Ingene uri keza cane❤️ Waragize neza guhunga ico gikoko ngo ni umugabo. Ni wirere umwana hama Imana izogushumbusha umugabo mwiza. Reste forte et courageuse Ndagukunze cane 👏👏❤️❤️
Sha Muko uratekereza arijewe marraine yari kumbona ntiyari kuva murugo gwanje atavunitse n kubwira ayo majambo ntivyari gukunda même no kuvyiyumvira kuko nanje kubwanje ndiyizi vyoshika no kuja kumuroga kbs
Impanuro numva naha abana b abakobwa bari gushaka ubu hari uburyo bari kwize abagore bari hanze aha ugasanga babemerera no gushika mu vyumba bararamo amuhenze canke amutumye yo kandi atazi ikimugenza canke akamuhenda ngo bari kuhasengera kugeza ubwo bahakoreye amangetengete aha hanze hari abagore bari gukorera satani cane cane abo bita rose croix iyo bashenye urugo nk uru baronka ibihembo vy akazi bakoze uru rugo rwashenywe n uwo mugore narondere abanyamasengesho basengere umugabo iyo n imyuka mibi yamurungitse mo yamuvugishaga ayo majambo. ikibazo abantu tugira nuko duterwa na satani nti tubitahure hakiri kare ugasanga tugiye kubitahura ibintu vyaramaze kononekara nasenge Imana izamutabara kandi bizasubira bimere neza umugabo azaza kumurondera agendesha amavi Imana Imukomeze.
Mpore kbs wararuhijwe cne.Uwo mugabo arakwiye kujanwa kwa muganga kk birumvikana k umengo ntakomeye neza kk nta muntu cnk nta muvyeyi yifuriza umwana wiwe gupfa,uw mugabo nigipfu yarapfuye agenda.

Ingene uri keza cane❤️ Waragize neza guhunga ico gikoko ngo ni umugabo. Ni wirere umwana hama Imana izogushumbusha umugabo mwiza.
Reste forte et courageuse
Ndagukunze cane 👏👏❤️❤️
Courage, sha urihangana l'avis, jewe noca ndamu posta kuma réseaux sociaux yose kugira barabe igipfu cari cagutwaye. N'ejo n'ejo bundi ntaze kubesha abandi bakobwa ngo nabo bibashikire.
Ukuntu uri pausé, uri mwiza 🥺 nukuri abagabo ntakigongwe bagira😭😭 Imana yaguteguriy ibikomeye maa humura❤❤❤
Uri forte cane nukurii Iman A izogushumbusha
Wamosore ahadikiriza igikere mu mwobo kigaturika inda. Burya wari ukwiye kumuva inyuma uwawe arahari kandi iyo wipfuza kwambara ikirato kitagukwiye ntatambuka neza.
Mpore la belle maman IMAN izogushumbushe
Nkumugabo akubita umugore ntabwo aba,amukunda ntabwo aba amwubah umugabo nkuyu abayararozwe kweri ila pole sana mama
Ooohh pole sana Christella ulikeza wangu Imana iroduhuza
😢😢 ohoooo pole sana christella, kumbe film yabaye true story 🤔🤔 ntakundi gusa w'actinga neza disiii❤❤😂🎉😂😂
Aho
Impore christella imana ikomeze ikurinde impande zose ❤❤❤❤❤
Courage kandi imana yagushobojee
Ahohantu nahandi izagukorera vyiza ❤❤❤
Sha Muko uratekereza arijewe marraine yari kumbona ntiyari kuva murugo gwanje atavunitse n kubwira ayo majambo ntivyari gukunda même no kuvyiyumvira kuko nanje kubwanje ndiyizi vyoshika no kuja kumuroga kbs
L'expression est intelligente est soignée
Utuntu de base nitwo tugoye kumenya
.
Warakoze kunesha inshumbushanyo uzoyibona tu
Tu es forte ma chérie..tu as trop supporté.bonne chance kubikurikira
Ndakunze cane ukuntu wugurutse mukuvuga ivyakubayeko, ndumva mfise amatsiko yo kubona un jour iyindi ntahe ivuga ukuntu Imana yaguhojeje amarira warize. Hezagirwa cane
Pole sana😭kandi merci kuntah🙏
Bazokinane film Na Alvella Muhimbare,barafitaniye isano caane,kandi barasa
Sorry beautiful girl
Pole sana 'uracari muto uzobona uwundi.
Akijuru❤❤❤😊
25'37'' ba demu mwubatse ntaco muba muhangara abagabo banyu banyoye inzoga. Ba murindira zibaveko!
Mpole mwiza wanje waciye mumarushwa ukiri muto nkanje
Mbega igipfu c’umugabo😢mbuze ico novuga vrt..Imana imuharire
Yewe hari vuga na ziba
Nakunze Stella nimwiza cyane❤ niba nawe aruko ntutambuke utanka ndiye kwifoto ndakwinginze ndemera ntacyo bigutwaye urakoze God bless you" Stella komera urikeza imana izoguha uwundi akubereye ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Naj binkorere nabikoze
Naj binkorere nabikoze
Yoooooo uciye unyibutsa film mwakinye na vava kandi polesana
Aba maraine nihatari madame
Yooo mpore
Karasa neza ni nakeza
Pôle sana christella warababajwe
Kuki utamwitwariye kandi numva warahohotewe Mana yanje!
