UBUZIMA BW'IMPFUVYI/Agahinda twagiz/ yampamagae agira yiyahure..
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 พ.ค. 2024
- 💔 Iki kiganiro tugituye we wese abavyeyi bapfuye utanka nabo bari bagikeneye kukubona ukitwa imfuvyi. 💔
💔 Kuri uwo wese yabonye indoto zija mu mazi kubwo ubuzima yinjiemo inyuma y‘urupfu rw’abavyeyi, iki kiganiro ni icawe.
Imana ninziza ubuzima bw'impfuvyi biraruhisha naje ndabizi
Mpore cane Yesu agira neza.
Merci Ingrid ,uranyigishije pee ,ndatunze impfuvyi ariko kubaha akanya ngo tuganire mukirere ciza bisanzuye ,sinabikora kenshi. Or ntahuye ko guha umwanya umwana mukaganira bisanzwe atari kumwereka amakosa yakoz nico umwitezeko arivyo bikiza Kandi biha akaruhuko k umutima wiwe. Une bonne COMMUNICATION est l essence de toute relation. Burya nihanye kweri.
Yeah Mrc bcp pam wnj baragukneye cneeee bimwe utokwibaz vrem umwanya uzobah j ndaz k nizovamw inyungu nyinsh bimwe utokwibaz thnk you kwemer kubaber umuvyeyi I love you
Merci Ingrid kuguruka kuvuga ivyo twugaraniwe mumitima imyaka myishi caaane. Kweli ni kumana twohungira tu. Merci Pam tv gjtega amatwi. Beshi bizobafasha
Irankundapamela, ubahe umwanya mama ubumve ubatahure.... Hama urabareze ntubatunze burya bayunga igitungwa.... 😂😂Ben utwo tujambo nyen turakomeretsa. Ariko uri umuntu mwiza ko ubareze munzu yawe. ❤❤❤️
Mana wee😢😢😢 ubuzima bw inpfuvyi buragoy, mpore sha ingrid mazina wanj ivyo uvuga ndavyumva 2.kk nanj nabiciyemwo😢😢
Ingrid mpore mama Imana niwe muvyeyi wi mfuvyi
Merci bcp vrt kuntah yaw inkozeko kuk inyibukij kahis kanj on faites sinovugako ivyanj vyari bimez nkivyo vyae ariko nihatr Gus kimw kwitwa impfuvyi nibint bitorosh Can Bury twes twahuy nibint bidandukany mur kahis kacu kimw Imana ikomez kuduhezagir twebw impfuvyi kuk kubwac haragera Aho tubon meng turananiw bitew nivyotub turiko turacamw RER hary imana ikorik yaguteguriy ikind imbere yacu, thx kuntah yae intey kurema Can muri jew
Merci cane gose Stanley. Intahe yawe irahawe ikaze kuri Pam Channel TV. Woduterefona kuri 76.284.000 kugira tuganir vyiyaguye. Uzosaba uwitwa Pamela ck liena. Kuko turakeneye intahe zabahungu ck abagabo. Nous vous attendons impatiemment. Merci
Yes mrc pamella ikaz Stanley mukuyumv trakomera mukuyumv bidutera gukira thnk you so much tukwitegany igishik
Yoo mana yanje intahe nziza!! Nkunze ko wabivuze nkuku christu atazina ryumuntu wandagaje nubwo batakubereye bose beza, nkushikiye ko uri coursgeuse, kandi nshimiye abavyeyi barera neza abana batavyaye nukuri Imana ibahezagire, abatarera nesa nabo nukuri ikebuke, ivyejo ntawubimenya❤❤❤
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mrciiiii bcp
Imana ni nziza ncuti nanje ivyo bihe ndabizi caaanee ahubwo twari dukwiye Kuja hamwe tukagerageza nimba twofasha abana 2 tukabfaata ukuboko tukanabaremesha
Egooooh uraza tubikore kabisaaaaa
Oook gusa tuzotorana gt?noronka contact yawe??dutera akamo n'abandi bakozweko niyo ntahe tuje hamwe turabe ico twofasha burya 1000f,2000f,.....,cnk gutega ugutwi umuntu,ku musengera ivyo vyotuma impfuvyi nyinshi zidahungira mu busambanyi,mu nzoga,mu biyayura mitwe,...... ab'i galatiya 6:9-10
Wamvugiye ibintu,ndibutse ubuzima bwanj,Imana nise wimpfuvyi kweliii
Ingrid courage sh imana irakunda impfuvyi cane abo tuvukana barabiciyemwo mais imana yaraduhezagiye cane
IMANA ibishimirw cneeeee k yabagiriy nezaa
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ikiganiro c’ubaka imitima y’abantu benshi. Thanks Ingrid for share us your experience 🙏. A good life need some bad memories
Thnk you so much
I Love your vibes Pamela
Yesu ni Muzima Mwiza.ntawamwumiyeko azokorwa nisoni
Mrciiiii bcp
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Yoôo Imana irakunda impfuvyi disiii
Intahe nziza canee Imana ni se w'impfumvyi numugabo wabapfakazi twaravyiboney p intahe zoba ndende murakoze cane🫂♥️
❤
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Imana ni nziza caane..merci Ingrid ku ntahe nziza naho uturijije😭😭….
