotis a plus de 10 feet, donc a plus de 3 metres du niveau du sol KUGIRA INONDATIONS ZA RIVIERE MISSISSIPPI NTIZIBATERE IBIBAZO.
Nicogtuma leta yari kureka gutanga izo mpusha zo kwubaka..mugukingir umwenegihugu hamwe nibidukikije....Iyo babima uruhusha ntibahubaka...
Edeni😂
Twovuga ko Tanganyika yatewe
Nukuyiburanira rero!!!
Emwe uyo mutumirwa yamye asemerera munsi ya large hatarubakwa, haro amararo henshi...
Gael ndasavye icokiganiro kuri Whatsapp yanje ndasavye 🫣🫡🙌👏👏👏👏👏👏
Niwihe lunk none
Mwubahwa Ambassadeur Mbonerane,
Nagira ngo ndakwunganire kandi nkosore gato ivyo uvuze. Uburyo bwo kubuza amazi ya Tanganyika gusanga abanyagihugu mu ngo zabo buriho. Ingorane ni ubukene bw'amahera kugira ngo ibikorwa bikorwe.
Muzotembere mushike mu gihugu ca Hollande.
Muri ico gihugu, ibisagara vyinshi vyubatswe munsi ya niveau de la mer mugabo nta ngora z'imyuzure zihabarizwa. Muti gute?
Igihugu ca Hollande carubatse utudunduri canke amaburi (des digues) two kurwanya ivyo bita "marées hautes": hariho amasaha amazi y'inyanja aduga akarenga inkombe , bavyita marées hautes; hari amasaha ayo mazi y'inyanja yigira inyuma , bavyita marées basses.
Bavuga ko utudunduri canke amaburi yubatswe muri Hollande bifise uburebure bwa km 20.000! Ni ukuvuga uruzitiro rwubatswe muri béton rufise uburebure bw'ibirometero 20.000.
Uretse amaburi, Abaholandi barimvye ibinogo binini amazi yisukamwo iyo abaye menshi , bavyita bassins de rétention.
None mu Burundi hokorwa iki?
1) Kwubaka digues canke utudunduri two gutangira amazi;
2) Kwubaka bassins de rétention d'eau ni ukuvuga ibinogo amazi yisesamwo iyo yabaye menshi;
3) Kubuza abanyagihugu kwubaka ahantu bizwi ko Tanganyika ihora iduga igashika.
Ivyo vyose bisaba uburyo bw'amahera butari buke.
Tanganyika twarayivogeye nayo yashavuye
Tanganyika nibakubite bayivire mukibanza
Albert Mbonerane muzotubarize kwataco vyob bipfana na Mgr Evariste NGOYAGOYE
Uwo mutama yasemereye kuva kera kabisa nuko abwira abatabibabaye.
Sédimentation/ inkukura
Uri sûr ?
Ko inkukura itemba
Nibaza ko sédimentation vyirunda
Lack of education in politics
My question is why they can they just invest in machines that would give water to every house in that area to reduce the water uburundi buzo hindurwa numu tware wumu diaspora yani umuntu avuga kandi azi ururimi rwa business (English) eastafrica nzima Evaristo Ntajambo bamuha Kandi baramusuzugura kubera ntaruga nimwwe avuga neza
(Eden) ni ( ndagara)
N'ubusazi bw'umwana w'umuntu, kutabungabunga ibidukikije no kudatahura ibihe.
*Ecoutons ce que nous dit la terre notre Mère*
*La planète Terre crie au secours!Elle étouffe!*iki civugo twakuze akitubwira none raba les consequences!❤🇧🇮🇺🇲
Kuki wubaka kumazi muhabona koko abatanga ivyobibNza bakwiye gushiraho amametero ataremgwa.
Abantu naho wobabuza kwubaka hafi ya Tanganyika ntibokumvira.
Kandi abanyagihugu bubaka hafiz ya Tanganyika nibo bitera ibizazo ngobashaka kuba kuri beach ⛱️.
"Lake Tanganyika authority" iriko irakora iki? 😢
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kukoigihe Livingston yaca mu Buru'di Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihend kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazidukoresha amasamaki dufungura. Ariko ywebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kuber umucafu aca apfa .Tukabandanyi uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco b a sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA ULUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.)
MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMYE.
