ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Courage bagenzi,muri gutera iteka iguhugu cacu!BMBC komera
cane murakoze cane gose
Mwubake nyishi nuwarunguru azobeheza. Muradukijije abasuma twabaha ngo batwubakire, ahokubaka imwe twubakazibiri.
Ubona nzanguge zirigwa zikomerinduru Kumbuga zicoza igihugu ngoziba zaburaya ma Europe zoza zikora nkivyo bagenzi babo bakora mugihugu Respect Bagabo❤
Mukomere cane mwubake igihugu nayo abipfuza kubusambura bazoguma muvyiyumviro bibi bizonabica.reka twikomereze.na BMBC.courage cane babongere ama coñtrats😊😊
UBUSANZWE LETA AHO GUHEREZA AMA COMPANY YABANYAMAHANGA AMA CONTRATS YUBAKA AMAZU YAYO. JEWE MBONA ABANTU NKABA ARIBO BOHABWA IZO CONTRATS.
uko biri kwose ndizeye yuko leta nayone iriko ibibona aho abenegihugu yigishije ikanaramura aho bageze.izobikora ndavyizeye.murakoze
C'est vraiment interressant ,komera ku murizo nk'imamba bana b'uburundi!
tagata mugenzi wirambire
SHALOM Mr GaelNdashimishwa cane nukuntu witanga mugushikiriza amakuru abantu benshi cane abari kure nabari hafi. Tugiye mwico gisata cinyubako nyinshi kandi nini nigisata gisaba uburyo bwinshi cane mubutaka no mubiti. Iyo ndiko kihweza ibiti entreprise 2 mukunze kugendera( Iyo BMCB na Fablice) ziriko zikoresha biteye ubwoba cane. Rero nibaza ko vyoba vyiza babafashije mukuborohereza bakoronka les etancons nama panneaux réutilisables kugirango dukingire ibidukikije nayahandi buraca bugacana ayandi. Abovyifuza twobafasha kugirango bikunde
ok murakoze cane gose ababijejwe bazobihinyanyura
Indoto yakira Murundi wese hamwe Imana imuhaye uburyo,nukuri n'ivyiza cane🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🤍👌🏾🤞🏾💪🏾✅️
Great stuff, naturondere tugure.
Harabazi icobagiye gukora mubihugu vyohanze ndakurahiye,nabandi bagiye kwinywera ibiyayuramutwe gusa,mumisi iza harabazicuza abandi barabasize
yes uvuze ukuri ariko reka twizere yuko na bone bazohinduka
😂😅😂😂🎉😅@@Romoird-ot7cs
Ndabona BMBC niyo iriko yitegurira rya hangiro rya leta y'Uburundi mur 2040 na 2060 kuko iri kukivi kandi iriko igabanya ibitigiri vy'abantu batagira akazi
Juste na musaza, nivyiza kubona ibiriko bikorwa. Ariko nagomba mugire documentary yukugene izo project zikoresha ibiti vyinshi nimbaho nyinshi bidasubirizwa. Rero urabwira abobantu bayo ma Société yubaka batangure gukoresha ivyuma aho hose bakoresha ibiti
UVUZE IKINTU GIHAMBAYE CANE. NIBAZE BARAKORESHA IVYUMA VYABUGENEWE APANA IBITI.
wubahwe
Zamutera nibiti vyivyamwa,navyone birasharizahantu,kandi birazanakayaga
komera cane kuko utererye iciyumviro ciza cane.bitegerezwa gukorwa
@@Romoird-ot7cs 🙏🙏🙏
Asha abarundi bari gukora kbx
cane
Gae babwire baduhigire natwe quartier Oman , Saudia quatar koweitte badushire hamwe di batwubakire natwe kuko Famille zacu ziradusubiza inyuma cane 😢
Sha vyoba vyiza
bne idee
Abizigirwa bari bakenewe❤❤
Abarundi kabisa Bari kukivi❤
cane ahubwo nukubashigikira
Terimbere Burundi 🇧🇮 bwacu ❤❤
cane tuguma dusenga imana iguma ibikora
Le Burundi brillera de mille feux ndabarahiyee
Nyamara igihugu kiriko kirubakwa
Cane
cne gose
Chien méchantVive BMBC ,Vive UmukubitoA to Z ❤❤
Uburundi bugiye kuba munyishu
gose cane
Vous pouvez construire des maisons spécialement de location pour la diaspora ou les touristes qui viennent juste pour un temps !
Mbarize k hari chantier bafise cnk amazu bafis bagurisha nyakabiga rohero,mutanga sud nord,bambwire nigurire.akaba atahari ndabipfurije gukora amateka bubake ikigwati hagati mumugisagara
muta telefona kurirya numero iguma yiyafisha kuri ecran.
oya ntaho ni mu gahahe, miroir,na tenga kandi mwitenga nihanini cane.kaze kaze cane wibere muburaro bwiza cane
BGF la banque de vos horizons vision 2040 2060 ndabona muyiriko bmbc namw courage muri kukivi
murakoze cane ndabona mwabitahuye cane mukomere
Cari iciyumviro ciza iyo mutaba muriko mwubaka kwitongo rihejeje kunyarwa. Nimanza zikibandanya. Hagowe abazohagura!
