Leta niyo yategerezwa kwubaka le marché central kuko ni ikintu cunguka gusa. Nicolas kimwe na commerce y igitoro . Hari igitoro kitungukiye Leta?Ivyo bagira bakore c'est privatiser les intérêts alors que les investissements sociaux seront à la charge de l état qui s'est privé des intérêts. Pourquoi il ne parle pas de blanchiment de l argent sale? Est-ce que tout capital est le bienvenu ?
Komera mon frère Fabrice,ntucike intege kumburakimazi zivuga ivyo zishakiye,ataco bafasha uburundi nabarundi,wewe bandanya ibikorwa vyiza watanguye,Yezu akurinde mumpande zose.
❤❤
Nisawa ndi umunyarwanda shaka gushiramo amafaranga kndi naho ndi umunyarwanda navukiye mu burundi
Mwiriwe neza?umugambi ni mwiza cane kabisa Uhoraho ahezagire cane ivyiyumviro vyiyo ntwari,ese ko nanje ndavyumvise nkanezerwa nogura umutahe gute?ese umutahe umwe ugurwa angahe mu marundi?
Fabrice. Jewe ntabeshe canke ngo nce hirya nohino urincabwenge peee. Mbe mwabarundi mwe uyumu jeune mumubona gute??
Fabrice turagukeneye utuke ukora live conversation.tuzane iyo mitahe dufise ibibazo vyinshi.
Rindira mu myaka mike mwumve abarira ngo imitahe yabo yahezeyo, umujama nawe yiwubiriye Australia😅😅😅
Harico utasiguye umutahe wa $103 uzokwunguka angahe kukwezi canke kumwaka?
Ndagukuda cane
nipfuza kurungika idorare 103$ kugira ngure umutahe
Najewe. Nigute tubikora none?
@@georgesoundsnanje sinsigara ndipfuza kugura umutahe nibatubwire neza uko bizokorwa
Komerezaho turagushigikiye
Ingozi uzoze kudusigurira twigurire imitahe
imigambi ya Fabrice nimwiza ariko twifuza kwategura conference ihuza abantu beshi mubibabza bitandukanye turonke akaryo kokumubaza ibibazo tumubona
Niyo NICKEL OR niwe butare dufise IMANA ikuzigame gusa natwe tukurinyuma kabisa
Komera twaridukeney abantunkaw nanj nashakakubaz abari saudia barimw natwe tuzotang iyomitah🇧🇮🇸🇦
komera
Komera mutama uburundi bukeney kwubakwa kndi bube igihugu gitunze
Nigute capitale yanje yoba iyo muma dollar hama inyungu ikaba mumarundi ?? 😢😢
Nimushira abona les conditions de participation.
Écris son numéro svp
Ebana nimudufashe mutwereke ukobikogwa mukugura umutahe mugihe utarimugihugu mubitwrreke mukoresheje video kuko harabantu bashaka kugurumutahe ariko batarimwobaratahuraneza ukuntubobigenza nimutange akarorero mukoresheje video ukobikogwa birazagufashabeshi bavyifuza kukomumvugo biraducanga ntitubitegeraneza
Twari dukeneye Incabwenge muburundi nka Fabrice wubahwe uwutovyumva azobari murizanyakaburundi kuko turihamwe birashoboka
Ni ikintu ciza cane. Ariko twagira dusabe ko BRB canke Marché Financier botanga ikiganiro kugira nabo badusigurire ingene umwenegihugu azoba akingiwe.
Leta niyo yategerezwa kwubaka le marché central kuko ni ikintu cunguka gusa. Nicolas kimwe na commerce y igitoro . Hari igitoro kitungukiye Leta?Ivyo bagira bakore c'est privatiser les intérêts alors que les investissements sociaux seront à la charge de l état qui s'est privé des intérêts. Pourquoi il ne parle pas de blanchiment de l argent sale? Est-ce que tout capital est le bienvenu ?
Nico kimwe
Dashigikiye
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌🏻🙌🏻🙌🏻🫡
Uwumvise neza iyo e-mail amfashe ayandike muri commentaire
Mwoduhinyish twiyandikish
None umuntu yiyandikisha gt
Barundi nimushyigikire président Neva kuko tubona afitiye u Burundi vision nziza, njye nda mukunda ndi Rda.