Gretha asutse amarira y’umubabaro kubw’abantu bamukoreye inkono ishushe ngo agurisha abakobwa😭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 เม.ย. 2024
  • #burundi #victimxxx #girlfriends

ความคิดเห็น • 237

  • @MBA20102
    @MBA20102 หลายเดือนก่อน +28

    @Hosy à la prochaine occasion dans une émission pareille ne prend pas partie. Wewe uba wajw nkumu journaliste, c’est pas ton amie, c’est pas ta collègue muri uyo mwanya. She is just a guest. Hari ahantu wavuze ngo “nsingira ndakuvugire” muga tu as fait exactement la même chose. Ivyo navyo bishobora kw’influenca audience yawe.
    Je comprends ko bigoye kuba neutre bariko bavuga umugenzi wawe, mugabo nivyo ugomvye gukora

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 29 วันที่ผ่านมา

      Usanga basangiye uwo mwuga

    • @josendayizanie7306
      @josendayizanie7306 28 วันที่ผ่านมา +2

      Ahubw ntari professional mukazi kiwe arakeneye kwiga neza journalisme

  • @esperancenijimbere7227
    @esperancenijimbere7227 หลายเดือนก่อน +59

    Gretta, kirazira kwereka umwansi wawe umu babaro wawe, ntusubire kurira komera Imana iri muruhande gwawe.

    • @KayinamuraKabareNsolo
      @KayinamuraKabareNsolo 27 วันที่ผ่านมา +1

      ibyo uvuze nukuri uragenda ukarira ahandi atabona ukaza byashize kuko hari abantu bashimishwa no kukubona ubabaye urira

  • @Birikunziramuzeh
    @Birikunziramuzeh หลายเดือนก่อน +53

    So, pole niba barakubesheye. Muga hari ikindi wewe Gretha uriko uravuga, uriko wagiriza abandi wabony bavuze ko harabo uzi ko arivyo! Nigiki cemeza wewe kutariko ubesha. So wivugire wewe abandi bazivugira. Cank ureke babavuge mwese, ntacemeza ko naw utagurisha abo bakobwa.
    Hama Nella de matt wew arazi neeeza ko yafatanywe numugabo wabandi ibivyo ndi 💯 true. I was part of the team who saw her.
    Ikindi Hosy, don’t take any side kuri gretha, or kumuvugira, your job nukubaza nkumu journaliste utaravy friendship mufutaniye.
    Thank you siren vibes.

    • @VanouEsther
      @VanouEsther หลายเดือนก่อน +5

      Ivya Nella de Matt ko yafatanyw umugabo c'est quoi le Rapport nivyo bamuvuzek ?

    • @Birikunziramuzeh
      @Birikunziramuzeh หลายเดือนก่อน +1

      @@VanouEsther ivyo bamuvuzeko vyovyo harico ubivuzeko ?

    • @VanouEsther
      @VanouEsther หลายเดือนก่อน

      ​@@Birikunziramuzeh on sait bel et bien ko atarivyo

    • @Birikunziramuzeh
      @Birikunziramuzeh หลายเดือนก่อน

      @@VanouEsther it is true 💯

  • @ntibibukanathalie776
    @ntibibukanathalie776 หลายเดือนก่อน +15

    Kubona wararondeye chaque fille yakoreye agence yanyu nivyiza cane,ukamubazi si yoba yarafashwe kunguvu . Ariko barashibora kuba baratinye kuvyemera,kukwemerera aussi kuko batinya ingaruka.
    Ahubwo ubu nukubashurahamwe mukabigisha ukuntu bategerezwa kugira attention iyo bari muri prestation. Par exemple bagume barikumwe kukazi. Babonye umwe atevye bamurondere. Babe solidaire pour se protéger entre eux.
    Hama wihorerer. Les jaloux bazok amaho. Amashari ninzigo.

