Intahe y'umu DIASPORA aba muri CANADA //Ubukene buriyo//Depression ni nyinshi gose//nta rukundo kuko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ม.ค. 2024
  • Intahe y'umu DIASPORA aba muri CANADA //Turakenye//Depression ni nyinshi gose//nta rukundo ruhari
    @NtareRushatsiHouseTV
    #diaspora
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 257

  • @alainbigero8609
    @alainbigero8609 4 หลายเดือนก่อน +5

    Wauuh
    I like this girl. I live in South Africa
    The life is almost the same. Birababaza gose guha umuntu 10000fb ntanakubwire ko yayabonye. Kubwira umuntu wo muburundi ngo biragoye ntivoroshe. Igikuru ni ukwihorera uwinjiye mukibuga akavyibonera

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok 4 หลายเดือนก่อน +10

    Ahantu honyene hatari ibibazo ni mw'ijuru gusa ubundi bwo ahariho hose woba uri hari ibibazo .Hanze hari ibibazo no mu burundi biriho .Igikuru nuko aho woba uri uharonka akarusho .Ariko i Burundi turahakunda kandi tuzogaruka kuhaba

    • @patrickdusabimana3265
      @patrickdusabimana3265 4 หลายเดือนก่อน

      Mwijuru niho hari amahoro? Ubwose wabibwiwe nande wahageze?

    • @worldofstars-ex1ok
      @worldofstars-ex1ok 4 หลายเดือนก่อน

      @@patrickdusabimana3265 Read the Bible in the book of NUMBERS 6 :26. Twebwe twizera Bibiliya kandi tuzi ko ari igitabo cera kirimwo ivyanditswe vyera vyahumetswe n'Imana . Mw'ijuru hazoba hari amahoro ,n'umunezero .Hano kwisi turi ku rugendo , duhura n'ibitugerageza

    • @user-zr7zo7vs2s
      @user-zr7zo7vs2s หลายเดือนก่อน

      ​@@patrickdusabimana3265aravyizeye,Yesu Christo yarabidusezeraniye.komugira mundege muka relax mutazi pilot,muri bus ukarema utazi driver,baton utazi uwugutwara,uwutumye ubaho gute utovyizera🤨 Imana igutahuze kuvyizera

  • @brucearakaza2173
    @brucearakaza2173 4 หลายเดือนก่อน +10

    Ooooh ibiganiro ciza cane ❤️❤️❤️❤️ ,,''uyu mukobwa yubahwe

  • @Venicreator2060
    @Venicreator2060 4 หลายเดือนก่อน +12

    Beautiful lady ❤..uvuze ukuri muyindi mpwemu idasanzwe! Mubakoroni is not like a paradise nkuko abarundi benshi tuvyibaza.

  • @user-ie9ui9vo9q
    @user-ie9ui9vo9q 4 หลายเดือนก่อน +5

    Plz indero irakenewe kutukana kuri interview yumuntu is not good anymore

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

    Nta ciza nabonye i Bujumbura,umuntu yorata,nahamaze 6 mois.
    Nta mazi yo kwoga
    Nta mabarabara
    Ivyondo mu gihe c' imvura
    Ivumbi mu gihe c' izuba
    Amavyi n' amasobe bandagaza hose mu gisagara,
    Hose ni umunuko.
    Umunuko uvuye ku mazi ya vert canke noir: ava mu ma wc ,barekurira mu mabarabara.
    Pampers barunda ahantu hose( pampers zirimwo amavyi)
    Harya hahora isoko ya Bujumbura indani,iruhande: warabonye ingene hasa,ingene hanuka?
    Insazi zivuye kuri ya mavyi zitonda ku nyama,
    Ivyumbi riruhukira kuri za nyama.Aho ngo ni ku kabare.
    Ikintu cose urya uhekenya imisenyi.
    Nta modoka
    Nta gitoro
    Nta binyobwa vya brarundi
    Nta sukari.
    Abantu bayangira ibintu mw' ivumbi:
    Imihwi, imyembe,avoka usanga vyanze hasi.
    Kw' isoko kuri cotebu warahagiye?
    Ngo Uburundi na Canada?
    Be mureka gucira inkonda .
    Mu Burundi, abanti ntibarya,ni amagufa gusa.
    Aho hantu muri canada nzojayo kuharaba.

