Gabriel RUFYIRI biranse ko yihangana//Amatungo ya LETA aribwa//Vision 2040-2060//Icokorwa nuko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 เม.ย. 2024
  • Gabriel RUFYIRI biranse ko yihangana//Amatungo ya LETA aribwa//Vision 2040-2060//Icokorwa nuko
    @NtareRushatsiHouseTV
    #president #olucome
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 115

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 หลายเดือนก่อน +2

    Du courage mu vyo muri mwo. Mushishitse ko bizofasha benshi

  • @stenillson20
    @stenillson20 หลายเดือนก่อน +11

    Ikiganiro ciza! N'umutumire avuga Ukuri!👍🏾

  • @nduwimanamarius4202
    @nduwimanamarius4202 หลายเดือนก่อน +8

    Munyamakuru wateyintambwe urikuganiriza umuntumuzima pe komerezaho ntibagucinteg uwomutama wacu nawe uti komera kwijambo turabikubahira❤🎉

  • @remynkeshimana8827
    @remynkeshimana8827 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤egoo Gaël,wavugishije incabwenge cane dufise mu gihugu,,ijwi ryiwe turakomey Kandi rirakenew mw'iterambere ry'Uburundi

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244 24 วันที่ผ่านมา +1

    Bjr. Gamle uriko uratangura kuba professionelle bandaniriza murizo nzira

  • @jeanboscondikumana8489
    @jeanboscondikumana8489 หลายเดือนก่อน

    Ndagushimire murongozi mukuru muvyo kugwanya igiturire,
    Gusa biratangaje kubona igitabo candikiwe abarundi,canditswe mundimi z'amahanga,kandi candikiwe abarundi,bavuga ikirundi.
    Nosabako asangwa ata version ihari mu kirundi,bazobidukoerere.
    Gusa turakengurutse kuba u Burundi bifise intumbero yiyo buriko buraja, murakoze.

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy หลายเดือนก่อน +6

    Uriko kuberk uburundi tutagira abagabo nkuyo niwe ncambenge usigaye mugihugu wenyene

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 หลายเดือนก่อน +2

    Nunva nishimye cane kubona dufise incambwenge nka rufyiri

  • @alainblaise9401
    @alainblaise9401 หลายเดือนก่อน +2

    Uzotuzanire kuri camera capitaine Dieudonné Dukundane, ministre wa infrastructures

  • @girukwishyaka
    @girukwishyaka หลายเดือนก่อน +3

    The beginning of the end of the show is to be involved in Burundian politics. Ndagufana gos but be very careful.

  • @peninnamuller9502
    @peninnamuller9502 หลายเดือนก่อน +4

    Ewe Rupfiri Uri intwari kandi Uri incabwenge y’umutima. Komeza inzira watanguye, wahisemwo neza, Imana ukujimbere abantu nkawe nibake. Ufise umutima utikunda gusa ariko ugakunda igihugu cakwibarutse. Uguhahamuka biva no kunzara, inyota abanyagihugu baragowe, none uguhahamuka tuzobikizwa nande? Ba Mpemuke ndamuke babaye benshi. Turagukunda Komeza usemerere ntawutanga Imana kwihebura.

    • @melchiorntiruhenura9739
      @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน

      Mu kinyarwanda abantu nk'abo bitwa "Inyankamugayo." Rufyiri ni umugabo abushitse, Imana imuje imbere.-

    • @user-uw7zb2wx3e
      @user-uw7zb2wx3e 22 วันที่ผ่านมา

      Na niho adasaza ❤

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 หลายเดือนก่อน

    Ico ndagushimiye nicokintu cihababuka uvuze. Nihaba amahoro bakamira abandi bose natwe twoza vufasha muri iryo prise de conscience kuko hari mechanismes tuzi zifasha.
    Twizere ko ibintu bizohinduma aBarundi bose bakaza kwubaka igihugu catwibarutde twabuze tutanse

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e หลายเดือนก่อน +1

    Uyu musaza ndamwemera imana imuzigame

  • @ifkarangaofficial644
    @ifkarangaofficial644 หลายเดือนก่อน +1

    Hakuba imbwa imyaka ijana woba intare umusi umwe ugaca ugomba ukipfira respect mutama