  • @josendayizanie7306
    @josendayizanie7306 หลายเดือนก่อน +10

    Uwo mutima wogushak ko abantu baceceka kuber am famille yabo yobabara siwo 🙄🥴

  • @spesndongozi9808
    @spesndongozi9808 หลายเดือนก่อน +40

    Osy wewe ba journaliste gusa. Umubaze neza kuko ivyo biriho i Burundi. Nta gufata partie prise, mubaze neza abariko baraba ico kiganiro ba jugé.

    • @mireillemizero2149
      @mireillemizero2149 หลายเดือนก่อน +2

      Ico kibazo hosy aragifise arakwiye kwigira kubandi ba journaliste

    • @alainblaise9401
      @alainblaise9401 28 วันที่ผ่านมา

      s'umugenzi wiwe ga shaaa! yoreka kuja kuri partie yiwe gute? ahaaa

  • @gidotesi792
    @gidotesi792 หลายเดือนก่อน +5

    Pole sana mukobwa mwiza! Ndakwikundira umuntu wazanye ayo mahomvu Imana izamuhane, mbona ugira umutima mwiza pe

  • @flaviendayikunda1110
    @flaviendayikunda1110 หลายเดือนก่อน +2

    Komera komeza..Imana Imbere. Soyez tjrs fortes et bénies. Hama isii nikwimeze. Tekanaa. Great & Hosy Turabakunda ❤🎉.

  • @milithiakanyamuneza5307
    @milithiakanyamuneza5307 หลายเดือนก่อน +9

    None ga Grey,twe ko tugukunda,mwihoze,witeho abagukunda.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 หลายเดือนก่อน +4

    Yoooo Greu ntusubire kurira imber yumwansi umwereke kwatac bigutwaye uje munzu urire wenyeene kugira uwo mubabaro ufise uhere kurira biraruhura umutima so ntusubire kunezereza umwansi wawe vrm ahubwo umwereke ko yaswase kuk yoca amenya ah azohora agukora kugira akubabaze so mwihoze iciza nuko wew mumutima wawe atac wiyagiriza💕💕💕💞💞💞Courage beza Imbere cane 💞💞💞💓

  • @cariniemasumbuko2463
    @cariniemasumbuko2463 หลายเดือนก่อน +4

    Ihorere kibondo barakubesheye, tu es de bonne foi

  • @user-gm1zb1sx7h
    @user-gm1zb1sx7h หลายเดือนก่อน +1

    Pole saanaa Mama Kaïs iyisi ntiyoroshe...harakaririmbo Lolilo yigez kuririmba ngo uwanswe kuvuga yaheze Munda kwa Nyina Nukuri sorry...ariiko wibuke kwigihe cose uzoterimbere cank uzogra influence kubantu mu vyiza...hari uwuzoba ariiko ararondera kugukorora...so courage muvyukora...abazungu Nico baturusha kabisa...twbw abanyafrika Sinzi uwaturoze walayi...mpore

  • @IrakozeEstella-ry3zq
    @IrakozeEstella-ry3zq หลายเดือนก่อน +2

    Gretta mpore chch wanje urandijije nanje nukuntu ndakwikundira❤❤❤❤hosy love u so much ura nyespira vrt

  • @mariefranceinamahoro7389
    @mariefranceinamahoro7389 หลายเดือนก่อน

    Mpore Greta keep shinning and stay blessed❤❤, hari abantu badakunda iterambere ryabandi. Bandanya ufasha ntibiguce intenge. Nayo abo ba haters bazoronka impembo yabo.

  • @yumvirabayisabapacifique
    @yumvirabayisabapacifique หลายเดือนก่อน +1

    Pole pole xan sister wanj abonabo baharire ntibazi ivyobakora

  • @NZeyImaNa125
    @NZeyImaNa125 หลายเดือนก่อน +3

    Mpore Mpore kandi ukomere. Fake friends believe the gossip about you, but real friends know better and stand up for you! Stay strong and keep your head up. Also know that who Gossips to you will gossip of you! Shiraho bandaries uko ushoboye. Aussi ivyabaye sont les risques du metier. Ntakazi katagira risk. Ukomere rero. Ce qui ne te tue pas te rend fort. Sending love your way.