Mrciiiii bcp sis
Yesu n’umwizigirwa ibihe vyose
Thanks Ingrid kuvuga ukuntu Yesu yomora ibikomere vy impfuvyi
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea kugira Benshi bashobore kugikira.
Thnk you hersey wnj
Intahe nziza cane.Ico nkundira Imana nuko ireka ivyovyose bikakubako arik igufitiye imbere heza gusa bisaba kumenya uko uvyifatamwo
Mrciiiii tata
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ingrid Imana yarahaba yarakoze . Sinarinzi ko hamwe nirya ntwengo yose warufise ibikomere nkivyo . Urandijije nabiheruka kera . Bz bz
Mporeeee mwiz n,IMANA itanga umunezero!yarivugiy mw,ijambo ryayo ng nah twoc munzuzi ntizizoturenger ng izob irikumw natw ntiyigez yemera k satani anyaga umunezero iragahezagirwa
Pam nawe turashaka intahe yawe.
Mpore mpore twari twaragowe sha
Ingrid disi twarakoranye ibikorwa VY'Imana murumonge muri vivante
Mrciiiii bcp
Mpore Ingrid Imana niwe Se wimfuvyii vrt
Imana ninziza madame Ingrid ivyizigiro biracariho nukuri kwose
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mercii ingrid,umvugiye ibintu kweliiii,shaa kubura umuvyeyi nabonye arico gikomere cane
Sois bénie ma chérie Ingrid et que la grâce et la faveur abondent sur ta vie au nom de Jésus 🙏❤️ umengo turavukana kuko nanje niko nakuze et j’ai toujours voulu dire interpeller abavyeyi barera imfuvyi!! Merci beaucoup émission Kukayi 🙌❤️
Mrciiiii bcp ma soeur
Pôle Sana Ingrid !Yezu ni WE se w'mpfuvyi zose! 1:01:36
Mpore cane Ingrid. Narabibayemwo ubupfuvyi ni akaga ariko Jewe nta troma nagize
Karibu uzoze utuganirire nawe uraduhamaģara uciye kuri 76 284 000
Iyi ntahe irankozeko cane Pamella na Ingrid Imana ibahezagir
Thanks for sharing Mme Ingrid
Thanks for watching
Erega n ubu nturakira ! Yezu abandanye agukiza!
Aaaaaamen
Imana nama ndayisaba nshimitse nzopfe abana banje barakuze,ntibaze bakure nkuko twakuze
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ha, turibenshi twagize ivyo bibazo,Imana itwiteho peeeh❤
Itwiteh cneeeeeeee
Mpole sha mpole
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea kugira Benshi bashobore kugikira.
Imana igira neza cane .vyukuri numuvyeyi wimpfuvyi
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Abaveyi turakeneye kugira umutima kivyeyi. Umutima w'impuhwe; niyo yabwirizwa kuba kamere y'umu maman
Cneeee
Merciiiii bcp k ntahe nziza kandi mpore mpore yesu ni se w'impfuvyi
Thnk you
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira.
Urakoze caaaane Ingrid k ntahe nziza Imana ninziza ibihe vyose ni se w'impfuvyi
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore kugikira.
Oohhh mbga Intahe ikomeye, merci bcp Mme Ingrid uvuze ibintu bitoroshe kuvuga ariko Imana iriko iragukoresha kugira ufashe abandi bariguca mu bihe bigoted. Tk U Pamela
Mrciiiii bcp
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Courage bcp ma sœur
Mrciiiii bcp sis
Ukaba uri imfuvyi umenye ko ata muvyeyi ufise nta numwe afise itegeko ryo kukurera.uwugufashije wese ubifate nka ga faveur akugiriye.bizotuma udashavuzwa nabatakwitaho.bigutuma Wiga kwimenya no kwibako kandi impfuvyi irimenya uzokura atashavu kandi utegure kazoza kawe
Sha nanj imana izonfash nzogere muzabukuru ndere abana banj
IMANA ibigukorer mwiz
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
😢😢😢😢 Meme situation nkiyanje😢😢😢😢 jeho sinaronse nayo mahirwe yoguheza ishure 😢😢😢
Mporeeee Ingrid IMANA igufitiy umugambi mwizaaa cneeee gusumb uk uvyibaza komez uyihang amaso IRIHO
mm histoire k moi.ariko Imana ntita uwayo.yesu yarakoz kubazigama
Jolie karibu naw uzotegere intege abandi bana bariko baca muri ubwo buzima. Woduhamagara kuri 76 284 000.
