ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Channel ya zipora :th-cam.com/video/WWT11iRP1xQ/w-d-xo.htmlsi=7eeZOS3fL3mZOss_
Amen Amen Imana ikomeze kuguhezagira muvyeyi uvuga neza ndakwikundiye cane . Fablise Imana igokomeze ukomeze kwubaka uburundi bwacu ubuteze imbere. Hama mumugarukane atuyagire yitunze mengo afise vyishi yotuubarira ❤❤❤❤❤❤❤
Amahoro y Imana mwese. Murakoze cane abunvirije ikiganiro canje no kubazocunviriza Imana ibampezagirire cane 🙌🙌🙌❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Amen amen Muvyeyi kalibu kandi ❤🙏
Sha bro usigaye utuzanira ibiganiro vya bien❤COURAGE my brother❤
Ndakunda abantu batagira ubwibone ubuzima babutwara nkubusanzwe merci madame
Muvyeyi,uvuzeneza bamwe kuba tutariko turakorera hiyo mugihugu nuko twahemukiwe nabo twizeye hiyo.from Australia 🇦🇺
Nije ndabizi amagorwa nabonye kubera kuvyara abakobwa. Naratotejwe bitabaho iyo nda narayirayeko ndabizi. Abakobwa mu Barundi ntibakundwa.
Mpore cane .
Wamubeshe ntiwapininze Chanel yiwe Yavuze ko yitwa Bibiliya yera nyeranda.Hezagirwa muvyeyi wareze neze Fablice ni akarorero keza ku rwaruka rungana nawe 👏👏👏👍❤️❤️❤️
Uburundi ntibukeny ahubwobutwagwa nibisuma gusa ningare. Arikimanirababona
Nihatari kweri. Umuvyeyi Imana imuhezagire.
Uwo Mu mama asa na Fablice kweli
Banavuga kumwe kweli
Urakoze ariko ntiwibaze ngo niwe wenyene wagize ingorane ahubwo baronse Aho uvugira ariko harivyo uvuga Fabrice nawe yavuze ukundi
❤❤❤
Yeee Zipolaaa .namuheruka mu kiziba
Mukiziba ca hehe??
Zipora ndakuzi uvyipfuza wese siko ababona ndakkuzi cane
Ikiganiro ciza cane Big UP
🫢🫢ndumiwe, ngwigitoro muri Australia? ntagitoro cigeze kibura numusi warinwe ataruko ciyongeyeho nki $1 nama cent make gusa
Wow uruwiwacu muvyeyiNanje mvuka ingozi busiga
Abarundi noguhemuka nikintu kigoye gukira muribo baracafise urugendo rurerure cane muribo
Ikuganirocizacane nkunze uyumu maman ndamukunda nubundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mugiteranyi ndahazi uwo muntuNuwiwacu pee fromAmerica
Ahubwo namuheruka KERA cane yarabaye Ubuntu Mukuru cane
Intahe ziwe zirubaka avuga nkuwabohotse
Urimubambere bakunda igihugu cacuciza turakwishimiye muvyeyi wiza Imana iguhekuramba.😅😅😅😅
Ikiganiro ciza cane ❤️❤️❤️
Zipora irambire
Nawe barasa namusazawe
Muraho abo bamayibobo avuze nabantu reta iba yarahaye ibihano kubwamakosa baba barakoze akarorero warishe akandi warakoze amakosa mukazi akaror warakubise nkumwana wigisha mugihe uri mwarimu ukamubabaza uwo mwana ikindi reta ikwaka vyangombwa karangamuntu nibindi ivyo utabifise ntanahamwe usaba akazi ngugahabwe bikakuzanira ingaruka yokuba mayibobo kubera inzu niza reta nabenezo bakorana na reta
Uwumudamu ndamukunze araganira neza 😊yovura Depression vmt
Gs uvuganeza icompatugahura😥😥😥😥
Australia igitoro kiriho ariko kuva COVID-19 itangura carazimvye.
