Gabriel Rufyiri |Aba diaspora iyi niyo ndwara agiye kubavura | Inzu y'igitangaza igiye kwubakwa

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 1 ก.พ. 2025

ความคิดเห็น • 155

  • @Nathan44Nathan75-ti7we
    @Nathan44Nathan75-ti7we 4 หลายเดือนก่อน +10

    Pour la première fois Rufyiri ndamushimiye cane vraiment !!!turanyotewe cane kubona abarundi turumwe dufatanye munda!!!

  • @Isa3th
    @Isa3th 4 หลายเดือนก่อน +9

    Coup de chapeau Mr RUFYIRI bubaye ubwambere uvuze imigambi 🙏🙏🙏 ndagukunze ukomereze ngaho mutama IMANA imbere igihugu tuzokiduza vyanka vyakunda Burundi hejuru💪💪💪💪.

    • @israelntaganzwa5749
      @israelntaganzwa5749 2 หลายเดือนก่อน

      Information zo kwiyandikisha zinboneka hehe??

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 4 หลายเดือนก่อน +15

    Merci Rufyiri. Ivyo vya fanatisme y,imigambwe mbere n,amoko turifuza ko Diaspora itobijamwo. Biraducafuza mu Burundi.

    • @Surprises3558
      @Surprises3558 4 หลายเดือนก่อน +1

      Nta bwoko buba mumahanga mu barundi sinzi iyuba.
      Imigambwe yonyene niyo bafise

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 4 หลายเดือนก่อน

      ​@@Surprises3558abari mu makungu beshi barafise amacacubili.
      Babonye liberté de montrer qui ils sont au vrai. Surtout que pas mal sont des familles, les enfants tombent ds le piège des parents alors que les temps sont révolus.
      C'est au gouvernement burundais de créer un environnement de retour sécurisé, rassurant, toute la bureaucratie doit être digitalisée , .
      Avec des structures modernes ( infrastructures en routes, en communication, internet rapide..) une Police nationale très bien entraînée, bien équipée, avec l'uniforme propre, les véhicules d'intervation rapide partout au Burundi.
      TANT QUE LE BURUNDI N'AURA PAS UNE CARTE D'IDENTITÉ NATIONALE BIOMÉTRIQUE, RIEN NE SE FERA AVEC DU PROFESSIONNALISME.
      VIVE LE BURUNDI ET LE MURUNDI 💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 4 หลายเดือนก่อน

      @@Surprises3558 💩💩💩💩💩😂😂😂😂😂.

    • @Surprises3558
      @Surprises3558 4 หลายเดือนก่อน

      @@KennoKanse nivyo erega kuko anje niyondi ndabibona da

  • @ButoyiEzechiel-k6s
    @ButoyiEzechiel-k6s 2 หลายเดือนก่อน

    Mushingantahe
    Gabriel Rufyiri❤
    N'ukuri kw'lmana mwubahwe cane.
    Mufita vision nziza cane

  • @ClaireInamahoro
    @ClaireInamahoro 4 หลายเดือนก่อน +4

    Twese turashimye akigoro ko korohereza aba diaspora. Mwarakoze cane.

  • @blaisemunezero5887
    @blaisemunezero5887 4 หลายเดือนก่อน +9

    Ukuri guca muziko ntigusha. Iyo bija hose igihugu nimpetso yabarundi Bose. Turengere ivyodutanya twubake igihugu cacu. Indwara imaz kugaragara numuti uba wabonetse. Umuryango wubakwa nabenewo. Votre satisfaction sera notre fierté. Iyo yari devise ya Rwagasore. Tubifurije inzego za diaspora ndundi idasinzira kandi iri kukivi.

