Abahungu ntibashaka kuturongora//SUGAR MAMY zatwiciye ubuzima//MONIA FLEUR abivuze vyose'

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 พ.ค. 2024
  • Abahungu ntibashaka kuturongora//SUGAR MAMY zatwiciye ubuzima//MONIA FLEUR abivuze vyose'
    @monia_fleur
    naolewa
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 228

  • @umukubito257
    @umukubito257  20 วันที่ผ่านมา +7

    Mushobora kuraba INDIRIMBO nshasha iryoshe ya MONIA FLEUR NAOLEWA by MONIA FLEUR kuri iyi link
    th-cam.com/video/2d4u5T0_QU8/w-d-xo.html

    • @user2379
      @user2379 14 วันที่ผ่านมา

      Mugihebihindute naho?? Niyo 500 akabura awahotatamw kubiheba??

    • @NRfFelix
      @NRfFelix 12 วันที่ผ่านมา

      Kkkkk ngiye kuyunva

    • @stevenkabandana2766
      @stevenkabandana2766 9 วันที่ผ่านมา

      I

  • @nsengiyumvafiston131
    @nsengiyumvafiston131 22 วันที่ผ่านมา +9

    Ntaco uracafise umwanya n'inkomezi zo kubivuga.... Rindira ugere ku myaka 50, ntuzoba ukivuga gurtyo, uzoba warahinduye iyo mvugo kuko uzoba warumiwe. Harih'amajambo tuvugishwa n'igihe tugezemwo n'ubushuhe n'uruhendo rw'ubuto, ariko uriko urakura bientôt uzosaza. Uzotahura yuko bonheur y'umuntu itava muvy'atunze.

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix1861 23 วันที่ผ่านมา +14

    Uyu mukobwa ubiravye ni mwiza eka nivyavuga ntaco bibaye , ariko no kuba so cute so natural izo ntoke umenga ni bimwe tubona muma film zama vampire, vraiment ntibakidoge ngo babuze ababarongora ubwabo n'ibi babera ntavyo Bazi naho umubwiza ukuri ko yarengej urugero yumva ko uri kumutyoza. 😢

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 23 วันที่ผ่านมา +17

    Gaeel jewe ndi umu mami akuze. Bahungu bacu,hako muzak muzana abakobwa,ataco bakora,baha i wacu mu ma quartiers residentieelle,muze murondera barya bakobwa bo mu ma quarier mato. Kinama,buyenzi,kamenge,au moins bamenyereye ubuzima buto,bazi nogukora ubuzi buto. ( gusuka,restauranter)

    • @clovisburundi190
      @clovisburundi190 22 วันที่ผ่านมา +1

      merci bcp pour votre conseil mum

    • @justinmuhimpundu2gmail
      @justinmuhimpundu2gmail 15 วันที่ผ่านมา

      Ukonukuri uvuz numumboner azigukor uzomump nukur jew nonamuh imitah

    • @musicrecitals3996
      @musicrecitals3996 14 วันที่ผ่านมา

      Uvuz ikintu gikomeye cane

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 23 วันที่ผ่านมา +6

    Abakunzi bumukubito✅🔥

  • @NduwimanaSammy
    @NduwimanaSammy 18 วันที่ผ่านมา +1

    Big up monia ndagufana uvuze ukuri kweli abahungu nobaze baradraga abakonwa bari kuri niveau imwe

  • @yvesiradukunda6239
    @yvesiradukunda6239 วันที่ผ่านมา

    Imana ikugendere mwana,ibanze ikuzure

  • @MeilleurGarc
    @MeilleurGarc 23 วันที่ผ่านมา +2

    I likee this intervieu😋
    Big up juste Gaël👊
    And i love our Beautiful girl #Moniafleur kand Courrage can akomez👌