Numu pfasoni koko intahe yiwe iratomoye numurundikazi nyakuri /
Uwomuvyeyi ndamukunze cane
Ikiganiro kibaye gito ntiwamuhaye umwanya ngo yisanzure avuge wagumye umuciramwo
Nonivyonibindi vyokuvyarana arikivyara nibisanzwe sicokimwenabavukana
😢
Eeeh uyu ni mushiki wa fabrice barasa vrmt mbega ukuntu uyaga nezaa
Ni nyina yivugiye KO Fabrice ari imfura yiwe
@@iriiriho5368oya yavuze kwamufata nk umwana wiwe w imfura ubundi nyamba wahejeje ikiganiro Frabrice yavuze ko bavukana kwar umuhererezi
@@iriiriho5368Oy baravukan ushobor kuba utahejej ikiganiro gus amufat nk umwan wiw kk ar umuhererez wabo
Imana ihezagirwe muvyeyi , iriko irabagarira umunezero satani yari yarabanyaze.🎉🎉🎉🎉
Zipola ntukabeshe petrol ino iraboneka umuntu abura amafranga yo kuyigura bivanye nubushobozi aba afise
Ibitoro ino vyobura gute?
Urabeshe mama ntabitoro bibura Australia sorry niho turi kwel ; ikindi naco ntubeshengo waguze inzu amakashe wayifashe ideni ukaza uriha bukebuke😂😂😂
Oya yayiguze ama cash amafaranga yahawe na insurance yanyereye agwa mwisoko
@@Chris-5z3 aho nivyo ivyo vyinzu
Mureke kuntwenza
Vyose vyari vyizaKugitoro(Petrol) yahihendeyeIgitoro kirahari kubwinshiKiretse uwobura ayo kukigura
Niyuri non
Nibaza ko yashatse kuvuga ko naho nyene igotoro kizimvye iyo udafise ayo kukigura . Si non nta gitoro cigera kibura muri 🇦🇺.
Bt zipola nisaw komera mugabo wibuke abantu binyange udusapotinge ninka nkazibiri
.none uzoguma ubayo ko waguzeyo inzu
Ntiwunvako yamaze kwigira?
Ibuye niho twaterewe incanco yemwe
Ntubeshe ntagitoro kibuze muri Australia ahubwo yuvugako camaho ariko kizinvye. None niwaba warabuze igitoro wewe urimunzu waguze utagikotesha nukuvugako twebwe dukodesha namazu akaba yarazinvyecane imodoka tuzoca tuzita ? Kukubura igitoro ? Ndumvanubu utarakizwa subiramwo kwiyegereza Imana
😂😂😂 ngo ngwiki???
Wabeshe ntagitoro cabuze
Ntubeshe wewe ngaha Melbourne ntagitoro gihari urabesha ntukabedeshe henda abo mutabana
Imana ibakomeze cane mwarahezagiwe
Channel ya zipora :th-cam.com/video/WWT11iRP1xQ/w-d-xo.htmlsi=7eeZOS3fL3mZOss_
Amen Amen Imana ikomeze kuguhezagira muvyeyi uvuga neza ndakwikundiye cane . Fablise Imana igokomeze ukomeze kwubaka uburundi bwacu ubuteze imbere. Hama mumugarukane atuyagire yitunze mengo afise vyishi yotuubarira ❤❤❤❤❤❤❤
Amahoro y Imana mwese. Murakoze cane abunvirije ikiganiro canje no kubazocunviriza Imana ibampezagirire cane 🙌🙌🙌❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Amen amen Muvyeyi kalibu kandi ❤🙏
Sha bro usigaye utuzanira ibiganiro vya bien❤COURAGE my brother❤
Ndakunda abantu batagira ubwibone ubuzima babutwara nkubusanzwe merci madame
Muvyeyi,uvuzeneza bamwe kuba tutariko turakorera hiyo mugihugu nuko twahemukiwe nabo twizeye hiyo.from Australia 🇦🇺
Nije ndabizi amagorwa nabonye kubera kuvyara abakobwa. Naratotejwe bitabaho iyo nda narayirayeko ndabizi. Abakobwa mu Barundi ntibakundwa.
Mpore cane .
Wamubeshe ntiwapininze Chanel yiwe
Yavuze ko yitwa Bibiliya yera nyeranda.
