Gaston, franchement parlant. Uri umushingamateka, ariko ntuja mu nama. La fois passée, Gélase yarakubajije igituma udatonda ngo uterere mu bikorwa vy'inama nshingamateka. None wewe ntiwatowe, aba gutoye nta compte à rendre. Ariko turazi ko kirya kibanza ari DD yakiguhaye, ntiwatowe. Bakiguhaye kuko wabaye intungane ntuvuge ibitagenda neza. 😊😊😊
Sha aba jeunes bose bose atanumwe avuyemwo bari bakwiye kugira urunani bagasaba abatwara(abitoza) ko bogira projet d'intervention dans le cadre de leur foramtion et leur avenir. Nayo mukishinga gutogotwa mumyambaro ja rouge-vert-blanc ndabarahiye mwese muzohitanwa na AVC mudakwije na 50ans. Erega Mandela yarabivuze ati the power is in yr hands.Arongera ati you have to knwo what you want🤔 Nimba mushaka kuzosaza musega abakuru komerezaho. Nimba mushaka kuzoba abakuru you have to know what you want and fight for it koz you have power in your hands👌
Reka Gaston gutera inkuru, ntavyo Peter yaguhanuza. Kwari ukurya umushahara n'uturusho. Aho harico woshikiriza wakoreye Abarundi bokwibukirako, reka reka ku blagua
Gaston ntabeshe, igihe yiga kuri ETESA i Gitega, yarakina football kandi neza cane. Niwe yikorera team yose. Yari actif muri sport. Niwe yatwara na JRR kuri iyo shure. Il était actif ntabeshe kabisa.
Wamumenyesha makuru wee urabe wisunganye iyontwengo irashisha urikumwe numwubahwa bukoresha professionalisime quand même😢
Gaston, franchement parlant. Uri umushingamateka, ariko ntuja mu nama. La fois passée, Gélase yarakubajije igituma udatonda ngo uterere mu bikorwa vy'inama nshingamateka. None wewe ntiwatowe, aba gutoye nta compte à rendre. Ariko turazi ko kirya kibanza ari DD yakiguhaye, ntiwatowe. Bakiguhaye kuko wabaye intungane ntuvuge ibitagenda neza. 😊😊😊
Journaliste ikiganiro kiraryoshe ariko Nawe uraconona utwenga cane ugaciramwo umutumire urakeneye formation.
Son excellence Gasto,urumugabo w'intore,ndagukunda cane kubutwari bwawe,Nababuze cane Son Excellence, ndabakumbuye.umutima mwiza ufise Imana iwuguhezagirire,waranfashe mumugongo,umbogorera umuryango wagira utembe,Imana iguhezagire.
Umunezero uri muri kristo Yesu ndahiriwe kuba nibereye muri we. Gaston Ari cool
Uyo mu Journaliste atwenga nk'ufis ihungabana !!
Sha Gaston nari nagutoye kuko wari watwemereye Restaurant rusangi ngaha muri ville kandi ndumvise muri plan vyari gukunda.
Abantu batagutoye sindabatahura
Kandi iyo ntumviriza iki kiganiro sinari kumenya kuri serieux nkuko kweri
Nipfuje ko twomenyana nuko bidakunda
Ndagukunze vraiment cane
Excellence,Mr,Gaston,un Homme intelligent,calme et posé ,apparemment très sociable,expérimenté,qui devrait être rentabilisé au profit du social.
Nsi vyiza gunseka cane mukiganiro icari cocos ukeney formation
Le journaliste arakwiye une formation professionnelle.Umutumire araryoshe ariko umumenyeshamakuru arabisha ikiganiro atwenga ubusa agaciramwo umutumire.
Gaston Sindimwo, umwana w,iwach sha.
Imana ikomeze ikuzigame kandi izokugirire neza.
Ivyo umuntu acamwo nivyinshi ariko Umucamanza ni Yesu wenyene.
Ntihagire abagutera amabuye.
Ntawutagira umusaraba muri iyi Si.
Komera bro wanje❤️❤️🌸🌸
Mbaye uwambere🎉🎉 reka nicare
Pole sana mutama !!
Ntakintu kibabaje nko gukubitwa numugore 😭😭
Niryambere numvise umuntu yemerako yadubura cn Ari kugwego gwawe muta😂😂
Nivyiz cane kuvyemera kuko biratera intege abashaka kubivamwo bakumva ko akagumye bagumako mpaka bigator umurongo
ari honnete
Ababona kuyumusaza asa kndi akavuga nka Abel Nduwayo😂😂😂
Niwekugasaka
Ego vraiment barasa gose
Nanj nari nabi bony
Jew mbere ntarasoma titre narinzingo niwe
Ijana kwijana ngir haric bapfana
Mwiriwe neza.ndashimiye umumenyeshamakuru ndashimiye kandi n'umushingamateka Gaston.Wabajije neza cane nk'umunyamwuga ndaguteyintege.Ndagutahura cane kubona watwenze kuko n'uyundi uwariwewese yarigutwenga ariko uzohore ubikora bukebuke kuko bica bitanga ishusho nziza y'ikiganiro.Ariko ndagaye cane abitwa ngo bariko baraguhanura ariko bagasa nabatukana!sivyiza nagato kubabikoze ndetse ntibiba binadyoshe gusoma!Nivyiza gutera intege umuntu mugihe atakoze ibiterasoni!