  • @user-np9lw5kq6r
    @user-np9lw5kq6r 15 วันที่ผ่านมา +3

    Hhhh juste ako gakobwa karakunaniye nkeeh hose kaguma kagufise ntigipasa😂😂😂

  • @user-yb5rj6sr3c
    @user-yb5rj6sr3c 19 วันที่ผ่านมา +1

    Just gael uzi ko ndumufan waw ndakwemer san

  • @Mpayinkandayisnga
    @Mpayinkandayisnga 22 วันที่ผ่านมา

    Ndamweye pe👌

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing76 23 วันที่ผ่านมา +4

    First one ....mumpe like❤
    Big shout out kwa juste no kwa gaël👊🤛

  • @kamilgadobvs8112
    @kamilgadobvs8112 23 วันที่ผ่านมา +13

    Abahungu twaraciye ubwenge natwe umukobwa adafise ico akora ngo muhurize hamwe uyo nukumureka akigumira kwase na nyina😂

    • @donatienhavyarimana8581
      @donatienhavyarimana8581 23 วันที่ผ่านมา +2

      neza cane twe dukeneye abafasha ntidukeneye abafashwa mugihe nubwo bufasha atabwo

    • @Ungirenkugire
      @Ungirenkugire 18 วันที่ผ่านมา +2

      Uzashake umukobwa kubera ko akubaha wangu, uzashake umugore kubera indero, ibindi iyo mukoze mushyira hamwe Mugakoresha ubwenge Imana ibaha umugusha

  • @muhirwadenys1900
    @muhirwadenys1900 19 วันที่ผ่านมา +1

    Abarundi ndabakunda cyane

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 23 วันที่ผ่านมา

    Ndi number one

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 23 วันที่ผ่านมา +2

    Abakunzi bumukubito turahar ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 22 วันที่ผ่านมา +1

    Je nakunda monia kuva kera ariko Ubu yonzimba 😂 big up gael

  • @nkejimanadamien3502
    @nkejimanadamien3502 18 วันที่ผ่านมา

    Muranejeje cyane kabisa!!!

  • @regishabarugira9012
    @regishabarugira9012 23 วันที่ผ่านมา +2

    I really agree with Monia ko before yo kurondera uwo mubana,banza ubeho.On the other hand,Monia should know ko nimba Maman Papa baba munzu yabo mu kinindo or whatever,she has to know ko kuhahera bitaba vyoroshe iwacu mu Burundi unless uva muri famille nziza canke wakoze business at young age.Better is to go step by step and reach your goals together.

  • @mozboy-uc2rb
    @mozboy-uc2rb 23 วันที่ผ่านมา +2

    Gusa ndanezerw ukunt ibibazo vyaw ubikubita umukubito😀

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 23 วันที่ผ่านมา +2

    Jewe ndimuri team momo ❤❤❤❤❤

  • @AimeJururito-rm4st
    @AimeJururito-rm4st 5 วันที่ผ่านมา

    ubwose izo nzara watonora igitoki gute cyangwa wafura gute nokoza ibyombo,ntamugore ukurimo.umugore mwiza mufite amaga sha reka kuneneka ibyara nkibyikiyoni.

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 19 วันที่ผ่านมา +1

    Murakakanya ndiko nkurikirana iyi émission ndanumviriza akaririmbo "uri faible"

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 23 วันที่ผ่านมา +3

    Ubundi Monia Fleur niwe muntu wanj uvugisha ukuri Sister

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 23 วันที่ผ่านมา +1

    Umukubito ❤kumb mom arishura keza😅tora🎉

  • @IrankundaDayanna
    @IrankundaDayanna 8 วันที่ผ่านมา

    Wig mb nicakindi kizibira inda😅😅😅😅😅😀😀😀gaël🤣

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 10 วันที่ผ่านมา

    Gaël, merci de cet émission.

  • @ElieBayubahe-mo9rl
    @ElieBayubahe-mo9rl 23 วันที่ผ่านมา

    Moni,Big-up sana!!avugukuri nka yezu christu!!!@

    • @nadiavyukusenge4970
      @nadiavyukusenge4970 21 วันที่ผ่านมา

      Ntasoni???