  • @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
    @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy 4 หลายเดือนก่อน +4

    Intambwe yambere kuri Rufyiri kwumva avuga uburyo igihugu coterimbere akagirako avuga ico ariko arakora. Ndabona atakiri muri bimwe vyo kunegura mu majambo. Ndatangay cane kbx. Ese n'abandi boza baravugisha ibikorwa 🙏🙏🙏 Urazi kuntu bibabaj kunegura ataco wew uriko urafasha kugir ibintu bigend neza

  • @B-Y-N
    @B-Y-N 4 หลายเดือนก่อน +2

    Mukomere twubake igihugu cacu From Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 4 หลายเดือนก่อน +3

    Nukuri ndagukunda ❤ndanagushigikiye

  • @SalvatorAdamu
    @SalvatorAdamu 4 หลายเดือนก่อน

    Sha Rufyi! Ndakwemeye uvuze ijambo ryinkoramutima .

  • @victoirehagerimana6079
    @victoirehagerimana6079 4 หลายเดือนก่อน +1

    Bien dit Mr Rufyiri😊

  • @AmosNshimirimana-u1s
    @AmosNshimirimana-u1s 4 หลายเดือนก่อน +3

    Mwebwe ni muduhe umurongo tuyacishako twiteguye gukora. We love Burundi our country dushaka kwitahira.

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 4 หลายเดือนก่อน +5

    Aho birahumuriza KO atavyimigambwe ck amadini birimwo.
    Kuko imbuto y amacakubiri abarundi bafise niyo yatuma tudatera imbere.
    Abarundi turi mu mahanga tuje hamwe pour le bien de notre pays

  • @CedricIshimwe-g6n
    @CedricIshimwe-g6n 4 หลายเดือนก่อน

    Rufyiri love you so much

  • @leonardbanyanka8469
    @leonardbanyanka8469 4 หลายเดือนก่อน +1

    Bien dit Rufyiri

  • @Pontien-dy7lr
    @Pontien-dy7lr 4 หลายเดือนก่อน

    Igihugu kizamaho mutama!!!urarivuze🙏🙏🙏🙏

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 4 หลายเดือนก่อน

    Bonne chance rufyiri

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 4 หลายเดือนก่อน +4

    Jewe wo mu rumonge none ngeze ibujumbura sinoba ndi umudiaspora😅😅😅😅😅.

  • @EricNiyongere-jz8sc
    @EricNiyongere-jz8sc 4 หลายเดือนก่อน

    urintwari isumba izindi sha rufyiriii

  • @MareKareuzo
    @MareKareuzo 4 หลายเดือนก่อน +1

    Niwivugire Murundi ntaribi ryawe. Hagowe abagutega amatwi bakajana nivy'iyumviro uriko urabashikiriza. Barundi barundikazi, nimwaba mushakwumva . Banza mubaze umu " Diaspora " w'umungaga wa Kira Hospital , ico afungiwe ? Mbega uwuzoza akora gusumba nki vyiwe yakoreye i Gihungu n' inde ? Nayo Rufyiri we nibamuhe igiti hama aheze avugane irya mu kanwa. Bariko baragurisha amatongo y'abarundi bomoye kuba Congolais hama ngo nimwe bazogera umutwe ? Reka turambe tubone . 😅

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n 4 หลายเดือนก่อน +3

    ndakwunva neza , imigambwe nanje narayizinutswe , ahubwo twitwe abarundi , imigambwe , amadini amoko ntagaciro bifise kuko ntubishira kwisahani ngo ufungure . igihugu ni igihugu ntaho bihuriye nibizina vyimigambwe, komera Rufyiri , usiguye neza caane

  • @emmanuelngendakumana3361
    @emmanuelngendakumana3361 4 หลายเดือนก่อน

    Ibikogwa bisumbe amajambo🤝

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Ndibakwiye

  • @NorbertGirukwishaka
    @NorbertGirukwishaka 4 หลายเดือนก่อน +1

    Urimwiza kwijambo kandi ntuzikurya umunwa, uwubabaye arinyingisha

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa Rufyiri

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Merci beaucoup monsieur Rufyiri..
    De ma part ndakunda kandi ndemeranya nawe ivyiyumviro vyinshi vyawe muri rusange ariko !
    Nawe uri AGENT DOUBLE ( IKIRIRAHABURI )

