Ndakunda aba entrepreneurs nkaba vrt. Courage Fabrice. Vrt tu es mon idole .un jour en faveur de Dieu ,,je sais bien que je serai comme toi!!! Que Dieu te protège. Merci Gaël
Nivyiza utwereka. Akazi ugakoraneza. Hezagirwa. Ivyutwereka biradufasha kweli. Je te souhaite gutera imbere hamwe ni équipe yawe. Uri muba jeune bakora neza cane.
Ni umuntu muzima, Imana imuhaze intsinzi mu migambi ariko aratwereka, imuhe amagara meza na cane cane imuhaze kuramba azibonere n'amaso yiwe tous ces succès, ICITEGEREREZO
Nka feedback mbona ko iyo migambi yo kwubaka amazu mukwie kuyishira mu ma classes sociales bivanye na mikoro y umuntu kugira ngo umuntu wese ashike kuriyo ntumbero❤❤
Uyo mu type na Leta, amashirahamwe yokorera utwabo, amabanki.... bose bari bakwiye kumwizera akabaha imitwe. Nibamuhe Centre ville yose murabe ingene 2030 igera yahagize
Shaa just Gaël nizina ry'IMANA baguheber urubuga gwawe ivyurimwo bitwereka yasanamu y'igihugu .
Ndagukunda bwana GAEL kukuntu uriko utera imbere mugutangaza amakuru meza aranga ivyiza vyigihugu cacu
Ndakunda aba entrepreneurs nkaba vrt. Courage Fabrice. Vrt tu es mon idole .un jour en faveur de Dieu ,,je sais bien que je serai comme toi!!! Que Dieu te protège. Merci Gaël
A?l😊
Courage Gael nikiganiro ciza. Fabrice uruwogushimira ufise initiative nziza kugihugu cacu kabisa.. Bikunze urazotwubakira nama grattes ciels yojamwo imiryango myinshi no kweconomiza ikibanza. Murakoze
Akwiye guhabwa ministere y'inyubako za Reta. Merci Gael et
courage!
Nivyiza utwereka. Akazi ugakoraneza. Hezagirwa. Ivyutwereka biradufasha kweli. Je te souhaite gutera imbere hamwe ni équipe yawe. Uri muba jeune bakora neza cane.
None aguma atwubakira ama village gusa ko atubaka amazu maremare kugira igisagara kibegwe
Video ihenze ntabigomba, Merci Gael.
Fabrice hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
Ntimuze mwibagire gushiramwo laundry 🧺 zirya machine zimesa vyoba vyiza
Nkunda fabrice kuko a tezimbere uburundi
Duhe number yawe boss
Courage Gael ubikora neza cn na cameraman birabonekako ubu ukoresha uwubizi ariko mu mwanya uba uriko uravugana nuwuwo mugirana ikiganiro ntabakwiye kubagumizako camera ahubwo tuba twumva amajwi ariko tunabona izindi image zaho mwagendeye.Fabrice keep up the good work.
None abantu mpora numva ngo bakoresha amahera nabi muma projet y'a leta ndabonye icobabura ..fablice azohore yigisha muri universités yitwa taking risk
Fabrice uri uwambere muburundi mubijanye ninyubako urekane na BMBC bavuzinduru gusa bubaka ibitarangira
Nguyo nyenimigambiiii dukunda❤
Gaël vrmt uri kukivi kandi courage
Vyiza ,Fabrice naw yubahw ahabw abamucungerera ubuzima
Ewe Burundi Urintore hezagirwa bwana Fabrice and GAEL
Very motivating video, keep up my brother
I like it 💯
Ugire Ahuba wubahwe mutama ukora ibikora inka!!God bless you!!!!
This is the only man doing wonders in our country God bless you
Hama vraiment fablice c'est un modèle dans l'entrepreneuriat burundais je l'adore trop arerekana ibishoboka dushize vision imbere
Je narakwandikiy ntiwansubij fabrice nukur😢😢😢😢
Ahohantu muguma mwubaka hafi yamazi mubona ukuntu amazi aguma asenyera abantu
Fabrice bamuhe.stad nkuruyogihugu kwa sebatutsi ayubakish bamuh uburyo
Ramba burundi 🇧🇮 nabarundi imana ibandanye itabara uburundi nabarundi ❤❤❤🎉
mbe komuvuga amakara mutavuga umugambi wo kurwiza ama gaz nkomubindi bihugu
Maramvya nayo turagukeneye Fabrice courage Imana ikurinde
Courage
Fabrice we uri urumuri rwa afrika...