  • @dou3153
    @dou3153 หลายเดือนก่อน

    Urakoze kukiganiro Mushingantahe Rufyiri. Harimwo vyinshi vyerekana ko usangira n'abandi ivyo wemera kandi wasomye wize. Komeeeza ngaho utere uja imbere. Mais kuri benshi bafise imyaka nkiyo yawe no musi hagati ya 25-55 hari vyinshi vyazanye ibibazo vy'umutekano no gukumiraan batabonye bataronse akanya ko kuvyiga ko haba mu mashure canke mubitabo kuberako vyabaye ibinyegezwa, amabanga...umwe wese uko yabibwiwe abikwiragitabkunyungu ziwe canke z'abo basangiye imigambi haba muvya politique canke izinsi nyungu zikumirana kugirango hiharizwe ubutunzi kuri bake bakoresheje ububegito.

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 หลายเดือนก่อน +1

    Asavye neza dufise igihugu beshi bakunda imigambwe kurusha kugunda igihugu

  • @armelngabonziza686
    @armelngabonziza686 หลายเดือนก่อน +1

    Courage

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official หลายเดือนก่อน +2

    Muri Saudia bafise imbonakazoza yomur 2030 kandi basanzwe bifise bo banabitanguye kuva kera ivyo vyimbonakazoza

  • @nduwimanamarius4202
    @nduwimanamarius4202 หลายเดือนก่อน +3

    ❤🎉🎉ndamufana

  • @thierrykwizera1513
    @thierrykwizera1513 หลายเดือนก่อน +1

    👏🏾👏🏾👏🏾 quel épisode. Merci Umukubito Tv

  • @armstrong2547
    @armstrong2547 หลายเดือนก่อน

    Récit d'un grand homme

  • @user-sx2fs6jb5v
    @user-sx2fs6jb5v หลายเดือนก่อน +2

    Juste Gaël wubahwe urashoboy!

  • @elishahezekiah7049
    @elishahezekiah7049 หลายเดือนก่อน

    Ooooh kubwivyo ndasavy ivyo biri murico gitabo bazobishir mukirundi,bagireko babishire kumbuga hwaniro tuz tuvyisomera

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi หลายเดือนก่อน +2

    Niyo mpamvu nkwemera utuzanira abagaciro

  • @Atree_is_a_tree
    @Atree_is_a_tree หลายเดือนก่อน

    Ikigabiro ciza cane!
    Ibi ni vyo biganiro Abarundi banyotewe 👏

  • @BenemuluBillyado-ji4ze
    @BenemuluBillyado-ji4ze 9 วันที่ผ่านมา

    Kwakundi nyine hahandi nyine,kuyindi pwemu idasanzwe,mbega urakubita umukubito hushura se🤔😄

  • @reverienwanje-qc2ez
    @reverienwanje-qc2ez หลายเดือนก่อน +1

    Respect

  • @IRADUKUNDACedric-cf3zs
    @IRADUKUNDACedric-cf3zs หลายเดือนก่อน +1

    Ako kantu kimbunuza nimihimbiri niko kankuyehooo!!!😂😂Rufyiri yubahwe!!!😂😂

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Ariko lero n'umvise avuga kw'asenga: kuvuga abantu imbunuza n'abahimbiri sivyo, urengeje urugero!Agateka ka zina Muntu!!!

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Jew nk'umunya gihugu muto nakuze numva: Rufyiri mukurwanya igiturire!

  • @user-dh6mr6tr2g
    @user-dh6mr6tr2g หลายเดือนก่อน

    Mutama komera, Burundi nibwiza cane,nukubukorera

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 หลายเดือนก่อน +1

    Ndamwemera uyomsaza avuga ukuri tworonka 10 nkawe igihugu cokogorora mukomere

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Jewe nkiyumvira ivyo bice bizinkamitse igihugu cacu c'Uburundi!

  • @user-mn9pd4zp1f
    @user-mn9pd4zp1f หลายเดือนก่อน

    Muze mukorane ikiganiro na gwasa muta

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Uwitwa Ndikumana wa Parsemé akavuga ivy' ubutunzi no gusesagura!

