Umu Diaspora atubwiye ivyo benshi batinya/Natwawe Australie n’umugore/Umugenzi yaranyivye kubera🇨🇦

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 มี.ค. 2024
  • #burundi #sirenvibestv #diaspora

ความคิดเห็น • 42

  • @World_SniperTV
    @World_SniperTV 6 วันที่ผ่านมา

    Bwayiiii hejuru cane🔥👌

  • @Claudelaudegihamana-ji8vc
    @Claudelaudegihamana-ji8vc 4 หลายเดือนก่อน +2

    Bless u again my manager #GAHANGA 💪

  • @nickhope2333
    @nickhope2333 2 หลายเดือนก่อน

    Thanks Mr Gahanga

  • @christella5092
    @christella5092 4 หลายเดือนก่อน +2

    Urakoze mu Papa mwiza utubwiye ivyumumaro

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 4 หลายเดือนก่อน +3

    Ikiganiro ciza cane 🇧🇮🇨🇦👍

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 4 หลายเดือนก่อน +1

    Keep inspiring us with new message❤❤❤

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 4 หลายเดือนก่อน +3

    Gahanga Rémy disii ingo urye igari ya dudu😂😂😂

  • @AlainBlaiseMasango-ub5gn
    @AlainBlaiseMasango-ub5gn 3 หลายเดือนก่อน

    Courage Hosy

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 4 หลายเดือนก่อน +1

    Wooooa 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @christella5092
    @christella5092 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ikaze

  • @elvisniyibizi9999
    @elvisniyibizi9999 4 หลายเดือนก่อน +2

    Hosy ikiganiro gihez atakantu murikunwa ntuzimany Gahanga nukunt akund akund utuntu agum anwa😂 ubutah iryokos uzurikosore ❤

  • @psgbarcelonapage8468
    @psgbarcelonapage8468 4 หลายเดือนก่อน +1

    Mr REMY respect(Davoren Park)

  • @user-qb5dy2hw2b
    @user-qb5dy2hw2b 4 หลายเดือนก่อน +3

    Hinge ntore agasongabugari mpeze nicare kuko Mawe yatubwiye ko kizira kwumviriza ijambo ry’umuntu mukuru uhagaze.

  • @denisenijimbere687
    @denisenijimbere687 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ewe Rémy sha

  • @jilu1095
    @jilu1095 4 หลายเดือนก่อน +2

    Shakira najewe umugabo wiburaya😅😅😅😅 nigire kwirimirayo ibiraya😂😂😂

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 4 หลายเดือนก่อน +2

    Imyaka 12
    Ntasezerano k'urutoki cank'urutoke nabonye
    HOSY HOSY ego (ab'i GENEVE ) SUISSE ntuturamutsa
    Ndagukunda❤
    Uvug'ikirundi unyarutsa caaane ❤

  • @bukuruussen9124
    @bukuruussen9124 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nanje nzoza muburundi mumisi irimbere munyitege I miss Burundi 🇧🇮 so much ❤

  • @erickabura
    @erickabura 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ewe Gahanga uraramvye ark amahanga aranyegeza

  • @user-ex9dw1si6t
    @user-ex9dw1si6t 4 หลายเดือนก่อน +1

    A big Exclusif kbxa!so aba Diasporat ni benshi mumababaze kk harimw inyigisho zitandukanye

  • @elvisniyibizi9999
    @elvisniyibizi9999 4 หลายเดือนก่อน

  • @Kirisu
    @Kirisu 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @joeniserukira3391
    @joeniserukira3391 4 หลายเดือนก่อน

    Hosy image ni top vrt

  • @nduwayezufelix1601
    @nduwayezufelix1601 4 หลายเดือนก่อน +1

    ✍️

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana3718 4 หลายเดือนก่อน

    sha natwe turagukunda kandi turabakurikira ariko ntuzi udusuhuza abantu bomuri Uk

  • @user-xj8tf2lh3u
    @user-xj8tf2lh3u 4 หลายเดือนก่อน

    Mmmm gahanga

  • @user-mb9vc5uc5x
    @user-mb9vc5uc5x 4 หลายเดือนก่อน

    Ico kiganiro kirimwo vyinshi vy'akamaro

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 4 หลายเดือนก่อน +5

    GAHANGA wishwe n'iki ???😂😂😂

    • @oseendayi5046
      @oseendayi5046 4 หลายเดือนก่อน +1

      😂😂😂😂😂 yishwe nakarimi

  • @erickabura
    @erickabura 4 หลายเดือนก่อน +3

    Osi WWE urakunda kumvugisha aba Diaspora knd n vyiza ark j ninaza tuzogirira ikiganiro muhra Mutakura kuk jew ndakuzi ark WWE ntunzi knd ndakunda ibiganiro vyawe cane

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 3 หลายเดือนก่อน

    Bivana na State none Korea igwa kandi ni aust

  • @user-rz2os9io4e
    @user-rz2os9io4e 4 หลายเดือนก่อน +1

    abarundi bicendajuru ntuturamutsa☹☹☹☹☹☹☹☹☹☹☹☹☹☹

  • @nimbonavalentin6797
    @nimbonavalentin6797 4 หลายเดือนก่อน +1

    #GAHANGA

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 4 หลายเดือนก่อน +1

    turagkunda Hosy mur diaspora kubiganiro vyawe vyiza vyigisha

  • @AntoineNiyibitanga
    @AntoineNiyibitanga 4 หลายเดือนก่อน +1

    Kamera cane Remy kumajambo meza utanze.
    Ndakwibuka kera ndumva ukiri wewe peee

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 3 หลายเดือนก่อน

    Maybe ari Darwin??

  • @AudryFranckNdayishimiye
    @AudryFranckNdayishimiye 3 หลายเดือนก่อน

    Arik iryo kosa wokoran numugore ukaba expulsé ni nyabaki?

  • @BahatiTido-hj6cv
    @BahatiTido-hj6cv 4 หลายเดือนก่อน

    Nta jardin d'Éden ngaho urazi amatunda yariyo reka Sha!!!!!! No sugar,no water,no electricity,no food,no money??? Eden which???? Eden what??? Eden who????

  • @kanamugirekeza
    @kanamugirekeza 4 หลายเดือนก่อน

    none mwoduha définition ya black american?? a black american numuntu yavukiye muri amerika ariko afise aba ancestors babanya africa rero uyo sinibaza ko ariwe☺️