    • @UwinezaJaphet
      @UwinezaJaphet 4 หลายเดือนก่อน

      Reka kubesha avuka imatongo ndamuzi imvugo ijana ningiro benimvukira za matongo baratanze amakaye ibikoresho muburimyi ikindi ni nimvugakuri

    • @adolphentibasharira9719
      @adolphentibasharira9719 4 หลายเดือนก่อน

      Mushingantahe Rufyiri Gabriel. Ndazi KO watiwe izuba riva , uremera KO utazohemuka kw'ibanga ryo kuganira ineza yi gihugu c'Uburundi. Komera kw'ibanga MWe nano murikumwe, tuzobashigikira mu migambi yanyu

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 4 หลายเดือนก่อน

    Abadiaspora murabagwaye . Mutuveko mwa bisuma mwe vya Ndayishimiye ! Igihugu uvuga carazimanganye.😂😂😂😂

  • @IrankundaIsmaël-k1q
    @IrankundaIsmaël-k1q 4 หลายเดือนก่อน

    Nivyo. Nibigenge barek guhengamir kuruhand na rumwe atar uguharanir inyungu z abarundi bose

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 4 หลายเดือนก่อน

    Man of the Moment
    ✊🏾🎩

  • @yassinfaradja1863
    @yassinfaradja1863 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uvuz ukuri

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Mbe umurundi

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Ntiwari bwigere wumva ngo habuze électricité habuze isukari habuze amazi , habuze vyose ivyo vyose no muri ambargo twarabaho
    Ubu nyabuzima mu Burundi

  • @karangwarichard3205
    @karangwarichard3205 4 หลายเดือนก่อน

    Kabsa

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Ababamuburundi

  • @BenedictoShija
    @BenedictoShija 4 หลายเดือนก่อน

    Ndagukuriye Chapo urumugabo

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 4 หลายเดือนก่อน

    Uravuze ukuri vyose birahinduka.gikuru Ni ugufatana munda

  • @ButoyiEzechiel-k6s
    @ButoyiEzechiel-k6s 2 หลายเดือนก่อน

    Mwese muri kumwe birashoboka vrmt

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Buratumanako aho butunye ubona inkende nibitwe nibizuru 🙈🙈🙈

  • @CyprienNiyonkuru-x6j
    @CyprienNiyonkuru-x6j 4 หลายเดือนก่อน

    Abadiaspora barihanze badufashe badushakire visa kugira ngwimbono kazoza natwe tuze tuhagere dufise ayukubaka amazu apana kotuguma ngaha dushomereyee nkajew mbuze visa itick nayigurana😊

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Regardez le Rwanda, l' Israël Africain 😂😂😂
    La deuxième Suisse de la planète ❤❤❤
    Aho bicaye ubona Siège social de l' Eternel...👏👏👏👌👌👌

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 4 หลายเดือนก่อน +1

      Wapi harya mu Rwanda harasanzwe kubera hari population nyinshi ikiri mu buhungiro. Kandi uruvye uburundi aho buri buri ahantu heza geographiquement strateguque buri ku mazi ya tanngayika Amato, n Treni igiye kwubakwa izovyorosha gushika muri Tanzania.

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 4 หลายเดือนก่อน

    Ubundi ayomashetani NGO kumigambwe bibamarira iki ko kera abantu babana neza kandi qtamigambwe yariroho

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 4 หลายเดือนก่อน

    Uvuze neza cane murikumwe mwese birashoboka.

