RAYVANNY amchana LIVE DIAMOND PLATNUMZ//Kauli alisema amekosea//Mi sio STAR wa TZ niko STAR wa DUNIA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 2 พ.ค. 2024
- RAYVANNY amchana LIVE DIAMOND PLATNUMZ//Kauli alisema amekosea//Mi sio STAR wa TZ niko STAR wa DUNIA
@ravannyvictoria8801 @dplatnumz
#zazazela - บันเทิง
Mr Champagne akosi chawa nmbr 1
Aba promoters babarundi mukwiy kuba professional ,mukabanza mukiga indimi,kuko haraho bigera mukananirwa kubaza neza ibibazo kubwo kudatahura ururimi neza!!
Nico kiri mubintu bituma entertainment yacu idatera imbere!!
Huh jamaa amemtatetea sana mwenzake Diamond
Acha na simba platnumz ni fire
❤❤❤
Amesema ukweli
Nikweri diamondi anazarawu
Kadiamond kanadhalau birundi kalisaidiwa na Lolilo akakasaidia baada yahapo kakaona kwamba burundi hayifai! Lakini kashijione ndo kamwamba. Duuh guys tuwukuze mziki wetu tafadhili. Katika siku hizi naupenda muziki wa nchi yetu.
Nanje kubera agasuzuguro badusuzugura ntavyahandi nkiraba nkunda ivyiwacu cane
Nihamwe nyene tutagimba gutezimbere abiwacu umuziki wuburundi uraryoshe cane, akimuhana kaza imvura ihise. Ngwiwavu umuziki ntugenda ngo ntama views ugira, nuno uzogenda gute tatuwuha sapoti, tukawusuzuguza izabandi! Jewe nkumuziki wadiamonde canke wa Tanzania ntukinryohera kweli kuva aho ka diamond kadusuzuguriye ngumuziki wacunturenga umupaka. Uwukuravye Nabi agutera kwambara. Mbe kutarenga imbibe yashijemwo uruhara rungana gute kugira ngo umuziki wuburundi ukundwe muri Tanzania? Ko lolilo nabandi bagize uruhara kugira umuziki watanzania ukundwe muburundi, ahubwo akabariwo waciyuza gufata na nomero yambere, bagenze twihe agateka ivyacu dukunde ivyacu ndasavye, sindumusani ndanicondi muvyumiziki urece yuko nkunda abasani bacu.
Sinziko mwabonye kirya kubazo bamubajije umusani yemera kuva kera harimwo ikigeragezo ariko nkumuntu amenyey kwishura yacishuye neza kand umuntu yamubajije harimwo kumuforca
Daimond wali muelewa vibayaa simbaa wa east africa