- 891
- 7 067 326
Magic Channel TV
Tanzania
เข้าร่วมเมื่อ 13 ก.พ. 2020
Ngiyi Imangazini yambere yakataraboneka mu Gisagara ca Bujumbura itanga bonus zambere kuri Noël

มุมมอง: 428
วีดีโอ
Raoul le Comedien inyuma yo kurongora n’ubuzima bushasha abayemwo n’umugore we || ivyago yagize
มุมมอง 2Kวันที่ผ่านมา
Raoul le Comedien inyuma yo kurongora n’ubuzima bushasha abayemwo n’umugore we || ivyago yagize
FANNY LAVINE Intege ziramucikanye yicaye hasi atahukanye Amilioni zirenga muri Best Influencer
มุมมอง 1.1K2 วันที่ผ่านมา
FANNY LAVINE Intege ziramucikanye yicaye hasi atahukanye Amilioni zirenga muri Best Influencer
ANGE CIELLA n’agahinda guterwa inda numu Diaspora ||Kurera ikibondo jenyene mubihe bitoroshe
มุมมอง 4K14 วันที่ผ่านมา
ANGE CIELLA n’agahinda guterwa inda numu Diaspora ||Kurera ikibondo jenyene mubihe bitoroshe
Abakobwa nibo batera ama Infections Abahungu || Simbizi ntaco asigarije Mignonne na Irène ko vyabaye
มุมมอง 2.6K14 วันที่ผ่านมา
Abakobwa nibo batera ama Infections Abahungu || Simbizi ntaco asigarije Mignonne na Irène ko vyabaye
(Full Live Concert )Dj Fernando na Gusto Mélanine kuri stage Imwe bahamagaye Alvin Smith amateka………
มุมมอง 11Kหลายเดือนก่อน
(Full Live Concert )Dj Fernando na Gusto Mélanine kuri stage Imwe bahamagaye Alvin Smith amateka………
Lino G na Monia Fleur barasomanye kuri stage kuncuro yambere (full Live Drama T concert)
มุมมอง 12Kหลายเดือนก่อน
Lino G na Monia Fleur barasomanye kuri stage kuncuro yambere (full Live Drama T concert)
SIMBIZI nishavu nakantu avuze icatumye Umugore wiwe avyara imbere y’amezi icenda|| narakoye nirwanje
มุมมอง 1.3Kหลายเดือนก่อน
SIMBIZI nishavu nakantu avuze icatumye Umugore wiwe avyara imbere y’amezi icenda|| narakoye nirwanje
Drama T na Alvin Smith nibo bakiriye Mr Blue na D’Voice kuva Tanzania 🇹🇿 || uko show iteguwe yose
มุมมอง 1.1Kหลายเดือนก่อน
Drama T na Alvin Smith nibo bakiriye Mr Blue na D’Voice kuva Tanzania 🇹🇿 || uko show iteguwe yose
KIRIKOU avuye iburayi 🇩🇪 n’urukundo rwinshi kuba fana biwe bo muri Centre Ville de Bujumbura
มุมมอง 14Kหลายเดือนก่อน
KIRIKOU avuye iburayi 🇩🇪 n’urukundo rwinshi kuba fana biwe bo muri Centre Ville de Bujumbura
B - FACE na MONNA WALDA baratashe I Bujumbura n’ishavu nakantu || Ingorane zose bagize mu Bubirigi
มุมมอง 48Kหลายเดือนก่อน
B - FACE na MONNA WALDA baratashe I Bujumbura n’ishavu nakantu || Ingorane zose bagize mu Bubirigi
Mimi Mireille Nishavu ryinshi /Abandoze bose ndabazi /jewe nibanyanka ntaco /ntidukundana muri film…
มุมมอง 4.3Kหลายเดือนก่อน
Mimi Mireille Nishavu ryinshi /Abandoze bose ndabazi /jewe nibanyanka ntaco /ntidukundana muri film…
FABLICE agize amasezerano akomeye cane na BANCOBU |Abatanze imitahe bose uko bazoronswa ibibanza
มุมมอง 846หลายเดือนก่อน