  • @Musagisagara
    @Musagisagara 4 หลายเดือนก่อน

    Kuki mutokora nka ubaka nation
    Tushiremwo imitahe tuzongarure amahera twasizemwo ndutage amahera muyubaka hama ice iba inyubaka yiwanyu iyaba twaterera bikaba ivyareta Asha aho ndoshikigira 💯 ariko biba ivyanyu wapi

  • @jacquesrurihafi1808
    @jacquesrurihafi1808 4 หลายเดือนก่อน

    Muzoduhe amategeko ya Diaspora ndundi kugirango amategeko tuyubahirize aba Diaspora

  • @KenAlif100
    @KenAlif100 4 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉😂😂

  • @Surprises3558
    @Surprises3558 4 หลายเดือนก่อน

    Ico nico kbsa .
    Abarundi bagumye mugihugu baracafuse ama pin bakwiye guhindura , bizobatesha umwanya

  • @AZ-qm3ww
    @AZ-qm3ww 4 หลายเดือนก่อน

    🎉na minispora ntimuyibagire😂😂😂😂

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Mwumvise ibisuma nkasoboja ? 😂😂😂
    Pas de route , pas d' autorité pas d' institutionnalisation, l' ex Burundi c'est la centrale des toilettes de l'Afrique..

  • @RichardBanda-go9xb
    @RichardBanda-go9xb 4 หลายเดือนก่อน +1

    Rufyiri hoongeraa hongeraa

  • @DieudonneNzambimana-fm4py
    @DieudonneNzambimana-fm4py 4 หลายเดือนก่อน

    Ndukwiye abagabo binyanka mugayo akunda ubururundi nkawe , Diaspora yahisemwo neza gufatanya na Rufyiri . Nanje binteye kwizera Diaspora . Turashaka igikogwa citeka gihuriweweko kubwurukundo gwigihugu catuvyaye mubudasa bwacu .

  • @ErenesteMbazumitima
    @ErenesteMbazumitima 4 หลายเดือนก่อน

    Ibisumavyongahiwacu birakaze muzototezwa cane babacanishemwo babakuremwo diyasibora nyakuri

  • @kwizeracedrick-p6u
    @kwizeracedrick-p6u 4 หลายเดือนก่อน

    🎉njewe.mba.merica.nitwa.niga.ngomba.ntahuke.rifyiri.wasap

  • @samueltwizerimana5890
    @samueltwizerimana5890 4 หลายเดือนก่อน

    Uvuze ukuri👲🙍‍♀️

  • @chimamandamosesoffice8109
    @chimamandamosesoffice8109 4 หลายเดือนก่อน +4

    NTAWAGIYE MUMAHANGA ADASHAKA UBUZIMA NO GUKORA. IWUTABISHAKA NTIYARIKQIRIGWA ARAJAYO .
    SO NIHABE JUSTICE YUKURI AND STOP IBITUTIRE. NIBIBAHO IVYO BIBIRI NTIMUZOKQORIGWA MURABABQIRA NGO NIMUZE. BAZOKWIZANA.

    • @chadrackroutine
      @chadrackroutine 4 หลายเดือนก่อน

      Oyaaah chimmandanda ingo utange akarorero nabandi bazoca bagukurikira

    • @UwinezaJaphet
      @UwinezaJaphet 4 หลายเดือนก่อน

      Urahevyee uremera urekugwanya Ababa diaspora

    • @Isa3th
      @Isa3th 4 หลายเดือนก่อน

      Mr chim uko biri kose uburundi buzotera imbere niyo mubihugu vyabandi murimwo sibose bahiriwe kuko simwijuru. Atabiturire nabarenganya abandi bitabaho rero mwotahana ayo madovise tukubaka igihugu ikiganiro wigeze kuvuga at ubugabo buzira ubwoba at mafu mafu

    • @Isa3th
      @Isa3th 4 หลายเดือนก่อน

      Urazi nkubu wompa nka deux cents doral nkagwiza umutahe Jew inyuma yamezi atanu noguhamagara ati mwana wa mama chimam ati aho wankuye sinzohibagir mpfany imigambi nkigihumbi nzamura mutama IMANA izokongera brother 🙏

