ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wow abansi buburundi bagiye kwibonerako kuberako haragez ko igihugu cacu kigera kure kandi ivyo birashoboka twebwe urwaruka duhaguruste rero mukubishikako bisaba ko dutera intege abariko baritanga mukuduserukira Mkombozi akaba aradutanguriye❤guys please tumutore nkurwaruka natwe turashoboye kuko umutima wubu patriote arawufise vrt courage brother man ❤❤❤❤
Ifi irazi kogaMugabo iyo iri kwipaveWomengo ntizi kogaAriko uyishize mumazi iragukorera ibitangazaHasta lavictoria siemple💪💪💪💪💪💪
Abakiri bato mwese muhaguruke dutore Mukombozi
Mukombozi akomere Ku ma inspirations yiwe.
Ndaronse "le pourquoi "nzoja gutora vraiment !. God bless you
Courage Bwana Mkombozi uzoharanira ivyo waririmba ko bigenda nezaTuri kumwe ngaha Malawi 🇲🇼 🇲🇼
Hongela sana kijana Thomas kwa hatuwa hiyo. Funguwa mlango kwa vijana wenzako.. Big up and wish you all the best
Iyaba abahanzi Bose batekereza nkawe, iyi si Yacu yoca ihinduka paradise ❤❤❤ MKOMBOZI respect to you ❤
Abiyemera ko bazotora NZEYIMANA THOMAS muri he??👍
Turahar
Kuzomutor
Shaaaa nukuri nanje injwi noriguha Mukombozi. Izina niryo muntu ngenda ukombore babashingamateKa bicara muntebe ikigobe batazi ico baserukira
😢 Imana igukomeze mukombozi nukuri ahoturi hose tuzogutora 100%
Mkombozi Turamutora kbx Makamba kugihe ❤
Shigikira mkombozi Nzeyimana
Amahirwe masa Mukombozi Imana igucirinzira
Mkombozi 🙌🙌🙏🙏
Mkombozi respect kbx tuzogutora twaratse🤣👍
Mkombozi no mumuziki wari umushingamateka Kuko wavugiye benshi biciye mundirimbo.rero tuzogutora 💯/💯
Turagu❤❤❤ caane mkomboz nahotur mumahang
Courage Thomas
Gukoresha Umushinga Mateka Ikiganiro ci Sahaa yose Ahagaze Come on Bro
Ntakosa ririmwo kuk kuba umushingamateka sukwicara knd ntanamugaye arakomeye
Abajeune mwese muze duhaguruke dutore mkombozi.hejuru cane mkombozi tukirinyuma
Mukombozi turagushigikiye.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Komera mukombozi🎉🎉🎉🎉🎉
Courage Thomas urwaruka tukuri inyuma gusa urwaruka batugabanize imyaka itwemerera kwitoza kuko imyaka abasaza bashizeho ni iyishira kure urwaruka ikorohereza abasaza
Tuzomutora arikosinzi koyoba umuyobozi mwiza😂😂😂😂😂
Ndagushigikiye
Nzogutora nzeyimana
Nzeyimana thomas aliasi mukombozi abajene turagutora cane kwl asha ndiko numviriza nindirimbo zawe
Vyiza cane nukumutora mukombozi ❤❤❤❤❤
Wow mkombozi ❤❤
Tura gushigikiye brother ❤❤❤
Respect Bro Karibu Province Burunga Commune Nyanza-lac
Ndagushigikiye muvandi ndakwemera
mukombozi arashoye
❤From Makamba
Komera hasta wew ntucarimukomboz . Ubu uri president. 100/100
Mkombozi vyank bikund tuzogutora kuko n' amajambo uvuga nayintumbero kandi arimwo impanuro kuko intebe yabashingamateka
Imana igishoboze❤❤❤❤❤
Bonne chance hasta la vista
Waouh turagutora ntakabuza,❤❤
Niyitoz tuzomutora aserukir abanyemant birakenew ❤❤❤
Mkombozi ninde aguhenz shaaa kumb niww rima itomate Cank ubandany uririmba
Vyose bibera igihe cavyo
Mkombozi turikumwe❤❤🎉🎉🎉🎉
Thomas nzeyimana ubahwa❤❤❤
Nnn ko mwese muvuga ngo muzomutora muzomutora kubera ari mukombozi canke kubera yoshobora kuduserukira twese muna kiriya nkuru yigihugu bemanso dutore abantu bazimaMokombozi MP 2025 you 've got my vote
Cool
Urugendo rwiza mukombozi.nkwifurije kuzorusoza neza kandi ku MANA vyose birashoboka.
