SIMBIZI ntaco asigarije WE LOVE MUSIC//Icatumye batajana BELGIQUE//Icatumye WE LOVE MUSIC isambuka
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 พ.ค. 2024
- SIMBIZI avuze kw'isambuka rya WE LOVE MUSIC//Icatumye batajana BELGIQUE//Inkurikizi yavyo//Inyigisho
@welovemuzika565 @melaninboy1 @Mista_aye
#bellissima #logo - บันเทิง
Bien dit Simbizi
Simbizi avuze neza cane 👌👌👌wubahwe iki kiganir kiratuma umugwi WE love music ukomera
Vyiza cyane Mr umuhushuro
Je valide
Up sana talo talo
Icakunaniy nukuryumunwa
Simbizi umntu wanje ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Uje gutukana niwe uba uriko uriyambura agashambara!
Geza aho😢😢😢
😊😊
Nabajije umuntu NGO Simbizi akoriki mur indstr ya music nzanunva ambwize NGO niweee muntu avugishaa ukurii😂😂😂😂😂 ariko uyumusiii niho nunvisee ko avuga nivyatazii😢 azoze aravuga ivyaziii simbona impanvu mumutumira🤤🤤
Simbizi arazi gusigura ibintu vrt ndamukunze trop
Big up simbizi
Painful truths
Nabarundi iyodukenye ngo turumvikana iyodukize ntitubira ivyodupfa ukaba ubeshe kbx
Abakunzi ba mavumba like muzimpe kbs
ikiganiro ciza mbay uw 2 umukubito
Ariko just simbona kuntuu ukunda gutumira uyomuntu kuko ntakintu kizima atubwira kuko muvyariko aravuga vyosee ntantikintu cyo kirimwoo🤤🤨 simbona igitum mumutumira😢😢
tanga numero zawe bazoze batumira wewe
Ntabubeshi burimwo hari bintu biriko birahinduk mur industry mumisi ihez abarundi barikumir babony umunyamahanga wameng niw akwiye intebe yimbere,arik ubu ntamakuru yabanyamahanga agum circulant ahantu hose ivyonivy gushimir demana,semavumba,...nibobashoboye kwugurura amaso bakoreshumwanya,...birigwa kukibuga cindege nudukamera basitana ngobagiy guteger umuririmvy wumunyamahang kandi batanarishwe
😂 muka jbl. Twaguheruka kera uraka. 😅
😂
Gael uriko igirira pub uwo mutype Kandi urumuntu mwiza kuko nttahandi yoronka ama views atari iwawe. So areke kuvuga ubusa kugira amenyekan we
ushaka amenyekane kangahe kandi umuzi wewe atanakuzi... pole sana