FABLICE agize amasezerano akomeye cane na BANCOBU |Abatanze imitahe bose uko bazoronswa ibibanza
Intahe ya NADINE uko yatunze mu mwanya muto || Umugabo wiwe ibihe yabayemwo kubera amajambo y’abantu
มุมมอง 3.8Kหลายเดือนก่อน
Intahe ya NADINE uko yatunze mu mwanya muto || Umugabo wiwe ibihe yabayemwo kubera amajambo y’abantu
Prophète Modeste yarabeshe abantu kuko abantu barapfuye urya musi || Apôtre Mbayahaga sindamwemera
มุมมอง 3.3K2 หลายเดือนก่อน
Prophète Modeste yarabeshe abantu kuko abantu barapfuye urya musi || Apôtre Mbayahaga sindamwemera
Nagendanye n’umugabo wabandi igihe kinini || ivyambayeko vyose ndavyibuka||kwirukanwa ntaco bimbwiye
มุมมอง 8K2 หลายเดือนก่อน
Nagendanye n’umugabo wabandi igihe kinini || ivyambayeko vyose ndavyibuka||kwirukanwa ntaco bimbwiye
B-FACE ON THE FLO na MONNA WALDA barigiriye kuba muri Amerika || ico basavye aba Abarundi babakunda
มุมมอง 11K2 หลายเดือนก่อน
B-FACE ON THE FLO na MONNA WALDA barigiriye kuba muri Amerika || ico basavye aba Abarundi babakunda
AKES DAN avuze urutonde rw’abaririmvyi bo mu Burundi bakoze ivyaha nkivya P.Diddy ||Fanny na Norrasq
มุมมอง 2.3K2 หลายเดือนก่อน
AKES DAN avuze urutonde rw’abaririmvyi bo mu Burundi bakoze ivyaha nkivya P.Diddy ||Fanny na Norrasq
GYNA noneho biranse ko yihangana ||Turihanije abantu bavuga ko duparika mu Kamenge atavyemezo bafise
มุมมอง 3.2K2 หลายเดือนก่อน
GYNA noneho biranse ko yihangana ||Turihanije abantu bavuga ko duparika mu Kamenge atavyemezo bafise
Udafise imyaka +18 nturabe iki kiganiro || Abahungu ubu nibo badusaba amahera tukayabaha………
มุมมอง 2.5K2 หลายเดือนก่อน
Udafise imyaka 18 nturabe iki kiganiro || Abahungu ubu nibo badusaba amahera tukayabaha………
Intahe itangaje cane ya Apôtre EMMANUEL guhura na YESU wo mukuzimu|| gucakira bisigura ibintu……
มุมมอง 1.8K2 หลายเดือนก่อน
Intahe itangaje cane ya Apôtre EMMANUEL guhura na YESU wo mukuzimu|| gucakira bisigura ibintu……
Intahe itangaje cane ya Dr Wilson || bavuga ngo dukorana na CIMAMANDA MOSES turwanye aba Apôtres……
มุมมอง 1.1K3 หลายเดือนก่อน
Intahe itangaje cane ya Dr Wilson || bavuga ngo dukorana na CIMAMANDA MOSES turwanye aba Apôtres……
Uko Isoko nkuru rya Bujumbura ritanguye gusanurwa inyuma y’Imyaka irenga rihiye ||500 Milliards fbu
มุมมอง 7K3 หลายเดือนก่อน
Uko Isoko nkuru rya Bujumbura ritanguye gusanurwa inyuma y’Imyaka irenga rihiye ||500 Milliards fbu
Apôtre EMANUEL ahaye gasopo Apôtre MBAYAHAGA || Intahe itangaje cane vyaranse ko nguma muri Amerika
มุมมอง 36K3 หลายเดือนก่อน
Apôtre EMANUEL ahaye gasopo Apôtre MBAYAHAGA || Intahe itangaje cane vyaranse ko nguma muri Amerika
Uko Silver Award yambere ya Magic Channel yahimbajwe ||SIMBIZI na Landry promoter ibintu badukoreye.
มุมมอง 3.1K3 หลายเดือนก่อน
Uko Silver Award yambere ya Magic Channel yahimbajwe ||SIMBIZI na Landry promoter ibintu badukoreye.