    • @christella5092
      @christella5092 18 วันที่ผ่านมา

      Sa???avugukuri nkande????ntanisoni???ba uraba ivyuvuga sha nimba uhaze ntanisoni????

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 23 วันที่ผ่านมา +2

    Uvuze ukuri Monia

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 23 วันที่ผ่านมา

      Ukwuhe kuri? Muri 2024 umugore nukwinjiza murugo numugabo akinjiza. Uwo nawe ngo abakobwa bakeneye, bakeneye...😢

  • @XasanAduunyo-sp1wk
    @XasanAduunyo-sp1wk 23 วันที่ผ่านมา +4

    Kwubaka urugo numugambi w'Imana

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 23 วันที่ผ่านมา +1

    Ubugari uburya gute nizo nzara! 😢

  • @novencenahimana7373
    @novencenahimana7373 13 วันที่ผ่านมา

    Well done Monia !! I have a lot of admiration for your Interview. You have answered every single question convincingly using a proper example concerning relationships for true couples who want to build a sustainable family in the future. Very interesting interview to watch !!!

  • @niyomugishafabrice3044
    @niyomugishafabrice3044 23 วันที่ผ่านมา

    Such topics are so worth to be tickled these days👍.
    Young men and women are confused in terms of figuring out the partner due to real and unreal criterias to be taken into account. However, May you, for the next time, include in this discussion the conservation of the values of culture of our Country (Burundi).
    Anyway, it's been amazing 💫💫

  • @leecharon
    @leecharon 23 วันที่ผ่านมา +2

    🤣🤣🤣🤣 akaba proud nokuba umuhabara 😅

  • @Ahmedi1234
    @Ahmedi1234 17 วันที่ผ่านมา +2

    Ntag muzi ibibazo dufte turabaringora tubasjyira nubisaza bifte umwaka 80 byabamaze tuzabareka mwumirwe

  • @user-kr1ct7pf2s
    @user-kr1ct7pf2s 21 วันที่ผ่านมา +4

    Kandaho monia yibazako twibagiye bimwe vyaya video yendwa y'igipupe mugihugu ca Emirats arabes unis:Dubai

    • @ElyseeSagamba-vl7li
      @ElyseeSagamba-vl7li 19 วันที่ผ่านมา

      None uvyibutse bimutwara iki nawe bikakwungura iki?😂😂

  • @emeryburundi3696
    @emeryburundi3696 17 วันที่ผ่านมา +3

    Musaga for Jesus,,vive musagas

  • @adamfidele3790
    @adamfidele3790 14 วันที่ผ่านมา +1

    Sukudashaka kubarongora ahubwo nuko abakobwa musigaye mwitwara nabi umuntu agahitamo gushaka uwabyaye uzi icyo ashaka

  • @nyiringangoalain7103
    @nyiringangoalain7103 5 วันที่ผ่านมา +1

    Ubuse koko nawe urashaka umugabo umutungo ufite ari inzara wateretse ubwo zizabasha nokonsa umwana kweri

  • @wisemanfromzerotohero970
    @wisemanfromzerotohero970 8 วันที่ผ่านมา

    Izo nzara none bite vyaza

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 23 วันที่ผ่านมา

    21:20 harakaze😁😅😅😅
    Ngira afise umutama 😁😁😁

  • @M.gosheni
    @M.gosheni วันที่ผ่านมา

    Biragoye

  • @patricknsavyimana
    @patricknsavyimana 23 วันที่ผ่านมา

    Haahaa monia Fleur urantwengej😂 ngo mukeney umugabo azoguha ivyo wipfuza vyose😮 n'imana yaremye abantu ivyo yabipfuzak ntivyakunz,ba uriryoherw ur1

