Umu DIASPORA yubatse HOTEL y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava BURAYA na AMERIKA baratamarirwa
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 พ.ย. 2023
- Umu DIASPORA yubatse HOTEL y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava BURAYA na AMERIKA baratamarirwa
@NtareRushatsiHouseTV
#diaspora #ubuzima #burundi - บันเทิง
Wow congratulations 👏🎉 dutezimbere igihugu cacu❤❤❤ Niba ukunda igihugu cawe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 gong 5 likes Guys
Umurundi wese akunda igihugu ciwe ampe like
Uvuze ukuri muri AMERICAN arahari HOMLESI. I like you HOTEL IS Very nice
Madame wawe yubakwe kuko nawenye yaguteye umugisha. Kuki abadamu mwese mutomera nkuyo atahemukiye uwo yakunze❤.
😅
Vrement akazi kawe kameze neza ariko umu videographer wawe ameze nabi ntari qualities
Niwewe mu journaliste nemera ngaha iwacu 🇧🇮 abantu nkaba nibo tuba dukeneye
Gael numwe
I am proud of you brother keep winning ❤
Vyose vyavuzwe ndabuze nico nongerako 😍😍😍😍😍😍😍😍
Samuel wubahwe kabisa, i hotel yawe ni top pee chapeau🎉 Kandi ukunda igihugu cawe ca kwibarutse
Ibikorwa vyiza,mais cameraman azaraba agabanye zoom yerekane view yivyomurikwerekana neza.Ikindi yibande kuvyomwerekana kuruta uko yibanda kumashusho yanyu🙏
Jembona uwo akwiye agashimwe mubakoze neza agashimwe kumwaka agatahukane🙏🙏🙏
Mugabo numuntu wumugabo kandi courrage brother uterimbere kandi nzoza kugushorera .🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉.
Samwel's hope hôtel iratesa narahishimiye kabisa
Samuel tu nous represent au pays
Amakoroka arishe abarundi
J aime comment tu te vend
Subwishime c est comme ça q u on fait
Bravooo
Ku Bantu bagaya akazi il faut le signaler sans cesse biters ubukene
En fait Ushaka gukira ambara costume au besoin
Merci Samuel
Nibyiza cyane,urubyiruko rwaba diaspora biburundi bakunda igihugu numuco witerambere,naho abirwanda bagaruka baje kwiyemera nibyongereza biremaye
Mwiriwe,Juste Gaël nkuko wama ukora ibiganiro bidufasha cane ubona wogira visite muri PAEEJ ndavye ibikorwa bidasanzwe iriko ikora ku rwaruka uraturabira ico kiganiro niba vyokunda kandi hubahwe cane umu patriote yaremye iryo shirahamwe.Murakoze
Courage trop 🎉🎉knd cne IMANA ikuje imbere na families yaw burya kwitez imber ntiba vyoroshe kwel ku mahera ya ba zungu ntabujing uyarya wayakoreye kwel courage
Félicitation Samuel ikigikorwa citeka wakoze mugihugu cacu ciza c,uburundi lmana izogume ibiguhezagirira urimuribake bakoze ayamateka m,uburundi
Wow 😍 urakwiye gushigikirwa no gutezwa imbere, iyi Hotel ifise vyose kuri level yo hanze naho ari nto. Big up🙌💯🇧🇮
😂😂😂😂😂 Ngongwiki!!!! Atezwe Imbere Kand' Ubona Yaragezeyo. Ahubwo nib' Ushaka gufasha Bitekerezehoneza. Urabe Bamwe Mubaba mwibarabara Babuze Epfo naruguru Woha Woha Ubufasha. Mwebwe Mufata Ubwishaza Mukabuha Ababwimburiye mumafrigo. Namwe Mukabashira Ubundi??
Ibiganiro nkivyo nivyiza cane. Abarundi turakeneye guhindura mentalités tugakura amaboko mu mpuzu tugakora. Akazi n'akazi. Burya Abarundi baba hanze agafyinyi karabaheramwo. Urakoze Juste Gaël.❤❤❤.
Arakoze umutumire kuri partage. Ikibabaje n'ukwo diplôme zacu i Burundi zodashoka zemerwa kuri degrés yazo. 😅😅😅😢😢😢
Le mec est vraiment authentique... Go ahead ... au-delà du marketing votre coaching est très inspirant pour celui qui veut aller de l avant
vraiment urateye iteka igihugu
courage cane mutama
💪🏾💪🏾, big up. Very inspirational
Ndakunda cane umukubito kko batuzanira abantu bivyiyumviro bizima
Komera sha samuel. Uri umupambanyi kweli.
Uyumunyakabonga wacu ndamwemeye
Nivyo ni dukunde akazi kumutahe wa 10000 nrungutse plus de vingt cinq millions
A wise man! Bravo.
Iyo suite mbonye ngo 200K? Unbelievable👌
Trop inspiré❤❤❤
Ni hotel nziza cyane, bafite service nziza chambre nziza, na cuisine nziza cyane. Uharaye or uhasohokeye ntiwidoga
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Big congratulations buddy for this inspiration
Da way da way da burundi way ❤❤💪💪
Just a quick advice
Let gael advertise for one month I have no doubt that by one month you’ll be known
Congratulations that what’s we were waiting to see burundi glowing knew Burundi
Big up
Wubahwe cane ahantu nkaho kuhakura ivyiza nkibi biraryoshe❤❤🎉🎉🎉
Nous les africains, avons la paraisse et sommes " les slow thinkers" . On a tout ce qu'il faut en Afrique pour être riches sauf l'insécurité ds certains pays.
