GASAPE yubatse HOTEL y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu baratamarirwaInguvu vyadutwaye//Akabirya nuko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 เม.ย. 2024
  • GASAPE yubatse HOTEL y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu baratamarirwaInguvu vyadutwaye//Akabirya nuko
    @NtareRushatsiHouseTV
    #gasape #burundi
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 310

  • @gukotana250
    @gukotana250 16 วันที่ผ่านมา +26

    Kuva mu Rwanda 🇷🇼 Gasape ndamwemera cyane

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 16 วันที่ผ่านมา +18

    Ivyo vyogushira ururimi rw'ikirundi muri Essenceur birandyoheye abatumva ikirundi bazimenya natwe tugiye iwabo turiyaranja tukabimenya😅😅😅 courage Gasape 🙌♥️♥️🇧🇮

  • @Impala8241
    @Impala8241 15 วันที่ผ่านมา +10

    Mukomere neza batama nanjyewe ndi murwanda nishimiye. Ubwiza bwa Yelusalemu Hotel irate ubuhinga bugezweho cyane Rwose ndashimiye uyu mushingantahe nyirayo afite ibitekerezo byagutse Imana imufashe gukomeza kuduga mwiterambere nibyo bikenewe tuzamure igihugu byacu na African yacu muri rusange

  • @bunaganatv
    @bunaganatv 15 วันที่ผ่านมา +6

    Uyu musore yerekanye kobishoboka muri Afrika kbs Congratulations 🎊👏💐

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza 16 วันที่ผ่านมา +7

    Mbega umugabo azi kudandaza,nubwambere ndavye ngaheza video y,umuntu agirira publicite inzu canke hotel.Uguma ushaka kuraba,tres captivant,ntaco atodandaza pe,mana

  • @mugishajacques3499
    @mugishajacques3499 15 วันที่ผ่านมา +6

    Uwutoshigikira Gasape yobarimbunuza.Imbere caaaane Frero Gasape&Gael

  • @habarugirafabrice5418
    @habarugirafabrice5418 15 วันที่ผ่านมา +5

    Franchement, gasape Imana imurinde,très intelligent, très intègre,
    Wewe nigihugu wogitwara neza.

  • @papillonfr7587
    @papillonfr7587 12 วันที่ผ่านมา +4

    "Ugeze kuri étage ya 2"..., ni gu kosora mukavuga muti: "ugeze, mwigorofa ya 2". Etage n'igifaransa. Bravo les gars j'ai adoré...je vous souhaite d'aller toujours de l'avant, d'avoir encore plus et de concrétiser tous vos rêves.

    • @nganducelestin9731
      @nganducelestin9731 2 วันที่ผ่านมา

      Oyaaa nijambo igorofa sikirundi nigiswahili nibaza kwigihambaye arukubitahura

  • @Carine.Nezerwe
    @Carine.Nezerwe 16 วันที่ผ่านมา +20

    Wow hôtel nziza pe!!
    Ariko muzorondere protège-matelas kugira mukingire izo matelas.
    Bifasha no kuza murazimesa vyoroshe!!!Good job kweli!

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 16 วันที่ผ่านมา +2

      Protector umengo nayibonyemwo gusa ngira ntimenyerew cane i Burundi. Umengo nikarya nabonye kera lastik

    • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
      @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 16 วันที่ผ่านมา

      Komeza utere imbere imvugo niyo ngiro

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 15 วันที่ผ่านมา

      Pourquoi? Erega ziheze vuba ntaco. Amahera arayafise. I mean des milliards.

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 15 วันที่ผ่านมา

      ​@@nizigiyimanayves9485Protector abazikoresha n'abakene. Erega Gasape n'umutunzi akomeye cane. Des millions de dollars.

