ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nanje nk'Umu diaspora mba muri congo ndakumbuye iwacu i Burundi
Tubwire muri congo nkumuntu atagira amashure ahashitse icomutunga coroshe gukora ninkibiki? Ndikwibariza kubera sindajayo
@@nirenganira8433gufata inkoho ukuja kwimba zahabu
Congo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂
Merci mwese ❤
Ewe Burundi , uri agahugu keza… arikooooo rero🥹🙇🏾♂️…….(……?????)
Number one I'm here kuyindi mpwemu idasanzwe just gaïl ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪
uyu mu dame yavuze muma cote yose nivyiza kumviriza ikiganiro cose apana kugihera hagati
Sha uvuga neza kabisa urumu Dame sérieuse
Merci gael
Imana igiraneza kweli
Good
Kuyind mpwemu idasanzw ❤❤❤🔥🔥🎙️🎙️🎙️🎙️🎙️🇧🇮🇧🇮👍 turakunda temoignaje za bantu batandukanye bitatwigisha❤
No 1Twige
Yavuze umugambi yupfuza gukorera hano. Ariko aho kumushigikira waciye umuponda imere ya camera😮
Nakazi nikibazo gukora akazi uhebwa muga urwaye ugasanga ntayo kwivuza ufise kuvaho wakoreye kanda atayo wononye
Wewe uvuga ngo ntaciza kiri iburundi naho waja mwijuru azohagaya
Uvuz ukuri salaire yiwacu niyabari Canada ntibisa nagato ahubwo abagize amahigw yogushika Canada bazokwige ingene batonona kumahera baronka kuko bogaruka vyobagora cane
Wavuze neza cane Kuba hanze ntibivuga kudakunda iwanyu.Jewe nama mbaza nti ko abantu bava ruguru bakamanuka i Bujumbura kurondera ubuzima?Mbega iyo bamanutse bahagirira ubuzima bumwe?Nukuri hanze tuhabaye turi benshi kandi ubuzima bwabantu buratandukanye bivuye kubintu vyinshi
Buriwese afise uko ahabaye ntitubayeho kumwe. Ninkuko hari abagiye Bujumbura bavuye kugatumba nabako ubu bamwe baraguze amazu Bujumbura abandi vyaricanze bibera mucumba kimwe nabana kandi vyarabananiye ntusubira kugatumba.sintahura rero impamvu hari abadatahur ko hagera igihe ubura iyujaniyuva kandi hari abo vyahiriye mubuzima
Wahasize nyoko sowewe kutamuvuzeko mamaniwe akukwecane?
❤
Yooo,birababaje kumva umurundi avugango mu Burundi ntaciza nakimwe kihari🙊🙊🙊🙊Pfuma wibuka hoho yuko ufise akabira kaho,murimaramaza mwavukiye gusabiririza mu mahanga
Ku maso none no kuminwa mwasize uduki ko umengo ni twinshi.
Mbe muzo tuzanira abo vyagenze neza mu mahanga ryari!!burigihe muzana abahavuga nabi!!!None ko abavayo atarikirenga!!bisigura ko.....
Bonjour Vyiza uwo mu cameraman wawe yokwerekana uwo mutimire wawe n'a wewe muri mu biganiro kurya wabigize I yerizaremu I Gita kwa gasape nahandi.biba vyiza kurusha.Meresi,kubita cane.
Kuyindi mpwemu
None ataciza kihari yaje gukora iki???
None KO batavayo
Germaine kabushemeye
Mu Burundi umwanda urarenze
Ivyo yatiny kubivuga 😄😄😄
Aho numva ari,sawa jewe bahora banyima aka decouvert ka 50 milles ewe Edeni yacu sha 😂😂😂😂😂
😅😅😅😊😊😊😊😊😊😊😅à 😊😊😊😊😊😊😊😊
None kobatagaruka nibakure ubu Escrot😂😂😂😂😂😂 bwabo shaaaa
Hahahahahaah...Mpora mbwira abarundi bidogera amahanga nti:" warizanye atawuguhamagaye, urumva ushatse wosubira inyuma." Ntahantu nahamw horoshe Kuba ariko vyose bivana ningene wifata kugira ubashe kubaho neza kandi bikanavana nigihugu kiguha opportunity zakazi.Canada ubuzi burahari vraiment par rapport yo muburundi muga bivana nuwuhaba ingene ashaka kwiyubaka
Non abo bantu Bari canada bifuza gusubira burundi, barababuza???
Ntibababuza nkakuriya uwagiye Bujumbura avuye uruguru hagera igihe bikicanga ugasanga yabuze uko asubira uruguru aravye agasanga ntagupfa ntagukira agahita yituriz.
Nta ciza na kimwe kiri mu Burundi
Iyi mvugo siyo..None iyo canada nziza yatejwe imbere nande ?? Imana yabaremanye ayo mafaranga ??? Ubu burundi buzohinduka bigizwemwo uruhare n'abarundi.Kandi wibuke 13mil population zab'abarundi ntibazoja bose muri canada. Haba uri mu Burundi,ntakwiye kwiheba kubera ibibazo,dutegrrezwa gukora vyanka bikunda .ubuzima ntiburi canada gusa
Birahari kandi vyiiza cane nuko hari ubukene bukabije gusa niheza
Ikigihuramutwe numurundi canke nikinyamahanga ? Wewe ukwiyubuhiri.