Ipfuvyi yose yitwa muhirwa kuko adusumvya abavyeyi ba bien abafise yezuu na Bikira Mariya
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ingrid sh ndakwibuk mur ETS ,ingen watwerek kuryohew kumbe war murivy,imana ninziza
IMANA ni nziz cne
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mporee shaan Ingrid😢
❤️❤️❤️Sending lovee to youu Ingrid
Thnk you
Iyontahe irankozeko cnee 😭😭😭
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Imana ninziza caane Ingrid ndamuzi muri ETS igihe cose yamana umunezero uzugum usenga imana izokwishura
Thank you so much
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ingrid Imana ihabw icubahiro Hama merci pamchanneltv muri télévision yakarorero
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea kugira Benshi bashobore kugikira.
Urandinjije cane
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea kugira Benshi bashobore kugikira.
Imana igira neza
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Ingrid disii twariganye twarabanye kwa Nyokuru wiwe niho Yaba numwan mwiza caanee babuz mère wabo ari bato
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Imana igiraneza koko
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mpore cane kandi urakoze kudusangiza iyi ntahe kubera iraba abantu benshi.
Urakoz cane. Tugusabe Wibuke kugisangiza abandi haba kuri statut cank mu ma groupe kugira benshi bashobore gukira. Merci encore une fois
Mrciiiii kunter integ
Ntidufis n'amajambo twovuga, muratwubatse cane.
Mrciiiii bcp
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
❤🙏
Ndakwifurije imigisha itagabanije❤❤❤
Aaaaaamen Mrc bcp❤
Nbega ikiganiro ciza mugabo urandijije caaane❤
Ooo turanezerejw ko kigufashij naw tugusabe ugisangiz abandi haba kuri statut canke mu ma groupe
Mporeeee cneeee
Mpore cane.uraguma Ku Mana yawe kuko niyo yahabaye mu bihe bibi waciyemwo
Thnk you
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mpoore ma chère.ukubaho kw'umuntu kuri mu maboko y'isumba vyose.yarakoze kukubera vyose.
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore kugikira.
Aaaaaamen
Courage chère Ingrid et ton frère! Dieu a toujours de meilleures solutions.
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mrciiiii bcp
❤
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
Mpole mama 😢😢😢
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore gukira
❤❤❤
❤❤❤❤❤
Yooo mpore Ingrid Yezu azobahoze amarira yose mwarize
Aaaaaamen
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore kugikira.
😭😭😭😭😭😭😭ma Chou Imana niyo kwizerwa mukunzi ndakwikundira mamy wanje ❤
Mrciiiii bcp ma chérie turikundanira cneeee t,es ma sr
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea haba kuri statut ck mu ma groupe usanzwemwo,kugira Benshi bashobore kugikira.
@@buhagaingrid3883nawe urabizi mukunzi❤
Kubaho utagira abavyeyi bifise igikomere bigutera mu mutima wawe nubwo woba ufise ibindi vyose. Ubuzima bw'imfuvyi ndabuzi burababaza
Urakoze cane Gyslain. Turakeneye intahe yawe nawe yofasha imisore n’abashingantahe. Turi dispo kuri 76284000 karibu cane
Uko nukuri kuzuye peee,Ingrid twarabany gasenyi barampay indaro,ntibaravye ng ubuzima bumez gt,
Oh ma sœur 😢watuberey umugisha cneeee Mrc Kur vyos ndakuzirikan
Nabuze esaïe 24:41
Ni Essaie 41:21
🫂🫂🫂💗💗💗
😭😭Imana ni se w’impfuvyi koko,ishimwe cane ko yigaragaje mu bihe bitoroshe
Urakoze cane .Imana iguhezagire. Wibuke nawe a ton tour kugi partagea kugira Benshi bashobore kugikira.
Aaaaaamen
I@@pamchanneltv1502
Mporee shaan Ingrid😢
Pam nawe turashaka intahe yawe.