  • @olivierndayikeza1650
    @olivierndayikeza1650 15 วันที่ผ่านมา +5

    Kuva kaynza GASAPE ndakwemera sana juste Gaël courage bro

  • @jacquestwagirimana8631
    @jacquestwagirimana8631 6 วันที่ผ่านมา

    Félicitations nyinshi et songa mbele

  • @moon_filmz
    @moon_filmz 4 วันที่ผ่านมา

    Wow burindi ndabakunda cyane ndi mu rwanda ariko nkunda ukuntu mwisanzura kweri uwazampa uko nza kubasura aho burundi kweri nakwishima cyane

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 16 วันที่ผ่านมา +12

    Courage bana bi burundi ,mwagerageza gukorera igihungu no kuzana ivyiza iwacyu,ikibazo ni kimwe gusa kubategetsi bamwebamwe

    • @SallmaXg
      @SallmaXg 16 วันที่ผ่านมา

      Uvuze ukuri Uwineza,nukri baragerageza arko abatwar bacu 😢😢 nikibazo

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e 16 วันที่ผ่านมา

      Uvuze ukuri tu

    • @user-jm2ld3mf8k
      @user-jm2ld3mf8k 13 วันที่ผ่านมา

      Urumuri,ruganza umwijima!! Abo bategetsi bamwe bamwe uvuga bihorere!! Ujye ushima ibyiza bikorwa ibibi ubinenge!!!

  • @user-zs6gs3yv7l
    @user-zs6gs3yv7l 5 วันที่ผ่านมา

    Waaooooh muyinga turagukurikirana cn imana iguhe kuramba ,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @eslonblack8096
    @eslonblack8096 16 วันที่ผ่านมา +6

    Tubafise muri 2 Muburundi niwewe Gasape na Fabrice Manirakiza muri akarorero keza kurundi rwaruka

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 16 วันที่ผ่านมา +8

    Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane justice gaël❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 3 วันที่ผ่านมา +1

    Sindahez ikiganiro, ariko nimbazeko hariho isare yokugirirramw amamanza

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 13 วันที่ผ่านมา +1

    Ninaza I Burundi nzoza kuyiraramwo nukuri . keep it up brother Gasape.

  • @DivineNiyogu
    @DivineNiyogu 16 วันที่ผ่านมา +14

    Hasa neza peeee 😢😢😢😢😢😢😢 nanje Ninava iburayi nzoshikira Jerusalem Hotel is good place

  • @floridendayishimiye5641
    @floridendayishimiye5641 16 วันที่ผ่านมา +3

    Kweri narahagiye igihekinini bafata umuntu neza cane ndimuri Australia ❤ndabakunda

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 16 วันที่ผ่านมา +4

    Good job gasape l love you ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉knd intambwe ninziza ndabon Ibintu bigez kuyindi mpwemu

  • @user-bh8yq9bf3v
    @user-bh8yq9bf3v 14 วันที่ผ่านมา +2

    Yezu acunge mwenewacu kubikorwa vyiza birimwo inyigisho za kazoza❤

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 3 วันที่ผ่านมา +1

    Nkahahantu ntahombona agariho kand numunya Gitega, kimwe nuko maz igih ntahar

  • @iratubonastam2248
    @iratubonastam2248 12 วันที่ผ่านมา +1

    Gasape Imana ibandanye iguha imigisha nje aho nzohaza vraiment harandyoheye.

  • @niyomutabaziisabelle3053
    @niyomutabaziisabelle3053 11 วันที่ผ่านมา +1

    Ninduga igitega nzoharara pe kuko gasap azi gukoka aba client

  • @maniratungageorge6797
    @maniratungageorge6797 15 วันที่ผ่านมา +2

    Waoh iyo hôtel yubahwe pe 🎉ndose hôtel nzoshikiramwo muntara yanje ya Gitega❤uburundi bwacu burimwo ivyiza❤🎉

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 16 วันที่ผ่านมา +10

    Good jorb gasape 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 16 วันที่ผ่านมา +4

    Erega Etage n Igifaransa😂
    Bavuga :"Ugeze k'Urugero rwa Mbere"
    Ugeze k Urugero rwa kabir etc...
    ❤✊🏾
    Inyubakwa Igeretse"urugero" incuro 1,2,3 canke zitatu.
    Entrepreneur Revolutionaire
    Muitu Respecto🎩

    • @user-yv4ht2tp9c
      @user-yv4ht2tp9c 15 วันที่ผ่านมา +1

      Of course we are Burundians😂😂 iyo tuvuze ikirundi Nka 1min dusanga igifarasa citayemwo.