Wagize neza kuja kuraba umukurambere kugira aduhanure😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abarundi turikunda tukibagira nahejo hibibondo ngo bazorya ivyo muma kopo😂😂
Mumpakazi nzenyayobye.
Umutama w'ubukiii
Mbonerane kubwanje ndagukunda ikiboneka urumugabo w'ijunja n'ijambo
Tiuragowe kosora
Comer
"Zone inondable" irazwi ni kubera iki Leta itabikorerako muri planification urbaine?
Wa murundi ugereranya u Rwanda n u Burundi ngaho naze asobanure imvahano😂😂😂😂
None aho muri Lukuga nta amazi namakeya ashibora gutemba. Canke harazivye ?
Umukuru w'igihugu yavuze ngo Tanganyika yarayiduganye 😢
😂😂
Nikubera iki atutoya dandaza ku bi Hugu bidafise bidafise amazi tuka ya gabanya
Bon idée mais bisaba uryo bwinshi si nibaz ko twobivamwo 😊nyabuna nibubahirize izo 150m jw mbona nazo ari nke 😢
Turagowe
Komeza kwihangana mwebwe mwateye !tanganyika.nimuje ruguru ntiruzobasangayo
Ivyovyose ningarukambi yuburongozi bubi, mutama Albert nabandi basemerera
Vous êtes le Frère Maître que j'ai connu?
IL ya 37 and, je suis curieux de vous revoir. Que le Seigneur Dieu vous bénisse!!!
Mwiriwe, ndashimiye mutama ambassadeur, nuwo mumenyasha ariko kandi, abatwawe n'amazi ntukundi turabahoje, mugabo ntitwokwirengagiza yuko, Tanganyika yisubije ahantu hayo, twosaba gutanga impusha zokubaka ico kibazo bagitorere umuti bisunze impanuro zuwo mutama kumbure tworonka umuti urama.
Nibaveho bimuke
Ikosa none niryande mukagura muri rural ruzoshiyo
Aba DD ko bakunda kunyaga amatongo abantu ntakuntu borwana na Tanganyika bakayicecekesha kurya bacecekesha abo birirwa basahura abantu amatongo?😂😂😂
Kabisa nibagerageze
Baraje bavuge ko ari ugwanda rubikoze. Nimana iravuga ngo niwabura ubgenge nzokudahwa
🤔
Ese vyaranse ko hafatwa ingingo ibereye kugira ngo abantu ntibonger kuyivigera?? Ese ubundi nkizi banks zitanga amahera mukwubaka muri louche nizahe???
Haringorane twitera twebwe nyene jamani
Sinkabantu bafata ibicafu baba barabitse mupangu babona invura iguye arinyishi bagaca babimena mumiserege kugira amazi abitware wibaza bijahe ni Muri Tanganyika
Asiatique turagowe 😂 twashikiwe
Ku vyerekeye Tanganyika, na ba menyesheje kwiyo ari intango!? Ibihe bigenda bihinduka kubera ubushuhe bw'isi!? Iyo, ni avertissement!? Abantu baba ku nkengera za Tanganyika, ni bemere kwimukira ahandi bikigendeka!? Ico korwa kirazwi, mugabo nta Leta nimwe yigeze, ivyitaho!? Turasemerera, nti mwigera mu twumva!? Mwibuke ko Leta zose, zi shinze kugendera ku ntwaro z'amoko gusa, n'ukwiba itungo ry'Igihugu!?
ok my deal ubwoniba ataribyo uzabibone
Tanganyika yabaye dépotoir y'igisagara n'ibindi bihugu navyo nuko. ntaco twibaza ko biri éternel ex la Grange
fallait gshirako images illustratifs sur carte za gute i progressa, canke longueur (mètre)
Ppppp¹
Gushika kumunota wa 30, umuhinga mubidukikije yabisiguye neza, ariko ndongera ko ubu ibisagara bikikije Tanganyika canke vyegereye inzunzi zisesa amazi muri Tanganyika, ivyo bisagara vyarabaye binini gose mubihugu vyose, amazi y'imvura yahora anyengera mw'isi, ubu araja hamwe aciye muvyo twita canivaux (umugazo) akaruhukira muri Tanganyika, Tanganyika ntizosubira Inyuma, ivyo nibabimenye,ahubwo izogenda yaguka. Genda mwubake kumisozi, abandi baje muntara. Ubuzima ntiburi Bujumbura gusa
Dukomeje kubihanganisha
Urimwiz muvyey nakubony iryamber ndagukunz ukuntuvug imanikuzigam muvyey wigihih
Umva murihomurihenda ibihebyarahinditse mwimuke ingoga
Abarundi nimuhaguruke mukureho ubutegetse bwanyu kuko ntacyo bumaze amafaranga baguze imihoro yatunganya ibyo byose
@emmanuelmatsiko
Fabrication y’imihoro uvuga ni usine yawe?
