ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ntubesha kabisa ndi muri americ komera wewe ndagushigikiye❤❤❤❤
Imana izompe gupfa mpuye niyintumwa yimana muburundi ndashaka kuzomubonesha Amado yanjye
Keep it up Fablice💯💯💯‼️ Much blessings upon u ♥️❤️❤️‼️‼️
Very intelligent ‼️‼️‼️
Intake nziza, merci Fablice. Uwuhoraho ahabwe icubahiro! Turasavye la suite
Amen Amen Amen Imana igukomeze cane 👏👏👏💒💒💒💒
Nagira ngo ndi jenyene. None urandushije Ayo twabonye. Pôle sana❤❤ 41:49
Uri intwari Fabrice. Imana iguhezagire kuko urayishingira intahe.
Bravo guys. Abanje bishwe n'ukutamenya (Abantu banje baranduwe no kutamenya ubwenge), ni Hosea 4:6. Umutama umwe mu kudutera intege turi mu bihe bitoroshe, yatubwira ati, mwihangane, mube abagabo,:"Igiti c'umuruho nico camako imbuto z'umugisha". Intumva nazo yazibwira ati:"Ingumbiiri y'umwungu yiniranye uruguma mu nkono". Imana ibahezagire Fabrice, muri murasahiriza igihugu mw'iterambere. Ico gitabo ca Yesha twokironka gute?
Wow fabrice inkuru yiwe is so inspiring
Mungu,nimwema
I am super proud of you Fablice You are my inspiration 🙏🏿🙏🏿
Good inspiration
Uranyisheee❤❤❤❤❤❤
Kumbe uruwo muhira fabric❤❤❤
Imana ikomeze kuguhezagira
Imana ishimwe ok yakurinze
Turarindiriye suite please 🙏🏿
Party 2 kutatweretse kiriho ?
Wa kwetu Ngozi ,Mwumba ,Gatsinda,kiziba poa. Camp shombo nyaruteja murahanyibukije pe! Franic slt
Aho hose ndahazi. Inyuma y'urugo
Vous,Les diaspolants vous etez nos inspirations.
Fabrice aze yandike igitabo. Iyo passage yo kugira intervieuw batazi iyo bazobajana, ni très important. Bisa na dispatch y' abirabure muri occident
Uvutse 91-92 wumva 93 wabutanguye kuvoma?
j'aime
Urumva ubugwizatunga nimumaraso Fablice !Turi kumwe ejo le 2 à Montréal. Kaze muri Canada. 😶🌫️
Aimer son prochain comme soi même. Vaut mieux que tous les sacrifice
Murakoz lman izoguhezagir rwos knd ishishikare kukuzigam mb ntagic ca kabiri gihari
Fab Imana iziguhe kuramba kabisa
Nagira ngo ndi jenyene. None urandushije Ayo twabonye. Pôle sana
❤❤❤❤❤❤❤❤
✌🏾
Ndashimiye Fabrice kwiyontahe
❤️👍🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️
🥰🥰
Mpore mporeData wo mwijuru numuvyeyi wawe
Muduhe suite
N umunyarwanda buja igihe kizoza ditahe ariko ndondera umurindi yaba i rwanda yitwa Ndikumwami Leonidas yari umugenzi naramubuze yari comptable
Ibwa inwa itabi 🤣🤣🤣😆😆🤦🏽♂️
Imana iguhezagire abarundu Ubu bishwe nokugara kubona KO hariho abazwi gusumba abandi
Ndagushimiye the Interviewer Wakoze kwumviriza umutimire 🙏🏿
Mu BURUNDi nukurwanya amacakubiri kuko nasanze ataco amarira abarundi Atari kubaryanusha inutilement
Wewe wamwanawe. Wewe ntusanzwe. Muri kazoza kawe, uzokora ibitangaza, abarundi tuvyitege.
Fabrice impore umurundi wese yabaye i rwanda ndamukeje gose
Ndagusabira gutwara igihugu uritwarip
Umutun-zi (cacitse umututsi) niko umuzungu yasomye gisome gicike umututsi mu kizungu c' igifaransa! Umun-tu asanzwe cacitse umun-tu mu kizungu c' igifaransa. Turabizi ariko tubandanya twicana kubintu ba sogokuru batatubwiye! Dusubiramwo ivyo umuzungu yasoma mu mutima wo guteranya! Ngo baducemwo hama ducanamwo!
