Intahe y'UMUKURU W'IGIHUGU k'urwaruka//Twebwe uko twakuze//Uruhara rwanyu mw'iterambere/Aba diaspora
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 13 ก.ค. 2023
- Intahe y'UMUKURU W'IGIHUGU k'urwaruka//Twebwe uko twakuze//Uruhara rwanyu mw'iterambere/Aba diaspora
@NtareRushatsiHouseTV
#presidentevaristendayishimiye #diaspora #ubuzima - บันเทิง
IKI KIGANIRO KIRIMO AMASOMO AKOMEYE CYANE KU BAKIRI BATO 🤗 🙏🏼 Courage cyane Gaël iyi opportunité wagize irakomeye!!! Abagukurikira bahezagigwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Thank you Chita kuri support kumivukanyi Gael,abarundi nabanyarwanda turavukana,dukomeze gukundana cane,na cane cane urwaruka nitwe kazoza k'ejo,ndakunda caane Ibiganiro vyawe.❤
Murakoze cane Chita we uwiteka aduhane umugisha ❤❤❤
Appreciate Chita🇧🇮💖🇷🇼
❤
Chita magic love you from buja
Much love from Rwanda 🇷🇼, niba nawe uri mu Rwanda siga like 👍
♥️❤️♥️❤️♥️
❤❤
🥰🥰🥰
Nyiricyubahiro kabisa ibintu aba yabyoroheje.natwe aba jeunes bi Rwanda mutugezeho PAEEj twiteze imbere ndabasabye.Ndamukunda sana
congs gael aya namahirwe atagirwa naburiwese president ari humble cyane kandi nkatwe urubyiruko adutera inguvu
nanjye kanda kuriyo photo yanje ubundi unkandire subscribe urakoze rwanda burundi we are together
Umukuru w'igihugu wicisha bugufi. Abanyarwanda turakwemera.
Imana iguhe umugisha son excellence President Evariste Ndayishimiye.
Imana ihe umugisha Abarundi nk'uko yawuhaye Abanyarwanda.
abo twemeranyako nyenicubahiro arumu Star dusige like ngaha ✌️✌️✌️
Felicitation grand frere 🇧🇮Twese ikikiganiro Dukwize 1M Views ibi biratwereka ko Umujama wacu adukurikirana...
Nawe niwabikora kuyumujama wacu akaguha akanye uzocuza nguhe500$.Gael arabarenz mwese kuko akora emissions zubaka igihugu zihanura urwaruka
@@teddyciza9995Gael abatuje Landry ubona atomusarana koyamenyeye imivumburo😅😅Ibibikora abantu batuje nkaba Hosy Irakoze naho abamenyeye kwiruka vyobajabuka😄😄
Birakwiye peee nawe uzokwige gukora vyose ivyukora ntitubikwankiye arik uzewige nukuganira nabantu batuje na discipline nyishi apana yivumburo nuguguma wisahagura 😅😅
Nuk mbon ntoronk ingen nkwishur gus nyen rek kwishur ahanyen kuk abarund ibint vyos aruguping gus Landry RER niwubon akor ibiganiro bisubiz inyum igihug kand ntakidashobok n'a juste Gaël ntiwaruz koyorons icokiganiro naw RER azokironk ham ww ntangoran urabon kwatangoran afit kub mugenz yakirons vyonyen biramunezerey simpak rer ngokugir akironk rwazocagend kukironder kur ww wumv atokironk kuk nahonyen atakirons ntazocapf ngonikuber atakirons
Ubundi umutananirwa nuyo.abandi baribeshera
Mbaye uwamber uwukunda uno munyamakur ampe twatundi❤💪👍
Je suis le Rwandais nkunda ukuntu wicisha bugufi rwose.God bless you now and ever more.