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 23 วันที่ผ่านมา

    Juste Gaël yatsinzwe 😂😂

  • @didiermusema
    @didiermusema 18 วันที่ผ่านมา +1

    For sure everyone be in your level economic

  • @EricNdanyuzwe
    @EricNdanyuzwe 23 วันที่ผ่านมา

    Hhhh Momo ndamukunda🌹🌹🌹

  • @gasangwajackson6519
    @gasangwajackson6519 10 วันที่ผ่านมา

    Ariko ndebera izo nzara Koko

  • @amolam97
    @amolam97 14 วันที่ผ่านมา

    Uyumukobwa yaragutse mumutwe peee 😀😀😀nciye mbona kwabakobwa bose ari bamwe 😀

  • @marctuyisenge393
    @marctuyisenge393 12 วันที่ผ่านมา

    Mwagize ikiganiro cyiza kbs

  • @machariagilbert3475
    @machariagilbert3475 9 วันที่ผ่านมา

    Gaël aragufise kunyishu😊

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza9894 22 วันที่ผ่านมา

    Inzo nzara umengo namasuka ...ngurashaka abagabo...

  • @aykaalexandrafloxa9030
    @aykaalexandrafloxa9030 15 วันที่ผ่านมา

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo Wiggins nikimw gifata indzna😳😭😭😭😂 merci

  • @espoirebernard1742
    @espoirebernard1742 23 วันที่ผ่านมา +1

    Kisuma😂😂😂 Ouf!

    • @justinpharaon
      @justinpharaon 19 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @IBISUSADIVERSE
    @IBISUSADIVERSE 23 วันที่ผ่านมา

    Nibyo koko

  • @alexismanirakizaofficialam1042
    @alexismanirakizaofficialam1042 23 วันที่ผ่านมา

    Monia avuga nkumwa dolesca 😂kuri 40ans bizoba vyahinduts.so Im very incompatibl love her very much

  • @mandela95
    @mandela95 19 วันที่ผ่านมา

    Ur'umwana mumutw kabisa. Uzokura

  • @habimanajeanclaude6482
    @habimanajeanclaude6482 10 วันที่ผ่านมา

    mbega inzara we

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 23 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤

  • @DesireKhalfan-tf6wm
    @DesireKhalfan-tf6wm 18 วันที่ผ่านมา

    Juste Gaël Uno musi wakubise swata, ntakintu kizima mwayaze

  • @EricNintunze
    @EricNintunze 21 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Izonzara nihatari kwl,none uzikoza iki?😮😮😮😮

  • @KevinIRANZI
    @KevinIRANZI 19 วันที่ผ่านมา

    Monia ndakwikundira

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 23 วันที่ผ่านมา

  • @MisigaroEzechiel
    @MisigaroEzechiel 20 วันที่ผ่านมา

    ❤❤

  • @user-pi6rx1nk7c
    @user-pi6rx1nk7c 23 วันที่ผ่านมา +1

    Wumveeee

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 22 วันที่ผ่านมา

    Urimwiza mukobwa wacu izonzara zawe rero nizombi😂😂😂

  • @user-wh5rn6du9v
    @user-wh5rn6du9v 22 วันที่ผ่านมา

    Mbeginzarawe

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY 23 วันที่ผ่านมา +2

    Turakumbuye wakera Naduhe Episode 2 😂😂😂 gusa ndazi irihafi😂😂😂😂

  • @ercpablosbdi370
    @ercpablosbdi370 8 วันที่ผ่านมา

    Ababakobwa ndi sûre kubwiwanje ntumvuguruze aba nabasuma bibisha inyo nisura abonta vision bafitiye abantu ntaniyo bifitiye ntikimbeba ikurya iguhuha izo nizige barabarungitse batembagaze kazoza kawe

  • @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
    @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 23 วันที่ผ่านมา

    Umutima ujiyushak monie u
    Abakobw ntibagir icobakund ntutubesh

  • @bellytresormahoro4442
    @bellytresormahoro4442 19 วันที่ผ่านมา

    Ikikidemu gifise inzara iri mumagufa😂😂😂

  • @patrickndayishimiye8027
    @patrickndayishimiye8027 22 วันที่ผ่านมา

    Gael ibikorwa vyaw ni vyiza hama sister ivyiyumviro vyaw kumyaka ufita ntaco bibay mais kimw nuko ubivangavanga harimwo ivyubwana ndets nivyabazima birimwo ba stable plz