Hezagirwa muvyeyi wareze neze
Fablice ni akarorero keza ku rwaruka rungana nawe 👏👏👏👍❤️❤️❤️
Uburundi ntibukeny ahubwobutwagwa nibisuma gusa ningare. Arikimanirababona
Nihatari kweri. Umuvyeyi Imana imuhezagire.
Uwo Mu mama asa na Fablice kweli
Banavuga kumwe kweli
Urakoze ariko ntiwibaze ngo niwe wenyene wagize ingorane ahubwo baronse Aho uvugira ariko harivyo uvuga Fabrice nawe yavuze ukundi
❤❤❤
Yeee Zipolaaa .namuheruka mu kiziba
Mukiziba ca hehe??
Zipora ndakuzi uvyipfuza wese siko ababona ndakkuzi cane
Ikiganiro ciza cane
Big UP
🫢🫢ndumiwe, ngwigitoro muri Australia? ntagitoro cigeze kibura numusi warinwe ataruko ciyongeyeho nki $1 nama cent make gusa
Wow uruwiwacu muvyeyi
Nanje mvuka ingozi busiga
Abarundi noguhemuka nikintu kigoye gukira muribo baracafise urugendo rurerure cane muribo
Ikuganirocizacane nkunze uyumu maman ndamukunda nubundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mugiteranyi ndahazi uwo muntu
Nuwiwacu pee from
America
Ahubwo namuheruka KERA cane yarabaye Ubuntu Mukuru cane
Intahe ziwe zirubaka avuga nkuwabohotse
Urimubambere bakunda igihugu cacuciza turakwishimiye muvyeyi wiza Imana iguhekuramba.😅😅😅😅
Ikiganiro ciza cane ❤️❤️❤️
Zipora irambire
Nawe barasa namusazawe
Muraho abo bamayibobo avuze nabantu reta iba yarahaye ibihano kubwamakosa baba barakoze akarorero warishe akandi warakoze amakosa mukazi akaror warakubise nkumwana wigisha mugihe uri mwarimu ukamubabaza uwo mwana ikindi reta ikwaka vyangombwa karangamuntu nibindi ivyo utabifise ntanahamwe usaba akazi ngugahabwe bikakuzanira ingaruka yokuba mayibobo kubera inzu niza reta nabenezo bakorana na reta
Uwumudamu ndamukunze araganira neza 😊yovura Depression vmt
Gs uvuganeza icompatugahura😥😥😥😥
Australia igitoro kiriho ariko kuva COVID-19 itangura carazimvye.
Numu pfasoni koko intahe yiwe iratomoye numurundikazi nyakuri /
Uwomuvyeyi ndamukunze cane
Ikiganiro kibaye gito ntiwamuhaye umwanya ngo yisanzure avuge wagumye umuciramwo
Nonivyonibindi vyokuvyarana arikivyara nibisanzwe sicokimwenabavukana
😢
Eeeh uyu ni mushiki wa fabrice barasa vrmt mbega ukuntu uyaga nezaa
Ni nyina yivugiye KO Fabrice ari imfura yiwe
@@iriiriho5368oya yavuze kwamufata nk umwana wiwe w imfura ubundi nyamba wahejeje ikiganiro Frabrice yavuze ko bavukana kwar umuhererezi
@@iriiriho5368Oy baravukan ushobor kuba utahejej ikiganiro gus amufat nk umwan wiw kk ar umuhererez wabo
Imana ihezagirwe muvyeyi , iriko irabagarira umunezero satani yari yarabanyaze.🎉🎉🎉🎉
Zipola ntukabeshe petrol ino iraboneka umuntu abura amafranga yo kuyigura bivanye nubushobozi aba afise
Ibitoro ino vyobura gute?
Urabeshe mama ntabitoro bibura Australia sorry niho turi kwel ; ikindi naco ntubeshengo waguze inzu amakashe wayifashe ideni ukaza uriha bukebuke😂😂😂
Oya yayiguze ama cash amafaranga yahawe na insurance yanyereye agwa mwisoko
@@Chris-5z3 aho nivyo ivyo vyinzu
Mureke kuntwenza
Vyose vyari vyiza
Kugitoro(
Petrol) yahihendeye
Igitoro kirahari kubwinshi
Kiretse uwobura ayo kukigura