Very nice interview. Ari munutumirwa ari very very cool na joyrnalist yabajij neza cane i dont see anything wrong yogutwenga
Gabanya gutwenga ubusa gutumira umuntu ugashinyika gutyo vyerekana ubunyamwuga buke nukutubaha umutumirwa wisubireko ,ahogutekerexa ivyumuganiriza urashinyika ubusa.
Ndasaba Magic TV izoze iratumira abandi bategetsi mukiganiro nkiki. Vyofasha caane gutanga espoir kubantu bafise ubwoba kwa kazoza kugihugu no kuribo.
Wow i did like your conversation
Wabajije neza ariko iyontwengo fo changer unabaze utuje😢😢😢😢
Nkunda Gaston kweli.
Napoléon yavuze Ari intumbero yamashengero nukubuza abakene kwica abakire.rero abategetsi kugira ubwoba birumvikana kuko Brazil ko hari abanyagihugu bararonka Ico bafungura Kandi Imana ikunda abantu Kandi ituga ryigihugu Riba zishobora gukwira abanyagihugu bose.ubwoba rero ndabitahura pe.
Pole mutama. Abadiridiri ngirango n'ibiswi vy'inkona vy'uno musi.
Imana ikurinde Gaston ikuzigame mukunzi
Love from rwanda❤❤
Reka kuguma utwenga nkikigugu ba sérieux uko re nkumu professionnel !!
Vyiza cane ingene mwakoranye Na Nyakwigendera Nkurunziza 👍🙏👍
Uwu journalist anacheka vibayaa😅
Atwenga nkuko yaremwe nawe twenga nkuko waremwe. Mu muhore nuko Imana yamugize!
Aba politiciens b’Abarundi bashingira kikintu kimwe gusa nta politique baba barimwo zero , nta projet Atari Amacakubiri no gutinyana
Sha aba jeunes bose bose atanumwe avuyemwo bari bakwiye kugira urunani bagasaba abatwara(abitoza) ko bogira projet d'intervention dans le cadre de leur foramtion et leur avenir.
Nayo mukishinga gutogotwa mumyambaro ja rouge-vert-blanc ndabarahiye mwese muzohitanwa na AVC mudakwije na 50ans.
Erega Mandela yarabivuze ati the power is in yr hands.Arongera ati you have to knwo what you want🤔
Nimba mushaka kuzosaza musega abakuru komerezaho.
Nimba mushaka kuzoba abakuru you have to know what you want and fight for it koz you have power in your hands👌
Uno naw yivugisha ivyongereza atazi ,naw nasokorok agiric ahinduy de plus que vous,Hama irambir Gaston
abagabo turahanzwe n,isi
nuyu musaza manawe
emwe hagutinya intare yishwe na Samson wotinya intare yishe Samson😱😄😂
Nkaho icokigabo kiriko kiratwenga iki??
Ivyovyerekana kudaha agaciro umwuga ukora.
Subira kwiga.
Polesana Mutama w'amateka turakwubaha.
Courage cane my Friend Franick imber gose kbx🥰🥰🥰😍😍😍
Gusa ndaguhojeje kuba umugore yarakugambaniye😊
Turafise ubwoba bwa kazoza vraiment that reality
Mpore kabisa!
Gusa muzozane n’umugore akarimi kumwe 😅
Iyo ntwengo yawe munyamakuru irasarisha none nkubu wotumira HE ugakuma utwenga nkuko ubomagurika
pole Gaston. kandi bonjour
Umusaza ari cool vrt,atandukanye mumutwe gosee naba nditije
Ari cool vraiment
Sha twenga nkaba jrnaliste bar professionnels, exemple, juste Gaël arakunda gutweng arik arabipa.xo ahand nbn crg
Umu journaliste arakwiye kwiga gukoresha le vouvoiement ariko araganira n'abantu bakuru na cane cane ariko araganira n'abategetsi nk'abo
Gaston ikiganiro cyawe ni cyiza Muze kuri MubwireTV murebe nibindi biganiro byiza
Bien dit idee ya restaurant universitaire irakenewe
From USA ❤❤ ndakunda Gaston nukuri 100% Aratera brague sanaa .vice president wusirimu mugisagara iwacu Walah aterinkuru sanaa kamdi yariyakiye kuvyumugore twabonye bumusazi . Abagabo benshi bagendanubuhinda kumitima turabizi kubera abagore.ubu nukuba nka Paul mweranda tukabivamwo burundi abagore bakaja biromgora baragatsindwa!!
