Twatembereye MUTIMA mu NZU yiwe mw'ijoro//Iyi NZU ndayigurisha//Ubukomezi bwayo//Igituma ndabikoze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 มี.ค. 2024
  • Twatembereye MUTIMA mu NZU yiwe mw'ijoro//Iyi NZU ndayigurisha//Ubukomezi bwayo//Igituma ndabikoze
    #mutima
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 147

  • @Zadig_Le_Juste
    @Zadig_Le_Juste 2 หลายเดือนก่อน +9

    Abatahuye KO iyi nzu atariyo kwa Mutima ampe like🙄

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x 2 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤ another banga i will buy that in a decade rome wasn't built in a day

  • @vincent9132
    @vincent9132 2 หลายเดือนก่อน +1

    Love this man keep up good work brother ❤

  • @ericciza926
    @ericciza926 2 หลายเดือนก่อน +7

    None Mutima ariko Araresha nuko atereta niyo nvugo akoresha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @kumuyabury3188
    @kumuyabury3188 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi ninzu kabisa 🎉congrats

  • @akaakimana6131
    @akaakimana6131 2 หลายเดือนก่อน +4

    iyo nzu nyimba agomba ayigurishe azoba ahomvye gose kuko nk'ubu ayishize kuri B&B umwaka umwe yoba agaruje ayo yayubakoshije.

  • @UwitingiyimanaAlphonse-zy1ct
    @UwitingiyimanaAlphonse-zy1ct 2 หลายเดือนก่อน +2

    Imana iraguha ntimugura p

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x 2 หลายเดือนก่อน +7

    Mutima ivyo bihugu uguma uvuga il y a l'exagération c'est la gigure de style tu utilises pour séduir mais au contraire c'est une belle maison

    • @audacenibaruta.
      @audacenibaruta. 2 หลายเดือนก่อน +2

      Erega il est comedien.

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 impuzu bazibika mubinyankonge😅😅😅.ew mutima nawe ushiramwo akabirya.so iyonzi ninziza😊😊😊

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi 2 หลายเดือนก่อน +6

    😂😂😂korako wumvirize

  • @jordyjoelbaroreraho1212
    @jordyjoelbaroreraho1212 2 หลายเดือนก่อน +3

    imisomesho ya mutima ikwiriy trophée ya 🤣🤣🤣🤣🤣Oscar

  • @florisdusabe7238
    @florisdusabe7238 2 หลายเดือนก่อน +5

    Ariko vrt nimba atarugupinzanya ibi vyose mwabikuye kuri Fabrice.
    Fabrice wa miroir yubahweeee.
    Yuguruye imitwe ya benshi.

    • @sumaje
      @sumaje 2 หลายเดือนก่อน

      Na so!?

  • @JoselyneMunezero-oe9gs
    @JoselyneMunezero-oe9gs 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima uranyisheeee ngo akabara kajoroboroye😂😂

  • @MELCHISA229
    @MELCHISA229 2 หลายเดือนก่อน +1

    Exe mutima sha !! Ngo cousine !! Cank ni cuisine

  • @migambimaan2164
    @migambimaan2164 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo nzu nubuyobe turahumiweeee, ni importe iyonzu, uretse uwuriko arayigurisha niwe ar'umurundi kbx😂😂

  • @niyomutabaziisabelle3053
    @niyomutabaziisabelle3053 2 หลายเดือนก่อน +2

    Iyonzu iherereyehe

  • @irankundaemeryne844
    @irankundaemeryne844 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ngo ibintu ni vyavyavya ngo n'umwonga😂😂😂

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mutima ❤

  • @user-ef2un5rr6h
    @user-ef2un5rr6h 2 หลายเดือนก่อน +1

    mutima wubahwe urimukazi kose❤

  • @IDUFASHE-FRANCK-TELANGA.
    @IDUFASHE-FRANCK-TELANGA. 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iyoneu ndayikeneye mutima😊😊😊😊

  • @neric37
    @neric37 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mugabo ko uvuga wubakijije ibya mva makungu, urumva uri fière!!!