  • @iddypasteurnshimirimana1263
    @iddypasteurnshimirimana1263 หลายเดือนก่อน +5

    Pole sanaa kabisa, m notre gouvernement à travers le ministre du tutel bagira ico bakoze kuri kino kintu, hariko haba ubukizi bwikibi kuyindi sura bitey ubwob!!

  • @bienvenundihokubwayo330
    @bienvenundihokubwayo330 หลายเดือนก่อน +1

    Pole sana ncuti yanje kandi ikintu kimwe wobaho uzi nuko ibihe nkibi bibaho ariko nikimwe mubikuremera CV kandi ukaranka nico muzobarira abandi bakakira ihumure

  • @nadegendayizeye-kv7oh
    @nadegendayizeye-kv7oh หลายเดือนก่อน

    Mpore mpore.turabakunda ikomereze akazi ibiganiro mukora umwe wese aza arakuramwo ibimufasha.ahubwo uwakuvuze ashobora gusanga aguteje abafana bakagwira kuko hari nababa batakuzi baca bipfuza kuraba ivyukora❤

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 หลายเดือนก่อน +1

    Mbe Greu uribuka indirimbo iraho uvuga ngo iyo ugiy gutera imbere abakugwanya baba benshi,bariko barondera kuguca intege uje hasi mubikogwa vyawe donc kugucafuza,reka kubiha umwanya ubandanye ibikogwa vyawe bikakubabaza uzoba uriko ubaha inguvu ariko ntibakumenyerere.Soi forte urekane nabo.❤

  • @user-xc4rs3io8q
    @user-xc4rs3io8q หลายเดือนก่อน +3

    Ancwiiiiii mpore mwiza ,iyo umuntu ariko arakora Niko bibwizwa kugenda,Kandi Elevation yose niko igenda ubwizwa guterwa amabuye ivyo n ibisanzwe bizorengana n ukomere ikintu cose Uzi k utafisemwo uruhara ntikizokubabaze ,ukuri kuzokwama gutsinda kabajou❤

  • @user-po5sg6vh4c
    @user-po5sg6vh4c หลายเดือนก่อน

    ❤yoooo pole bambeeee, ndagukunda cyane bambe.

  • @leecharon
    @leecharon หลายเดือนก่อน

    Yoooo Gretta 😢😢😢😢 pole kabisa. Gusa nivyo il ya abantu babishizemwo ubu beshi!!!! Pole kabisa but don’t cry Boo…

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 หลายเดือนก่อน

    Gleu wanje ihorere mwiza wanje abantu bazama bavuga ntusubire kurira ntakamaro itekanire cane❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @giramahorocynthia1358
    @giramahorocynthia1358 หลายเดือนก่อน +2

    Mbae uwa 1Hosy,,sindumv ikiganiro ariko umuntu yambabarije Greuu wanje!!Imana ibimwishure incuro 1000!Nikirofa!mpore wawa❤❤❤❤

  • @akimanarachelalice3009
    @akimanarachelalice3009 หลายเดือนก่อน

    Gretta courage ntibigice intege ahubwo biguhe gukomera ❤ fasha Imana izobiguhembera 🙏

  • @EricManirambona-jx6js
    @EricManirambona-jx6js 29 วันที่ผ่านมา

    Gretta senga Imana, abantu urekane nabo wikorere akazi. Ubigwize nubusa ubihanaguze ingohe. God bless u

  • @RR-ss4ku
    @RR-ss4ku หลายเดือนก่อน

    Bajou weee.. reka kuvyegereza umutima. Isi niko iri. Ntibaguce intege.