Sasa reo mwe nimwe mutuma dutinya kurongora noe nkibi eeeee😢😢😢 Kube biri uko wap pole sana
Mpore Kiki,ariko Imana yaraguhoreye amakuru naronse n'uko nawe atahavuye yoroherwa
Niko bimeze umuntu nkuyo birangira abonye ibara kuko ivyo aba yigira vyose Imana iba imubona
L'homme est complexe.biragoye kumenya umuntu.fiançailles ndende ntaco imaze.umugabo umuhabwa n.Imana
Yooooo pol sn mwiz
Yoo pole christella uracari muto Imana izogushumbushe iziguhe uwugukunda akubabara nkuko yibabara nawe.none se ntawundi araronka?aze asengere uwo bokubakana vyukuri ariko sinzi ko bari bakoze Eta civile!
😢
Yesuuuu Weeee😢😢😢😢 turagowee Marraine Wawe😭😭😭😭😭
intahe ibabaje nukuri
OMG. Nibaze ko ico gipfu cumugabo atawundi ruvyaro azoronka.
Ndamuzi
Kumbe ya film mwakinye yarı yerekey urugo gwaw? Yemwe numviis umbabj wahuye nibibazo ukiri muto gus izi nyigisho zirafasha arko kəndi zihabura abatarubaka😊kk nkiy storry uyumvis utarubak üçübona umengo Ingo nyishi Niko zimera
Ah bon, bwa bundi film iraho mwakinye yari story ya vrai.
Christella waraciye mubibazo pe pore san
Impanuro numva naha abana b abakobwa bari gushaka ubu hari uburyo bari kwize abagore bari hanze aha ugasanga babemerera no gushika mu vyumba bararamo amuhenze canke amutumye yo kandi atazi ikimugenza canke akamuhenda ngo bari kuhasengera kugeza ubwo bahakoreye amangetengete aha hanze hari abagore bari gukorera satani cane cane abo bita rose croix iyo bashenye urugo nk uru baronka ibihembo vy akazi bakoze uru rugo rwashenywe n uwo mugore narondere abanyamasengesho basengere umugabo iyo n imyuka mibi yamurungitse mo yamuvugishaga ayo majambo. ikibazo abantu tugira nuko duterwa na satani nti tubitahure hakiri kare ugasanga tugiye kubitahura ibintu vyaramaze kononekara nasenge Imana izamutabara kandi bizasubira bimere neza umugabo azaza kumurondera agendesha amavi Imana Imukomeze.
😢😢😢😢
Mpore Mpore kibondo 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Mpore kbs wararuhijwe cne.Uwo mugabo arakwiye kujanwa kwa muganga kk birumvikana k umengo ntakomeye neza kk nta muntu cnk nta muvyeyi yifuriza umwana wiwe gupfa,uw mugabo nigipfu yarapfuye agenda.
duhe link ya film yakinye , afise kazoza keza
th-cam.com/video/A5gcoriyGd0/w-d-xo.htmlsi=U-ix25SOwCHxpAK6
Eeeeh bwabundi wamukobwa akina film tru story yiwe 😮😢
Eee ni histoire yamubayeko
Bavuze intwari ncuti urimwo peee Allah akworohereze kand azoguhe ubuzima burebure bwiza ndagukunze cane gose
Pore sana ntivyari vyoroshe😅😅
Sorry ladies it’s happen usually
Mpa numéro yawi ndamuhoze
Si umuntu uyo mugabo ahubwo akwiye amasengesho
Ukuntu ntinya mariage sinobisigura.😅😅
Hari ikibazo utamubajije,none hono yahavuye abandanya amashure arayaheza?canke vyaramukozeko amashure aca arayahagarika
Yarahejeje.
Ibi bintu biratuma ducika intege nukuri
mwihutira kuja mumago mukirengagize kuja kwiga muri kaminuza, emwe mariage ntago ari assurance yubuzima, mushishikare kugya kwiga muri kaminuza, muzoba muriko mwuaka ubuzima bwanyu avec assurance kandi kukintu mutazigera mwicuza. umugabo aza hanyuma always, uwufite ubwenge yabyumvise.
Abubatse inyuma yoguheza kaminuza nibo babaho mu mahoro ?? Ntamakuru ufise.Urugo ni Imana ibindi vyose Shira ku ruhande
@@GiftBella-de5hz Mumbarize 😂 😂 😂 ko mbona hari abize amashure maremare bafise za PhD na za Doctorats ariko bahohiterwa murizo mariages ... Mariage s'amashure, mariage n'Imana !
@@sese667 Ngira ntavyazi yuko nuwoba ahana abiga kaminuza ashika iwiwe agahita afukama. Urugo ruri mu mugwi w'ivyimpemu. Imana yonyene niyo ishobora kuguha amahoro mu rugo ,ibisigay biza kwuhira ku mahoro wahawe n'Imana
Uyo mu maraine wa kiki umuphumu wiwe yari dori kabisa
Ibi bintu bintump ntinya kuja kurongorwa
mpore kiki yarigipfu kbx mumutima uwomubon kumaso ntiyomwumv kumatw p
Mumenyeko ururimi rw'umwe rukamwa imfyufyu
Ivyarivyo vyose uwomwana ntiyari uwuwomugabo
Yari rwiwe
Aho wewe siwe warumugabo wiwe 🥹
@@kanyangemediatrice4598 nkeka ari wé😂😂
Cane
Ngira nuwawe kubivuga nkuwubizi
Nakare Muja kwubaka hataragera!
Hagera ryari
Urambwire ryari bubaka shaaa
Uri igipfu
Mbe wewe nta na sympathie wogira na buhoro??
Ngira washatse kuvuga empathie.. k´umuntu avuga inkuru ibabaje ariko aratwenga ? Hama umukama akugendere uhebe gutukana!
@@benshaka7595 washaka agume arira ?
Amarira yarize arakwiye ntiyoguma mu mubabaro