    • @sumaje
      @sumaje 2 หลายเดือนก่อน

      Urarane alternative vyoba vyiza

  • @alicenduwayesu7245
    @alicenduwayesu7245 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂ebaga cousine yikwije😅😅

  • @isufurajabu3487
    @isufurajabu3487 2 หลายเดือนก่อน +2

    Egoooo 👍🔥

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 2 หลายเดือนก่อน +3

    Nububeshi sigwiwee

  • @ueush643
    @ueush643 2 หลายเดือนก่อน +1

    Utabeshe mutima ni rwae vraiment 😅😅😅😅😅😅

  • @wamburawamba5181
    @wamburawamba5181 2 หลายเดือนก่อน +3

    Nyumba ikovizuli kasoromoja.ni
    Choo hamujaboresha vizuli sisi
    Tunao ishi huku chi za inje. Tuna itaji choo kipana sio kifinyu vinginevyote nimewapongeza

  • @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg
    @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg 2 หลายเดือนก่อน +1

    Urashobora guheza kurya aka lette ugaca ugakaraba ugaca wihanaguza impuzu😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @JoselyneMunezero-oe9gs
    @JoselyneMunezero-oe9gs 2 หลายเดือนก่อน +2

    Oya ntiyabize harya hari lumurango ubu naho nimwijoro atwerekz amatara

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 2 หลายเดือนก่อน +2

    Uramamaza gushika naho niyumvira ko not notsinda muri bet nkaryumuzungu kugira ndayigure

  • @ernestciza4315
    @ernestciza4315 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ushaka anagahe mutima

  • @user-go5qv6nl5q
    @user-go5qv6nl5q 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ishaka angahe mutima

  • @AfrodDre_Official
    @AfrodDre_Official 2 หลายเดือนก่อน +1

    🤣😂uyu mutipe numukomedi murivyose Akora ndake!

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw 2 หลายเดือนก่อน +4

    Ibintu ni PYAPYAPYAAA!
    Jewe nifuza kuyipanga.
    Birashoboka ?

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima uratwegahuy imbazu zacu😂😂😂

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 2 หลายเดือนก่อน +2

    45:37, Abantu tutumva icongereza, turasavye mudusigurire amajambo agoye😁😁

  • @fidelnjiwa1515
    @fidelnjiwa1515 2 หลายเดือนก่อน +2

    Inzu ifise amabara ama 200. Amatara nayo wokwibaza nimuri disco 🪩. Gusa nakunze ingene yubatse hanze

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 2 หลายเดือนก่อน +3

    Reka norore inkwavu iyo nzoyikugurira kabisa. Mutima don't worry.

    • @sandrenciza7688
      @sandrenciza7688 2 หลายเดือนก่อน +1

      😂😂😂

    • @Kekekerciensab7895
      @Kekekerciensab7895 2 หลายเดือนก่อน +1

      😂😂😂😂why not courage @Alvella

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life 2 หลายเดือนก่อน

      Shiramwo nimisiba yose hamw ninsazi

  • @JeanboscoNzoyihaya
    @JeanboscoNzoyihaya 2 หลายเดือนก่อน +1

    Aband barubaka ama cousine atar moderne ew mutima sha 😂😂😂😂😂 cuisine #cousine

  • @StiveBigi-lj2qc
    @StiveBigi-lj2qc 2 หลายเดือนก่อน +1

    𝘾𝙤𝙪𝙧𝙖𝙜𝙚 𝙨𝙖𝙣𝙖 𝙢𝙪𝙩𝙞𝙢𝙖 𝙘𝙤𝙢𝙚𝙙𝙮 🎉❤

  • @emerynkurunziza2951
    @emerynkurunziza2951 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iri quartier iyihe?

  • @anicettanyoni5348
    @anicettanyoni5348 2 หลายเดือนก่อน

    Uzi icongereza cane😂😂😂😂

  • @Faizomelodyvm1yc
    @Faizomelodyvm1yc 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ikaro imyaka icenda udakoropa😅

  • @reubenbayubahe7930
    @reubenbayubahe7930 2 หลายเดือนก่อน +3

    Mutima tubwire iyonzu yiri kurangahe

  • @NkingiAlbertKelly
    @NkingiAlbertKelly 2 หลายเดือนก่อน +2

    Gusa nyene haguma harimwo comédie

  • @josaphathatungimana3504
    @josaphathatungimana3504 2 หลายเดือนก่อน +3

    Iherezo,tuzomenya neza ivy'iyo nzu,

    • @minanipascal4971
      @minanipascal4971 2 หลายเดือนก่อน +2

      Iherezo ryayo nuko igurwa ntabindi.