  • @patrickndayishimiye8027
    @patrickndayishimiye8027 หลายเดือนก่อน

    Exactly burya umwenge w,inzu umenywa na inawo

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nivyiza kuririmpa mururimi kavukire ariko kugira uzotere imbere cane ko usanzwe wivugiira icongereza jewe noguhanura kuririmba mucongereza

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 4 หลายเดือนก่อน +14

    Niyo mpamvu nkunda mu gihugu canje 🇧🇮❤❤❤

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 4 หลายเดือนก่อน

      Uyumu mukobwa yoza amabya yabasaza bakamuhemba make

    • @majedalotaibi9350
      @majedalotaibi9350 4 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂​@@habimanaignace7235

    • @loverylovery4514
      @loverylovery4514 4 หลายเดือนก่อน

      Yes love you country

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 4 หลายเดือนก่อน

      ​@@habimanaignace7235🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤮

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 4 หลายเดือนก่อน +7

    Canada ur'umunebwe ucuba umukene nyene kuko ntavyagusa biriyo

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc หลายเดือนก่อน

    Uratwengeje sha muhozi,

  • @nduwimanamarius4202
    @nduwimanamarius4202 4 หลายเดือนก่อน +4

    Uvuzukuri sha sista ❤

  • @alexandredusabe1817
    @alexandredusabe1817 4 หลายเดือนก่อน

    Nice❤

  • @clarakenguruka4553
    @clarakenguruka4553 4 หลายเดือนก่อน

    Merci très chère,❤

  • @Sara-iz2nr
    @Sara-iz2nr 4 หลายเดือนก่อน +4

    Narinkumbuye Huhoza ❤❤❤

  • @stevehabonimana9829
    @stevehabonimana9829 4 หลายเดือนก่อน

    She has a talent 👌🏿✨ courage

  • @esternyabenda3070
    @esternyabenda3070 4 หลายเดือนก่อน +1

    That's true my sister

  • @flavafleury
    @flavafleury 4 หลายเดือนก่อน

    Ego sha muhoza 👍🌹

  • @user-bz8sb6vj5w
    @user-bz8sb6vj5w 4 หลายเดือนก่อน +3

    Muhoza welcome to you from burundian ❤❤❤❤

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 4 หลายเดือนก่อน

    Ukuri kwuzuye kbsa💯💯💯💯love from 🇺🇸🇺🇸🇺🇸

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 4 หลายเดือนก่อน +4

    Uyo mukobwa araciye ubwenge kandi aricisha bugufi

  • @mikeofficial2577
    @mikeofficial2577 4 หลายเดือนก่อน

    Yambara neza shn ndamkunz❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 4 หลายเดือนก่อน +5

    Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ntacoroshe sister pôle sana babwire

  • @thereallytalktv.1853
    @thereallytalktv.1853 25 วันที่ผ่านมา

    Ahubwo ndatashe ntubeshe canada is not paradise

  • @KubwimanaMoses-tp5ro
    @KubwimanaMoses-tp5ro 24 วันที่ผ่านมา

    Vyiza

  • @TheBeautyHub0206
    @TheBeautyHub0206 4 หลายเดือนก่อน

    Very true

  • @justafriend3408
    @justafriend3408 4 หลายเดือนก่อน

    I like this lady

  • @amosmani9579
    @amosmani9579 4 หลายเดือนก่อน +6

    Muhoza atweng neza bash ❤️❤️

  • @NIMUBONAVincentdePaul
    @NIMUBONAVincentdePaul 4 หลายเดือนก่อน +5

    reka sha mukobwa!!!urivugisha!!!

