Reverien yoba yambuye Umudandaza 84millions FBU,mu kumuha isoko y''imbaho mumanyanga ntamwishure

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 พ.ค. 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 21

  • @user-yv9sy6gl6p
    @user-yv9sy6gl6p 14 วันที่ผ่านมา +2

    Reka nange ndagusabe uvug ikibazo cabasoda bariko bakora akazi muri Congo ariko batabiyumvirako babahembe!!! Kuki badahembwa kandi Bari kukazi! Vrt birababaje.

  • @ButoyiThierry
    @ButoyiThierry 12 วันที่ผ่านมา

    Nukuri jw birambabaza

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f 14 วันที่ผ่านมา

    Uyo muryambwa w'umukenyezi acirako imirongo abaserukira ababatoye azoyisangize😊

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 13 วันที่ผ่านมา +1

    Ariko Ndikuriyo asaba ngo bamuzanire umutwe w'umuntu yoreka kwiba ivy'abandi? Ariko ku bakenyezi muje muravuga umuntu ku gatwe kiwe mureke ikivunga. Nk'ubu uvuze ngo n'iciyumviro c'umunyagihugu. Nawe waciye wongerako ibindi. Ukibagirako uri umunyamakuru ukwiye gutanga amakuru atomoye. None noza ngatukana woca ubisohora uko nyene? Umumenyeshamakuru aba ari n'uwujejwe agateka ka zina muntu. Atari uko uzoba ubaye nk'abandi bose.

  • @jonda2737
    @jonda2737 13 วันที่ผ่านมา

    Kirananiye kumara iki kiganiro kuko kinteye kurira . As burundian woman ndababaye. Kirimwo ibintu bibabaje vyinshi😢😢

  • @mbonihankuyeelie4590
    @mbonihankuyeelie4590 12 วันที่ผ่านมา

    Mbe igihugu ivyo bitabamwo ,nikihe?

  • @celestinnduwayo6712
    @celestinnduwayo6712 12 วันที่ผ่านมา

    Vyaratanguye aba dd benshi bakomeye baromotse aband bakomakomey barafunzwe aband bishwe nubukene rer Imana yaratanguy kubahanir kw'isi shetani yabatumye kubabariza imitima kwicisha intuntu nagahinda abarundi ndakundi nugutega umutwe kk ntampuhwe kuribo

  • @user-rb4nh2zo5g
    @user-rb4nh2zo5g 14 วันที่ผ่านมา +1

    Suwo gusa nibeshi bibwe!!!!

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 13 วันที่ผ่านมา

    Iyo nkuru y'uwo mubikira itumye ntinya. Nari nfise umugambi wo kubakisha ibarabara iwacu, none ndunva ntakibikoze.

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 13 วันที่ผ่านมา

    Icerekeye abagabo baharitse abagore babo. Mu bisanzwe umugore wa 2 yaravyaye, babuza umugabo kuguma aja ku mugore mutoya ariko abana ategerezwa kubafashiriza kwa nyina. Ntibirukana umugore mutoya ngo abana baje kuregwa n'umugore mukuru. Ivyo ntibibaho.

  • @mbonihankuyeelie4590
    @mbonihankuyeelie4590 12 วันที่ผ่านมา

    Araza ubikote none?

  • @user-ti1ol3ti9j
    @user-ti1ol3ti9j 14 วันที่ผ่านมา

    Baravuga ntubonako bacababacirako ijambo

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 14 วันที่ผ่านมา

    Problem

  • @AbdulNdabirinde
    @AbdulNdabirinde 10 วันที่ผ่านมา

    None uyomuntu niwe umuvungira nawe urikigwarundibi

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 13 วันที่ผ่านมา

    Ubona birirwa baramoka nk,imbwa yasaz bavuga n,imba ivyo bagwaniy na mutama Rwasa agend ab umugenzi wabo abandi birirwa barakina comedy batwenza abantu bagwaniy kwiba igihugu bagitwara ata mutima wogukunda igihugu na banyagihugu nuwakanyeshamba.

  • @gonzalo7115
    @gonzalo7115 14 วันที่ผ่านมา

    Wew tais tois. Ngo abapfasoni benshi bakoribintu badaharuye?? Uravuga uwawe uzi kko ivyuriko uravuga sivyo. Tes commentaires turazanse uriko urabesha.

  • @mbonihankuyeelie4590
    @mbonihankuyeelie4590 12 วันที่ผ่านมา

    Mbe wewe, ivyo ukora n'ubumenyesha makuru canke uriko urarema urwanko mubanyu. Ko utakoresha iyo platform yawe kwubaka ? Ukayikoresha ubomora.

  • @celestinsakubu4273
    @celestinsakubu4273 14 วันที่ผ่านมา

    Ntakur kurah abonibamw banwa urumogi ngumutip ngweban

    • @JustineNizigiyimanajustine
      @JustineNizigiyimanajustine 14 วันที่ผ่านมา

      Aho irijambo rigukozeko uvugishe ukuru😂

    • @celestinsakubu4273
      @celestinsakubu4273 13 วันที่ผ่านมา

      @@JustineNizigiyimanajustineurimpumy kbx ijambo iryah yavuz ?