    • @lionelbayubahe7458
      @lionelbayubahe7458 2 หลายเดือนก่อน

      Iyo nyeneyo ndamuzi uwo ni commissaire 😂😂😂

  • @NkingiAlbertKelly
    @NkingiAlbertKelly 2 หลายเดือนก่อน +1

    None kwatavuze quartier iherereyemwo?

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana5453 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima, ingeso yo kwihanaguza ku mpuzu Noooo

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima ark naw ayomatar yaguhabuy ugum uvyondagur urashoboy publicit kbs

  • @Mfalme23
    @Mfalme23 2 หลายเดือนก่อน +1

    No wonder why there’s never enough electricity, too much lights for no reason .

    • @user2379
      @user2379 2 หลายเดือนก่อน

      Let the business man do bisiness

  • @superApollo2012
    @superApollo2012 2 หลายเดือนก่อน

    Mutima the illusionist 😂😂😂

  • @abimanabenigne6893
    @abimanabenigne6893 2 หลายเดือนก่อน +1

    Akabara ka rouge mugabo kajoboroye😂😂😂😂😂

  • @roseb8052
    @roseb8052 2 หลายเดือนก่อน

    Munyamakuru utegezwa kwisuzumisha imwijima

  • @vestineniyonkuru2612
    @vestineniyonkuru2612 2 หลายเดือนก่อน

    Ishaka angahe iyo nzu ?

  • @roseb8052
    @roseb8052 2 หลายเดือนก่อน

    Uravuga neza Mushingatahe

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amashurw yokwa Mutima arafis peau 😅

  • @NishimikijimanaBelyse
    @NishimikijimanaBelyse 2 หลายเดือนก่อน

    Igurwa angahe? Iri muri quartier iyahe?

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 2 หลายเดือนก่อน +1

    35:58 Ilitiro zingahe???🤣😂🤣😂🤣😂. Urangandaguye😂😂🤣🤣😂

    • @grettamukezamfura408
      @grettamukezamfura408 2 หลายเดือนก่อน

      Imiliyoni zitatu nigice😂😂😂😂😂😂😊

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 2 หลายเดือนก่อน

    😂 ayo matara niyo atumye ntagura iyo nzu 😂😂😂

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 2 หลายเดือนก่อน +1

    Kirazira kuvuuuuga vyivyi utaravuga aho inzu itumbereye (Quartier )niho tumenya kwinzu vyukuri araho twofiza bivanye nuwuyishaka

  • @JeanineNtakarutimana
    @JeanineNtakarutimana 2 หลายเดือนก่อน

    Angahe ndayigure

  • @JoselyneMunezero-oe9gs
    @JoselyneMunezero-oe9gs 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutima baguhe inoti pe uranazikwiy

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 2 หลายเดือนก่อน

    Haw mache?

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo diri yo kugurisha amazu y'aba diaspora urayishoboye .By the way inzu ni nziza

  • @UrugendoRwiza
    @UrugendoRwiza 2 หลายเดือนก่อน

    Canke numu commissionnaire ?

  • @christella5092
    @christella5092 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nduwa1

  • @alexandrehatungimana6893
    @alexandrehatungimana6893 2 หลายเดือนก่อน

    Iyo comédie niyo😅😅

  • @nadiavyukusenge4970
    @nadiavyukusenge4970 2 หลายเดือนก่อน +4

    Urashoboye publicité ❤❤❤❤

  • @isufurajabu3487
    @isufurajabu3487 2 หลายเดือนก่อน

    Waritonze pee

  • @mumu774
    @mumu774 2 หลายเดือนก่อน

    Urazi kugira publicité😂😂😂

  • @MwisenezaPascal
    @MwisenezaPascal 2 หลายเดือนก่อน

    Iyonzu nangahe? Ndayishaka

  • @reubenbayubahe7930
    @reubenbayubahe7930 2 หลายเดือนก่อน

    Dushaka kumenya ibeyi

  • @SakubuJackson
    @SakubuJackson 2 หลายเดือนก่อน

    Komera

  • @user-ie2qy9oq1j
    @user-ie2qy9oq1j 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nangahe muvuge igiciro

  • @alicenduwayesu7245
    @alicenduwayesu7245 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ati obergine 😂😂😂😂😂