  • @aimevyibuka845
    @aimevyibuka845 4 หลายเดือนก่อน +6

    None agishikayo amaze kubibona kwataciye ataha😂😂

  • @ndihokubwayoherman2473
    @ndihokubwayoherman2473 4 หลายเดือนก่อน +4

    Mbega ukuri

  • @Faizomelodyvm1yc
    @Faizomelodyvm1yc 4 หลายเดือนก่อน

    Muhoza arabegwa cane ❤

  • @justinnduwayezu649
    @justinnduwayezu649 4 หลายเดือนก่อน

    Juste mwambiye uwo mwanamke kwamba nimependa ghisi anazungmuza kingereza turamusise kwl kumudiaspora yiyemera kwiruga kbx
    I appreciate that

  • @angeange4342
    @angeange4342 4 หลายเดือนก่อน +1

    Barabesha harumukene asuko umuntu atarara inzara narimwe nukomimeze wopfuma uyagabura nareta wayakoreye jewe nimunjeyo nubwo nokubura amabarabara yomuri Canada noshima Imana

  • @estherchou2899
    @estherchou2899 4 หลายเดือนก่อน +6

    Inzigo uvuganye irerekana ko utararenga na frontière ababa hanze barazi ko ataco abeshemwo nuko mudakunda kwumva ukuri hama ntanumwe yishimira kuba yarabay impunzi ari uwahungiy mahama cank Tz gabanya kiki ureke urwanko

    • @Idrissa_rabaika
      @Idrissa_rabaika 4 หลายเดือนก่อน

      Uyo arimw kirondera inzira acamwo kugra amenyeknye

    • @rizikiyangu2061
      @rizikiyangu2061 4 หลายเดือนก่อน

      Right

  • @umojawote9878
    @umojawote9878 4 หลายเดือนก่อน +2

    Canada ntabwo ari Imikino benshi bava nk'iyo bagera Canada bikabananira Ama Neige yaza noneho bagasara.

  • @leatitiakwizera4016
    @leatitiakwizera4016 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uririmba neza

  • @didace3605
    @didace3605 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uwokugumiza ahuriko uravugira ivyo Agahinda kokwiyicira ,

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi 4 หลายเดือนก่อน

    #WeGotThat👁️

  • @eliebayubahe6649
    @eliebayubahe6649 4 หลายเดือนก่อน +4

    Beautiful lady! N'uturirimbo twiwe turaryoshe

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 4 หลายเดือนก่อน +1

    Hama uri Canada ukaba udafise économie cokimwe nino uguma urumukene hariya hariho ninzu nziza uriha 1000dollars kndi ubuzima bukabandanya ukiha nico ushka

  • @PerpetueNicoyangeneye-en8hb
    @PerpetueNicoyangeneye-en8hb 4 หลายเดือนก่อน +2

    Karibu mwana wiwacu mugihugu cawe!!! Komera komera!!!

  • @gerardon8343
    @gerardon8343 4 หลายเดือนก่อน +4

    None ubukene bwo Muri Canada ubugereranya n'ubukene bwo muburundi, abantu bagowe BIRENZE urugero. Ndumu Canadien ariko visited ngira muburundi nkabona ingene abantu nka 90% bari n'ubukene bwo kutaronka Nico barya, no kurya rimwe kumusi babikesha Imana, usanga kenshi iyo muringanisha Inka n'urunyegeri mwihenda rwose. Kandi Muri Canada umuntu afise unushahara wiwe ukwiye, atari salaire minimum bahendekerereza abashasha muri canada, abaho neza. Vuga ko ari société y'irungu, atawuraba uwundi,ibindi ntimuze murarenza urugero. Uburundi bushigwa Ku numero yambere mubihugu bikenye, abantu babayeho nabi, Kandi ntimuze mirabihakana nivyo. Iyo ndabutemberamwo mvuye Muri Canada ndavyibonera. Tutagiye turavyemera ntituzokwigera tuburokora.

    • @rizikiyangu2061
      @rizikiyangu2061 4 หลายเดือนก่อน

      Burya uwogupima pounds upima nizo abo barundi uvuga ko batarya wosanga ubasumvya cane?

    • @gliter281
      @gliter281 4 หลายเดือนก่อน

      C est vrai hariho abantu bakeyi batunze gusumba abari Canada. Mais benshi barakenye iburundi. Ino hari stress nyinshi kubera abantu barakora caane.

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

      Ndi muri USA,ni heza. Nta muntu w' i Burundi asumba umuntu wo muri USA.
      Canada sindadugayo: ngira ni habi kuko benshi barabivuga.

