FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//FABHOMES

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ก.ย. 2024
  • FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//Ikibabaje
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #fabhomes
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 227

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 3 หลายเดือนก่อน +51

    Niba ukunda ibikorwa bya barundi ndakwinginze nkandira kwifoto kandi lmana iguhezagire wowe ubikoze 🤲🏾😰❤️🫂🙏🏾

  • @ChantoNkusi
    @ChantoNkusi 2 หลายเดือนก่อน +12

    Dore icyo abana ba Africa dusabwa nikirwose !courage fabrice!nanjye ndi umunyarwandakazi utuye Australia WA !nabandi twigireho guteza imbere aho dukomoka!abarundi ndabakunda cyane ❤

  • @christella5092
    @christella5092 3 หลายเดือนก่อน +23

    Kugira Fabric n'Umugisha kugihugu cAcu ciza c'Uburundi

    • @ماريافيدال
      @ماريافيدال หลายเดือนก่อน

      Amaraso ya Yesu namutwikire , araho nsanga narize kubwumunezero

    • @LadislasHarerimana-ix1ke
      @LadislasHarerimana-ix1ke หลายเดือนก่อน

      ​@@ماريافيدالnukuri nivyiza birabereye

  • @myjourney3428
    @myjourney3428 3 หลายเดือนก่อน +45

    Hit like if you think Fabrice should be the next minister of infrastructure in Burundi 🇧🇮

    • @Rugambamachine7714.
      @Rugambamachine7714. 3 หลายเดือนก่อน

      He deserves it kbxa

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 หลายเดือนก่อน +1

      Ahahahaha.
      Niyigumire ngaho adufashe ahandiho aba Diaspora ntawundi yo dufasha ahabwo tumusengere kugira ako gatsiko gafukamwe abanyagihugu munda ntikaze kamuce intege.

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 หลายเดือนก่อน +4

      Congratulations my brother Fabrice. Rega tugusengere kugira abo bihaye gusahura igihugu bitwaje ngo barakirwaniye ntibaze bakuvangire

    • @marielouisengerimgeri235
      @marielouisengerimgeri235 3 หลายเดือนก่อน +2

      @@KC-wj7yhurarivuze nanje ntryo 👏👏👏

  • @willynkurunziza7815
    @willynkurunziza7815 3 หลายเดือนก่อน +7

    Ivyo bikorwaa ndabikunzee vraiment..👏👏👏🙏🇧🇮

  • @sheillyba6231
    @sheillyba6231 6 วันที่ผ่านมา +2

    Imana ihezagire Fabrice ,arakaramba ,u Burundi turakwishimiye kukugira

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 3 หลายเดือนก่อน +6

    Hama azoze atubwire ibanga rituma aba performant nkuku .....incroyable kandi courage mon mantor

    • @queeno247
      @queeno247 2 หลายเดือนก่อน

      Kwinjira muri 👉Freemason illuminati👈 nishirika ryikishetani

  • @amanicoolest1427
    @amanicoolest1427 3 หลายเดือนก่อน +5

    Fabrice Imana ikongere kuramba uri uwagateka kugihugu.

  • @ndayizeyeconsolatte
    @ndayizeyeconsolatte 3 หลายเดือนก่อน +5

    ❤ uyo mu Papa sinzi ko arumupapa canke arumusore ndamuhaye 1oo pour 1oo jewe ndi muri americ

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 3 หลายเดือนก่อน +5

    Waaaaoooo courage bantu bacu❤ naho ivyuburundi bwacu bikomeza kwanka ariko hamwe n'Imana izoduteturura

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 หลายเดือนก่อน +1

      abarundi turintashima bikomeza kwanka gute kandi ubona turikuronka ibintu bishasha ushaka vyose tubironkere rimwe😂😂😂

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 3 หลายเดือนก่อน

      Reka reka ivyanka nivyishi nawe ​@@bizomenyimanaelias5455

    • @meflorlionel7497
      @meflorlionel7497 26 วันที่ผ่านมา

      ​@@bizomenyimanaelias5455none wew ntavyubona kobikomeza kwanka

  • @kwizeralavie6615
    @kwizeralavie6615 หลายเดือนก่อน +4

    Fabrice Fan from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @NtimpirangezaFrancoise
    @NtimpirangezaFrancoise 3 หลายเดือนก่อน +6