  • @niyokwizeraoscar7479
    @niyokwizeraoscar7479 4 หลายเดือนก่อน

    Uvuganeza kwer igihugu nukucubaha nimpetso yatwese

  • @frateiratuzigama-lx1sj
    @frateiratuzigama-lx1sj 4 หลายเดือนก่อน

    Ni vyiza pe mbe izubakwa hehe

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂 je napfuye nogutwenga mjonye umuboyi anuka atigeze yoga kuv isi iremwa ngo assistant d' Université 😂😂😂😂😂

  • @Eric-tz4ck
    @Eric-tz4ck 4 หลายเดือนก่อน

    ulimvugakuli

  • @silidio
    @silidio 4 หลายเดือนก่อน

    Ikigikorwa ubwaco cariciza ariko ico abantu tudatahura nukuntu atamuco wukuntu bazokwegeranya ayomahera numutekano wayo nuko yazokwunguka.
    Badushikirije, ntawopfa gutanga amahera yiwe ngonuko ari diaspora gusa.

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Intwari

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 4 หลายเดือนก่อน

    Mu bisanzwe aba diaspora nizo ncabwenge zoshobora gukiza iki gihugu. Ariko kubera aho twegamiye, dukora ivy'umugambwe turimwo. N'imvugo ngo uwo mudahuza n'umwansi w'igihugu. Ariko ibarabara ryubatswe neza umwe wese aroroherwa.

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 4 หลายเดือนก่อน

      None umuntu iyo atashe ava mumahanga azokomeza kuba umu diaspora kugeza ryari ?
      Kuko abari mugihugu benshi barabaye aba diaspora !

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Kubamuruyo

  • @vincentnyandwi6939
    @vincentnyandwi6939 4 หลายเดือนก่อน

    Rufyiri ivyo uvuga n'ukuri.

  • @ntakisadock2239
    @ntakisadock2239 4 หลายเดือนก่อน

    Uyumusi rufyiri aravuze amajambo meza.
    Dushaka abavuga bakora apana abavuga gusa

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc 4 หลายเดือนก่อน

    Murabe cour d'appel mukaza bikubite agashi bareke ibiturire,bace imanza baravye amategeko. 2:41

  • @chadrackroutine
    @chadrackroutine 4 หลายเดือนก่อน

    Communaute y'uburundi iragwaye mugabo yohinduka ihereye kuva hejuzu munzego bizoba vyiza twokira kbx

  • @EgideNsabimana-o2d
    @EgideNsabimana-o2d 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ivyobintu nivyiza kuko igihugu giteye imbere nagateka kubarundi twese ariko iyo kigumye kiguma kumwanya wanyuma wubukene biradutera isoni tuba twihaye amenyo yabadutwenga icipfuzo kuritwese twogira inyota yoguteza imbere igihugu nagateka kuritwese nabadukomokako

  • @ruzoviyomatirida4004
    @ruzoviyomatirida4004 4 หลายเดือนก่อน

    Ikintu maze kubona nuko kuba uri umu Diaspora mwiza nuko uba ushigikiye CNDD-FDD kandi ukaba uterera no mumugambwe.Ivyo rero bitarahava ntakure tuzoshika.

  • @ButoyiEzechiel-k6s
    @ButoyiEzechiel-k6s 2 หลายเดือนก่อน

    Natwe turanyotewe kubona igihugu cacu gifatana mu nda vrmt,iyo dutemberera mu bindi bihugu,turabona ko hari itandukaniro rinini n'igihugu cacu.

