Najewe nokwakira neza Bwana Honorable Gaston. Kuko mwarafashije igihugu en 2015 au point que iyo turonka ikigarasha kiri poste yanyu, ntagahengwe kari kuboneka. Mes respect ! Uri un homme de valeur patriotique. N'a Apôtre mumundamukirize, muti TURAGUKUNDA caane kubutumwa bwanyu bidahengama canke ngo bubemwo uburyarya. Message de #HakiMotivAction #Sympholine_Tv
Journaliste wavyitwaywo neza vyabintu vyo kuguma utwenga wabihevye courage
Najewe nokwakira neza Bwana Honorable Gaston. Kuko mwarafashije igihugu en 2015 au point que iyo turonka ikigarasha kiri poste yanyu, ntagahengwe kari kuboneka. Mes respect ! Uri un homme de valeur patriotique. N'a Apôtre mumundamukirize, muti TURAGUKUNDA caane kubutumwa bwanyu bidahengama canke ngo bubemwo uburyarya. Message de #HakiMotivAction #Sympholine_Tv
Ndanezerejwe n'iki kiganiro kiryoshe cane. Ndamukiriza Mbayahaga nimvugakuri . Mbayahaga ambayekure mbandamuhaye rimwe. Imana imuhezagire, abantu nk'aba boba benshi uburundi❤ bwoterimbere kare.
Oyaa, Past Yesu nta mugambwe afise... Afise ISHENGERO!...
Hon. Gaston Sindimwo aje kuryosha showbiz Ndundi 🔥 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ndashimiye pasteur Mbayahaga
Abavugabutumwa bihamagaye turabatahije cane 🤩
Muhabwe umugisha,gukora icina ugisanga imbere.
Gaston wubahwe kabisa numutama bita Ryahama avuka Kirundo BUGABIRA nawe yarakenewe mwicokiganiro nawe afise vyinshi yokongerako.Mwarakunda Papa wanje bien.
Kuvyo kuja hanze Apôtre navyihorere kuko Abo batware nyen nibo batuma Amantu baje hanze..... Hama bro congratulations kubiganiro ukora MAGIC#TV Urayizamuye
Félicitations pour le journaliste vraiment tu es bien fait l'émission.
Ikinezereye gusumba ibindi vyose muri iki kiganiro n'uko Aba Bagabo birumvikana ko mumaraso yabo ivy'Ubwoko vyarabavuyemwo pe!! Kandi Imana ibahezagire kabisa, kuko birumvikana ko bashaka iterambere ry'Igihugu
🎉Jewe nanje n'umunezero kuko uriko urumva yuko ata buryarya burimwo bariko bavuga ukuri ntavyo guhinyikana burimwo
Bariko bavuga akari kumutima
Numva ndabakunze cane
Imana ibahezagire
Pasteur Mbayahaga Imana imwongerereze amavuta
Président Gaston nibamuhe atware umugambwe Uprona abasubize hamwe
Niwe mbona yowushobora
Uprona❤
Tuze turayaga gatoyi gusa bano bagabo ntavyubwoko bashaka knd ntibaba bashaka kuvyerekwa arko rka mvuge ivyo jnibonera kubijanye nubwoko kuberki umututsi iyo arko asa nuvugira umugambwe uri kubutegetsi abatutsi bagenziwe baca bamwita ikivume ikosa ririhe kubantu mwoba mudukuriye😢😢 ikindi nikuberki abatutsi mtaba mushakako umututsi mwenewanyu avuga umuhutu neza nkahumengo ntamhutu akorineza😭hma akabazo kanyuma None umugambwe Uprona nuwabatutsi gusa cane nuwubwoko bwose naho tuzko beshi muribo arabatutsi gx ntimwari mukwiy kubugira intambara mushaka mwotuza tukabana ivyakra mukabureka kuko kuzama dushaka kumena amaraso kugira dufate ubutegetsi No!
Ndakunda mbayahaga avugisha ukuri
Mbayahaga vraiment 🌹🌹🌹🌹🥀🥀🥀🥀🥀❤❤❤❤
Le meilleur philosophe du monde Mbayahaga salut😂 uri umukuru w'indyarya😊
😂😂😂
Komezamuyage muraberewe muribezacane turabakunda
Abakunzi binda gusa nimwe mutumye turwa mubuhungiro ariko Imana izobikora 😢
Bakoziki?