    VIVE LA JEUNESSE

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 3 หลายเดือนก่อน +3

    Imana yakuduhaye ikudutungire BROTHER FABRICE 💐

  • @DeborahTuyizere-jt4ue
    @DeborahTuyizere-jt4ue 3 หลายเดือนก่อน +3

    Crge pe nimutere imbere mubandanye muha ishusho nziza uburundi nabarundi❤❤❤🎉

  • @gorethnsabimana5139
    @gorethnsabimana5139 หลายเดือนก่อน +1

    Courage murundi wacu turagukunze ufise ivyiyumviro vyiza hezagirwa

  • @stevekubwimana2119
    @stevekubwimana2119 3 หลายเดือนก่อน +7

    This man is a big treasure for our country.May God protect him.

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 3 หลายเดือนก่อน +2

    Asante sana nanje nzobaheza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪

  • @ISHIMWEFiston-iz5bo
    @ISHIMWEFiston-iz5bo 3 หลายเดือนก่อน +2

    Courage Big brother god Bless you❤

  • @yunusfreddy5859
    @yunusfreddy5859 3 หลายเดือนก่อน +4

    Imana umuhezagire imuturindire❤️❤️❤️

  • @IziIssai
    @IziIssai 3 หลายเดือนก่อน +2

    Muburundi turashoboye sana ntimuzosubire kwitwaza ngo murakenye ahubw turi 1 dutunze pe

    • @carinemanirambona2708
      @carinemanirambona2708 3 หลายเดือนก่อน

      None Fabrice kwarumwe hatungiye abarundi mwese?niho mubera ibijuju.

  • @MechackNinziza
    @MechackNinziza 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana imuje imbere Fabrice kandi courage cane 🙏.

  • @ArianeNikuze
    @ArianeNikuze 3 หลายเดือนก่อน +2

    Juste gaël ndakunda avuze ngo " haleluaaa" 😂

    • @MomoMUGISHA
      @MomoMUGISHA 3 หลายเดือนก่อน

      Nanj nkunda ngo "hushura none"😂

  • @yanganandeemmanuel7171
    @yanganandeemmanuel7171 3 หลายเดือนก่อน +1

    Nonese izi nizazindi bubakaga impande ya Tanganyika??

  • @امنهالسناني-ث4س
    @امنهالسناني-ث4س 3 หลายเดือนก่อน +2

    Courage cane vraiment Imana iguhezangire cane❤

  • @africarisingsoontv9604
    @africarisingsoontv9604 3 หลายเดือนก่อน +6

    Fabrice akenye abasoda bamukingira please

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 3 หลายเดือนก่อน

      Abasoda arabafise abasoda basumb bose ni abamarayika uwo arakingiwe

  • @ndayizeyeconsolatte
    @ndayizeyeconsolatte 3 หลายเดือนก่อน +1

    So vraiment courage mon frere

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 3 หลายเดือนก่อน +8

    New generation ❤❤❤ big up sana rekana navyabitama bifise intsinga mumitwe ❤❤

  • @BizaJonny
    @BizaJonny 3 หลายเดือนก่อน +2

    Courage fablic ivyukora nivyiza cane

  • @ndolijaydas2768
    @ndolijaydas2768 3 หลายเดือนก่อน +1

    Cameraman nasubire kwishuri canke uko yokwikosora,abantu bakeneye kubona ibiriko biravugwa.Murakoze

  • @ArahanJames-gc8qv
    @ArahanJames-gc8qv 11 วันที่ผ่านมา +1

    Nice room

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 3 หลายเดือนก่อน +1

    Baguhaye iriyasoko yakera yabaye igisaka akayubaka ?