  • @biduga452
    @biduga452 23 วันที่ผ่านมา

    Ivyarivyo vyose barakwagaje mubwonko

  • @bigirimanaissa-sr8mx
    @bigirimanaissa-sr8mx 22 วันที่ผ่านมา

    Gaël uzonatwica😅😅😅, utwotujambo rero winseramwo ngo " numva bavuga "

  • @DismasTuyishime
    @DismasTuyishime 11 วันที่ผ่านมา

    Restaurent woyitanguza icokiro kimw cumucer bivanyénahuyitanguriy

  • @patrickmuhire733
    @patrickmuhire733 4 วันที่ผ่านมา

    😂uyumukobwa nawe ibitecyerezobye birihasi cyane burimo nubwiyemeze bwubugoryi abakobwa haribintumurikwijyira harigihe muzisanga mwararaburije abantu barukubaduteza nibyobisaza byakoze ikofi byarwaye rubangemande sha twe abasore aaaaaaaa

  • @MuhinyuzaJames
    @MuhinyuzaJames 12 วันที่ผ่านมา

    None nawe ushaka umugabo,shyiraho number zawe tugushingire,ariko izara ziveho kuko bazikunenze cyane

  • @eustacheniyombikesha2030
    @eustacheniyombikesha2030 7 วันที่ผ่านมา

    Uravuga ukuri kuzuye hanze aha. Nanje ndemeranya nawe, niba ushaka ubuzima runaka ni sawa gushaka uwo muri mu rwego rumwe nta kuvunishanya bijemo. Yinjiza 500k nawe uzana andi.

  • @emmanuelngendahimana937
    @emmanuelngendahimana937 7 วันที่ผ่านมา

    Ndabona ufite inzara nk'izikiyoni.

  • @ntakirutimanavalens4412
    @ntakirutimanavalens4412 20 วันที่ผ่านมา

    Ngwino I Rwanda tukurangire umugabo bambi!

  • @fireboykayanza
    @fireboykayanza 17 วันที่ผ่านมา

    Naku bari

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 23 วันที่ผ่านมา

    Ivyio Gaeel avuga nivyo.

  • @niyonizigiyeodette6262
    @niyonizigiyeodette6262 18 วันที่ผ่านมา

    Izonzara nizozikwicira

  • @NdayisabaFrederic-ww1ui
    @NdayisabaFrederic-ww1ui 16 วันที่ผ่านมา

    Izo nzara umengo nagaca nibiki?

  • @user-mh4ro2nj3z
    @user-mh4ro2nj3z 23 วันที่ผ่านมา +2

    Ikibazogihari ngonurukundo no bashaka ahameze neza nobo atacobafise no ubunindafis Naw urafis

  • @RutagandaJohn-gl9gz
    @RutagandaJohn-gl9gz 16 วันที่ผ่านมา

    Izo nzara nibwoko ki

  • @leopoldminani1587
    @leopoldminani1587 11 วันที่ผ่านมา

    MONIA AFISE AGAHANGA KABISA

  • @signolinenikiza3710
    @signolinenikiza3710 23 วันที่ผ่านมา

    Gael nkaho watuzaniyiki vrt umuntu wibizara nkishetani,rek kutubihiriza umukubito ,uzana izo ntakebwa ,zi Delila, ipu nikiganiro sinokimara.murugo nkuyo yomariki, 😢😢😢

  • @TiganaaJ
    @TiganaaJ 11 วันที่ผ่านมา

    Nkawe dada urabona izo nzara wazizana murugo,uretse kuba ururabo hari ikindi wakora?ntakumesa imyambaro,nta guteka, mureke kwigira abanyaburaya,abanya afrika mugomba kuba naturel kdi mukicisha bugufiya,naho ubundi murahera iwanyu ndagapfusha ikoti...