  • @OmariCoyishakiye
    @OmariCoyishakiye 4 หลายเดือนก่อน +1

    Babwire

  • @MartinNduwayo-ju8df
    @MartinNduwayo-ju8df 4 หลายเดือนก่อน

    banze muzane ibitoro kwubaka muzobamurubaka
    mbega murazi ingene abarundi bagowe kubera ikibazo cibitoro kandi dufise aba diaspor
    murindiriye ifashanyo yibitoro ubu abahoro badufasha nabo bafise ibibazo bibarenze nimubizana mubifashishe leta nkumwakumwe gisa hama muce mwubaka 7:46 7:46 7:46

  • @jacquesrurihafi1808
    @jacquesrurihafi1808 4 หลายเดือนก่อน

    Ni muzoduhe za nimero zanyu nico buri wese ashizwe murakoze.

  • @AZ-qm3ww
    @AZ-qm3ww 4 หลายเดือนก่อน

    Ba nsumirinda mubanze mubigizeyo

  • @ibrahimcongeram.806
    @ibrahimcongeram.806 4 หลายเดือนก่อน

    Ni bahe abadiaspora bakore abo batama biyita ko ari Abarwizatunga nta commerce bazigukora neza atari kwiba abanyagihugu mu kubazimba kandi ntabwo batanga ikori rikwiye ku gihugu kuko bibaza ko bazwi mu migambwe bakomokamwo . Reta ya Neva yaravyiyumviriye neza muguha abantu bakiri bato kandi ataho begamiye bafise ubunararibonye n ubuhinga bakuye mu bihugu vyo hanze . Bazi uko ubucuruzi. Reta ni privatize amashirahamwe amwamwe iyahe Abarundi babishoboye kandi bareke bahe ubuzi kubabishoboye .

  • @SmithWorker
    @SmithWorker 4 หลายเดือนก่อน

    Quelle sont les procedures pour que les diasporas puissent donner leurs contributions?

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 4 หลายเดือนก่อน

    Komera cane

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 4 หลายเดือนก่อน

    01:32 wafashe ingingo nziza kuko uwubona amakosa neeza, niwe nyene ategerezwa kuza guterera mugukosora, ntaho bihuriye n'umugambwe.

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 4 หลายเดือนก่อน

    Diasporant usanga utari nomuriyo,muga ugasanga uriko urayivumereza.guko turazi neza kohari diasporant lri muri mwebwe lhengamiye muvya politique

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 หลายเดือนก่อน

    Akarorero tariki zitatuzuku bambuye umutamakazi imyambaro narinamuhaye azikura muriamerika umukozi akorakukibuga cindege arazimwambura uwambiye impuzu zumutamakazi azorindapfanubworo

  • @FrancoiseNtimpirangeza
    @FrancoiseNtimpirangeza 4 หลายเดือนก่อน

    Rufyikiri ndaguhaye ukizure imihimbiri muri diaspora ibavemwo. Mwama muvuga ngo imihimbiri nabambuzi ari ba bob rugurrika na ba pacifique oya namba imihimbiri yambere nabo badiaspora bajiburundi gusambuzingo zabandi bataye umugore nabana mwibarabara amatungo bogzbuye agaherera mu bahabara bonyene. Numwana bavyaye atanakimwe bamusigiye . Mbega aho muhiga mwa bagabo mwe kutwica nimwe mwaturemye ? Duhe utwacu mwomoke ariko mureke guhenda reta mvyeyi nkozi ngo mutwayubumenyi bushasha namahera mwivyumuryango tuzokoma induru mpaka turonsihyacu baguma ino bacorompa aba avocat duhanzamaso reta mvyeyi nkozi kandi turi abavyeyi benshi.