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

      Namaze mu Burundi 6mois( nta mazi,ivyondo imvura iguye,ivumbi izuba ryatse, amavyi ahantu hose mu gisagara aba yandagaye, insazi zose zivuye kuri ya mavyi zigatonda kuri za nyama Ku bubare.
      Aho uca hose,haba hanuka....
      Nta bwiza nabonye i Bujumbura.Ni iwacu ni kuhakunda uko nyene .Ariko tuvuge ibintu uko biri.

  • @umojawote9878
    @umojawote9878 4 หลายเดือนก่อน

    Isi yose ni ibibazo gusa nk'iyo Canada mubona aho mukora muga mushimira Imana.

  • @el9baby870
    @el9baby870 4 หลายเดือนก่อน +9

    you made it muhoza❤❤

  • @spilltheteasis1750
    @spilltheteasis1750 4 หลายเดือนก่อน

    Utarize nyene birakugora nk’ahandi hose! Reka sha kubesha abantu none kuberiki uhamaze ico gihe cooose? Publicite suko bayirondera. Birababaje kugira chance yo gusohoka ariko ukiyunvira nk’abandi ba paysans bose batarashika na buja😢

  • @biiriyesilasye9522
    @biiriyesilasye9522 4 หลายเดือนก่อน +1

    Jeho ndi muguhwererayo Canada na depression..ariko sha ndiko nditegura kwitahira

  • @user-vf7lo1ui9x
    @user-vf7lo1ui9x 2 หลายเดือนก่อน

    Je nibaza ko mwoza muvugisha ukuri kuko niho igihugu cokwinanata kigatera imbere je mba Canada ntaho isaniye nu Burundi nagato ,nkwibarize ko wumva ari sawa igumireyo(Aho uca wiyishura wewe nyene),ivyo nyene muguma muvuga mutazi ababiraba nivyo bikwegera benewacu babarindi boje ino muri canada bakizanira aba camerounais naba ivoirien ngo abarundi ntibarimwo babayeho neza baratunze ,nza muvuga make ,kuki abana babategetsi babarungika ino abo bishobotse ,nibigugu rero?

  • @Alphamediaburundi
    @Alphamediaburundi 4 หลายเดือนก่อน +3

    Kuyindi mpwemu honestly uvuga ukuri but don't forget to invest in this country cause our Burundi 🇧🇮 is like paradise niwasaza uzoze uruhuke here
    #umukubito@mymotivation

    • @habimanaignace7235
      @habimanaignace7235 4 หลายเดือนก่อน

      Wamurezi we uravuga iki wasanga urimbwa

  • @ahishakiyepatience7373
    @ahishakiyepatience7373 4 หลายเดือนก่อน

    Muhoza mbere ntusubire muri Canada CA wigumira muburundi hoho haryoshe Sha

  • @user-mc2ec4zd7h
    @user-mc2ec4zd7h 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amahanga namahanga uwutayazi ntazavugenabi cnke ngwavugenabi ababayeho kuko babayeho ubuzima bwinryankury kbx kuko jendavye ukwumunt ababayeho nibintu vyamabanga akomeye

  • @NsanzabahiziRehema
    @NsanzabahiziRehema 4 หลายเดือนก่อน +4

    Ibihungu vyo haze naho kuronderera umutahe hama uka bikiza hom 🇧🇮 iyindi nyungu nu kwingira ico ukunda uka ronka diplome ya ngaciro wabikije mu Burundi neza ungaruka uka bandanya umwuga wigiye

    • @clovissibo2299
      @clovissibo2299 4 หลายเดือนก่อน

      Wewe wumva bvyokunda kandi nk muri Canada bakenye kurusha i Burundi, dufatiye kuri ivyo uyo mukobwa avuga????

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 4 หลายเดือนก่อน

    @juste Gael ntiwazanye link ziwe turabe izo ndirimbo ?