  • @user-zi7ow9bo9q
    @user-zi7ow9bo9q 16 วันที่ผ่านมา +4

    Wauuuh.hotel nziza cane.terimbere gasape

  • @edouardniyongabo9436
    @edouardniyongabo9436 วันที่ผ่านมา

    Imana ikutuzigamire

  • @user-eq7yp1pq2x
    @user-eq7yp1pq2x 16 วันที่ผ่านมา +4

    Komera cane bwana Gasape turakwemera cane

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x 16 วันที่ผ่านมา +5

    Ninziza mutam turakwemer❤❤❤

  • @rosettecimpaye4090
    @rosettecimpaye4090 16 วันที่ผ่านมา +2

    Courage gasape et gaël birikuyindi mpwemu idasanze

  • @velaqueMuhimpundu-sb6ph
    @velaqueMuhimpundu-sb6ph วันที่ผ่านมา

    Ntusanzwe kbx wamusorewe urumuhinga cane kwl

  • @lovazi
    @lovazi 9 วันที่ผ่านมา

    Jerusalem, uzahindure iryo Zina ushireho ikirundi,

  • @DesireNtakarutimana-ro5zh
    @DesireNtakarutimana-ro5zh วันที่ผ่านมา

    Gasape wubahwe kabisa ukoze ikintu c'amateka

  • @user-cc7jz5ev3l
    @user-cc7jz5ev3l 16 วันที่ผ่านมา +1

    UMUKUBITO muriko mubikora neza cane gose, Uhoraho Imana yakuduhaye yarakoze pe! Komera kw'ibanga 🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤

  • @gn1495
    @gn1495 16 วันที่ผ่านมา +5

    Much respect gasape that's what we need

  • @JeanclaudeHavyarimana-di6sn
    @JeanclaudeHavyarimana-di6sn 10 วันที่ผ่านมา +1

    Ndagushimiye kuko urintore

  • @user-jx1qo9rs2k
    @user-jx1qo9rs2k 9 วันที่ผ่านมา

    Mukomere ndimuburund

  • @DianeKamikazi-fc9hi
    @DianeKamikazi-fc9hi 10 วันที่ผ่านมา

    Courage très intelligent kabisa

  • @GerardBATUNGWANAYO
    @GerardBATUNGWANAYO 14 วันที่ผ่านมา +2

    Yesu abandanye agushitsa kure

  • @agasobanuyesummary
    @agasobanuyesummary 16 วันที่ผ่านมา +4

    Very interesting. But Juste Gaël ikiganiro giheze nab for real😢😢

  • @aminafanuella6672
    @aminafanuella6672 8 วันที่ผ่านมา

    Wubahw Can ndagushigikiy Can mutama

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 16 วันที่ผ่านมา +2

    🎉🎉🎉gasape wiwacu GITEGA wubahwe Disi

  • @hakizimanaelie8916
    @hakizimanaelie8916 16 วันที่ผ่านมา +5

    Burundi Gitega Eden oyeeee. Congratulations Gasape imbono ya 2040 /2060 twayishwaye mwo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤

  • @fidelenzambimana8520
    @fidelenzambimana8520 16 วันที่ผ่านมา +8

    Birahimbaye caaane. Iyo parking muzoyicapemwo imirongo umuntu wese amenye aho ashira imodoka. Vyofasha kugira urutonde nukurwiza ibibanza.

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 16 วันที่ผ่านมา +3

    Numuhinga akomeye cane

  • @user-cb8oi7pz2i
    @user-cb8oi7pz2i 6 วันที่ผ่านมา

    Nukuri mushishikare gutera imbera.nukuri ni Sawa.