Ndayishimiye hejuru cane 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️❤️
As Rwandan man who lives in the United States 🇺🇸. Ndashima President ndayishimiye kbsa. Aba Jeunes baba nyarwanda nabarundi turibamwe kdi dutegerezwa gukundana. Ndashima ko Ndayishimiye yongeye gufungura umupaka tukongera kugenderana. Abarundi baze iwacu natwe dutembere Burundi biryoshye rwose. Thank you President Ndayishimiye
Salama
❤❤❤
From rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼we love you H.E imana ikomeze ikudinde
We need part 2 ,ikiganiro ciza
Abarundi mufise president yicisha bugufi 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Woooow! Byiza cyane. Neva yicisha bugufi kbsa. Imana ikomeze imuhe ubwenge nkubwo yahaye Salomon. Youth inspirer! Greeting from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
we love him❤ too
I’m from Rwanda 🇷🇼 nakundaga Umukuru wigihugu cyuburundi ubuhoho urwomukunze rwikubye unshuro 1000 Imana ikomeze imuzigama ❤️❤️❤️❤️❤️
Urabona kwatagara nkakagame ?😂yicisha bugufi kurwaruka
Mutama taramwamera
@@teddyciza9995kivyobintu uvuze wumva bijanye?
@@jox1738 urya ko atwaye imyaka myinshi nawe rindira bizoza nibukebuke ukagira agitwara cari kimeze kurya
💯💯💯💯💯🥰🥰🥰
Ndi umunyarwanda ariko Neva ndamwemera igihugu Cy' Uburundi azakigeza kure kuko ari open minded akunda kumenya ibishya kandi yicisha bugufi agakunda kwiga, abarundi nibamuha umwanya nigihe azabageza kure. May God give him a long and a healthy life. Numugabo pee kandi @Neva thanks for opening our borders. I planning to visit burundi in December
U're wlcm in our beautiful country
U welcome in our Good country Burundi 🇧🇮
U're Welcome 👍👌we are brothers & sisters
Man niwe uyoboye hano i Burundi abatabizi babibone peeee bagende gahoro
nijisho ni black👑👑👑👑
Never burya njewe muha amanota yoseeeeeeeee❤️💗💎 mukunda cane Love from Mulenge🇨🇩
Babiloni Hoshiii😂😂😂Gael Gael shaaaa biraryoshe Papa BURUNDI Umujama wurwaruka turahimbawe🎉
Babiloni hoshiii son excellence take five😂😂😂 Gaël numuti w'iryinyo
We love his excellence NDAYISHIMIYE FROM 🇷🇼
Ikiganiro cyiza 👍👍Courage Gaël
President w U Burundi arasobanutse cyane much love from 🇷🇼 nishimeye aho ibihugu byacu biri kugana peee booyaka booyaka 🤝🤝
❤❤❤❤
Ubo duhuza ko Nyakubahwa wacu adushigikira ab jeune mumpe like🙏 na courage kuri juste gael
Nukuri Abarundi na barundikazi twarahezagiwe N'Imana kuba yaraduhaye Papa wacu mwiza nkuyu Nukuri ndongeye mpaye icubahiro Uhoraho Imana yo mwo mwijuru ❤❤❤❤❤ ndanezerewe cane 😂😂😊😊courage Gaël turagukeje kwiteka watewe uyumusi
Ibintu nkibi ni sawa cyane !! ❤ komeza utere imbere Munyamakuru!! Ramba mukuru w’ igihugu .