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 3 หลายเดือนก่อน +5

    Courage mon frr

  • @dushimeterry
    @dushimeterry 3 หลายเดือนก่อน +3

    Uyu mu Boss❤wacu nukuri 🙏🌙Habonetse nkabandi bameze nkawe 🎉Burundi izoba Yubakitse neza mumwaka 10 irimbere

  • @ManirakizaAlexis-z9v
    @ManirakizaAlexis-z9v 24 วันที่ผ่านมา

    Talented from our country ❤

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 3 หลายเดือนก่อน +2

    Waaawooo vyiza cane 🎉🎉🎉

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 3 หลายเดือนก่อน +2

    None ntabandi ba investisseurs bahari mu bijanye na infrastructures .Je nibaza ko Uburundi hariho isoko rikomeye kubijanye nivyo.Nibabagwize turabe ko twoja ku murongo wabandi.

  • @JeandeDieunshimirimana-u1z
    @JeandeDieunshimirimana-u1z 3 หลายเดือนก่อน +3

    uwu mujama yubahwee wallah ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @TungaBruce-d1o
    @TungaBruce-d1o 3 หลายเดือนก่อน

    Arakwiye kuba icitegererezo kubandi ba Diaspora , God bless you Mr Fabrice

  • @ArthurNgendakumana
    @ArthurNgendakumana 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakwemera terimbere jugae

  • @luckynesskitchencma9452
    @luckynesskitchencma9452 3 หลายเดือนก่อน

    Turabakunda cyane mukomeze mwubake igihugu cyacu dukunda Uburundi bwacu

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 3 หลายเดือนก่อน +3

    New generation twereke vyabitama ko naho batugaya yuko tudafyina ko atamwanya wogutakaza dufise kuwobataye dufise umwanya wacu arikuwucisha amafaranga

  • @edouardniyongabo9436
    @edouardniyongabo9436 3 หลายเดือนก่อน +1

    Impano igihugu gifuse.courage muvandi

  • @espritguidegamer7907
    @espritguidegamer7907 3 หลายเดือนก่อน +1

    Tu es grand

  • @bernicebeba
    @bernicebeba 3 หลายเดือนก่อน +1

    Abagwizatunga b i Ngozi vrt.

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mukomeze

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 3 หลายเดือนก่อน +1

    Fabrice umwana w'u 🇧🇮🇧🇮🙏yubahwe

  • @nduwimanagabriel9996
    @nduwimanagabriel9996 หลายเดือนก่อน +1

    Umuhumgu wi wacu ibutanyerera ari ko anezereza abarundi

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh หลายเดือนก่อน

    Fabrice Numuntu akomeye cane more blessings.

  • @AkimanaRachel
    @AkimanaRachel หลายเดือนก่อน

    Ndemeye musaza komerezaho❤❤❤❤❤

  • @KP-fe6io
    @KP-fe6io 3 หลายเดือนก่อน +2

    Great ❤

  • @benjyfranklin
    @benjyfranklin หลายเดือนก่อน

    Just say woow.. Fablice hejuru cane 👌🏾👌🏾👌🏾

  • @kellykizzytheboss3891
    @kellykizzytheboss3891 3 หลายเดือนก่อน +1

    Woow🎉❤❤

  • @RyabuyeJeanMarievianny
    @RyabuyeJeanMarievianny 3 หลายเดือนก่อน +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz

  • @muhiragroupepictures1682
    @muhiragroupepictures1682 3 หลายเดือนก่อน +1

    Birakwiye ko yoronnswa ahantu hadasanzwe hari igisagara akahategura akahubaka igisagara gishasha kuko arashoboye

  • @mozboy-uc2rb
    @mozboy-uc2rb 3 หลายเดือนก่อน +2

    Uwu niw murundi wenyen maz kubona adkoresha umunwa

  • @mahoro5437
    @mahoro5437 2 หลายเดือนก่อน

    🙌🏾🙌🏾🙌🏾 great work nukuri! ❤️❤️🥂

  • @gilryumeko2
    @gilryumeko2 25 วันที่ผ่านมา

    NICE Burundi

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 3 หลายเดือนก่อน +1

    biragaragara ko iyonyubako ari iyumwe muri family ya fabrice 🤣ariko ninzinza vyukuri 👍