Turasavye amazu ya 30millions zakabezi
Gaël kumukubito terujimber uruwamber mwitangaz makur ivyonivy tubadukeney apana babandi birirw mumatiku bavug umunt guheritarik imwe ukwez kukarind guher cano yawe arurusak barakwiy kukurabirako kabis terujimber💪💪💪💪💪💪💪
Wao courage my brother,ahubwo rero azorabe yubakenizoguhera kuri 50 millions kuduga kuko twese ntitunganya ubushobozi
Komeramutama Abasumabakwigireko bahebetwubakigihugu
Gael ur mungabire yaw kuk ubikor nez
Uburundi bakunda kubaka imiryango kuki mutubaka cartier zitandukanye ahantu home nuturyango nudupangu mu gipangu
Gusa ikibabaje Nukwo uzosanga izonzu zigugwa naba diaspora hamwe nabanyamahanga gusa
Fabrice urumugabo,ufise imigambi nabanye politique badafise
🎩✊🏾
Kuyindi mpwemu idasanzwe❤
😂😂😂😂😂NGO ntanacumi naripfise akokantu kararyana mumutwe
Inzinkuru utugezaho nisawa
Uyo mutipe arashoboye
Ni umuntu muzima, Imana imuhaze intsinzi mu migambi ariko aratwereka, imuhe amagara meza na cane cane imuhaze kuramba azibonere n'amaso yiwe tous ces succès, ICITEGEREREZO
Good work we love you so much
Ibi bintu biranezera kabisa. Abafise amahera meza amariye igihugu akamaro naba
Bazokorer mwibarabara rer
Ahonihe ushaka kugura parasera night mudihe nimero yiwe
Courage🎉🎉🎉
Nka feedback mbona ko iyo migambi yo kwubaka amazu mukwie kuyishira mu ma classes sociales bivanye na mikoro y umuntu kugira ngo umuntu wese ashike kuriyo ntumbero❤❤
Fabrice ndamwubahacane n'intwari
Amazii mbona umenga azohava aduteraaa fabri mbona umengo nihafii nahoooo nka kajagaa
aho ntubona ko haduga??? ikindi we ntubona ko bakoze plan zokwingira amazi nimyuzure
Ayomatafari bubakishije wapi
Zana ayiwawe bubake
Nivyiza kubaka mukubakisha amatafari yi i ciment. Ariko ni ukuraba ko bikenewe. Kuko mwumve yuko hano luri Africa harashushe. Kandi mwumve twari dukwiye kubakisha zmatafati lanini manini yi ivu mbere ricanze ni ivyatse tukaya tsindangira ni imachine. Ico nshaka kuvuga ni iki .Iyo hashushe ayo ma bloc ciment arashuha cane. Ugaca usanga munzu no mwi ijoro harashushe cane . Hama ni ikindi iyo hakanye haca hakanya cane.Ikindi nka babaye mu ntambara izo bloc ciment amasoro acamwo nki imbugita iciye mu mazi. Nka aba maze nko gutembera mubisagara nka akarorero Abidjan usanga kubera ubusguhe luci baheba bakarara hanze. Ivyo navyo murabira neza .
Fabrice mtama comera
Mgabo urakwiye kubaka inyubako ndende kujahejuru
Amaetaje malemale nkakurya America nu Buchinwa New york canke Hongo kon muri chinwa Bubaka ietaje ndende kujahejuru zijamwo imiryongo mwisgi cane ni igisagara kikabera
💕🔥💕🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🏫🏫🏫🏫🏫🏫
Ahohantu muriko murubaka ntimubonako hari ariske!ndanganyika izobashwaramwo 😢
Biragoye ko yohashika kuko haraduga can
Oyah ngaho amazi arinze ahashik kinindo boba barimutse haraduga vyogorana kwamaz abashikira baba ngaho
Uyo mu type na Leta, amashirahamwe yokorera utwabo, amabanki.... bose bari bakwiye kumwizera akabaha imitwe. Nibamuhe Centre ville yose murabe ingene 2030 igera yahagize
Yarakwiye kubaka inyubako ndende cane nki etaje mirogwitatu 30
Uramaze kubura umuriro 1h munzu zohejuru ngo urabe uko biba vyifashe 😂😂😂😂😂?
Ubaka amahinguriro basha murekane nayo mazu ninde yababwiye ko ivyo hari ico bipfana n iterambere?
None wewe ntiwoyibaka??
Reka ubwo bujuju😂😂
unve basha ibi vyiyunviro vyuyumuntu kweli😂😂😂😂😂😂
Ivyo vyunva bake iwacu Afrika malheureusement
Umwe wese yubaka ivyo ashoboye Nawe woja gusaba bakaguha ukubaka amahinguriro nimba ubishoboye