  • @NiyimubonaJmarie
    @NiyimubonaJmarie 4 หลายเดือนก่อน

    Gabriel kuvaho wavugiye waza wavuga ukuri kiretse amajambo wavuga atabikorwa ntaco biba bimaze Ubu uzoza uvuga nibikorwa navyo mukora vyivugira

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 4 หลายเดือนก่อน

    Imvuga kuri ntizironka uburongoozi.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Iganyire nibibwana vyawe je ntundabe nd umu juif mfis'akazi n' umushahara utazigera ubona en plus je suis la race de Jésus.
    Ntukigereranye nanje wambwa y umuhutu w urutwe we

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 หลายเดือนก่อน

    Uwomugwi mwasizeho nivyiza ariko turababazwa nabitwango nabakora kukibugacindege abobatama nabatamakazi bazanyutuntu bakuye hanze bakatibiba

  • @FrancoiseNtimpirangeza
    @FrancoiseNtimpirangeza 4 หลายเดือนก่อน

    Emwe barafise ubumenyi nubukozi bwikibi burimwo. Jewe uwahoze arumugabo wanje Deo nshimirimana yarantangiye amahera 2024 decembre kuri aeroport nahatswe kunyuruzwa mfungigwa kwiciment ntuteramashurwe diaspora yose amfitoye amahera menshi na reta mvyeyi yigitega irabizi yinzu twagurishijr twari kugabura atwara yose nta esprit musumvya abari iburundi reke kugayana murimwebwe hariho abasamburingo abatumuryango mwibarabara ngo baje gutezimbere igihugu mbega iyutayabana numugore ata nicumba ubasigiye wotezimbere ihihugu gute huuu reka guhuma amaso abene gihugu muri abantu nkabandi bamwe barutwa nabatize
    Ibaze umugabo wumubanyi yahamagariye madam wiwe ati arasara kubera bamwe muri bo basambanya abazungu nya bazungukazi bakaduhohotera wa mudamu yarakomeye none bamutwaye kumuteribishinge kunguvu vyabasazi. Ahubwo natwe tugiye kuja hamwe dutabaze sebarundi ninzego vyeyi tubadomeko urutoke. Jewe ndanka abahetse akarimi

  • @japhetnkeshimana9251
    @japhetnkeshimana9251 4 หลายเดือนก่อน

    None hagati yisoko ninyubakwa ya diaspora dutangurire kuki?

  • @barnababigeni4488
    @barnababigeni4488 4 หลายเดือนก่อน

    None ga Rufyiri, Dr Sahabo we ntiyari yazanye umutahe wiwe kw'investissa i Burundi? Ko utamuvugiye?

    • @barnababigeni4488
      @barnababigeni4488 4 หลายเดือนก่อน

      Erega azohava apfira mu gasho. None uzoba wamariye iki diaspora yipfuza kuzana imitahe mu gihugu cabo?

  • @emeryhacimana1653
    @emeryhacimana1653 4 หลายเดือนก่อน

    Urumuntu wumushingantahe

  • @bennimubona6105
    @bennimubona6105 4 หลายเดือนก่อน

    Mwoshobora gushira telephone yanya ahabona ngo nabari dushobore kwifatanya namwe?

  • @Sebarazingiza
    @Sebarazingiza 4 หลายเดือนก่อน

    Rufyiri aratwenza!
    Mbe leta iriho ibona gute ubu aba Diaspora?
    Mbe arazi visa ayo igeze ko?
    Please, mbona umengo uriko ubwira intama!
    Igohambaye kurivyo murimwo siterambere ryaba Diaspora ni igiharuro mufise; nitwaba turi 50000, mubona intererano yacu muma devises. Rien de plus!

    • @bniyo1573
      @bniyo1573 4 หลายเดือนก่อน +1

      Urakwiye guhinduka ugahindura ivyiyumviro, ivyo Mr Rufyiri yavuze ni ukuri. Wewe niwaba utabitahura urabireka, ababitahura bazobikora kuneza y'igihugu.
      Ikindi naco Visa itangwa na Leta y'Uburundi ?

  • @NkunzimanaLéonard-r6i
    @NkunzimanaLéonard-r6i 4 หลายเดือนก่อน

    Komera mutama wamateka icodusaba nibabahe ubwigenge Kandi courage

  • @karangwarichard3205
    @karangwarichard3205 4 หลายเดือนก่อน

    Bibe kunyungu zigihugu kabsa nacanecane ww ubijemwo kuk abenshi barakwizera mwubake igihugu

  • @emilebigirindavyi254
    @emilebigirindavyi254 4 หลายเดือนก่อน

    Umugambi????!!!