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @alicenduwayesu7245
    @alicenduwayesu7245 2 หลายเดือนก่อน

    Nubuyobe turahumiwe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe Mutima sha nibaguh amapublicit tuze turitwengera........😂😂kora kwibivyuma😂😂ngumvirikaro udutara dutuma tutinaga ntakwinaga

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 2 หลายเดือนก่อน

    None iri hehe,igurishwa angahe

  • @hollanddutch-day
    @hollanddutch-day หลายเดือนก่อน

    Iri muri Quartier iyihe iyo nzu

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 2 หลายเดือนก่อน

    Ngo egoooooooh 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-ds9gc3wx4n
    @user-ds9gc3wx4n 2 หลายเดือนก่อน +1

    Um ingénieur yubatse iy nzu ng yavyigiy mubuhindi agira stage mur india Mutima uranryoher 😅

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 2 หลายเดือนก่อน

    None ko mutavuze igiciro ?

  • @IRAKOZEBora-bz4zc
    @IRAKOZEBora-bz4zc 2 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂 obergine😅

  • @HilaireUlimwengu-dz2sg163
    @HilaireUlimwengu-dz2sg163 2 หลายเดือนก่อน

    NN ni première qualite çank ni first qualite

  • @belysekajambere9576
    @belysekajambere9576 2 หลายเดือนก่อน

    None ko mutatubwiye irihh? Nangahe sh mutima😅

  • @jalanoman6236
    @jalanoman6236 2 หลายเดือนก่อน

    👍👍👍💯💯

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ni mu Burundi nyene. Mu bihugu biteye imbere ntibubaka gutyo. Amarango meshi nta kizungu kiremwo.inzu yikizungu ntigira amarangi meshi,wapi,ni indundi nyene

    • @inamahorofany
      @inamahorofany 2 หลายเดือนก่อน

      Ifise irangi imwe ahubwo amatara kuber afise couleur nyinshi ucubona umenga inzu ifise Ama couleur menshi sinon ni couleur imwe knd imeze neza pee tuzoyigura vuba 😂😂

  • @UrugendoRwiza
    @UrugendoRwiza 2 หลายเดือนก่อน

    Iyonzu nigwiwe none?

  • @bercyhot5924
    @bercyhot5924 2 หลายเดือนก่อน

    Iyi nzu ngo niya mutima???😂😂😂😂iyi simwe iri mu kizingwe iri kwi soko???😂😂😂😂

  • @Examenjs
    @Examenjs 2 หลายเดือนก่อน

    Iyo nzu itumbereye hé ?ingurishwa angahe?iri muri ares zingahe?Nico dukeneye kumenya🙏

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 2 หลายเดือนก่อน

      Nibatubwre nukri😂😂

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 2 หลายเดือนก่อน

    Gusa mutima ararenze kabsa, nkiyo nzu arabona yoyubaka?

  • @user-ce1ei8bt5f
    @user-ce1ei8bt5f 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nikomedi murashoboye😂😂

  • @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg
    @InnocentBIGIRIMANA-zu7eg 2 หลายเดือนก่อน

    Nsaba aka numéro ka fone canke de compte !twe siheza wangu!reka rero gusayangana mwenyene

  • @uwamahorojosianne7587
    @uwamahorojosianne7587 2 หลายเดือนก่อน

    Nangahe iyonzu ngamungenzi

  • @christella5092
    @christella5092 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ahantu hokubika obergine niho hanyeguye😂😂😂😂😂😂

  • @emilerojoh1379
    @emilerojoh1379 2 หลายเดือนก่อน

    Habuze technology

  • @sawudasawuda2838
    @sawudasawuda2838 2 หลายเดือนก่อน +2

    Uripfuje sha

  • @devoteinakanyambo5881
    @devoteinakanyambo5881 2 หลายเดือนก่อน

    Iri hehe none ?

  • @melchiademarisasi6584
    @melchiademarisasi6584 2 หลายเดือนก่อน

    Umu ingenieur yakurikiranye ino nzu yavyize mu Buhindi aca akorera stage muri India!MUTIMA vraiment imbavu zanje arazivunaguye!🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 2 หลายเดือนก่อน

    Urabishoboye ivya publicité kabisa 😅😅😅😅😅😅😅

  • @iratubonastam2248
    @iratubonastam2248 2 หลายเดือนก่อน

    😢ibintu ni vyavya😂😂😂😂