  • @pacifiqueakimana
    @pacifiqueakimana 4 หลายเดือนก่อน

    None ukeneye kwicara mu mahanga ko mu burundi uhembwa 1million ugahemba umukozi 50k hagarik ubuzima ntibusa

  • @josianendayizeye2707
    @josianendayizeye2707 4 หลายเดือนก่อน

    Juste ndakunda umukubito kabisa ariko usigaye uzana abatumire ataribo.mubwire agume muburundi ko wumva yaprecia ubuzima bwaho il est vrai yagiye ari muto.ata choix yogira ariko ubu ari majeur arashobora kuba aho akunze kugira twemera ko canada ikenye uburundi butunze

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 4 หลายเดือนก่อน

    Mukobwa uvuze ukuri peee

  • @evakimararungu3456
    @evakimararungu3456 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ivyo avuga vyose nukuri kabisa

  • @user-zp7ne3ej2b
    @user-zp7ne3ej2b 4 หลายเดือนก่อน

    Uguma ucanga nicongereza reka kwishima bagutumiye vugikirundi

  • @pacyfiqueelpisto8320
    @pacyfiqueelpisto8320 4 หลายเดือนก่อน

    Nareke ku decouragea abantu bashak kuza kuronder ubuzima uri umukozi mur Canada amahera urayaronk vrt nawenyen ntiyogum mu Burundi
    Ham Juste Gael naw zurabanza wiyumvira impamvu aba diaspora aribo bariko barubaka za miroir, nyabugete uzoc utahur k abo bantu arabanebwe gusa.

  • @alineshima7033
    @alineshima7033 4 หลายเดือนก่อน

    ntusubireyo ugume aho muburundi gumaho

  • @user-sf8jb5hp4f
    @user-sf8jb5hp4f 4 หลายเดือนก่อน +3

    Ivyo uvuga Nivyo Mukooo Ndagushigikiye aha twaranoze Nuko batabzii Bibazaa ng Tuba twararenganye keraa naho shwii hhhh 😪😪

    • @user-jy1sk3bw1t
      @user-jy1sk3bw1t 4 หลายเดือนก่อน

      Ariko ntimushaka gutaha mu Burundi, aho batanoze 😂

    • @user-sf8jb5hp4f
      @user-sf8jb5hp4f 4 หลายเดือนก่อน

      @@user-jy1sk3bw1t oyaa tuzotaha kandi twizera ko Ejo ari hezaa muta , Gusaa Gakondo Ni Muburundi kbsa

    • @user-jy1sk3bw1t
      @user-jy1sk3bw1t 4 หลายเดือนก่อน

      @@user-sf8jb5hp4f nimutahe ningoga stress zitarabica mugende iyo zitari, ko mwitebesha? Ahantu ari habi uhava kare.
      Uburundi twese turabukunda, ariko ba muvugisha ukuri, ngaha udafise nakazi bakurihira inzu namahera makeya yokurya

  • @turimubigerojannette3067
    @turimubigerojannette3067 4 หลายเดือนก่อน +4

    Ntuzusubireyo rero,abandi bavuga le contraire none dufate iki?

    • @user-jy1sk3bw1t
      @user-jy1sk3bw1t 4 หลายเดือนก่อน

      Reka reka aho yabitse passport Canadian hugajwe namakufuri atanu

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 หลายเดือนก่อน +1

    Avuzukuli kuzuye

  • @user-kj4db2fk3l
    @user-kj4db2fk3l 4 หลายเดือนก่อน +1

    Babwire kobitoroshe urugukora stress gs

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 2 หลายเดือนก่อน

    Muyabahera iki. 100 dollars wakuyemwo tax ni meshi

  • @Idrissa_rabaika
    @Idrissa_rabaika 4 หลายเดือนก่อน

    Nguma numurwa jew nkokugererany Burundi n Canada

  • @pascalinensengumuremye4642
    @pascalinensengumuremye4642 4 หลายเดือนก่อน

    Muhoza ko wavukiye Tanzanie ugakurira canada wamenye gute ikirundi

  • @nizigiyimanapascaline7207
    @nizigiyimanapascaline7207 4 หลายเดือนก่อน

    jew nibaz ko hanze haragoy mais bivana umwe wese na experience yagiz , wew bishobora kuba vyarakugoy mais ugasanga hari uwundi yahakunz, jew nibaz ko bivana .

  • @lameckmarco4703
    @lameckmarco4703 4 หลายเดือนก่อน

    Ahp hogukora ijoro numutaga ndabikunda

  • @user-zw6jm9uw6y
    @user-zw6jm9uw6y 4 หลายเดือนก่อน

    Tweturaramumuhanda tuzatwaradorewe nivyokurya harigihe tubibura tukaryaivyo mwiyarara.gusanikundira ibigore kuko boba vyambaye amasiripiyabagore mumuji yayayayayayaya nihatari ubuzima bwahano.tuzahabaukunyene ntakundi.