Courage bene data
Kimwe kukindi Dawudi basha CV's canke ubumenyi twituye BMBC
Igihugu kirimwo abantu bazima kibuze abatwara bazima
Burya vyari gukunda iyo abatware baba babi?Ko mu myaka ya kera bitabaho?Nta ma bank yabaho?Nta ba engineer nabafundi babaho?Just kukumenya ko abatwari babi batubaka canke ngo business ikorwe
Courage kwel biri kuyindi mpwemu idasanzwe🇧🇮
yes thank you my friend
Very nice job ❤
Avuga nkumuntu ashoboyeee.
Bonjour none nubu uwushaka kugura ngaho mu Garage yoharonka
Hilarious Burundi is shining
Ko mutubaka ama alimentation akomeye ngo ayo ma fruirt yirigwa araborera mu ma barabara aje muma frigo dukeneye ivyifungugwa navyo bitere imbere
Ikindi aba ingenieur musubire mukorane mugirire concurrance REGIDESO ku MATARA N'AMAZI!birababaje kubura compteur uriha amahera ,kandi uzoriha consommation yizo produits nyene.
Mukorebujumburayinse nimihanda myiza
Apu aba batype bafise umunwa atabikorwa tubona. Uzi ama blue prints bafise batweretse ariko atanimwe barashira kumugaragaro. nibagende bige bakure amajambo aho ngaho
Hasigaye ko aduha urutonde rw'ibiciro
Mr Gael uzomutubwirire natwe batobato botugarukirako abantu turi mu bihugu vyabarabu mwoba mukoze
karibu cane kuko twubakira abari hanze ndetse na bari mu burundi ntanumwe dukumira
@@Romoird-ot7cs merci bcp Hama nashatse kubazako mwubaka nizamakeya nubwo ntamenye ibeyi yizo mbonye muri vidéo kuk muraziko Abantu tutanganya amikoro
None izo
Jewe ndabashimiye cn ku migambi yo gusharija igihu cacu ciza c Uburundi ariko nagomba nsabe nyamba vyokunda abobagwizatunga bari hanze baopfume bafasha reta gukemu ikibazo c igitoro abandi nabo biyemera ku mitahe bubake amahinguriro mugihugu kugira bahe akazi abanyagihugu bogere baterere mw iterambere ry igihugu mugutanga ikori
Courage bmbc
thanks
ashaaa ndemeye kbxaaa
Nako burundi yonse intarazonse zomeruko mwobamurabambate murafrican
LETA KABISA NITANGE AKARORERO ITANGURE IBAHE AMA CONTRATS KUKO NUMUVYEYI WACU TWESE.
49:55 Iki nico narindindiriye kumva😅
Mubaze ko ubu mirroir hageze amazi 😢
Imana ibaje imbere
🎉🎉🎉bravo
kuyind mpwemu idasanzw❤❤❤❤
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤
Good
Vyiza caneeew
Kabisa ❤❤
Ese iburundi haba président???
President ni wewe na famille yawe ko aribo babishoboye
Vyiza cane
BMBC hejuru caneeeeee❤
cane mukomere
Ubitse kuri BGF bakata angahe ku kwezi
ja kuri account ya BGF ubaze. naje ndakeneye inyishu
Murabstegura assurance abakozi banyu? Mbe caniveau muzitegura gute?
yooooooo mutama ico cakemutse kera .amaka niveau nayo tuyubaka neza cane ntiwidoga karibu uze uvyibonere
Sha urife éloquence idasanzwee aba vyankiy kuresha bazogutume kbxaa
ok benewacu
kandi ntibitinye
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Umugambi nimwiza wa BMBC ifatanije na BGF mukomere kabisa.ariko inzu yuwomuntu muherejeko ifise amarangi mabi😢 inzu iracaye cane amadirisha mabi cane parking ou garage isanomuri entrance 😮 ahubwo iyomuvugako ariyo mwamusubiriyemwo atariyo mwahere hasi. I'm sorry by that 😔
❤❤❤🇧🇮🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
murashoboy
Liquor na pharmacy,amashule,clinics ?
terimber bmbc
Courage bagenzi,muri gutera iteka iguhugu cacu!BMBC komera
cane murakoze cane gose
Mwubake nyishi nuwarunguru azobeheza. Muradukijije abasuma twabaha ngo batwubakire, ahokubaka imwe twubakazibiri.
