Ce jeune Burundais me séduit vraiment. Sa méthode de levée de fonds était mon rêve que j’avais même publiée par écrit en 2017 en parlant des grands projets de développement du Burundi. J’espère collaborer avec lui dans un futur proche. Que le Seigneur Dieu bénisse le Burundi et élève ceux qui le bénissent.
Harakenewe kumenya ko mu vyo BRB yashinzwe harimwo kubikira amafaranga ama sociétés yigenga. Muzosanga hakenewe ko itegeko ryashize BRB risubirwamwo. Mu gihe BRB tu I ko ari caisse ya reta birateye impungenge mu gihe yokwongerako kubika ama comptes ya sociétés ( entreprises) zitwa ko zigenga.
Iki ciyumviro ca Fabrice ni ingirakamaro cane. Kko bigenze uko mu ma secteur yose y'igihugu uburundi bwotera imbera kuri rimwe gusa kandi bikozwe n'abarumdi
Viva africa Viva Burundi from Burundi Lives 🇧🇮🇧🇮💪💪💪👏👏👏❤❤❤❤in cape Town
Very clever 💪💪💪💪 with brains, commitment and sacrifice we can build our country🇧🇮
Ce jeune Burundais me séduit vraiment. Sa méthode de levée de fonds était mon rêve que j’avais même publiée par écrit en 2017 en parlant des grands projets de développement du Burundi. J’espère collaborer avec lui dans un futur proche. Que le Seigneur Dieu bénisse le Burundi et élève ceux qui le bénissent.
Rambaaaaaa🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Keep it!!! Proud of you!!
Umukama abane namwe knd mbipfuriza umuvuduko utarimwo akajagar
Very nice ❤❤❤❤❤
Very good bro. Your vision is so wonderfully. We have to join no doute.
Nanje mubiyandikisha ndimwo. Ariko hariho ibitaratomora neza.
I’d dreamed of a more ambitious shape of the market and another name. But it is ok, God is on control.
Neza turikumwe nawe musaza 🇧🇮👍🏽👍🏽🔥
Komera cane
Ter intambwe twese hamw twubak uburundi bwacu burushirizeho gukayangana
Fabrice ukora ibihambaye
Oh Yes
Mumfashe mumpe izo nimero za bancobu
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Harakenewe kumenya ko mu vyo BRB yashinzwe harimwo kubikira amafaranga ama sociétés yigenga.
Muzosanga hakenewe ko itegeko ryashize BRB risubirwamwo.
Mu gihe BRB tu I ko ari caisse ya reta birateye impungenge mu gihe yokwongerako kubika ama comptes ya sociétés ( entreprises) zitwa ko zigenga.
Ayo mafaranga mushaka kubitsa BRB bizorangira mutangaye
Natwebwe turi kurima itabi Ikigoma TZ muratubariza ko turimwo
Muzodushiremwo abadiasipor basaudia 🤣🤣 turimwo? Natwe turakeneye kotwubaka isoko yacu muduhinyishu😁😁🇧🇮❤
None kuvuga utwenga erega natwe turimwo❤🎉
@@DianaCiza-zc7or nitwenze sher kukonzi umenga ntituzwi niyompanvu natwenze
Nibatubwire uburyobigenda twiyaranje
Kuvuga ko umuntu azoshira amafaranga muri ico kigega azoba aguze bons du trésor bisigura ko uwo mugambi wa Fabrice ugiye gufasha BRB kuronka trésorerie ata handi yova . Ikibazo n’ukumenya ko bons du trésor zirunguka gusumba urundi rudandazwa?
Ico kigega ku bwanje coja muri banque yigenga hanyuma BRB ikagira supervision nk’uko igira ku yandi ma microfinances.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ 0:28
Iki ciyumviro ca Fabrice ni ingirakamaro cane. Kko bigenze uko mu ma secteur yose y'igihugu uburundi bwotera imbera kuri rimwe gusa kandi bikozwe n'abarumdi
Ivyiyumviro vyuko twese twoshiramwo imitahe ndabishimye ariko ndafise akabazo:
kugira uwashizeyo umutahe amenyeko nihagera gusarura azobarimwo, ntamasezerano tuzokorana namwe bene isoko? twopfa gushirako amahera kumakonti?
Aaron nlz 6/9/2024
Turasavye udusohorere video yiyo SOKO zigaragara neza tuyirabe ashusho yayo ukuntu iryoheye ijisho
Ari number waduhay tura kwadikira ntutwishura
Iyo soko ikijengwa kama inavyo onekana hapo, mjee mnipige satches za mavi mwili mzima
😂😂😂.
Abatarabarundi,ntimubakira!?
Muratubariza fabruse ko abasaudia twojamwo kuko natwe turakunda igihugu cacu cu🇧🇮❤ ariko mutuzanire igitoro nagasukari kuko turarenvye nukugenda ville tugwana kumabisi hama tuzoyubakatu kandi nziza cane muzoduhe akanimero nimwatangura ariko mwotubariza fabruse ko abakozi bomubarabu twojamwo natwe muzoduhe inyishu🙋♂️🙋♂️
Buri muntu wese ahari kwisi arekuriwe my sister
@@HabaAugustin-fs2sd tuzobimenya ko vyatanguye gute? Ariko fabruse ntatubwira umutahe wogushiramwo ntanubwo tuzobimenya kwel kuko turashaka natwe ko iryasoko yokubakwa nukuri
Muzosabe mutangurire kugitoro nisukari bizokworosha izindi activités.