🤔🤔🤔🤔🤔😜😜😜😜
@@user-ld9mg1hf2vnciye ngira amatsiko yo kubamenya kubera iki ciyumviro 😭😭
uyo mutama aratwenza sana
vraiment ntibigukwiye kuza ku ma channels nkuwabaye V/P de la republique. nibura RTNB kuko nirwo rwego uriho. wataye agaciro kabisa.
Ntagaciro yataye. Ahubwo azi ibigezweho. Nivyiza ko umuntu aguma muri public. Kandi isi tugezemwo niho igana. Social media yoroheje ubuzima. Azi ico akora. Ntagaciro yataye ahubwo yakongereye. Ndabivuga coe expert en Communication.
Very nice video 👍
pole , nawe warakubitice , baba aba gabo , baba abagore bose bararenganwa mumago . pole sana , nanje narabivuyemwo kukwanka aKARENGANYO PE
Ngo restaurants publics! Basi urashinga restaurant pour enfants de la rue, 3 fois par semaine basi ureke abarundi bose. Projets bidons!
Ndakunze Kino kiganiro.
Reka Gaston gutera inkuru, ntavyo Peter yaguhanuza. Kwari ukurya umushahara n'uturusho. Aho harico woshikiriza wakoreye Abarundi bokwibukirako, reka reka ku blagua
Uyumusaza yubahwe aratwenza
Pole ndugu, kandi ukomere
Gaston wew ntaco mwari gupfa n umuntu kuko urinze uja harya waba wizeweko ata influence
Ntabeshe nukuri ntihahohoterwa abagore gusa, hariho n'abagabo bahohoterwa mu ngo zabo turabibona mu kibano naho bitari kurugero rumwe n'abagore
Ikiganiro ciza ariko uyu mumenyeshamakuru yitwaye nabi mugutwenga cane aramenana amatwi cane kandi vyotuma numuntu amwima ikiganiro
Baze bafata umwanya wo kwitegurira ibiganiri bashiremwo umuco ndundi wo kwubaha ninde wundi yomuha ikiganiro kubantu twubaha nkaba turetse naba Imvugo yo kwubaha tuyigira mumuryango baze bagira imvugo yubaha
ingo zubu ziragoye vraiment
Un rire démesuré durant l’interview
Et le non respect du protocole (manque de vouvoiement ).
Gaston uvuze ukuri abagabo turahohotegwa cana mungo zacu
Uyumugabo ndamwindira numunyakuri cane,uhezagirwe Gaston
Ako gatwengo simbona icokavako ntagitwengeje numvise!! Nibaza ko wokwikosora.
Abantu bamwe sinzi uko babaye. Iyo TV yiwe urafise mw'umutahe?
Yibazako ivya réfectoire commune twavyibagiye
😅😅😅😅
Niyirambire Mutama.
Journaliste uzoze ugabanya gutwenga cane birica ikiganiro
Gaston ntabeshe, igihe yiga kuri ETESA i Gitega, yarakina football kandi neza cane. Niwe yikorera team yose. Yari actif muri sport. Niwe yatwara na JRR kuri iyo shure. Il était actif ntabeshe kabisa.
Basha urukundo ruraryosh kwer rukiri rushasha rumaz kubiha ni Noma saaana
Bwabundi gutwara ntivyizana kabisa.Iconzi co nuko vous etes sportif vraiment.Mvuga ivyonzi kuko haraho twahurira.
Gutwenga nibon cane,muganira bisanzwe utamubaza nkuri murukiko 😂kd bituma uwo ubaza aba courageux kubera yumva atabihije inkuru, please try to see things positively
Bije ku mpwemu idasanzwe ngo : CNDD-DDD niyo yakozumuti muri Uproma ikoresha Kirohambuto Mbayahaga😝😝😝😝
Ejo hahise Reverien bamubajije amakarata CNDD-FDD iri gucanga muri CNL ararahira ararengwa🤣🤣🤣 Reka ngaruke kuri MBAYAHAGA ubu yirigwa aracanga amakarata akoresheje Bibilia🤔🤔
Ewe Burundiiii cibare c'abacancuro genda waracotseeeeeee🤧🤧🤧🤧
Ubwo uyu mugabo yari mwene wabo w'umukuru w'igihugu uko mbyumva,kandi président yihitiramo uwo yizeye.