  • @vantiti5278
    @vantiti5278 4 หลายเดือนก่อน

    Uyu niwe mukobwa w.umurundi uzi ubwenjye mbonye abandi Bose n.ama debe..

  • @irishgueva14-kr1uz
    @irishgueva14-kr1uz 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ok

  • @gustave2ful
    @gustave2ful 4 หลายเดือนก่อน +2

    First one in the comments

  • @jonathanharabandi2707
    @jonathanharabandi2707 4 หลายเดือนก่อน +1

    Umurundikazi wumutima .

  • @amolam97
    @amolam97 4 หลายเดือนก่อน

    Uburyo gaël akora ugutandukanye nabandi ndabikunda pe

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp 4 หลายเดือนก่อน

    🔥

  • @ericciza926
    @ericciza926 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ntakibazo ariko Agahera kakinjira ss

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 4 หลายเดือนก่อน +2

    Maze kwitegereza aba bana baza kuvuga ngo ubuzima hanze ni bubi ama dépression arabamaze... nibindk, nabo bana soit bakuze mubuzima bwiza canke badafise expérience yubuzima. Bapfa kuvuga nta comparaison. Wobwira umuntu yirirwa yikorera imizigo canke umuntu arimira abandi kugira afungure... ngo hanze biragoye uhenda mugatondo ugataha kumugoroba urushe... mbe arazi qbarundi bose ubuzima babamwo bose bafise abakozi bose bakora amasaha angana. Ibaze kuvuga ko bitoroshe every year Uri buja harumuntu aba burundi ahumva kumatwi. Aba bana barafyina kandi bizobagora. Mbe burya aha atashe yibaza niho vyokworoha😂

    • @kanyangemediatrice4598
      @kanyangemediatrice4598 4 หลายเดือนก่อน

      Nihatali sha arahimvye burya arazi ubuzima bubi yabubayemwo mubuhingiro itanzania none ubu avuze ngo Canada ubuzima buragoye😂bugora kuko ubishatse ko bigora 😂

    • @sese667
      @sese667 4 หลายเดือนก่อน +1

      @@kanyangemediatrice4598 Nimwivugire sha, umusi mwageze mu mahanga kubatarajayo bavyipfuza, niho muzotahura ico uyo mukobwa yavuze ...

    • @kanyangemediatrice4598
      @kanyangemediatrice4598 4 หลายเดือนก่อน

      @@sese667 ntanakimwe ntazi caho kuko nihomba

  • @jabukirokessy6395
    @jabukirokessy6395 4 หลายเดือนก่อน

    Ahubwo Guha umuntu ico Ushobora ntagishime Nico Fleau..
    Ariko Analyse Des Depenses iri INDIVIDUAL
    kuko Bivana nuko umwe Wese AYARYA.HHHHH....

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana3788 4 หลายเดือนก่อน

    Juste jewe mfise ikibazo Abo bantu utumira kubera iki badaheza ngo batahe ???burya iyo bataja canada ubuzima bafise ubu nibwo baba bafise ???ko baza ngaho bakibabula gusaaa,Ba ace bongo 😢

  • @user-wu6hv5vz3f
    @user-wu6hv5vz3f 4 หลายเดือนก่อน

    Hanze ubuzima bugora iyo ureze amaboko kuko baguhembera amasaha wakoze.Rero sigurira abantu ko bagezeyo babwiriza gukora kugira binjize apana ngo ubuzima buragoyeeeeee nkaho umengo no kuwakoze cane buba bugoye.
    Ubuzima bwo hanze n'ugukora caaaane knd urabona ico wakoreye.
    Niryo tandukaniro Ryo hanze no mu Burundi kuko mu Burundi urakora ikiyede ugahembwa 7000fbu k'umusi.Izo nguvu hanze zinjiza angahe?.

  • @markusicamamare6266
    @markusicamamare6266 4 หลายเดือนก่อน

    Nzigumira muburundi

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 หลายเดือนก่อน

    Babwize ukuri sha!
    🤣

  • @onesphoremuny7704
    @onesphoremuny7704 4 หลายเดือนก่อน +2

    This is just entertainment and should be taken as such.. the analysis they are using has no scope whatsoever.
    Apple to apple comparison is the way to accomplish sensible conversation.