Mbaye mumbaye nkuyotoye brow, big up sana brow
Mama nzeyimana Toma ,jako turakwizeye
Mukombozi.najew.nomutora.nuko.ndimubihugu.vyabarabu..❤❤
Wakwetu makamba🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tuzogutora musazaa
Tuzomutora vyanka vyakunda🎉🎉🎉
Tuzogitora ❤❤❤
Tuko pamoja jeshi
Nukugutora❤❤❤❤❤
Mukombzi 🎉❤❤❤ Komera 🇨🇦
Uragowe ABA dede. Baraguhitana
Mukombozi hejuru cne
Wowe nubwowakwitoza kuba. President twagutora
Nzoguterera amafaranga
Karibumuko bu mukommbozi
Komer
Mukombozi kungene yitwara nneza bamwemereye kwitoza nyakubahwa akavyemeza ntamvu izotuma atapasa mubashingamateka
Mukombozi komera tukurinyuma
Komera mutama 🤝🌺👍🙏🎉
Ndabakunda cane abarundi biwacu
Courage uzozifate neza
Amajwi tuzoyaguhunda nzeyimana Thomas a k a mkombozi gushika yaho azoba amateka muburundi ibihe vyose
Uravuga kuri mukombozi, komera abavyeyi turagushikiye cane.
Atabutungane ntaho tuzoshika,komera komera
Iciyumviro ciza Kbsa❤❤❤❤
ndaguhaye ijwi mukombozi ! baryandike! ube umushingamateka
Tuzohutora tu
Tuzogutora
Uwo Mutipe 😅😅😅😅😅
Hoboneka. Atanu. Nkamukombozi. Muburundi. Bwoheramwizara. Nibindibibazobibabaje. Kubenegihugubatobatonkatwe. Imanimujimbere🧘🏽♀️🤲🙏🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😇😇
This man will do great 🙌 he has suffered so much for this country.
Komera kijana urwaruka tukurinyuma🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
Ndimubuhungiro ariko turagushigikiye tukuri nyuma
Ndakumvirije ndarize vrm ndaryohewe nukuri nivyiyumviro vyawe turagushigikiye je Iktererano notanga nuko urwaruka goose ahoruva rukagera tuzotore mukombozi kuko afite ivyiyumviro birashe
Nibatore aboba jeune nyene barya basaza bagende hariya baraga...
None uzokwitoreza muntara yahe??Dushaka kumenya iyotuzogutorera kuko ijwi Ryanje urarifise Hasta❤
Nibaguto❤❤❤
Komera cane tuzogutora
Komera mn nucike intege
Kandi guca urubanza isunge itegeko mugihe rihari.mureke kuryanisha abantu.
Uvuganeza nukuri bazogutore
Aho turikumwe
Baragiz' Umwana hene umwanya wokwiga 🤔
Congratulations bro
Hhhhh Man ugatorwa ,ntuzobe nkabandi
✌️✌️
Mukombozi ndagushigikiye mwana kuko uravugira urwaruka, nabanyagihugu genda witoze
Songambere
Ndumuhombe kuba ntari hafi ntanagizeamahirwe yokuzotora iyontwari uburundi bwibarutse
Shaa jewe nzomutora caane
Nzogutora mugenzi
Nimumutore arakwiye icokibanza
Ndio
Mkombozi tuzogutora
Wow abansi buburundi bagiye kwibonerako kuberako haragez ko igihugu cacu kigera kure kandi ivyo birashoboka twebwe urwaruka duhaguruste rero mukubishikako bisaba ko dutera intege abariko baritanga mukuduserukira Mkombozi akaba aradutanguriye❤guys please tumutore nkurwaruka natwe turashoboye kuko umutima wubu patriote arawufise vrt courage brother man ❤❤❤❤
Ifi irazi koga
Mugabo iyo iri kwipave
Womengo ntizi koga
Ariko uyishize mumazi iragukorera ibitangaza
Hasta lavictoria siemple💪💪💪💪💪💪
Abakiri bato mwese muhaguruke dutore Mukombozi
Mukombozi akomere Ku ma inspirations yiwe.