@@DidasNiyosenga none urumva yabeshe nimba yahuye nabantu babi gusa bameze nkawe wipfuza kwica wumva iciza yovuga ikihe nimba muboyahuye yahuye bose bashaka guhura ubuhiri uwuvuze ibidahuye nimyemerere yabo
Nanje nk'Umu diaspora mba muri congo ndakumbuye iwacu i Burundi
Tubwire muri congo nkumuntu atagira amashure ahashitse icomutunga coroshe gukora ninkibiki? Ndikwibariza kubera sindajayo
@@nirenganira8433gufata inkoho ukuja kwimba zahabu
Congo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂
Merci mwese ❤
Ewe Burundi , uri agahugu keza… arikooooo rero🥹🙇🏾♂️…….(……?????)
Number one I'm here kuyindi mpwemu idasanzwe just gaïl ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪
uyu mu dame yavuze muma cote yose nivyiza kumviriza ikiganiro cose apana kugihera hagati
Sha uvuga neza kabisa urumu Dame sérieuse
Merci gael
Imana igiraneza kweli
Good
Kuyind mpwemu idasanzw ❤❤❤🔥🔥🎙️🎙️🎙️🎙️🎙️🇧🇮🇧🇮👍 turakunda temoignaje za bantu batandukanye bitatwigisha❤
No 1
Twige
Yavuze umugambi yupfuza gukorera hano. Ariko aho kumushigikira waciye umuponda imere ya camera😮
Nakazi nikibazo gukora akazi uhebwa muga urwaye ugasanga ntayo kwivuza ufise kuvaho wakoreye kanda atayo wononye
Wewe uvuga ngo ntaciza kiri iburundi naho waja mwijuru azohagaya
Uvuz ukuri salaire yiwacu niyabari Canada ntibisa nagato ahubwo abagize amahigw yogushika Canada bazokwige ingene batonona kumahera baronka kuko bogaruka vyobagora cane
Wavuze neza cane
Kuba hanze ntibivuga kudakunda iwanyu.
Jewe nama mbaza nti ko abantu bava ruguru bakamanuka i Bujumbura kurondera ubuzima?
Mbega iyo bamanutse bahagirira ubuzima bumwe?
Nukuri hanze tuhabaye turi benshi kandi ubuzima bwabantu buratandukanye bivuye kubintu vyinshi
Buriwese afise uko ahabaye ntitubayeho kumwe. Ninkuko hari abagiye Bujumbura bavuye kugatumba nabako ubu bamwe baraguze amazu Bujumbura abandi vyaricanze bibera mucumba kimwe nabana kandi vyarabananiye ntusubira kugatumba.sintahura rero impamvu hari abadatahur ko hagera igihe ubura iyujaniyuva kandi hari abo vyahiriye mubuzima
Wahasize nyoko sowewe kutamuvuzeko mamaniwe akukwecane?
❤
Yooo,birababaje kumva umurundi avugango mu Burundi ntaciza nakimwe kihari🙊🙊🙊🙊
Pfuma wibuka hoho yuko ufise akabira kaho,murimaramaza mwavukiye gusabiririza mu mahanga
Ku maso none no kuminwa mwasize uduki ko umengo ni twinshi.
Mbe muzo tuzanira abo vyagenze neza mu mahanga ryari!!burigihe muzana abahavuga nabi!!!None ko abavayo atarikirenga!!bisigura ko.....
Bonjour
Vyiza uwo mu cameraman wawe yokwerekana uwo mutimire wawe n'a wewe muri mu biganiro kurya wabigize I yerizaremu I Gita kwa gasape nahandi.biba vyiza kurusha.
Meresi,kubita cane.
Kuyindi mpwemu
None ataciza kihari yaje gukora iki???
None KO batavayo
Germaine kabushemeye
Mu Burundi umwanda urarenze
Ivyo yatiny kubivuga 😄😄😄
Aho numva ari,sawa jewe bahora banyima aka decouvert ka 50 milles ewe Edeni yacu sha 😂😂😂😂😂
😅😅😅😊😊
😊😊😊😊😊
😅à 😊😊😊😊😊😊😊😊
😅😅😅😊😊
😊😊😊😊😊
😅à 😊😊😊😊😊😊😊😊
None kobatagaruka nibakure ubu Escrot😂😂😂😂😂😂 bwabo shaaaa
Hahahahahaah...
Mpora mbwira abarundi bidogera amahanga nti:" warizanye atawuguhamagaye, urumva ushatse wosubira inyuma." Ntahantu nahamw horoshe Kuba ariko vyose bivana ningene wifata kugira ubashe kubaho neza kandi bikanavana nigihugu kiguha opportunity zakazi.
Canada ubuzi burahari vraiment par rapport yo muburundi muga bivana nuwuhaba ingene ashaka kwiyubaka
Non abo bantu Bari canada bifuza gusubira burundi, barababuza???
Ntibababuza nkakuriya uwagiye Bujumbura avuye uruguru hagera igihe bikicanga ugasanga yabuze uko asubira uruguru aravye agasanga ntagupfa ntagukira agahita yituriz.
Nta ciza na kimwe kiri mu Burundi
Iyi mvugo siyo..
None iyo canada nziza yatejwe imbere nande ?? Imana yabaremanye ayo mafaranga ???
Ubu burundi buzohinduka bigizwemwo uruhare n'abarundi.
Kandi wibuke 13mil population zab'abarundi ntibazoja bose muri canada.
Haba uri mu Burundi,ntakwiye kwiheba kubera ibibazo,dutegrrezwa gukora vyanka bikunda .ubuzima ntiburi canada gusa