  • @user-vh2nl5cw8v
    @user-vh2nl5cw8v หลายเดือนก่อน +1

    Yuuu pole maman Kaïs chérie 🥺❤️hariho les filles bagenda bagakora ivyo bakora binyegeje bagaca bagenda aba fiancé babo kobabaye abusée 😢 bagaca bashaka Abo babitako sh Gleu pole 🫂 nimba ataco wiyagiriza wirira chérie 🥰

  • @nanananette031
    @nanananette031 หลายเดือนก่อน +6

    Umva Greu,uyo muntu ahubwo akugiriy publicité duca turaba nivyo ukora,n aba clients bace baba benshi…
    Ihangane maman Kaïs,uri umu maman wa grave sha…
    Ivyiza ukora Imana izobiguhembera.
    If i could nari kugufasha kumenya uyo muntu uwariwe,kuko as you said usanga ari proche yawe,hama ugaheza ukamwirinda.
    Ariko ico nokubwira nuko vous êtes une femme brave et courageuse kandi ntucike intege imbere ni heza caneee 🎉🎉🎉
    Keep shining maman Kaïs,we love you ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ladyA323
    @ladyA323 หลายเดือนก่อน +5

    Muramaramajeee, donc kubera bavuze uwanyu les autres sivyo na gato??? Huuummm Hosy wapiiii vous n'étiez pas sensées kubijana muri iyo way

  • @mugishaarielle3280
    @mugishaarielle3280 หลายเดือนก่อน

    ooh so sorry Gleu,uwutavugwa yaheze munda ya nyina kdi iyo bakuvuze it means k harico umariye societe so be strong and tell ur enneny to make sure ko apprononca neza izina ryae gusa urakoze kuko vyari vyatanguy kuducanga (ceux ou celles qui t admirent) Imana ikurinde

  • @muhozaemelyne7902
    @muhozaemelyne7902 หลายเดือนก่อน

    Gretta nukuri mpore mpore umukama arikumwe nawe kandi komera nukuri jewe guma dagusengera kandi courage ❤

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv หลายเดือนก่อน

    Grettaa wacuuu pole we love you❤❤🎉 hamaa wiyumviriye idée nziza korera amahera nimba muribarya bakobwa hariho uwufsee ingeso yogukunda ibintu wew ntaco wohindurako ninkuko yotanga numéro ya phone yiwe and then bakabonana after job😢 barya nabantu bakuze gikuru raba kobatashe ibisigay bazimenya😊

  • @user-yv4ht2tp9c
    @user-yv4ht2tp9c หลายเดือนก่อน +2

    Iyi bayita intertaiment, uraronka ibikuriza n'ibigutwenza. Gikuru nukumenya ingene uvyifatamwo kuko muhura n'ama drama menshi. Gretta umuntu yamurijije je ndamufashe nomu yooooh😂
    Mpore mpore muvyeyi wa kaïs

  • @user-cu8tj2fl8o
    @user-cu8tj2fl8o หลายเดือนก่อน

    Gege iyo umwansi wawe umwerets k ubabaye aranezegw KK Aba ashk ubabare,rero komera abant bose ntibaba bakunda iteramber ryawe,knd nizere k nabo bakobwa baba bazi ubwenge bovyanka niyo mpanv utobadandaz bikunde,We rero courage mukazii kose utitaye kubisii

  • @user-wn5kt5hg1z
    @user-wn5kt5hg1z หลายเดือนก่อน

    Pole sana Maman Kaïs!!!

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m หลายเดือนก่อน

    Birababaj Gretta nukur ndagutahur arik ihangan ubah umugong ww wikorer akaz kaw jtm bcp Gretta ukomer can mwiza

  • @francineningabire2660
    @francineningabire2660 หลายเดือนก่อน +2

    Greu ndabakunda mw na Hosy pe, vous m´inspirez trop. Mugomba rro kuba abantu batsinda ubwoba, mube aba fearless generation nka Norasque na Lavine. Kazima ivy babavugak atari ukuri

  • @arakaaime3915
    @arakaaime3915 หลายเดือนก่อน

    Maman kaïs mpore....