  • @Hakizimana-jp1id
    @Hakizimana-jp1id 3 วันที่ผ่านมา

    Reka gasape reka.ahohose naho wakuye Ama aide yokubaka iyohotel

  • @user-zb3um7mo6m
    @user-zb3um7mo6m 9 วันที่ผ่านมา

    Byiza cane🙏🙏🙏

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 13 วันที่ผ่านมา

    Burundi nkuririmbe mbarira abatakuzi abakuzi banfashe mukugushimagiza urangwa mumakungu kubera ubwiza bwawe ese ubutware bwawe bushemezwa nabose ❤❤❤❤❤❤❤❤mukomere bantu bacu❤❤🎉🎉🎉🎉🎉.

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 16 วันที่ผ่านมา +3

    Congratulations and go further

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 14 วันที่ผ่านมา

    Congratulations Gasape,ndabikunze nabandi ni bakurabireko,bubake neza igihugu bavukamwo🎉❤

  • @BizihorahoHezekiah-vm4ex
    @BizihorahoHezekiah-vm4ex 4 วันที่ผ่านมา

    Egooo navyiyumviyepe!

  • @Happy-427
    @Happy-427 14 วันที่ผ่านมา

    Na marketing nturi moindre Mr the owner,c'est pas mal kandi uri detail-oriented 🎉🎉

  • @mundererejanvier5210
    @mundererejanvier5210 12 วันที่ผ่านมา

    Ndabemeye kweri

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 16 วันที่ผ่านมา +1

    Amashimeshi😂😂😂😂 natwe tushire muvyiwacu bobo ntibashira muvyiwabo kuki❤❤❤

  • @user-es9wu8qr3f
    @user-es9wu8qr3f 16 วันที่ผ่านมา

    Excellent work done keep it up

  • @user-uo5bb5gp8x
    @user-uo5bb5gp8x 16 วันที่ผ่านมา +3

    Yubahwe Gasape

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 16 วันที่ผ่านมา +1

    Ikiganiro giheze nabi Gael muze mubikosore hanyuma

  • @sergetheeditor257
    @sergetheeditor257 16 วันที่ผ่านมา

    Gasape hejuru cane courage

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 12 วันที่ผ่านมา

    Ivyo sivyiwe

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 16 วันที่ผ่านมา +6

    Very nice job
    Ivyiyumviro vyiza cane
    Guma mutezimbere igihugu

  • @enockhakizimana4351
    @enockhakizimana4351 16 วันที่ผ่านมา

    Ingabire y’Ukudandaza Imana yayiremanye GASAPE wacu. Gutegura umugambi ni kimwe, nokumenya uko uwuvyaza umusaruro nikindi(Marketing). Hejuru Caane Mutama

  • @bizimanafranck4434
    @bizimanafranck4434 3 วันที่ผ่านมา

    Kuyindi mpwemu

  • @smiledentaltv1276
    @smiledentaltv1276 12 วันที่ผ่านมา

    Love from Rwanda,good inspiration ❤

  • @omerkwizeraofficial678
    @omerkwizeraofficial678 15 วันที่ผ่านมา +1

    Neza cane
    Haratesa💪

  • @habumugishaterry6543
    @habumugishaterry6543 16 วันที่ผ่านมา +1

    Imana ishimwe😊

  • @user-gu9zp7jt8k
    @user-gu9zp7jt8k 11 วันที่ผ่านมา

    Gasape watanguye nkumuvyino Aka radio

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 16 วันที่ผ่านมา +1

    number one in gitega 👍

  • @bahatimelance6331
    @bahatimelance6331 9 วันที่ผ่านมา

    Technologie yawe irarenze p

  • @user-eg1gz4kg7w
    @user-eg1gz4kg7w 16 วันที่ผ่านมา +2

    Hezagigwa😂😂😂❤

  • @fulgencehabarugira6429
    @fulgencehabarugira6429 16 วันที่ผ่านมา

    Congratulations Gasape.go ahead From Karusi We love you

  • @duhuzebosco6207
    @duhuzebosco6207 16 วันที่ผ่านมา +1

    Urinda uvyitirira abandi Jerusalem saho iwacu nyene we're real Israelites..