Honorable uvuze neza birababaje kweli kubutashe iwanyu ukarinda kuriha visa kandi ujegutezimbere igihugu cawe.yaba hatari intambamyi yokurungika ibintu nukuri abarundi barafise umutima wogufasha leta yorohereze aba diaspora
Oyaa Mbayahaga sha n,umu dd, Komera Mbayahaga
apotre numu dd basi Avugira Leta kandi leta yarananiwe ibibazo bihambaye
Abobantu n'imbwaaaa babuze imirizo gusa.😂igisuri n'ikiboroza citwa ntaco natumye😂😂😂😂
Izi ngegera zigeze habi ariko 😂😂😂
Biraryoshe kubona abatumire nkabo bahuye umwe nuweundi .
La politique c'est l'art de mentir,MBAYAHAGA ni umu politicien...
Mbayahaga shaa wew nukuri nuhitemwo kimwe muvy'Imana canke ivyimigambwe
Hoshiii Gemda iyo none ivyi migabwe bitwaye iki
Ese ibitutsi batukana 2020😂😂😂😂
Icobahuriyeko nuko Bose ariba ntahomfatwa ba njiyobiri mpemuke ndamuke
Hariho chaîne ya youtube short yitwa { comedy spécial 37 } ni munezereze amaso kuko hari y'ama comedy yose amwe aryoshe ukuntu hamwe wotwenga ugapfa
Murakarama batama murakaramira kubona ivyiza turahiriwe kuba tubafise❤
Ababona ko #PASTOR MBayahaga kwari um politicien aka like ngaha🤓🤓🤓🤓🤓Lakini tuna mpenda sana🫶😅🤣🙏
Apana buke buke arenz
Aba ni imbonerakure ziyoboye izindi
Aha ndayamanitse kbx
Aho turumvikana KK ivyiyumviro vyababatama tuba tubikene nkajew nitegurira kwitoza mumatora yimirije
Igihugu gikeneye imvugakuri nkizo ,burya abatware babayeho nka 60% bameze nkamwe yemwe Edeni yoba ibaye nyakuri.
Subiza 5000 dollars zabandi pasta😂 tinya imana
Yaravyihanye bana
Sha courage numvise k urik uraza mu kubaza neza ntucike intege imbere ni heza
Sha iyaba uburundi bwari bufise abagabo nkaba,twoteba tukibera mumahoro!!😅
Igihugu caranutse nimba koko aba arabadasigana.ingegera
ABADASIGANA❤
Ico kiganiro c'abo bubahwa giheze ntashaka. Muzosubire mubadutumirire😁😁😁
Naje Gaston yarandihiye ishure 80 milles niga muri université nayabuze ubu mba muri Canada yayandihiye muri 2011
Urazoraba umusjimire nawe uzorondere uwurihira
Raba umwibuke
😂😂Ewe Mbayahaga Sha ngo Gaston yitoje sinomutora ngira nuko abona adafise imigambi yoguteza imbere igihugu Pol sna Gaston
Mbayahaga nabaze asubize amahera yumupfakazi
26million
Igituma mukundanana muhuriye kunda ndende mwaja gushera muba DD
Wew sha wabitahuye uraciye ubwenge apana abo ndikubona ngaha🤦🏽♂️🤦🏽♂️
Kbxaaa ababagabo wabahuje uranyishe
Ikiganiro ciza cane 🙏🙏
Ninaronka numéro yiwe nzomuvugisha yarakoze nari naburaniwe
Gaston nimutu muzuri sana.
Nta bu pasteur ugira niwibandanirize ivyo gusumira inda. Gushorera umugambwe w'abadasigana ngo ushigikiye dd warabeshe ahubwo niwemere ko uri umu dd kandi ntanicaha uzoba ukoze
Mbega uretse ivyo biganiro muvuga, muzokwigana ryari Rwagasore? Imigambi yiwe muzoyishiramungiro ryari? Ni mwiyumvire igihugu basha gikeneye vyinshi.
Ndabakunze pe Gaston yitoje nzomutora pe
Reka Gastion nawe none umu zairois Alabama umu Uproniste?
Gaston vugisha ukuri honnorable
Naw usuvya kuyobeza ubwenge vino wew urabanza wishure zirya 5000 dellar
Abadasigana b'ukuri turazi iyo bari
Ico ndababonamwo mwese ntimuri abadasigana
Aba bagabo n'abakozi b' Imana. MWUBAHWE🇧🇮 ✊🏾
Niho uzobamenya
Ntubeshe ubutumwa ubuvuga neza cane mu mpande zose
Ahubwo benshi canke bose bakurabireko
Uprona igeze habi nimba izingegera arizo zirimumugambwe wa rwagasore
Ivyo bigabo nibishire ijambo ry'Imana kuruhande bivuge ingene vyahemukiye abantu bikaja gukorera CNDD FDD. nta UPRONA ishobora kugira abantu nk'abo ngo igume yitwa UPRONA. Ivyo nibi CNDD FDD 💯
Vrai
Mwarahemukiye abarundi kubona mwambwamwe muja guha amajwi CNDD FDD. Ndababaye cane kubona muriko murashinyagurira abantu ngo wewe mbayahaga wasanze umukandinda wa CNDD afise imigambi myiza nk'iya gwagasore. Urateye isoni kuvuga ivyo bintu uzi neza icogihe abantu bariko baragandagugwa. Hama ukaja ngaho ngo uri umukozi w'Imana !!! Sha ndababaye
Ivyo nivyiyumviro vyawe bidakuraho ivyabandi.