Il faut se mettre au travail.
Ukuntu ndabibonye nkumuntu wohanze yoza ahahantu. Yobikunda cane ..ikirenze ayomahera nimake kumuntu ayafise nkuwo hanze ahashitse.. yobonako arinkubusa ugerera nije nubwizaa hafise .nigiciro. amahotel yongaha hanze i ibiciro aba ariko.. ... Ndamuhaye amanota yose👏👏🙏 nukuri
Niwubahwe❤❤
Bravo Samuel.Bless you more brother
Wakoze ikintu ciza , félicitations n'abandi bakwigireko
Samuel ôte tes sandales, l'endroit où tu es est sacré !! Ndakwibuka muri Kaminuza,,muri Campus Mutanga tubana na Joachim,,ico nkwibukirako wari umutezi w'inkuru kandi uri déterminé,,,ndibuka turi muri comité ya mariage YAWE nkuko wabivuze !! Terimbere bwana Samuel cc
Ndemeye kabisa 🌹🙏🙏🇧🇮
Congratulations and keep it up
Kweli kazi ni kazi
Mbona ari sawa kabisa
Ninaza niho nzohitira kabisa😊
Courage Imana iguhezagire. Ukomere
Mba numva merewe neza iyo mbonye umurundi mwenewacu ateye imbere hama akaza kwubaka igihugu cacu.
Congratulations,
👏👏🤝U think big may GOD grant you more wisdom
Juste Gael 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Wow uburundi butera bujimbere🙏🙏🙏
Nice
Courage bro.
Ndabikunze cane, samuel's hope hejuru cane
Courage mutama,akokazi karahemba
Waooh hasaneza cane
Whaoo 🤟❤
Uwumutama namuzi cyane twarabanye mwikambi yimpunzi tanzania imutabira
Murakoze cane kukiganiro muduha gusa nuko mutaza muduha contact kugira tubarondere mukanya tubakeneye kandi nama nabisavye Gael pls
Mwubahwe guma kukivi.
30:00 Ababaza ikibanza arahavuze kwari nyabugete
Yes. Gukora bitanga umusaruro, ! Kwambara ama costume umwanya wose sivyo bikenewe. Igikuru ni : mbega igikomeye ni costume? Canke igikomeye ni imigambi, iguteza imbere, igateza imbere n abandi? NB: Tout change dans le temps et dans l espace!
Ukwizera kwa Samuel. Samuel's hop
Congratulations bro tezigihug imber shn mutam nib ugiknd big up🇧🇮
Nibakore kbs natwe turi nyuma Gael thenk you
Wawo ❤🇧🇮
Nic
Komela Samweli Imana iguhezagire ubandanye ukora Byisha cane
Freshi kabisa
Good job musaza nzoza munyihere akazi
Whaooo ❤❤
😂😂😂😂 Samuel arankuyeho Ngo umu poil ntiyiruka 😂😂😂
Ntavugwa mwizina
Wanguha mwinjira muri elluminati mukaza guhendabantu
Woooo warakoze nez
Ndangira mutama nshikeyo
Natwe turi inyuma
Inshallah 😁🙏🙏
Wauh,ikiganiro ciza, gose,
Justin, cameraman yarafis inzigo 😂😂😂 siko yahora akora p. Iyingeso yo kutwereka intoke aho kutwereka ico bazitunze vrma😂😂
Mwubaka amazu ariko uravye ibarabara rikugeza murizo hotel ateyisoni abashoramari mufatanye na leta gusana amabarabara kabisa.
Samuel ndabona warabikoze. Urasimbira no muri AGENA Hotel uzobona n'ibindi vy'akabirya.
None ARDUD yahereye he?
Samuel ni intore kbsa.
Yooo ubahwa kweri
Félicitations, très inspirant !
❤
Go ahead. Guter'imbere était prévisible kuko uri umukozi.
Nyabugete yakangahe? Mbega ibarabara kanyosha ruziba ryarakozwe ? Risa nabicane
Abanya mutabira twubahwe
Wubahwe mutama Samuel uteriteka igihugu numuryango
Iyi hotel ni Ninziza can
Niheza cane kbs muhagirir publicité ikwiye ifise vyose pe ❤
😂😂😂gael uranyishe manaweee uraryosha inkuru
Gaël ndagushuhuje😂 titre ni diaspora but ukama uzana abacritika erga nabo babishitseko basa nabaciye serbie shaaaa😊😊👌👌
Ndumvanibonukuri uratwigishije
Ibiganiro vyanyu ndabikunda caaaane. Ariko rero, camera man wawe umwigishe kwerekana ibintu neza camera iyirabisha kuwuriko aravuga aho kwerekana ivyo bariko bagerageza kwerekana . And we need a wide angle view
Juste ikibazo cambere ubajije réceptionniste kumenga kirimwo iyindi mpwemu??
Iyo hotel iri muyih ntara?
Congratulation brother
Mugabo ntimwaduhaye number ziyo hotel hamwe twobakenera twobaronka gute
Please need contacts for this hotel
komuda pinning numero twababonaho ? bimezebite ?
49:11 uko wigana Isidore😂😂