Ndaronse "le pourquoi "nzoja gutora vraiment !. God bless you
Courage Bwana Mkombozi uzoharanira ivyo waririmba ko bigenda neza
Turi kumwe ngaha Malawi 🇲🇼 🇲🇼
Hongela sana kijana Thomas kwa hatuwa hiyo. Funguwa mlango kwa vijana wenzako.. Big up and wish you all the best
Iyaba abahanzi Bose batekereza nkawe, iyi si Yacu yoca ihinduka paradise ❤❤❤ MKOMBOZI respect to you ❤
Abiyemera ko bazotora NZEYIMANA THOMAS muri he??👍
Turahar
Kuzomutor
Shaaaa nukuri nanje injwi noriguha Mukombozi. Izina niryo muntu ngenda ukombore babashingamateKa bicara muntebe ikigobe batazi ico baserukira
😢 Imana igukomeze mukombozi nukuri ahoturi hose tuzogutora 100%
Mkombozi Turamutora kbx Makamba kugihe ❤
Shigikira mkombozi Nzeyimana
Amahirwe masa Mukombozi Imana igucirinzira
Mkombozi 🙌🙌🙏🙏
Mkombozi respect kbx tuzogutora twaratse🤣👍
Mkombozi no mumuziki wari umushingamateka Kuko wavugiye benshi biciye mundirimbo.rero tuzogutora 💯/💯
Turagu❤❤❤ caane mkomboz nahotur mumahang
Courage Thomas
Gukoresha Umushinga Mateka Ikiganiro ci Sahaa yose Ahagaze Come on Bro
Ntakosa ririmwo kuk kuba umushingamateka sukwicara knd ntanamugaye arakomeye
Abajeune mwese muze duhaguruke dutore mkombozi.hejuru cane mkombozi tukirinyuma
Mukombozi turagushigikiye.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Komera mukombozi🎉🎉🎉🎉🎉
Courage Thomas urwaruka tukuri inyuma gusa urwaruka batugabanize imyaka itwemerera kwitoza kuko imyaka abasaza bashizeho ni iyishira kure urwaruka ikorohereza abasaza
Tuzomutora arikosinzi koyoba umuyobozi mwiza😂😂😂😂😂
Ndagushigikiye
Nzogutora nzeyimana
Nzeyimana thomas aliasi mukombozi abajene turagutora cane kwl asha ndiko numviriza nindirimbo zawe
Vyiza cane nukumutora mukombozi ❤❤❤❤❤
Wow mkombozi ❤❤
Tura gushigikiye brother ❤❤❤
Respect Bro Karibu Province Burunga Commune Nyanza-lac
Ndagushigikiye muvandi ndakwemera
mukombozi arashoye
❤From Makamba
Komera hasta wew ntucarimukomboz . Ubu uri president. 100/100
Mkombozi vyank bikund tuzogutora kuko n' amajambo uvuga nayintumbero kandi arimwo impanuro kuko intebe yabashingamateka
Imana igishoboze❤❤❤❤❤
Bonne chance hasta la vista
Waouh turagutora ntakabuza,❤❤
Niyitoz tuzomutora aserukir abanyemant birakenew ❤❤❤
Mkombozi ninde aguhenz shaaa kumb niww rima itomate Cank ubandany uririmba
Vyose bibera igihe cavyo
Mkombozi turikumwe❤❤🎉🎉🎉🎉
Thomas nzeyimana ubahwa❤❤❤
Nnn ko mwese muvuga ngo muzomutora muzomutora kubera ari mukombozi canke kubera yoshobora kuduserukira twese muna kiriya nkuru yigihugu bemanso dutore abantu bazima
Mokombozi MP 2025 you 've got my vote