Congratulations your excellence love from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼
congs gael aya namahirwe atagirwa naburiwese president ari humble cyane kandi nkatwe urubyiruko adutera inguvu
nanjye kanda kuriyo photo yanje ubundi unkandire subscribe urakoze rwanda burundi we are together
@@Lovelovelove135 waganiriye nabi kbx ubuse umutukiye icyi kweli 🤔
Mbega Umu President wicisha bugufi💯 Allah akorohereze muri byose// JacquesMotors from Rwanda 👋👋
❤❤❤
Abarundi mufite umugisha kuba mufite Umuyobozi Wigihugu Ukunda Urwaruka Mukomeze mumusengere Arame ntuye Amerika ariko nifuza kumubona face to face
Murakoze cane
@@nininahazwedonavine3349 namwe murakoze cane
Much love from Rwanda 🇷🇼 ❤ ntacyiza nko gukorera igihugu ukakifuriza ibyiza ugaharanira ko gitera imbere urakoze rwose H.E kwibutsa urubyiruko impanuro nziza ..murakoze🙏🙏🙏
Murakoze cane namwe
Murakoze namwe kur commentaire mutanze
Impanuro nziza kurubyiruko
Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Basha Abarundi barafise umukuru w’igihugu w’abaturage nyene cubahiro Neva, ureke babandi bigira ngo ni homme fort. Très simple President Humble et intelligent. 👏👏👏👏👏.
Merci pour cette entretien avec son excellence @umukubitotv .
❤❤❤❤
Ndakunda son excellence vrment.n'umujama w'aba jeune kuel.ham Gaël naw ibiganiro vyaw biri kumpwemu idasanzwe.ndakugereranya Na Sabin from Rwanda
Waoooooo
Uhoraho ahezagire Sebarundi cane.
Icizere atugirira twebwe Urwaruka.
Homme du changement nukuri ndahimbawe cane kubw'iki kiganiro kidasanzwe.
UMUKUBITO mutere muje imbere
Amen Amen and Amen 😊😊😊😊❤❤❤
Im From rwanda abarundi imana yabizeho neza ibaha umuyobozi mwiza , mujye mumwubaha cneee❤ much respect president
Birengey kubona ko vyobaho, kandi courage ndanezerew cane, Iman iduhe mutama wacu arambe cane 🎉
❤❤❤❤
Son Excellence Yubahwe ku cizero agirira urwaruka!
Ndamushimira kubona nanje muri 2023 mba mu Rwaruka yagiriye icizere!
Imana Imuturindire🙏🙏🙏
Mvuka muri congo ariko mfise imizi i Burundi. Benentorogwe ndavuga chefferie des barundi aho mu ruberizi mumpe like
Mr Evariste ari humble,
Ndakunda tes émissions.
Mon frère tu as une bonne clé éducative pour la jeunesse Burundaise. ❤
Mbega président yicisha bugufi😘😘😘😘. Ngo Imana iguhezagire👍🏻👍🏻👍🏻
C'est vraiment agréable UMUKUBITO avec SON EXCELLENCE JAMA WETU IMANA ibahezagire ❤❤ ni UNCLE 🇧🇮🇷🇺
Gaël Imana iguhe umugisha. Umukuru w'igihugu cy'Ubutindi afite igitekerezo byubaka rwose.
S.E G.M Evariste Ndayishimiye Turagushimiye cane🇧🇮umujama w'urwaruka Imana ikuturindire
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮iki kiganiro gitumye arwaruka twiyumva ko dushigikiwe kandi dushoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮thank you soo much son excellence proud for you❤❤❤❤
Gael bikunze mwondosa akanumero kanyu mwoba mukoze nkagira ico mbisabira🙏🙏
Ndishimira kuba UMURUNDI, kkandi nkonhera nkishimira kuba mfita President nka NEVA. umuntu iyo avuga ivyiza ntabura abamupinga na YESU ntiyashoboye kunezereza abantu bose. CONGRATULATION ton Excellent👏👏👏 Long live
Imana ibajimbere .umujama wurwaruka wacu turamukunda cane.
Much love from thousand hills all the way from RWANDA KIGALI♥♥
We are rising all the way up ⬆️ umukuru wigihugu cacu ciza C’uburundi turamukunda kandi turazi ko nawe adukunda kubwivyo ntakizobuza ko dutera imbere 🇧🇮
Ako ka Take Five nako karanyemeje 🇧🇮
All life and respect to H.E.