  • @CheerfulBobsleigh-rz3dj
    @CheerfulBobsleigh-rz3dj หลายเดือนก่อน +1

    Avuga ukuri kwl

  • @Egidos-ew1qe
    @Egidos-ew1qe หลายเดือนก่อน +1

    Gaël hejuru cane urumuntu wumugabo

  • @BrillantHarerimana
    @BrillantHarerimana หลายเดือนก่อน +6

    Uza wakora ikiganire ciza kirimwo uwasomye hanyuma tushaka Rwasa🤣

  • @unclePacifique
    @unclePacifique 27 วันที่ผ่านมา

    Rufyiri yubahwe

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo หลายเดือนก่อน +2

    Dukeneye Pt. 2 RUFYIRI ndumva numuntu yugutse mumutwe.

  • @user-zb9uv8rv6o
    @user-zb9uv8rv6o หลายเดือนก่อน

    Merci gaél! Ubandanye uturonderera abantu basomye ibitabu nk'abo

  • @ezechielniyonsavye
    @ezechielniyonsavye หลายเดือนก่อน

    Abantu benshi kabisa barahahamutse. babanze bavurwe kwanza

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 หลายเดือนก่อน

    The Man has a POINT
    🤔
    👏🏽👏🏽👏🏽
    Very patriotic
    🎩

    • @lubegadidier4287
      @lubegadidier4287 หลายเดือนก่อน +1

      Very intelligent man

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 หลายเดือนก่อน

      ​​@@lubegadidier4287
      NEVA na Senat batamwiyegereje ngo abe umwe mubahanuzi bivyerekey Intwaro...basi uBurundi buzoba buhomvye!

  • @Di_Na
    @Di_Na หลายเดือนก่อน

    Ni vyiza ko les médias socios zitanguye guterera agacumu kugira dushikire canke turenze vision 2040-60

  • @fulgencetuyisenge3135
    @fulgencetuyisenge3135 หลายเดือนก่อน

    Kwandika ho barandika, ariko ni igiki kiriko kirakorw! Hari vision 2025 twari twarabwiwe, turindiriye amezi 8 asigaye...

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p หลายเดือนก่อน

    Abanu benshi mugihugu nibachiye keidhuri babahaye akazi kandi navyo bazi

  • @ezechielniyonsavye
    @ezechielniyonsavye หลายเดือนก่อน

    Jew ndagushigikiye. Abantu nibabanze babavure

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 หลายเดือนก่อน

    Ibiturire ntibizohera, none wambwira gute ko umuntu Yoriha kuri obeyeri hanyuma bakagufatira nkumuzigo, baba bagomba iki none???? I’m very unhappy with this people, I don’t know if you see it?

  • @jeanboscondikumana8489
    @jeanboscondikumana8489 หลายเดือนก่อน

    Ico gitabo none twozokironka gute?

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Ubu mfise imyaka 70 y'amavuko! Ic'iyumviro canje nk'umunya Gihugu mutoyi!

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Umutama avuga ivyo kubungabunga ibitukijije! Mbonerane...!

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov หลายเดือนก่อน

    Mutama bakugwanya bareka guma kukivi ariko mbona atakintu gishemey Kiriko kirakogwa mugihugu

  • @fabricesimbare5549
    @fabricesimbare5549 หลายเดือนก่อน

    Abagabo bakubita ahababaza☑️

  • @CyprienNiyungeko-jb1kk
    @CyprienNiyungeko-jb1kk หลายเดือนก่อน +1

    Harimwo ukuri kwinshi muvyo uhujeje kuvuga Mr Rufyiri. Harimwo ibijanye n'izo nkingi zitanu (benshi tutari tuzi) z'imbono années 2040-2060.