  • @user-qv6ln9kr9x
    @user-qv6ln9kr9x หลายเดือนก่อน

    Gege ico noguhanura nuko wobandanya umwuga waw hama tukir kwisi bazama bavuga ntiwibaze ko bazogushimira bos wew kora Imana izoguhemba

  • @Bugingo1
    @Bugingo1 29 วันที่ผ่านมา

    Pole sana, love from Kigali Rwanda 🇷🇼

  • @AngelAbimana-uk3rj
    @AngelAbimana-uk3rj หลายเดือนก่อน

    Mpore sha Gretta&courage cane, turakwikundira

  • @braruditablet8687
    @braruditablet8687 27 วันที่ผ่านมา +1

    😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅ukuri kurababaza hubwo niwihane pfukama usenge

  • @king77973
    @king77973 หลายเดือนก่อน +2

    Gretta uri mwiza turagukunda😍
    abo ba haters ntubahe icyo bashaka (amarira)

  • @lettynikundana8418
    @lettynikundana8418 หลายเดือนก่อน

    Pole les filles ,komera bariko babaca intege kubera muriko mubasesera agatabi. Ahubwo vyerekana ko muriko murwanywa n’ababikora kugira ntibabe dénoncer.kuba maman nabo bashigikira n’ubujuju kuko abakobwa bafise droit yo kuryoherwa cokimwe n’abahungu.komera muvure abantu bararushe

  • @ckg309
    @ckg309 หลายเดือนก่อน +1

    Pole sha Gretta, abansi barakaka ariko courage ncuti, abarundi turi ba ntahofatwa ! Mukurira ko Leta atakazi iriko iraha aba jeunes niko nuwuvuye hasi kugira agire icakoze arwanywa mukumuremeka ibibi vyose !!! Gute none mushaka kweli ko uBurundi butera imbere ???? Nkubu Gretta afise uburenganzira bwishi bwokubivamwo vyose hama qu'est-ce qu'on fait de ces 50 jeunes filles boba batakaje akazi ??? Tube tureka guhendana nta Burundi dukunda mugihe ibintu bikiri uko!!! Nkabantu bari mumahanga biri no mubituma tutabona ko hari imitahe twozana mu Burundi uravye canke wumvise ibihabera ! Bref courage Gretta et courage Hosy et fuck les haters !!!!

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY หลายเดือนก่อน

    Kumbe Sha muzaho mutagata ariko mudandaza abantu. God is watching you both😮

  • @ingabirejosiane3385
    @ingabirejosiane3385 หลายเดือนก่อน

    Hama.pole sana Gretta birababaje kubesherwa ariko ntureke Kora kuko iyo usutse amarira wamwansi wawe araryoherwa gusa hari nikindi kintu abansi bakora kugira bakomere sinahora commenta naraba nkagira like 👍 cnke share ariko nagomba ngutere intege mubantu bakomeye kubwo amajambo yokubesherwa nabansi kndi ndabazi ndabumva ndimwo Kandi ubu ntaconyiganza nawe komera mukobwa mwiza

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze หลายเดือนก่อน

    Nice emission

  • @raissaakiteka3008
    @raissaakiteka3008 หลายเดือนก่อน +1

    Abansi bamaho gus nihakore ubutungane muzob mukoze🙏

  • @user-ps2ul2hi7x
    @user-ps2ul2hi7x หลายเดือนก่อน

    Yooo ihangane sha Gretta wanje barakubesheye😔

  • @Reine257
    @Reine257 หลายเดือนก่อน

    Sha Gretta wihangane I know kubesherwa birababaza

  • @TUYISABEGloria
    @TUYISABEGloria หลายเดือนก่อน

    Gretta mporeeeee kurira sha😭😭😭😭😭 Ivyo vyashikiye beshiiiiiiiii abantu bagedana ibikimere😭❤️