Ayiga Mukama w ikigongwe!!!
Bavmutanga nr z'abantu bavuga ibintu bizima!
Gusa iconkundira bazungu ukamubwiye ntagusubira
Eriya yahagaristizuba risubirakugenda astinze intambara karyaka noingirishi karadufashije twese nikokadufashije
Muta wavuye kure, imana iragahezagirwa
😂😂😂😂😊
Munkambi twari dutunzwe nukubesha nihatari
Suite
Kwarugusorora gusacanke yaguhibimbi ushaka vyose
Uwahagaristi zuba nietiya
Inkuru y'uyu mugabo iri interested
Twizere ko muzoduha igice gikurikira
😢😢
😂😂😂
Ndihafi yo kuza nifuza ko tubonana
Ntubesha kabisa ndi muri americ komera wewe ndagushigikiye❤❤❤❤
Imana izompe gupfa mpuye niyintumwa yimana muburundi ndashaka kuzomubonesha Amado yanjye
Keep it up Fablice💯💯💯‼️ Much blessings upon u ♥️❤️❤️‼️‼️
Very intelligent ‼️‼️‼️
Intake nziza, merci Fablice. Uwuhoraho ahabwe icubahiro! Turasavye la suite
Amen Amen Amen Imana igukomeze cane 👏👏👏💒💒💒💒
Nagira ngo ndi jenyene. None urandushije Ayo twabonye. Pôle sana❤❤ 41:49
Uri intwari Fabrice. Imana iguhezagire kuko urayishingira intahe.
Bravo guys. Abanje bishwe n'ukutamenya (Abantu banje baranduwe no kutamenya ubwenge), ni Hosea 4:6. Umutama umwe mu kudutera intege turi mu bihe bitoroshe, yatubwira ati, mwihangane, mube abagabo,:"Igiti c'umuruho nico camako imbuto z'umugisha". Intumva nazo yazibwira ati:"Ingumbiiri y'umwungu yiniranye uruguma mu nkono". Imana ibahezagire Fabrice, muri murasahiriza igihugu mw'iterambere. Ico gitabo ca Yesha twokironka gute?
Wow fabrice inkuru yiwe is so inspiring
Mungu,nimwema
I am super proud of you Fablice
You are my inspiration 🙏🏿🙏🏿
Good inspiration
Uranyisheee❤❤❤❤❤❤
Kumbe uruwo muhira fabric❤❤❤
Imana ikomeze kuguhezagira
Imana ishimwe ok yakurinze
Turarindiriye suite please 🙏🏿
Party 2 kutatweretse kiriho ?
Wa kwetu Ngozi ,Mwumba ,Gatsinda,kiziba poa. Camp shombo nyaruteja murahanyibukije pe! Franic slt
Aho hose ndahazi. Inyuma y'urugo
Vous,Les diaspolants vous etez nos inspirations.
Fabrice aze yandike igitabo. Iyo passage yo kugira intervieuw batazi iyo bazobajana, ni très important. Bisa na dispatch y' abirabure muri occident
Uvutse 91-92 wumva 93 wabutanguye kuvoma?
j'aime
Urumva ubugwizatunga nimumaraso Fablice !
Turi kumwe ejo le 2 à Montréal. Kaze muri Canada. 😶🌫️
Aimer son prochain comme soi même. Vaut mieux que tous les sacrifice
Murakoz lman izoguhezagir rwos knd ishishikare kukuzigam mb ntagic ca kabiri gihari
Fab Imana iziguhe kuramba kabisa
Nagira ngo ndi jenyene. None urandushije Ayo twabonye. Pôle sana
❤❤❤❤❤❤❤❤
✌🏾
Ndashimiye Fabrice kwiyontahe
❤️👍🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️
🥰🥰
Mpore mpore
Data wo mwijuru numuvyeyi wawe
Muduhe suite
N umunyarwanda buja igihe kizoza ditahe ariko ndondera umurindi yaba i rwanda yitwa Ndikumwami Leonidas yari umugenzi naramubuze yari comptable
Ibwa inwa itabi 🤣🤣🤣😆😆🤦🏽♂️
Imana iguhezagire abarundu Ubu bishwe nokugara kubona KO hariho abazwi gusumba abandi
Ndagushimiye the Interviewer
Wakoze kwumviriza umutimire 🙏🏿