  • @user-kj8bq1kb9g
    @user-kj8bq1kb9g 3 หลายเดือนก่อน

    nvuka kumushingantahe yitwa Thomas iragi yansigiye niryo kwemera ivyo niboneye mpana nishikiyeyo

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 4 หลายเดือนก่อน

    Nirungu depression nutundi tubazo nkutwonamwamwe muhura natwo gabanya utugambo .

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 4 หลายเดือนก่อน

    Jew nogeray ntabindi Nokora Hama imana Ikampezagir Ibikorw Vy Intoki Zanje Ham Ab Nabo bavuga Ng harahoy Isi Yos Uhurumbir kuba USA 🇺🇸 CANADA 🇨🇦

  • @yvettehaberisoni9597
    @yvettehaberisoni9597 4 หลายเดือนก่อน

    Ari fata simply

  • @butisaac6465
    @butisaac6465 4 หลายเดือนก่อน

    Bamureka imiteto shaa! Ntuba waguma tanzania ukaguma ucana izo nkwi!
    Twaramaze kubamenya shaa😂😂 guca intege abanndi sha

  • @emerynkurunziza2951
    @emerynkurunziza2951 4 หลายเดือนก่อน

    Ukuri kwamahanga ukubona iyo ugiyeyo 😂rero ico mwomenya nuko nahonyene ubuzima butoroshe ariko hoho nuko ico ushatse kuba arico uba.

  • @vanny387
    @vanny387 4 หลายเดือนก่อน

    Babwire sha mukobwa bibazako vyoroshe

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 4 หลายเดือนก่อน +1

    Avuga ukuri, amahanga ntiyoroshe. C’est vrai ko nohiyo i Burundi bitoroshe mugabo ariko asigura ivyo abayemwo muri Canada. Abo bagira commentaires zuzuye inzigo nabipfuza kuhagera bitarakunda, nobasabira bizokunde 😊 Canada n’isi nkahandi, udakuye amaboko mû mpunzu n’inzara yokwica. Iyo mfashanyo mwumva n’intica nikize. Ntariko arabuza abantu Kujayo ashaka batahure neza atavyo kubeshanya. Ni vyíza biriho quand même, tout comme partout ailleurs.

    • @kevinnsabimana3788
      @kevinnsabimana3788 4 หลายเดือนก่อน

      None ko adataha ga mama wanje 😅

    • @nadineingabire887
      @nadineingabire887 14 วันที่ผ่านมา

      Hanze hose nikimwe ukuye amaboko mumpuzu urabaho neza muga udakoze nturya kandi ntibatuke hanze uwunaniwe gukora ntavuge ko hanze ari habi beshi batinya kuruha rero ntawurya katamugoye

  • @elvisirakoze2790
    @elvisirakoze2790 4 หลายเดือนก่อน

    May be origin yiwe n entre makamba ou rumonge ,afise accent in speaking ya from there. By the way ikiganiro ciza

  • @ninana3417
    @ninana3417 4 หลายเดือนก่อน

  • @kayuki4980
    @kayuki4980 4 หลายเดือนก่อน

    Uri umunebwe

  • @gcwavey4099
    @gcwavey4099 4 หลายเดือนก่อน +2

    Babwire sha abarundi bibaza ngo hanze ni mwijuru😢.

    • @adriang.
      @adriang. 4 หลายเดือนก่อน

      None kwataguma mu Burundi 😅

  • @clovisMUZANEZA-tn8nw
    @clovisMUZANEZA-tn8nw 4 หลายเดือนก่อน +1

    Igikuru nukuronka icukora

  • @fefetvshow
    @fefetvshow 4 หลายเดือนก่อน

    Jenyitwarire muri Canada

  • @Gospel430
    @Gospel430 4 หลายเดือนก่อน

    Ngum muburundi

  • @arsenedivin4260
    @arsenedivin4260 4 หลายเดือนก่อน

    Mumubwire agume muburundi 😅 niho hari ubuzima abarundi mwibaza none ko ubuzima bumeze gute 🤦🏿