  • @ezechielsingirankabo5736
    @ezechielsingirankabo5736 17 วันที่ผ่านมา

    Ama wig jeho nubwambere ndacumva. Ngo kigurwa 40 million??

  • @mbonyinshutijohn8479
    @mbonyinshutijohn8479 23 วันที่ผ่านมา

    Uyumukobwa nimwiza natakayemwo

  • @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
    @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 23 วันที่ผ่านมา

    Ivy monia avuga ng amaher ahari urugo rugendane ntibibah abakobw ntibafis ivyobakund nturabona yuk kusang harurugo umugab ahikint cose umugor arko ugasang yagiy kumuvang nubuhung bwirigwa mwirigar rek sha harumugani uvuga uwubuze icahay ahaya umugore

    • @christella5092
      @christella5092 18 วันที่ผ่านมา

      None nimba afise vyose akaba atazi gutanga keya umugore ntumuhata ivyokurya nivyokunywa gusa ngo birahagije murongore uko bikwiye umuhe numwanya bikwiye urabe ukuntu agukunda kandi akaguma murugo nawe weww utanze vyose ntumurongoye ntunamubwiye utujambo twiza ahubwo usize ivyokurya ucurasohoka iyumuntu ariye agahaga igikurikoyeho nukurongora canke kurongogwa niyompamvu iyo utabikora vyose umugore ashobora gusiga frigo yuzuye ibintu agasohoka akaja kumuntu atanacumi yamuhaye kuko yamubwiye gusa ati ndagukunda ,usaneza,uraberewe,icoconye ntanifaranga amuhaye ndavuga kumunyantegenke atagakiza kamurimwo rero ahubwo mwebwe ntimurasobanukirwa ivyabagore nabakobwa bakunda mwemwibaza ngo gutanga amahera cnk rasion birahagije wapi kwel mwengira mwibazako umukobwa umuzanye murugo abazanywe ninzara wapi sico

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 23 วันที่ผ่านมา +2

    None izo nzara none biroroshe koyitawaza😂

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o 23 วันที่ผ่านมา

    Kbs monia burya agiye asenge pe ivyavuga nisawa gusa nyen ivyo vyara wapi

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx 23 วันที่ผ่านมา

    Ubu naba hungu bishakira abakobwa baronder a

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 23 วันที่ผ่านมา

    Monia ivyovyara ntacoyobikorana gusa uwomutima wiwe nuwishirahamwe

  • @AbesAbel
    @AbesAbel 23 วันที่ผ่านมา

    Turagowe 🥱🥱🥱🥱

  • @regishabarugira9012
    @regishabarugira9012 23 วันที่ผ่านมา +2

    Iciza co gutwarwa n'umutama nuko ugera kuba mubi nawe atanguye kutabona neza😂

    • @user-yb5rj6sr3c
      @user-yb5rj6sr3c 19 วันที่ผ่านมา

      Ic kirund caw musaz ugikur he?😢😢😢

  • @user-ju5fp3lb6r
    @user-ju5fp3lb6r 22 วันที่ผ่านมา

    ABA kobwa bikigihe benshi muribo barataye indero ndundi nimico ndundi mwisubirekooooo

  • @user-ze7ke8no9r
    @user-ze7ke8no9r 23 วันที่ผ่านมา

    Umutima wiwe ni cooperarative😂😂😂😂

    • @user-ze7ke8no9r
      @user-ze7ke8no9r 23 วันที่ผ่านมา

      Gusa impanuro utanze ninziza can ,twara umukobwa ahuye nubuzima bwawe Natacha ATI abatanganya amatako ntibota hamwe

  • @biiriyesilasye9522
    @biiriyesilasye9522 23 วันที่ผ่านมา

    Sindavyemera nubu ko Monia afise 20ans nukuri..oyaha..nimumbwire..numwana ga yemwe..2004..oyaha