ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abantu nkaba nibake cyane mwisi gusa nkukwimana yamye ukunda abarundi annonce yongeye kuduha ikintu gikomeye cyane nka Fabrice imana ikurinde amashetani muntu wacu❤❤❤
Iman irongore uyumugamb ishirekur umwashi w burundi ❤fabrice imanikuzigame ❤
We are with you brother
Umutama wacu umukama akudukomereze CNE kk❤❤❤
Our prayers are with @Fabrice @ubakanation and all those supporting this amazing job they do in our Mother Land Burundi. It's time to put aside our difference and build our Nation, the upcoming Dubai of Africa🔥💯❤💥
This guy is a genius wallaaaaiiiii,
🎉🎉🎉cuminkamwe isiyosiyoca ihinduka🎉🎉❤❤
Waoooo mbega ngo turakira shaaa
Muduhe numero twinjire dutanga imitahe
Patriot ❤️🇧🇮
Nimuduhenimero
Congratulations
Asha nari mu kuyajana muri AIM Global arikondahinduye ndayajanye muri Buja city plaza
Non nkabarinyuma nigihugu tubigenze gute mukwinjira mwico kigega
Numero zama compte zitwandikire muri commentaires
22:18 😂😂😂 uyo ni SK😂😂 ngo aba cameraman twaragowee😂😂😂😂
😂😂ahanisawa ee nisawa
Uwu muntu araciy ubwenge kweli
Turakwemera mutama
Aho abarundi Bazoca bamwica hing uzoraba ico nosaba leta nuko fabrice bomuha abamucunga mukumukingira ubuzima bwiwe kuko uwo arakunda igihugu peee
Ego ntubeshe imana yonyene niyo izo muzigama kuk nabonye abantu ataribeza
Ayo nagomba njane mur Alience Motion In Global noyqshira ngaho
Turagukunda❤
Ash we uri kazoza kugihugu kbs
Wubahwe twe tukuru inyuma ,on my side I can't wait
Turiho komera canee
BURUNDI DUBAI OF AFRICA BURUNDI DUKENEYE ABABOYI KUBWISHI BATURUTSE MURWANDA NA UGANDA KUBWISHI UBURUNDI DUBAI OF AFRICA
😂😂😂😂
Hhh ntabazungu bobo ukeney?
@niyonkurusalim2186 cane cane abarabu baze tubakoreshe bumirwe😂😂😂😂❤
Umuremyi adushigikire
Nta Bamenya kuko twabonye benshi vyahitanye mu gihe ca heze !
Terimbere mutama.turakwemera.
103 dollars ni imitahe ingahe canke équivalence yayo ni angahe mu marundi ?
Mudushiremwo
🇸🇦🇧🇮
Mbe ibijanye nimitahe ntakuntu abari mur gouvernement bobakuramwo mubazotanga imitahe si non ndabona imitahe izoba iyabantu bamwebamwe ndavuga nkigira.Mbe abanyamitahe bazoshigwa ahabona nimyidondoro yabo ntidusange arigice kimwe cabantu???????????
Wewe ntiwatahuye neza Nawe uremerewe kuyishiramwa.
Komera Fabrice, Uburundi bwaripfuje aba visionnaires nkawe,,hoboneka abandi 100 nkawe Uburundi bwoba umutima w'Africa mungiro atari mururirimbo
Bobo rugurika gezaho imigambi yaw mibi yokurya umuhimu fabrice
Bobo rugurika gezaho kurya umutima fabrice
Abantu nkaba nibake cyane mwisi gusa nkukwimana yamye ukunda abarundi annonce yongeye kuduha ikintu gikomeye cyane nka Fabrice imana ikurinde amashetani muntu wacu❤❤❤
Iman irongore uyumugamb ishirekur umwashi w burundi ❤fabrice imanikuzigame ❤
We are with you brother
Umutama wacu umukama akudukomereze CNE kk❤❤❤
Our prayers are with @Fabrice @ubakanation and all those supporting this amazing job they do in our Mother Land Burundi. It's time to put aside our difference and build our Nation, the upcoming Dubai of Africa🔥💯❤💥
This guy is a genius wallaaaaiiiii,
🎉🎉🎉cuminkamwe isiyosiyoca ihinduka🎉🎉❤❤
Waoooo mbega ngo turakira shaaa
Muduhe numero twinjire dutanga imitahe
Patriot ❤️🇧🇮
Nimuduhenimero
Congratulations
Asha nari mu kuyajana muri AIM Global arikondahinduye ndayajanye muri Buja city plaza
Non nkabarinyuma nigihugu tubigenze gute mukwinjira mwico kigega
Numero zama compte zitwandikire muri commentaires
22:18 😂😂😂 uyo ni SK😂😂 ngo aba cameraman twaragowee😂😂😂😂
😂😂ahanisawa ee nisawa
Uwu muntu araciy ubwenge kweli
Turakwemera mutama
Aho abarundi Bazoca bamwica hing uzoraba ico nosaba leta nuko fabrice bomuha abamucunga mukumukingira ubuzima bwiwe kuko uwo arakunda igihugu peee
Ego ntubeshe imana yonyene niyo izo muzigama kuk nabonye abantu ataribeza
Ayo nagomba njane mur Alience Motion In Global noyqshira ngaho
Turagukunda❤
Ash we uri kazoza kugihugu kbs
Wubahwe twe tukuru inyuma ,on my side I can't wait
Turiho komera canee
BURUNDI DUBAI OF AFRICA BURUNDI DUKENEYE ABABOYI KUBWISHI BATURUTSE MURWANDA NA UGANDA KUBWISHI UBURUNDI DUBAI OF AFRICA
😂😂😂😂
Hhh ntabazungu bobo ukeney?
@niyonkurusalim2186 cane cane abarabu baze tubakoreshe bumirwe😂😂😂😂❤
Umuremyi adushigikire
Nta Bamenya kuko twabonye benshi vyahitanye mu gihe ca heze !
Terimbere mutama.turakwemera.
103 dollars ni imitahe ingahe canke équivalence yayo ni angahe mu marundi ?
Mudushiremwo
🇸🇦🇧🇮
Mbe ibijanye nimitahe ntakuntu abari mur gouvernement bobakuramwo mubazotanga imitahe si non ndabona imitahe izoba iyabantu bamwebamwe ndavuga nkigira.
Mbe abanyamitahe bazoshigwa ahabona nimyidondoro yabo ntidusange arigice kimwe cabantu???????????