Ntampamvu yokubana numuntu mwirirwa nurarwana.vyiza muravana..warakoze diiiiii.uryamugore imenga avukana namavubi nagende ayasange
Canke burya yaramutunganiriza?
@@eliusbizimana7646 erega nyene nomurugo utamutunganiriza usanga bigoye cane.hary usanga yarabuzuko abimubwira agaca yigira kurya basi kubera ishavu.
Ico kintu avuz cabapolisi bagendanira abantu biransesema, nimbwa ningurube yose yitwaza umupolisi😢
Imbwa ninde ?
Ingurube ninde ?
Uratukana gusaaaaa
Intwengo sivyo, biraba Abo muyaga
Twaratwawe n'imbwa basha
Ukuntu amuvuga muri kubu vyerekana ko bakivugana n'ubu. Ntiyihenze mu guhadikiriza muri kubu arazi neza ikirundi ndamuzi 😮
Gutanga n'ugupfa journaliste 😅😅😅
Umurundi ntabwoba azoreka kugira hakiriho abafatwa bakabura irengero, banigurwa nkinkoko
reka kuzana ayo matiku wurya wozana izina ryumuntu amaze kuburirwa irengero mureke ayo matike yanyu
@cleanshine-xm3ho13:11
Nukuri raba rero kumategeko mufata mubone konamwebwe muri musi yizuba !!! Muze mubazwe impamvu muguma musenyura Ingo zabandi ? Mutazi konizanyu zizobomoka hindundura amategeko ataruko habaye buraya
Gabanya kuguma utwenga
Reka nitwengere😁😁😁
Gaston aratera inkuru: umusi unwe nzomurondera twiterere inkuru,na rirya turi urunganwe rumwe.
Ivyo yavuze harimwo ukuri.
1) None umugore wambere ari hehe?
Baravanye na we?
2) None azosubira kurongora?
3)watanguye kuba Vice president ufise itunga ringana gute? Wahejrje ufise itunga ringana gute?
4) Président ahembwa angahe?
5) vice président ahembwa angahe?
Ivyo ni vyo bibazo nzomubaza.
Ngo président yamushimye iki? Ko atazomu challenginga kuko yar'azi ko ahahamiye ubutegetsi. Gukurira muri politique ntaco vyamumariye. Ivy'umugore navyo abakunzi b'inda 2 ntibasangira inkono. Yaje yishakira akanoti asanga nawe umusumvya ubusambo. Ngo abagabo barahohoterwa n'uko batagira aho bavugira. Ko uri mu nama nshingamateka ukora iki kugira bose bakingirwe ihohoterwa? N'ugutora perdiem gusa wadugije intoke uhumirije ngo watoye amategeko? N'ubu abahohoterwa baruzuye ariko umengo ntaco unezwe.
Umutukiye iki kandi muvyukuri wumvirije ivyavuze wumva kwatakabi kiwe?
uraseka cane uri to much gabanya
Abashingamateka biburundi narumiw 😂nindaya zokugwego gwohejuru abagore babo baragow. Haruwonzi umugore wiw yarabayeho nabi kuburyo atamusumira yirigw arasuma ashira abandi bagore hanz 😂nayo kumugirira nagatenge vyo numugani, yagenda hafi kwambara ubusa. Nawe kubera yarumushomeri yaravuyemw aradeprima. Nukuri yarababaje yarafise ibisera ahoyamuhondara.mpora ndamwitegereza nama costume naraba umugore wiw😢nkarira
Umugabo n,umwana wabandi🤐🤐
Ark nabagore bagoye pe
Wangu gabanya guseka cane twuvirize ikiganiro
Umusaza yarashishwe
Abagore bamwe nibisambo, namabandi aza kutwiba
Ndamwemeye peee nawe numva yarahagorewe
Kuri 17min:50 sec harantangaje cane😊
Irambire mutama
Nta munye politike amenya umugore n'umwana
Soit professionnel ubaze bukebuke kandi utekanye uri mukazi kirazira kuza uratwenga canke ushiramwo utwo tuntu ngo aah please bireke
yeah atwenga umwany munini 😢ahndi ho car kiryosh kuk yabjij umunt akenew
Bro gabanya gutwenga. Really unprofessional during interview.
Ariko birababaje mbega namwe birababako muri abakuru? Erega twebwe twagowe abagore bagiye kutumara none perezida ntakintu yodufasha?
Inumero za Gaston Sindimwo ndazikeneye svp!!
None abamucunga bari aba CNDD FDD cnk bari Ingabo z’igihugu? Arahuvye 😅
Wakoze kubibazo bijanye na Feu Nkurunziza.
Urakwiye kuzotegura ikiganiro cihariye kijanye n’ingene bakoranye.
TURABIBASAVYE CANE!!!
Uyu musaza aratwenza ndakesera 😂😂😂