And keep growing up Black Man
Juste Gaël courage uri umwe muba journaliste b'incabwenge dufise
We love you so much our President 🇧🇮🇿🇲
Ndaryohewe nakino kiganiro bitumye nkunda president cane gusumba uko nahora ndamukunda niwubahwe Sha nyen icubahiro Imana yanje ikunzigamire❤️❤️♥️♥️from🇧🇷🇧🇷🇧🇷🇧🇷
Ndabikunze cyane kabisa le Jama Président much love from🇷🇼
❤❤❤
We proud of our President Neva 🎉❤ and thanks Juste Gaël to this emissions take five 👍🙌🔥🔥🔥
congs gael aya namahirwe atagirwa naburiwese president ari humble cyane kandi nkatwe urubyiruko adutera inguvu
nanjye kanda kuriyo photo yanje ubundi unkandire subscribe urakoze rwanda burundi we are together
I m so proud of you your excellent thank u for your support ibi bikora aba president bake Kandi Gael mu mu fashe abandanye akora ibiganiro nkibi
Rwose mr President turagushimiye uburyo wita kubaturage komereza aho
Nukuri urumusavyi ntiwigera widegemvya kabisa. Merci Président
Gael kwipumpuzi zidasanzwe ndawemeye uratwemeje kure cane uzohashika.ubaza ibibazo vyubaka❤
Abarundi Nyenicubahiro aradufise nka twes hoho kbs ndamukunze kubi❤️♥️❤️♥️🤜🤛🤜🤛🤜🤛
Umukubito TV hejuru cane namateka ageretswe kuyandi kwakira S.E Mr le Président de la République🇧🇮 kuri TV on line coup de chapeau pour Gaël 🙏🙏
Felicitations Gr frère ,hama Beshi batahure ko umuntu ashobora gushika kundoto ziwe abicishije mubikorwa vyiw vy'amaboko
Excellente Émission 🎉. Toutes mes félicitations Gael. Turashimiye cane ni Umujama w'aba Jeunes SE Ndayishimiye.
Mwiriwe neza bavandimwe Barundi n’aba Nyarwanda!
Uyu mubyeyi ndamukunze cyane ari sociable cyane birantunguye cyane kandi biranshimishije cyane nukuri Imana izamurinde ikomeze imuhe ubuzima buzira umuze Amena🙏🏾
Much respect Mr president so proud 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
❤❤❤
❤ kuyindi mpwemu idasanzwe❤. Take five kuri son excellence!!!! ❤❤❤❤
kuyindi mpwemu idasazwe , congratulations Juste . Umukama abandanye agucira inzira 🙏🏿
been asking my self for years! what in the hell is kuyindi mpwemu idasanzwe? till now. somebody please!
@@m.mabeba1972 It's like "On another LEVEL"
Kuyindi mpwemu idasanzwe impanuro ninziza canee nivyiza kugwaruka rubona icizere son excellence atugirira natwe nitumute hasi ahumbwo dukore canee kubwiteramber ryacu ni gihugu🇧🇮🇧🇮🔥🔥🙌🏻
ndanyuzwe, inkoko imwe irahagije gutanguza kugira ushike kunka. thank u so much papa burundi tark five🤜🤛
Ikiganiro yahaye Juste burya aha aciriye inzira abandi bategetsi wasanga bagara banka gutanga ibiganiro kuma online tv iyi nintambwe idasanzwe nukuri
Congrats sana kwa Juste
Mon frère Juste Gaël nanje ndagukeje cane, udutey'iteka ridasanzwe ! Reka kandi ngigweko nkengurukire cane vy'Umwihariko His Excellence ku rukundo n'umwitwarariko bidasanzwe ariko atugaragariza buri munsi twebwe Burundi bw'ejo !