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 หลายเดือนก่อน

    Yoo gretta ndabonye ukorana nabantu ubana nabantu ariko barahindutse abonabantu babona ibikorwa vyawe batabinezerewe bagomba kubona uri down pole sana

  • @cynthiairakoze3025
    @cynthiairakoze3025 หลายเดือนก่อน

    Ihorere ka mama kezaaaa

  • @VanouEsther
    @VanouEsther หลายเดือนก่อน +1

    Mpore Maman Kaïs❤️🫂🥹🥹

  • @user-xp2bs5ps4m
    @user-xp2bs5ps4m หลายเดือนก่อน

    Nukuri nanj ndabibonye narumvise mbabaye mé ntagaciro nabihaye birya harihakwiy kubaho abajejwe gufata Aba posta ibintu nkivyo problm kabisa

  • @chefBlackbeauty03
    @chefBlackbeauty03 หลายเดือนก่อน +2

    Iyo wamaze kuba umuntu ari kuri social media itegure guhora bakuvuga kandi nabi nabi cane 80%aba ari ububeshi.nukuri nimwitegure mukomeze imitima kuko muzokumva ibirenze ivyo ba Cherie.nkomera mukomere cane.Turabakunda❤❤❤

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146 26 วันที่ผ่านมา

    Iyo urek kwisigura vyar bon .... kuber wisiguy bumva vyinshi hubwoooo😊 but courage

  • @GuilaineIradukunda
    @GuilaineIradukunda หลายเดือนก่อน +2

    Icubiba nicowimbura kandi ingero ugereramwo abandi niyo naw ugeregwamwo reka bateragir bazimbura

  • @ndikjo_el9981
    @ndikjo_el9981 หลายเดือนก่อน +2

    Mtn it's funny!!!! Mwebwe ntimwambitse inkono ishushe papa Samantha nabo bavukana kubera ama reseau nokubesha atahantu hari preuve nimwe!!!
    Sit back and enjoy too!!!

  • @user-mr1jq8ml4k
    @user-mr1jq8ml4k หลายเดือนก่อน

    Yooo gege wnj pol snaa shaa abant nukur nabo kwihanganira

  • @vioa558
    @vioa558 หลายเดือนก่อน +25

    Gretha ko wumva wiyumviriye aba coupables?? personnellement j’ai été abusé par la plupart des personnes qui ont été citées kuri iry account gus ico nzi nuko wokwiyumvir les victimes non plus les coupables kuko bobo babikor ntibiyumviriye influence bizogir kubo babikorey kandi on essaie ici d’aider les victimes ham les coupables seul Dieu sait…ishire mu kibanza ca les victimes basi wumve ko wokwiyumvir les coupables kuko ça pourrait être ta sœur ou ta cousine même ta fille donc bishits uzokwihutir gushengeza uwabikoz hama impact izoba sur sa famille sinibaz en aucun cas ko izoba ton soucis…

  • @namulivictoria9164
    @namulivictoria9164 หลายเดือนก่อน

    Yooo mpore cane gretta

  • @hakizimanajohn8618
    @hakizimanajohn8618 หลายเดือนก่อน

    Gretta I'm really really sorry kubr abant tur babi gs je vrt ndakuz gato ahant hamw ntakib ndakubonamwo vrt urumunt ar Cool hm ndakubwir ikikint wank wemer nukur Imana yo mwijur izoguhorer for Really nukur pe rer Be strong 💪🏾yeah Wihangane nukur Eg

  • @kanyangemediatrice4598
    @kanyangemediatrice4598 หลายเดือนก่อน +2

    Gretta reka kurizwa namajambo yabantu be proud of you Hama ubuzima bubandanye mwiza

  • @user-hn5xk2bh3r
    @user-hn5xk2bh3r หลายเดือนก่อน +1

    Noooooo plz my enfluencer don't cry in front of caméra . Be strong you 're best , wonderfull , and then WE love you so much, don't give UP plz . We will fellow you forever. Love from🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @inesbigirimana867
    @inesbigirimana867 หลายเดือนก่อน