  • @kamaramazindatv9041
    @kamaramazindatv9041 หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro ciza cane cinkirakamaro

  • @deobiho
    @deobiho หลายเดือนก่อน

    👍👍👍👍👍👍👍👍👍

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd หลายเดือนก่อน

    Wavuga canke nuko ubwira abatumva,bubaka umugambwe gusumba igihugu ,muri make iguhugu nyanumwe abona iyaja

  • @zawadinshimirimana9038
    @zawadinshimirimana9038 หลายเดือนก่อน

    Kome gayeri

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur หลายเดือนก่อน

    tuba dushaka kwumva abantu nkaba...

  • @ndinzeandre
    @ndinzeandre หลายเดือนก่อน

    IJAMBO RYINSHI-UKURI KWINSHI

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro niciza.

  • @Possible204
    @Possible204 หลายเดือนก่อน +1

    Uburundi tworonka abagabo b'ijunja n'jambo nkuko kwawe uburundi bworusha America mu gutera imbere. Imana ikurinde. Gaë hushula hushula turabe ko ihahamuka ryohera😂

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza หลายเดือนก่อน

    Reka,reka,Rufyiri turazi ingene bigenda muri Afrika umuntu yarazwi nkatwe agashaka kugaruka,tu as negocie ton retour,reka kudusigurira ibintu vyinshi kandi uzi ko atarivyo.Sico kimee n,umuntu yahungiye muri Congo,agashaka gutaha,atazwi.Wewe urazi ko iyo utaha giturumbuka wari kugira ibibazo,reka no kubitebako,uvuge sur ton ONG

  • @Ndayaki
    @Ndayaki หลายเดือนก่อน

    28:40🤣😂🤣😂🤣😂HAHAHA!. Asha uranyishe.🤣😂

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z หลายเดือนก่อน

    Urintwari

  • @YANG-KO
    @YANG-KO หลายเดือนก่อน

    Komeza

  • @user-cu8tq4co9z
    @user-cu8tq4co9z หลายเดือนก่อน +1

    Komeza arko........

    • @timotheeciza1592
      @timotheeciza1592 หลายเดือนก่อน

      Yew nagerageze yamara haaa. Ariko vyose numwanya. Umwanya numucamanza mwiza

  • @melchiorntiruhenura9739
    @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน

    Bibandanyije uko biri ubu, ata gitoro, atamazi, ata matara, ata mfugungwa tukongeraka iri senyuka ry'imisozi, aho guter'imbere muri 40 na 60 tuzohava tuba twazimanganye mur'aka gace ka Afrika.-

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 หลายเดือนก่อน +2

    Ugukena mu mutwe kwa barundi bamwe bamwe nico catumwe igihugu kiguma mukaga kuva bica Ndadaye igihugu nubu kiri mukaga umenga turi cari mukigandaro ca Ndadaye iyo wambaye ikirato k'itagukwira ntarugendo ukora

    • @Mimi-tm4vi
      @Mimi-tm4vi หลายเดือนก่อน +2

      Ubukene abarundi bafise harimwo uruhara rwabarundi nyene

    • @lubegadidier4287
      @lubegadidier4287 หลายเดือนก่อน

      You have spoken my point

  • @user-we7uq1qh7p
    @user-we7uq1qh7p หลายเดือนก่อน

    Abo banu bazatuvire twishikire kure

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi หลายเดือนก่อน

    Jw mbona ivyubugambwe bwinshi bobuhagaroka hanyuma bakarwanya igiturire kuko nico ciganje muburundi pe

  • @manirakizaolede
    @manirakizaolede หลายเดือนก่อน +2

    Iki ganiro ciza cane

  • @Mimi-tm4vi
    @Mimi-tm4vi หลายเดือนก่อน

    Ngo uburundi nkigihugu cifashe haaahaa

  • @gigxjr9754
    @gigxjr9754 หลายเดือนก่อน

    Ayo ma poste buri muntu mwabashize kuyobora ubwo buyobozi,tukareba ico bokora mugutuza no kugaruza Ubutunzi bw'Abarundi! Murantunga!!!