  • @bostonbasta2737
    @bostonbasta2737 16 วันที่ผ่านมา

    Nice work 🎉🎉🎉

  • @bakundukizmechack3848
    @bakundukizmechack3848 16 วันที่ผ่านมา +1

    Ariko iyi vidéo ntiyaheze kbx.uraraba uyiheze

  • @glorianineza2816
    @glorianineza2816 16 วันที่ผ่านมา +1

    Good job Gasape. Tuzoza kugushorera❤❤

  • @Gospel430
    @Gospel430 16 วันที่ผ่านมา +2

    Courage frere

  • @Mkel890
    @Mkel890 12 วันที่ผ่านมา

    aha usanga hari uwuri inyuma yiwe .

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 16 วันที่ผ่านมา +1

    Vyiza cane❤
    Songa mbele❤.
    Very nice ❤
    Très bien ❤
    J'aime votre vision.

  • @marcelnkomo7212
    @marcelnkomo7212 14 วันที่ผ่านมา

    From Nederland
    Go ahead Gasape

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 16 วันที่ผ่านมา

    Very interesting

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 16 วันที่ผ่านมา +1

    20:38 Mwihenze gato. Ni Fédération "Russe", ntabwo ari Fédération "Swisse"

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 16 วันที่ผ่านมา

    Gitega yacyu ibiambere muguterimbere mugihugu tuyikunde tuyigiririsuku tubabdanye twubak kurushya buja❤❤

  • @NkunzimanaKevin-ck7lv
    @NkunzimanaKevin-ck7lv 15 วันที่ผ่านมา

    Imana Ibandanye kugukoreramwo igihugu cacu gikayanganire abanrundi n'amahanga.

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 16 วันที่ผ่านมา +1

    Aho aruguruye ubwenge abene amahera, batabona akamaro kokubaka ibigezweho iwabo

  • @caseyjafari4841
    @caseyjafari4841 15 วันที่ผ่านมา

    wow that greet hotel

  • @BERWA419
    @BERWA419 12 วันที่ผ่านมา

    Felicitation uriko utera iteka igihugu🙏🙏🙏 babiri nkawe ntabo

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 16 วันที่ผ่านมา +1

    Very good Gasap we love you

  • @NkunzimanaKevin-ck7lv
    @NkunzimanaKevin-ck7lv 15 วันที่ผ่านมา

    Gasape Imana Imuhezagire ni umunyabwenge cane.

  • @LionelIrakoze-cc4yo
    @LionelIrakoze-cc4yo 9 วันที่ผ่านมา

    Numva nkeney kumenya iyo hotel nangahe umunsi

  • @siradjosow1136
    @siradjosow1136 16 วันที่ผ่านมา +4

    Gasape hejuru hejuru cane cane gose sasa impande ya salon muzoshireyo niduka ry'impuzu z'uruzungu niza souvenir from burundi hama salon muzongereko abatunganya imishatsi n'inzara z'abadamu naka bijouterie kutuntu twigisirimu hama natwe n'aba sister tugiye kurondera abo dukura ibyinyo hahahhahahahha . Any way i love you anough dear. Uhezagirwe n'Imana n'ababyeyi b'uburundi n'urwaruka rwejo hazaza.

  • @bwenge5332
    @bwenge5332 14 วันที่ผ่านมา

    Wawooooo urumuntu wumugabo kabisa

  • @ericballack8219
    @ericballack8219 16 วันที่ผ่านมา

    Mubisanzwe you are my inspiration

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 14 วันที่ผ่านมา

    Wawuuu good job

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj 14 วันที่ผ่านมา

    Uwo mu cameraman wa Gaël wapi kweli

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 15 วันที่ผ่านมา

    Wakoze ibintu bikomeye wubahwe kbs 🙌🙌🙏

  • @hervenihezagire6680
    @hervenihezagire6680 16 วันที่ผ่านมา

    Ndashaka gukorera muri Jérusalem hôtel. Boss #gasape avyumve

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 16 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri niheza cane gose