  • @ueush643
    @ueush643 3 หลายเดือนก่อน +1

    Juste gael afise ururimi rwuzuye akanwa

  • @beatriceahishakiye6308
    @beatriceahishakiye6308 3 หลายเดือนก่อน +1

    We are all ready did

  • @0pp20
    @0pp20 3 หลายเดือนก่อน +1

    Well done bru

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ikomez ikujimbere kub igihugu kigufise nitunga rikomeye caneee harakenewe ugwaruka gwinshi mugihugu gwiyumvira nkamwe 🙏🙏

  • @TheRealGold
    @TheRealGold 3 หลายเดือนก่อน +1

    Wow ninyinshi 😂😂😂😂😂 kwa gael

  • @logic-commentetor3258
    @logic-commentetor3258 3 หลายเดือนก่อน +2

    Gusa imico yo kwambara ibirato mu nzu abantu babamo sivyo ....

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 3 หลายเดือนก่อน +2

    Niki gituma batamuha amasoko akomeye yareta nkayajanye no kuzana igitoro canke kubaka amabarabara.
    Please turabbinginze murabe abashoboye akazi mumve murivyo mwirata ngo mwarakirwaniye .

  • @julius875
    @julius875 3 หลายเดือนก่อน +1

    Courage bro Fabrice n'intwari

  • @ngezahayoadam8067
    @ngezahayoadam8067 3 หลายเดือนก่อน +1

    Fab umugabo nyamugabo hezagirwa Fab URI umurundi w,ijunja nijambo

  • @NDIKUMANAFIDELE-g4f
    @NDIKUMANAFIDELE-g4f หลายเดือนก่อน +1

    NIVYIZ CAN NOE MUB MUGURISHIJE CANK NUGUKOTESHA

  • @xenabizindavyi6414
    @xenabizindavyi6414 3 หลายเดือนก่อน

    FABHOMES, A MASTERPIECE IN BURUNDU 🇧🇮

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 หลายเดือนก่อน

    Fab courage

  • @Niestellah
    @Niestellah หลายเดือนก่อน

    Love from 🇷🇼♥️
    Nkunda kubona twese abana ba frica tuzamuka😮

  • @NordeliphazNshimirimana
    @NordeliphazNshimirimana หลายเดือนก่อน +1

    Ooh haleluyaa hhhhh

  • @ngiriyemariestyle854
    @ngiriyemariestyle854 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabona ko aramavuta vyiza cane

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 3 หลายเดือนก่อน

    Fabric irashoboye cane komerezaho 💪💪💪💪

  • @ypdsitv
    @ypdsitv หลายเดือนก่อน

    We are coming bro

  • @amolam97
    @amolam97 3 หลายเดือนก่อน

    Un jeune visionneur.uburundi butunze

  • @sunligth-bj4ol
    @sunligth-bj4ol หลายเดือนก่อน +1

    Love❤❤❤

  • @thierrymanirakiza2018
    @thierrymanirakiza2018 หลายเดือนก่อน

    Fabrice turamukeneye abe umu next minister of infracture. ❤❤❤❤❤❤

  • @NiterekaSamuil
    @NiterekaSamuil หลายเดือนก่อน

    Ntamakamera ifis

  • @PrintingAndcomputerservices
    @PrintingAndcomputerservices 3 หลายเดือนก่อน +1

    Contraduction: ntanumwe musaba amafaranga ngomukoresha amahera yanyu hamango twubaka mais yaguzwe, none wumva ivyo bihura. Vuga ko mwubakisha amahera yabanyene kugura ayo mazu

    • @IshimweJohn-ni6ij
      @IshimweJohn-ni6ij หลายเดือนก่อน

      Ako ni agashari! Umwana arakora rwose

  • @NiyinyibukaBoniface-xk4ji
    @NiyinyibukaBoniface-xk4ji หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤

  • @IgituBa-d6s
    @IgituBa-d6s 3 หลายเดือนก่อน +3

    Uyu asumba neva yirigwa yiba igitoro banyagihugu

    • @abizeralaetitie1148
      @abizeralaetitie1148 3 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂😂baraguphunga