Ivyo uvuga ushobora kuvyemeza imbere ya sentare?
Canke wari mubagura iyo mihoro ?
This is very stupid idea
Kuva 2013 barakoma indiru babuza abantukwiha ibibanza nokuhubaka m ntibumvise nuwumutama yarimwo mukubivuga rero ntakundii
Ivyo vyose biterwa n'a mal gouvernance y'abadutwara,ibiturire no kutumva kw'abanyagihugu.ambassadeur mbonerane n'abandi ba expert ntako batagize babuza abantu kubaka kunkombe z'ibiyaga.ikimaramaje nuko n'abenegihugu ntibagifise Aho basamira umuyaga kubuntu(plage) kuko hose hahawe abanyamafaranga n'abategetsi baraheza umwewese ara clôtura ahiwe kuburyo kwinjira gusa gusama umuyaga urinda kuriha.mubindi bihugu biteye imbere plage ziguma Ari iz'abenegihugu
@lionelirakiza ivyo muvuga n’ukubesha Mu Myaka ya 1975-76
Tanganyika yaraduze , amazi arajabuka kaburimbi arazamuka kugera no mu Buyenzi ahari isoko ryo mu Ruvumera
None ico gihe ni aba DD bari kuri gouvernement ??
Vous cherchez un bouc émissaire !
Abategetsi bahatanze nibaronderwe babiryozwe
Babagire iki? Uwahasaba nta bwenge yari afise? Ibi biba mu buzima bwa misi yose. Turakora ibintu nk'aho wogira tuba kw'isi twenyene. Iki kibere icigwa buri wese ko dukwiye kubaha ikintu cose.
@@Rubuka264 Ntaco bihundura kukuba abategetsi batanze ivyo bibanza, i mean abatanze uruhusha rwo kwubaka (permis de construire), bakwiye kuronderwa bagafatwa !
Jewe intérerano notanga kuvyerekeye ukwuzura kwa Tanganyika niyo.
Inyishu irama niyo.
Uburundi nibwemere buce imikobeko igihugu cose atagace nakamwe gasigaye.uwo mugambi l'ETA irawufise kandi yarabonye neza Yuko ari inyishu kukibazo camaïeu atemba ajiyashaka atacamira.
Tuzibiriyamazi kumisozi yose yuburundi nkuko twabikoze muri commune ya Muruta, tanganyika ntizosubira kurenga abiri.
Uburundi nibwamara kubona résultat iwabwo, buzoca burya akarya ibihugu bibanyi cane cane RDC nabo bakore uko kuko urwanda turi kukivi kubijanye naka kamo turiko turatera kubijanye no guca imikobeko.
Ntimutangure kuzibiza amazi imifuko yimisenyi,Ayo mais mubona ava kumisozi yose yuburundi, bayarekurira yose munzizi zose zuburundi,izo nazo nkuko mubizi zitemba zimanuka zose muri Tanganyika.
Lero inyishu nimuyironderere mu Mikobeko ( aménagement de tout le territoire du Burundi).
Icigwa carakozwe n'a jewe nari mubakoze ico cigwa,nuburyo bikenewe ariyo budjet vyaraharuwe ariko vyiryamiye bubushikiranganji bujejwe environnement hanyuma abarundi tugume tugira nkuko umengo ntamuti ihari
Commune Muruta iri mumisozi ihanamye ariko muraza murabe ingene inzuzi zayo ziri disciplinées kubera imikobeko coopérative Cocode Ntusigwe yaciye ibifashijwe n'a projet Prodefi.