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 หลายเดือนก่อน

    Uwambuye impuzuzu mutamakazi azorindapfanu bworo nayakorera ntazomubumbe azopfatimukene ndamuvumye nimana ntizomuharire

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    La seule adresse y' ubwoko bw' Imana ni les prisons et la cimetière, ivyo ntaco bigutwaye..
    Rero korana nabenewanyu natwe ntitwicaye

    • @isaacnihorimbere5405
      @isaacnihorimbere5405 4 หลายเดือนก่อน

      Ivyo uvuga si vyiza mugenzi, birakomeretsa abantu

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Gezaho rero twakubonye. Utadufashije kwirukana ayo masiha yabahutu benewanyu muzojana

    • @NindoreraJacqueline
      @NindoreraJacqueline 4 หลายเดือนก่อน +1

      Ntabweg ugira kurumututsi nigiki wimariye

    • @patrickmuhire733
      @patrickmuhire733 4 หลายเดือนก่อน

      Ikinicyo kishe abarundi amako amaze iki akumariye iki wowe kweri

    • @NgabireyimanaJeovanisie
      @NgabireyimanaJeovanisie 4 หลายเดือนก่อน +1

      Kweri Imana igutabare urarushe muburundi ivyamoko twarabirenganye kuko twese turabantu tuva amaraso twese

    • @MrsEdmond_2.0
      @MrsEdmond_2.0 4 หลายเดือนก่อน

      Ikikirofa ngo n'umuntu, karangamuntu yawe iriko Hutu/Tutsi canke ururimi gwawe ni Hutu/Tutsi??

    • @gentilleirakoze4
      @gentilleirakoze4 4 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂 akagwara kabii caane

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 4 หลายเดือนก่อน

    Untey'akagngwe basiii
    Ubwo uribaza 20ans mwemererwa ibitangaza ahubwo igihugu kikaguma cinjira mu mwobo wubukene ? Ntasoni ? Mbega abahutu kuki muribojuuju nibi débiles gusa..
    Muntu ja kuri Google ubae. Mubintu vyose u Burundi ni Ubwanyuma ...20ans.
    Urabe ifaranga bwari bufise entre 1990 et 2000. Mukarere ntaryahandi ryatwegera. Kandi turi muri Ambargo twatewe n'a Tanzanie

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 4 หลายเดือนก่อน

    Nimukomere

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 4 หลายเดือนก่อน +1

    Wewe kubugbo ufise, iyaba nokubonye nokugurira utwusoma,
    Ariko, nzokwubaha ahuzoburi hoose kuko urenze abagabo baniryo batuma tuguma mubukene 😢😢, nkaterivytsi abaguma bitwaza ivyamoko kandi turiko tugwana n'ubukene, Aho Rero ugabe ubankire bareke kuvyitwaza twiruke n'iterambere

  • @EmmanuelNduwarugira-t3f
    @EmmanuelNduwarugira-t3f 4 หลายเดือนก่อน

    Nukuri mutamagaburierirufyiri sindamubonakandi sindanamuzi uretsekumubonakubitangazamakuri imisiyose ashikiriza ijamborikomeye jendumurundikandimbamuburundi nukuri nibakora atavuimigambge atavyamoko icivugo ariterimbereburundi ibikogwa amajambere ndizerako arinayompamvu prezidawacuyemeyekubaronderabadyspora kugirabazekubakigihugucabibarutse imanimujimbere inamushokoze tuzabasengera mutwubakirimyongaturimenomuci amabarabara ryakayanzangozimuyingakobero muramvyagitegakarusimuyungacankuzo namakameradosrviyaje zikoramasaha miro24-24