Ubona nzanguge zirigwa zikomerinduru Kumbuga zicoza igihugu ngoziba zaburaya ma Europe zoza zikora nkivyo bagenzi babo bakora mugihugu Respect Bagabo❤
Mukomere cane mwubake igihugu nayo abipfuza kubusambura bazoguma muvyiyumviro bibi bizonabica.reka twikomereze.na BMBC.courage cane babongere ama coñtrats😊😊
UBUSANZWE LETA AHO GUHEREZA AMA COMPANY YABANYAMAHANGA AMA CONTRATS YUBAKA AMAZU YAYO. JEWE MBONA ABANTU NKABA ARIBO BOHABWA IZO CONTRATS.
uko biri kwose ndizeye yuko leta nayone iriko ibibona aho abenegihugu yigishije ikanaramura aho bageze.izobikora ndavyizeye.murakoze
C'est vraiment interressant ,komera ku murizo nk'imamba bana b'uburundi!
tagata mugenzi wirambire
SHALOM Mr Gael
Ndashimishwa cane nukuntu witanga mugushikiriza amakuru abantu benshi cane abari kure nabari hafi.
Tugiye mwico gisata cinyubako nyinshi kandi nini nigisata gisaba uburyo bwinshi cane mubutaka no mubiti. Iyo ndiko kihweza ibiti entreprise 2 mukunze kugendera( Iyo BMCB na Fablice) ziriko zikoresha biteye ubwoba cane. Rero nibaza ko vyoba vyiza babafashije mukuborohereza bakoronka les etancons nama panneaux réutilisables kugirango dukingire ibidukikije nayahandi buraca bugacana ayandi. Abovyifuza twobafasha kugirango bikunde
ok murakoze cane gose ababijejwe bazobihinyanyura
Indoto yakira Murundi wese hamwe Imana imuhaye uburyo,nukuri n'ivyiza cane🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🤍👌🏾🤞🏾💪🏾✅️
Great stuff, naturondere tugure.
Harabazi icobagiye gukora mubihugu vyohanze ndakurahiye,nabandi bagiye kwinywera ibiyayuramutwe gusa,mumisi iza harabazicuza abandi barabasize
yes uvuze ukuri ariko reka twizere yuko na bone bazohinduka
😂😅😂😂🎉😅@@Romoird-ot7cs
Ndabona BMBC niyo iriko yitegurira rya hangiro rya leta y'Uburundi mur 2040 na 2060 kuko iri kukivi kandi iriko igabanya ibitigiri vy'abantu batagira akazi
Juste na musaza, nivyiza kubona ibiriko bikorwa. Ariko nagomba mugire documentary yukugene izo project zikoresha ibiti vyinshi nimbaho nyinshi bidasubirizwa. Rero urabwira abobantu bayo ma Société yubaka batangure gukoresha ivyuma aho hose bakoresha ibiti
UVUZE IKINTU GIHAMBAYE CANE. NIBAZE BARAKORESHA IVYUMA VYABUGENEWE APANA IBITI.
wubahwe
Zamutera nibiti vyivyamwa,navyone birasharizahantu,kandi birazanakayaga
komera cane kuko utererye iciyumviro ciza cane.bitegerezwa gukorwa
@@Romoird-ot7cs 🙏🙏🙏
Asha abarundi bari gukora kbx
cane
Gae babwire baduhigire natwe quartier Oman , Saudia quatar koweitte badushire hamwe di batwubakire natwe kuko Famille zacu ziradusubiza inyuma cane 😢
Sha vyoba vyiza
bne idee
Abizigirwa bari bakenewe❤❤
cane
Abarundi kabisa Bari kukivi❤
cane ahubwo nukubashigikira
Terimbere Burundi 🇧🇮 bwacu ❤❤
cane tuguma dusenga imana iguma ibikora
Le Burundi brillera de mille feux ndabarahiyee
Nyamara igihugu kiriko kirubakwa
Cane
cne gose
Chien méchant
Vive BMBC ,Vive Umukubito
A to Z ❤❤
Uburundi bugiye kuba munyishu
gose cane
Vous pouvez construire des maisons spécialement de location pour la diaspora ou les touristes qui viennent juste pour un temps !
Mbarize k hari chantier bafise cnk amazu bafis bagurisha nyakabiga rohero,mutanga sud nord,bambwire nigurire.akaba atahari ndabipfurije gukora amateka bubake ikigwati hagati mumugisagara
muta telefona kurirya numero iguma yiyafisha kuri ecran.
oya ntaho ni mu gahahe, miroir,na tenga kandi mwitenga nihanini cane.kaze kaze cane wibere muburaro bwiza cane
BGF la banque de vos horizons vision 2040 2060 ndabona muyiriko bmbc namw courage muri kukivi
murakoze cane ndabona mwabitahuye cane mukomere
Cari iciyumviro ciza iyo mutaba muriko mwubaka kwitongo rihejeje kunyarwa. Nimanza zikibandanya. Hagowe abazohagura!
Courage bene data
Kimwe kukindi Dawudi basha CV's canke ubumenyi twituye BMBC
Igihugu kirimwo abantu bazima kibuze abatwara bazima
Burya vyari gukunda iyo abatware baba babi?
Ko mu myaka ya kera bitabaho?
Nta ma bank yabaho?
Nta ba engineer nabafundi babaho?
Just kukumenya ko abatwari babi batubaka canke ngo business ikorwe