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 หลายเดือนก่อน

    Démocratie y'imigambwe myinshi no kuri Rwagasore yariho (PDC, UPRONA, ......) Burya na RWAGASORE n'incungu ya DEMOKARASI y'abakoloni

  • @user-bm1ft4iy6l
    @user-bm1ft4iy6l หลายเดือนก่อน

    Tak five 😂😂😂niy wibagiy gato

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x หลายเดือนก่อน +2

    Uburundi buracafise ibibazo vyinshi none iyo vision bavuga tuzoyishikako gute mugihe tufise ibibazo vy amazi ,umuyangankuba ,igitoro ntibagiye isukari ni gt woshobor kubaho ,gutera imbere kugir amagara meza ata mazi akwie !???? Ni gute noronka amafaranga nku mu coiffeur ata muriro jw bavuga ngo patriotism gukunda igihugu ntibihatirizwa uravyiyumvamwo raba abarundi bahez bagenda hanze ni kuber ik!??? Nibaduhe amazi numuriro dukore hama urabeko tudatera imbere

    • @userk23456
      @userk23456 หลายเดือนก่อน

      Niyo mpamvu bavuga vision,ivyo vyose uvuga bizogenda birakorwa gushika 2040 barabe aho bipfuza bazohagera kumuyagankuba,nibindi vyinshi.
      Nimba uyu musi dufise 10% y'umuyagankuba, barashobora kuvuga ko bipfuza ko bazoshika nka 90% muri 2040.
      Rero urumva ko arurugendo

    • @garagebettermotors4998
      @garagebettermotors4998 หลายเดือนก่อน

      Ningene abanyamyuga leta idusaba amakori atamuyagankuba iduha ukwiye ngo dukore birababaje

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 หลายเดือนก่อน

    Gayel aho kumatisi bararanguza?

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 หลายเดือนก่อน +3

    Ibaze ingendo Pres akora hanze amahera z'iConsoma yo kubaka amazu menshi ya leta uwo mpa ngo ntare igihugu cacu nogiteza imbere mu myaka2 ivyo abandi batakoze mu myaka19 nobikora muri 2 ans seriously

    • @Hazfir.Official
      @Hazfir.Official หลายเดือนก่อน +1

      Erega vyokunda ubishatse😂 kugitwara

    • @userk23456
      @userk23456 หลายเดือนก่อน +2

      Hhhh wewe uvuga nk'abana. Urabaza neza ibihugu vyateyembere imyaka vyatwaye.
      Amabarabara,ibikorwa vya reta bisaba uburyo bwinshi kandi en dollars !!
      Nimba igihugu cacu kidashobora kuzana igitoro,wibaza ngo kwubka ibindi biroroshe ??
      Iterambere ryacu rizotwara igihe kinini

    • @user-zy3zb7io7f
      @user-zy3zb7io7f หลายเดือนก่อน

      Ego birashoboka KO ushobora guhindura ibintu mumwanya muto kuko iterambere ridasaba umwanya munini gusa numva nokubaza umaze gukoriki kubwigihugu cawe

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 หลายเดือนก่อน

      Ubusya uwundi ntibuguma😂😂😂

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana หลายเดือนก่อน

      Muburundi hari ubutunzi bwinshi cane hotwara umuntu akunda igihugu n'abenegihugu mumyaka 10 gusa bwoba paradizo

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 หลายเดือนก่อน

    None nkubu wewe worwara igihugu kiretse ico gitabo ufise, wokwubakira kuki?
    Vuga ikintu kiboneka wodugurizako.

  • @user-sx2fs6jb5v
    @user-sx2fs6jb5v หลายเดือนก่อน +2

    Juste Gaël wubahwe urashoboy!

    • @manirakizaolede
      @manirakizaolede หลายเดือนก่อน

      Egoo nuwa karorero ibiganiro vyiwe birubak

  • @fulgencetuyisenge3135
    @fulgencetuyisenge3135 หลายเดือนก่อน

    Kwandika ho barandika, ariko ni igiki kiriko kirakorw! Hari vision 2025 twari twarabwiwe, turindiriye amezi 8 asigaye...

  • @user-zb9uv8rv6o
    @user-zb9uv8rv6o หลายเดือนก่อน

    Merci gaél! Ubandanye uturonderera abantu basomye ibitabu nk'abo

  • @mugishaeloi6326
    @mugishaeloi6326 หลายเดือนก่อน

    N'umuntu wa Karanga🙏🏿