Indoto ya Fablice irabaye BUJA CITY PLAZA isoko nkuru ya Bujumbura uko igiye kwubakwa n’amahera
มุมมอง 9K3 หลายเดือนก่อน
Indoto ya Fablice irabaye BUJA CITY PLAZA isoko nkuru ya Bujumbura uko igiye kwubakwa n’amahera
Umviriza INTAHE ya Tantine Sisi//Mu NGAGARA intore nizo nyama zacu//Abana nikintu gikomeye cane
มุมมอง 1.5K3 หลายเดือนก่อน
Umviriza INTAHE ya Tantine Sisi//Mu NGAGARA intore nizo nyama zacu//Abana nikintu gikomeye cane
Intahe n’impano zitangaje cane za Ravelle || umukobwa mwiza w’Imwaro yavuyemwo ikintu gikomeye cane
มุมมอง 2K3 หลายเดือนก่อน
Intahe n’impano zitangaje cane za Ravelle || umukobwa mwiza w’Imwaro yavuyemwo ikintu gikomeye cane
SIMBIZI ahaye gasopo Nellynat atagahemo ||Gusto Melanine boy na Dj Fernando vuba mu matora ya 2027
มุมมอง 3.4K3 หลายเดือนก่อน
SIMBIZI ahaye gasopo Nellynat atagahemo ||Gusto Melanine boy na Dj Fernando vuba mu matora ya 2027
SOLUTION COUPLE Fanny Lavine na Norrasque muri 1Word ,1Foundation mu Ntara ya NGOZI uko babakiriye….
มุมมอง 6K3 หลายเดือนก่อน
SOLUTION COUPLE Fanny Lavine na Norrasque muri 1Word ,1Foundation mu Ntara ya NGOZI uko babakiriye….
Muganwa wabantu
niwubahwe papa wanze
Love from Muganwa🎉
Ndabemeraaaa basazaaa❤❤😂😂😂🎉🎉
Gasore nakasamutwe
❤❤❤❤😂
Ihangan mukobwa Imana izoguhuz nuwaw
Ivyo wakoreye warabironse, reka ntaco tweho tubandanire ijuru
Ivyo wakoreye ndumva warabironse, ntaco reka tweho tubandanire ijuru.
Uwo mu jama kama ni raoule numurof kli sa anagir uburof bwinsh ndik ntibimuberey
Kirahuri ndamukunda❤❤❤❤
Nakubali Mr Muganwa nakubali kuduha ibintu bikaze🎉🎉🎉🎉🎉
Ewanaa love from Muganwa 🎉
Who korumuti official
Nukuri nimana yaguhamagayep ahubwo nibananye yongera
Ndakunda akaranga kuburundi
Yambu yambu
Yyyÿ mutam waanj
❤
😂😂
B face ❤❤❤
B face ❤❤❤❤
Congratulation maman Lao
jama yang shak ikiganiro canj nawe
Muraturabira nuwo muzanye niyatera imbere ntazohemukee nka Franick😢😢
Guys ndabarahiyee ibint naho mutabivuga birimwo ibibazo🤦🤦🤔
Congratulations mama lao
Kyooo bashaaa uwo Muganwa kwari keza muzoze muraboneka 🤏🤏 ababibonye nkanje mumpe Likee🎉🎉
Yioooo fanny wacuuuu
❤❤❤❤❤
Abakunzi ba Fanny Lavine twashitsaha kuri Magic chanel TV munkorere kwi photos muzoba mukoze félicitations kuri Fanny wacu
❤❤❤❤❤❤
Journaliste nukuri ubu nabahungu bari mu ba shuga mami ubu ntabakobwa ntabahungu beshi ubu barimungesonkizo😢ibindabikubwiye kuko vyambayeko urazumusore wihanganira mubukene bwiwe ariko bikarangira atitaye kumyaka ubawaramukunze akaja mu ba chuga mami
Yubahwe abikora neza
Tjrs mama lao hejuru caaaaan.turakunezererewe❤
Love from Muganwa Kent 🎉
Ubundi niwewanj ange hejur cane
Yooh. Uyomuntunarinaramubuze
Ange respect nagira nijewe mbona Yuko incuti yanje ari maman wenyene ❤❤❤❤❤❤❤❤
Yoooooooh wamukobwa Ange baramutey inda?????😂😢😂😢🤭🤭 Sha umugenz wanj yagira arigwemo kabisa😂😂🤔🤔
Noe yaramenj kuba yaravyaye we ngira naw ntibutonze
ararenze kwl
Yooo ciella ndagukunze wishurana ubwenge vrement
Pole san mukobwa wacu komera
ndakwemera weho tresor
Uyo mudemu wompa nimero ziwe ndumukobwa nkawe harico nashaka nyage nawe
Gusa warakoze kuba utayikoroye canke ngo umunige
Accident yongutwara inda sivyo? Kuko umwana ninyungu yuburiri
Umwana aravyara?
Ubaza ubusa ariko
Ni exe noneho
Yes beautiful face