    Pole sana

  • @ManimagoMG4738
    @ManimagoMG4738 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @cynthiairambonamariza953
    @cynthiairambonamariza953 25 วันที่ผ่านมา

    Juste kumubwira Gretha kudacinka intege kuko hariho abantu baba bashaka guhisha ububegito bwabo comme inyifato yawe ibagiriza bacabafata ikintu udashobora gukora akaba arico agwagirize

  • @Yourmentor2581
    @Yourmentor2581 หลายเดือนก่อน

    MPa iyo link nanje ndabahe liste ya ba violeur mwaragize une bonne idée nfise info nyinshi

  • @cynthiairankunda
    @cynthiairankunda หลายเดือนก่อน +1

    M Burundi twogira nkabantu nk 100 nka Gretta n Hosy nabandi vrmnt twoterimbere ariko kubera inzigo zibi zitwinshe kubon mugenzi waw ateyimbere ugashaka kumushira hasi vrmnt birya bantu bihagarare dukore twiteze imbere ibica intege ninyinshi ariko komera Ntimucike intege ariko inzigo dufis zirarenze kandi ugasang muhuye aragutwengera ngomuri abagenzi Burundi bwacu vrmnt buragwaye courage ba Dame beza abashaka kwigira kuvyo mukora bazokwiga abandi nabonyen bandagaza abantu Reeeeeee birabishe Bahagarike ivyobintu

  • @rukundovalens4375
    @rukundovalens4375 19 วันที่ผ่านมา

    Muraho Gretha arashavuye nukuri ariko yewe undimunsi uzazane abobana ukoresha batange intahe (temoignage ).
    Kd ibyo nibyobituma ukurikirwa nabenshi njye sinagiraga social media zawe ariko ngiye kuzirondera ndagukurikire vraiment

  • @user-qd9ix3qi1p
    @user-qd9ix3qi1p หลายเดือนก่อน

    Gretta mpore nukurii .... soit forte

  • @Hi5392
    @Hi5392 หลายเดือนก่อน +1

    pore disiii... ibi bintu bitey'umujinya peee. ko ishirahamwe ryanyu rizwi muri reta, est-ce q ntiwokwitwarira nyene le compte pour diffamation? kuko c'est sûr we arazi uwuriko arabacafuza

  • @LynaNdayisenga
    @LynaNdayisenga หลายเดือนก่อน

    Mpore sha Gretta wanje....abavuga ntibazobura ariko iconzi isi ni gatebe gatoke azoteba abone ingaruka yukubesha

  • @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
    @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul หลายเดือนก่อน

    Ikibazo nikimw noe yagufash kungunv kutagiy kwitwar ayama compte yuburofa muvuga kugira mubesher abantu knd nah wob ubagyrish kobatavyanse bamurek kuduteshumwany

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 หลายเดือนก่อน

    Pole gre

  • @Twese.01
    @Twese.01 หลายเดือนก่อน +1

    Gretta kubona bikubabaza ni normal kuko vyerekana ko ufise amarangamutima kandi nivyo bizogukomeza. Aba contre succès ni benshi ariko bandanya wikorere na Jésus yaravuzwe ar'umwana w'Imana.

  • @maeli6300
    @maeli6300 หลายเดือนก่อน

    Mpore Gretta mpore abakuzi baraziko ivyo atavyo wokora kandi kizima umutima wawe uzi nezako atavyo wakoze. Abo bibikora umunsi umwe bazoshikirwa isi ntisakaye

  • @emmanuelusabimana2038
    @emmanuelusabimana2038 หลายเดือนก่อน +1

    Pole kuri Gretha ego urashavuye kweli mugabo ico nakurabira ni uko wakwirengagiza ibyakuvuzweho by'ibinyoma. Niwewe uzi ukuri hama na Mukama arabizi rero bihorere ukuri kwawe abe ariko uha agaciro ibindi uvyihorere. Happy Boy from Rwanda 🇷🇼