Ubu iriko irakora mwenivyo gukorwa muri commune kabarore,Kayanza,gatara, n'a matongo ibifashijwemwo n'a projet Piparv-b kandi mumyaka nkibiri irimbere, ntamyuzure yinzuzi izoba ikihabazwa kandi ayomazi tuzibira niyo à long terme yahora yuzuza tanganyika.muzobona Tanganyika rwahotse, ariko ntimuzomenya Yuko ayomazi yose Ubu asihaye abombeka imitima yacu.
Turishimiye iyo ntererano yacu.
Tôt ou tard ibyo avuze bizaba .abantu bagire amakenga
Mbega kwisi ndimwa bayimaze bayubakamwo ho bite
Uyu mugabo muzamusimbuze never 😊😊😊😊😊
😢🎉😅😮😅
Ndamukiriza mutama MBONERANE hama tanganyika nibayibise none bashaka ikame ijehe nibabaronderere ibindi bibanza bimuke ntayindi solution
Umugezi wa Rusizi uvana amazi mu kiyaga cya kivu ukayasuka mu kiyaga tanganyika! Noneho general sendagara neva nabyumva aravuga ko ari kagame watumye tanganyika irenga inkombe! 😂😂😂
Bruh ni gute ukorora ugacira in the middle of a gentleman speaking 🤦🏿♂️🤦🏿♂️
Aaaa
Aaa
Kandi agacira muri Tanganyika hhhhhhh hhhhhh Sha
Nonese Abarundi ntibazi igihugu kitwa :Ubuholandi:
Bajye kukigiraho cg bajye munsengero basenge...
Ikibazo ntibakunda kwiga bazi ko bari muri edeni nta kibazo cyabahutaza! 😂😂😂
'o
Ln'nmo
Muyareke nimwe mwayavogereye kndi yo ntimuzoyajana kumusaga kuyafunga kurya aba DD mubikora mugufunga abo musahura.
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ericbikorimana
Ivyo mwanditse bihuriye hehe n’umwuzura wa lac Tanganyika
Ubona ko utari hors sujet?
Laissez la politique aux politiciens
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ivyo sivyo, gusa arabesha atavuga ikinyoma
mubeshuz.wibuk ko yanavyigiy.sinziko mwoba mufis des données scientifiques pour réfuter ivyavuz
Bakwiriye kubaka inkingi ndende, ikindi naco mu Burundi abantu bubaka mukajagari badakurikije amategeko😮 I'm sorry y'all.
Burya twama twitwaza Leta canke ngo abategetsi. Abahubatse bari bahumye? Umuntu umwe yabajije ATI: "ubwenge wari ufise utararonka amahera bwagiye hehe umaze kuyaronka?". Abantu baronse amahera bibaza ngo bategeka vyose, abantu n'ibintu. Iyo muja kubaka kuki mutiga aho mwubaka niba hameze neza canke hashwemuka? Wogira n'ihiganwa kubaka ku mazi. Pole sana!
@@Rubuka264 ikibazo ni reta irebera abantu bubaka ahatagenewe kubaka ikabareka nkaho igihugu kidafite ubuyobozi. Quelle bande d'incompetents!
@@vyuguruzumwangumwereka None Leta itagukunze wewe ntiwikunda? Tureke kwitwaza Leta muri vyose. Leta n'abantu kandi turazi uko bameze. Biyorera amahera bakarundarundanya mugani wa Denise Bucumi Nkurunziza. Umurundi apfa akira ntibibaraba. Ariko natwe dukora iki kugira ntitugwe mur'uwo mutego w'abakegesi?
@user. Ivyo uvuze nivyo. Mumezi aheze narabonye video kuri youtube ivuga ko ahantu hamwe muri Etat de Louisiane (sud-est des Etats-Unis) inzu zubakwa kuri pilotis (above ten feet) a plus de 3 metres au-dessus du sol kugira birinde inondations za riviere Mississippi.
ubwo inkingi itekera amazi irabaho?
Uyu mutama arusha ubwebke iryamborerwa evariste……kira nzu zirihafi yatanganyika zikwiriye amazi yo kwiyoga nayo mwiwese simple…..
❤❤
Komeza kwihangana mwebwe mwateye !tanganyika.nimuje ruguru ntiruzobasangayo
Cdd ati irabakunda nihatari iyaba arimurwanda biba vyaraheze
Yamye ari ijwi risemerera mu buguragwa 😢
Komeza kwihangana mwebwe mwateye !tanganyika.nimuje ruguru ntiruzobasangayo
Nibadugekwle