Uzicwa nagahinda bandanya urindagire
Frannik hejuru iman ikongerere ubweng bwishi
🤏🤏😅
Mutama nawe numu Arsenal
Mbayahaga yarapfuye umutima asigaranye inda yo kurya.avuga ivy'abungere agakina na comédie
Reka ubwo buhezanguni kuko uburundi buzokwamaho
@@Tubivugetv990 wewe urwaye mumutwe nimba atari itabi rya kononye mumutwe.wa rofa we uburundi si ubwa twesi aho ubwiyitira
Ivyagarutse nivyah? Mpanda iri hh?
Abo bantu ndabakunda 😂😂
Aba DD zido nabo ntakirimwo igihugu bakimaz gisigay kuri zero
Nico gih yiyita intersesseur
Journaliste bien préfere
Ikiganiro ciza can
Ndakwibuka igihinga muga bu ntihibuka
Izimbwa nizo zishe igihugu amabandi nkayo ukaza ubona ngo vice président ngo apôtres
Aba bagabo bavuga ukuri
Apotre vugisha ukuri
Uwakuye mumugambwe mbayahaga na Gaston sindimwo ntiyihenze kuko yirukanye Imbonerakure n'umugambwe CNDD FDD
😅😅😅😅
😅😅😅😅
😅😅😅😅
Asha mbayahaga numu dd windani ndk aravye nubukene turimwo akaguma ashish nkukrah
Sega neza Mbayahaga wibukako uwutazi ubwenge ashima ubwiwe.mbe w nka apôtre,ni iyih plan d'action yo kwiteza imbere urashikiriza abayoboke bawe?
Mbayahaga na gaston bashigikiye evariste mumatora rwihishwa abadasigana batabiz knd uprona yar yashiz imber gaston
Mbayahaga reka kwishura ivyo utazi sha ivyo kuja hanze bireke
Uprona nta mababa ifise ,nibaza ko ari menshi twoyita " AMOYA" !
Kwegeranya amoya ntivyoroshe.
Ja irya apotre wahora utubeshe wambeshe kerara kuva emaus murikumwe na singururuza en 20 10 turakuzi
Wazanye nzingah? Ca amahera basha mashine mbe uzinywesha tanganyika ko atagitoro
umuntu arashobora kuvuga ngwimirongo kuri Bus yamyeho ngwibintu vyamye bibura ngwiyumuntu ashonje ntiyibaze kwabandi bashonje none muzomumbarize kwibintu bimeze ukovyahora baje gukoriko mvuga we naba DD ntibabe bagumya ibintu uko vyahora
Ivyabo utabizo abihere 2009
Iyo wabaza Gaston naw ko atari mubirukanye abandi mu mugambwe.
Agaton Sindimo ndamukunda💕💕
Abobanyakwubahwa nibubahwe
Gaston usiguye neza cane ivyabantu bari hanze nawe mbayahaga ntazi ivyo avuga
Wareka kunezerwa uriko ubesha abantu kunyungu zawe
Apotre wew uhaze vugisha kuri? Ivyo sivyo uvuga
nayesu yavuze ngobirangiye nimureke gutukisha rwagasore mwarahariwe ivomo
Ivyo bavuga bitandukanye nivyo bakora
Tubwire utwigoro leta ikora insazi? Imisiba ? Inkwavu?
Harabantu muzicwa nagahinda tekana igihugu nicabarundi nawe usebanya uri kwiyicira umutima kuko ntaco uhindura
Ivyo vyose vyinyegeje muri dd
Wewe unyegeye hehe? Garuka mu gihigu cawe. Na Uprona abayanse imyaka hafi 35 yose bagumye mubuhungiro nawewe ukanka FDD na Uprona yubu ishakira igihugu amahoro. Wewe guma iyuri.
@@ibrahimcongeram.806 u talk shit
Ngo notora varisito ndatwenz nduma nukur
😂😂😂😂