    • @michelinemiche442
      @michelinemiche442 3 หลายเดือนก่อน

      Gira indro

    • @JustineNizigiyimanajustine
      @JustineNizigiyimanajustine 3 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂hewe

    • @NKESHIMANAPossibleWesleyEtienn
      @NKESHIMANAPossibleWesleyEtienn 3 หลายเดือนก่อน

      Kandi nka wewe ungaga uri umufana wa Kagame yirirwa yica abakongomani ngo àriko atabara aba Tutsi bi Congo anasahura 😂😂😂😂 banyarucari nako abitwa kwarabagenocidaire nabo birwanda babuze Ayo bacira nayo bamira ngo baba Mr sengapour ya Africa
      Quelle honte vraiment 😂😂😂😂😂

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 3 หลายเดือนก่อน +2

    Ibintu vyamateka kweli

  • @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
    @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk หลายเดือนก่อน

    Aba jeunes muhindure igihugu cacu muzovyubahirwa

  • @ChachaChany
    @ChachaChany 3 หลายเดือนก่อน

    Fabrice vrt Imana ikuturindire

  • @user-Town9ce7qk6o
    @user-Town9ce7qk6o หลายเดือนก่อน

    Komera Fabr.
    Uri intwari

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup หลายเดือนก่อน

    BURUNDI DUBAI OF AFRICA BURUNDI DUKENEYE ABABOYI BAZOVA MURWANDANA UGANDA

  • @vt-kn6qf
    @vt-kn6qf 3 หลายเดือนก่อน

    Umukubito please tafuta cameramen professional you are a big Media now please 🙏

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 3 หลายเดือนก่อน +3

    Uyu mujama yubahwe kabisa sinka vyabi societe vyirigwa munduru vyubaka ibidahera

  • @SEKA6
    @SEKA6 3 หลายเดือนก่อน

    Wow 😍🥰

  • @NDIKUMANAFIDELE-g4f
    @NDIKUMANAFIDELE-g4f หลายเดือนก่อน +1

    MBE UYIGURA IGERETSE CANK UGURA HASI CANK HEJURU,,,,,??????

  • @FatemaSafi-p2v
    @FatemaSafi-p2v 3 หลายเดือนก่อน +1

    Aha ni heh ga🤷‍♂️

  • @nshimirimanaCedrick-w3c
    @nshimirimanaCedrick-w3c หลายเดือนก่อน

    wubahwe kwr fabi

  • @KazadiEric-cv9lk
    @KazadiEric-cv9lk หลายเดือนก่อน

    Fabric nakomerezaho murwanda turamukurikira 5/5

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m หลายเดือนก่อน

    Fabrice imana ikuzigame

  • @IninahazweOnesphore-g1n
    @IninahazweOnesphore-g1n หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤ terimbere

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 3 หลายเดือนก่อน +2

    Uyu mutip ndamufana sukura uburundi shaa bacimamanda bagume bayayata

    • @FatemaSafi-p2v
      @FatemaSafi-p2v 3 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂iryambobo ishoboye kumoka

    • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
      @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 3 หลายเดือนก่อน

      Kabisa ntanakimwe arakora Kandi amahera arinayo ariko kwama yasama gusa aransesema muga

  • @ShebeKamari-ij2yt
    @ShebeKamari-ij2yt 3 หลายเดือนก่อน

    None inzu nangah???

  • @merryirankunda3003
    @merryirankunda3003 3 หลายเดือนก่อน +2

    Muzoshiremwo ama assenseur 😊😊😊

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 3 หลายเดือนก่อน

      Assenseur kuri 2niveaux ? 😂😂😂

    • @ndg609
      @ndg609 3 หลายเดือนก่อน

      Ascenseur

    • @edissa9747
      @edissa9747 3 หลายเดือนก่อน

      Umuyagankuba?????

    • @ndg609
      @ndg609 3 หลายเดือนก่อน

      @@edissa9747 oya

    • @madamechemba3720
      @madamechemba3720 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂

  • @machariagilbert3475
    @machariagilbert3475 3 หลายเดือนก่อน

    Courge