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official หลายเดือนก่อน

    Yoooh pole sana mamy😢

  • @arianeisangwe5557
    @arianeisangwe5557 หลายเดือนก่อน +2

    None ndafise ikibazo?urijijwe nuko bakuvuze canke wababajwe nivyo bibondo vyahohotewe?hoho bagushizemwo nimba arivyo nimba atarivyo Temoin numutima wawe n'Imana yawe why uza kwisigurira kuri camera?hoho ukiziki?

  • @kadino_jc
    @kadino_jc 26 วันที่ผ่านมา

    Creta sindakuzi ariko courrage abo nabantu bashaka kuguca intege kugira ntukomeze inzira watanguye kuko ndazi umwe mûri barya abagenzi biwe bashatse kubikora umwana wanje sha sabantu ntusubire kurira mwana igihe umutima ataco ukwagiriza yezu murikumwe abo bagabo nibivume Mana mbabarira kubacira urubanza

  • @user-iq9is2ww4f
    @user-iq9is2ww4f หลายเดือนก่อน

    Courage madame ahubwo bashobora kuba ari abadashaka ko ivyabo bija hanje

  • @bsninja3889
    @bsninja3889 หลายเดือนก่อน

    Yooo pôlé sana Gretta. Birababaje kweli. Isi igeze ahantu, ariko ukora ikibi ukagisanga imbere. Le contraire aussi.
    Courage.
    Bien à vous 2
    Sandra depuis la Suisse

  • @user-bq7vx2hb7g
    @user-bq7vx2hb7g หลายเดือนก่อน

    Yooooo mu chch abo n'abagomba kukwononera réputation yawe niwihangane mukunzi turakwishimiye

  • @sandrakaneza539
    @sandrakaneza539 หลายเดือนก่อน

    Gretta mpol nukuri ariko iyo compte leta irakwiy kuyihagurukira

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 หลายเดือนก่อน

    Jewe nunva ikikiganiro ntariko ndagitahura neza basha mumbabarir

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e หลายเดือนก่อน

    Yooo pore sana gretta

  • @komeratv8837
    @komeratv8837 หลายเดือนก่อน

    Mpore sha!

  • @user-nr5rx5ow5i
    @user-nr5rx5ow5i หลายเดือนก่อน

    Aho rero ingorane ziratanguy nukuri

  • @yvesbikorimana6838
    @yvesbikorimana6838 28 วันที่ผ่านมา

    Uwumva yarabeshewe yihangane kwisigura kubantu biragoye kubintu biba biciy kur reseaux sociaux, bamwe baravyemera abandi bakabihakana kdi bose baba bafise igice c;ukuri arik ukuri kuzuye gufis abavuzw; nakunze amajambo mwaherejeko ; isi tugezemwo kwijajara mubifate nkicaha

  • @ClaudetteNzeyimana
    @ClaudetteNzeyimana หลายเดือนก่อน

    Yooo mpore mpore ma Cherie

  • @user-li4zv7pf6l
    @user-li4zv7pf6l 26 วันที่ผ่านมา

    Gretta mpore ihangane reka kwereka abo bantu ko bashitse kuntumbero yabo

  • @yvettenzeyimana9548
    @yvettenzeyimana9548 หลายเดือนก่อน

    Pole sana Gretta❤

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 29 วันที่ผ่านมา

    Pol sana ,ba amahoro

  • @ifkarangaofficial644
    @ifkarangaofficial644 หลายเดือนก่อน

    None se sivyo nigute umwana wumukobwa aja muri boite mwijoro hama ngo bamufash kunguvu reka ububesh

  • @KaribwamiBlandine
    @KaribwamiBlandine 27 วันที่ผ่านมา

    Mpore Gr ntucike intege kandi ukomeze urugendo