Urumubyeyi mwiza cyane mukuru wigihugu cyabaturanye❤Urwaruka nkatwe tukwigiraho byishi ❤
Courage Just Gael💪 udukoreye umuti kutuzanira umujama waba Jeune yubahwe🙏 Arambe cane turamukunda arikukazi kadasanzwe❤❤
Ndagukunda muvyeyi wacu uraturongora uturungika mubarabu kuronderera igihugu 🎉
Ca numv nivyo yavuze ntaco wizemw😢
Congratulations Gaël Kandi Turishimiye Cane Umuvyeyi Wacu Umukuru W'igihugu Cacu Ciza C'Uburundi Evariste Ndayishimiye Kuba yemeye kuba Umujama Waacu 👉🇧🇮🤝
Umbwire NEVA KO mukunda cyane nzaza kumusura
Une émission très inspirante kabisa ! Félicitations à l équipe Umukubito . Go ahead!
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🙌🤝🤝,u did it bro🤝🤝🤝🙌🙌🙌,kubona nyakubahwa umukuru w’igihugu cacu ciza c’uburundi @Evariste Ndayishimiye agukeza kandi akanongera akaguha ikiganiro,vraiment n ‘ intambwe idasanzwe ,Komera @Umukubito🙌🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
mbaye uwa 1 love from rumonge
The very best interview of the year 2023 as a Burundian living in the UK 🇬🇧 ❤
H.E. Never yaje hageze
Courage to you Gaël and Umukubito tv team
Asha n'ijisho ni Black.
❤❤
Juste Gäel kuyindi mpwemu kbx kukiganir cz hubahw kbx hama SON EXCELLENCE umujama wa bajene yirambir 💯🇧🇮
Congratulations once gain #Juste_Gaël you are the number one in our country 🇧🇮🇧🇮. Strength to you💪🏿✊🏿
Proud of you Just Gaël. Heshima kwa Mzee wetu 🙏
“Ndifuza ko u burundi cyaba igihugu Bio” ! Eh 🤔 Respect Kabisa. God bless your plan. Mpise nkumbura i Karuzi. Nzahasura vuba kandi nzagera i karuzi. Ese baracyahinga umuceri muri wa mwonga ugana i muhweza ? Nzahagera pe❤From Rwanda🇷🇼
Courage Gaël na félicitation kuronka umutumire w'iteka kugeza kuri urwo rugero. 👏
Courage mon Frère Gaël witway neza
Kuko wabajije ibibazo ngirakamaro .
Juste Gaël kuyindi mpuemu idasanzwe 🔥 big up Sanaa👊👍
WaowwwNdayishimiye Mukunze kurushaho❤ Mukuyeho inyigisho Nziza Cyane
Thank you for your motivation to the young generation sir we love you from 🇷🇼
Long live H. E 🇧🇮 love ❤️ from MALAWI 🇲🇼
Big Love from Baraka TV +257
Kuyindi mpwemu idasanzwe!!!🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Biranezereye cane kubona nyenicubahiro umukuru w'igihugu général Neva aba hafi y'urwaruka turaviyishimiye pe🙏🙏🙏
Twarahezagiwe cane kubona umuvyeyi mwiza nkuwu mugihugu cacu c'uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sha nukuri uwu president azogume akunda urwaruka azokwigarurira igihugu azotwara igihe kirekire😍😍😍🥰🥰🥰🥰🤗🤗🤗❤️❤️💕💕😘😘♥️😘♥️😘♥️😘♥️😘♥️😘♥️😘♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶🫶Amen namwe ibahezagire😊😊😊😊
Much love from RWANDA❤
Gen Neva aca bugufi cyane peee
Biragaragara ko biriko bija kuyindi mpuemu idasanzwe, big up sana G. kuba watuzaniye umujama
Ikiganiro ciza cane
Love from BE CHAP TV 🇧🇮
uwutokeza umukubito yoba arinyanka burundi❤
Imana ikomeze kukugira umutobozi mwiza ndizeye kuzotugeza aho twari twarabuze mfise icizere lman iguhezagire president
Bravo Gael wabajije ibibazo vyubwenge cane.
Chapeau
Cane ❤
Abigira abatananirwa barihe Nice brother
Je suis le premier à avoir vu cette belle image. #Courage Juste Gael...🇧🇮🇧🇮🇧🇮