APPARTEMENTS z'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava BURAYI na AMERIKA barahashika bagatamarirwa/Ikintu
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 26 ก.ย. 2023
- APPARTEMENTS z'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava BURAYI na AMERIKA barahashika bagatamarirwa/Ikintu
@NtareRushatsiHouseTV
#vanbusnesscompanygroup #diaspora #visitburundi - บันเทิง
Abakunda ibiganiro nkibi bahite bampa rikee 🎉
Cameraman wawe ntiyerekana ivyo abaraba bakeneye kubona, yerekana uwuriko aravuga
Waoooo mbega vyiza u Burundi 🇧🇮 igihugu canje igihugu ciza cumugisha ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉😊courage
Umuntu yoba akunda igihugu c,uBurundi ampe like hano ❤❤❤
Burundi is so beautiful
Juste, urakoze kuri iyo vidéo itwereka ivyiza vyacu. Ariko umu cameraman ntiyatweretse neza Ayo mazu, ahubwo yatweretse cane mwebwe. Kugira vidéo nk'iyi iboneke neza gusumba, arakeneye gufata ama images yitwa "B-roll". Mu ncamake ni ama images yerekana ivyo Muba muriko muravuga mu gihe muriko murabivugako. Mwebwe mwari mukenewe kuboneka nka 20% du temps, umwanya munini akatwereka iryo ratiro. Mugire amahoro Kandi mutere imbere
Bonne vidéo mais faut absolument que le cameraman apprend a prendre des grand angles au lieu de rester fixer sur les sujets.. montrer le paysage et c'est qui autour, on voit à peine l'appartement alors que c'est justement le sujet de la vidéo. Bonne continuation
Exactly
Tout à fait. C'est ce que j'ai également dit dans mon commentaire.
Asante #Juste Gael kutwereka ivyiza vy i Burundi ❤️
So nice nzogashikira nshitse buja
Glory be To JESUS-CHRIST my GOD waoouh
Wow Kok tur mwiteramber Iman idufash vyos bizokund❤❤❤❤
One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura
Waow 🥰🙏 nice place
Burundi the heart of Africa ❤❤❤
Nice place 😮
Ibintu ni vyiza canee.
Cameraman ahindure ingendo aze aratwereka ivyo avuga apana kuguma yerakana abnt
Big up just Gael
Jam Jam wakera!big up grand
Nice
Wawooo muburundi hararyoshe
Waooh vyiza cane
Big projet, iyi ni contribution ikomeye muri développement du pays.
All that is good far away from cameras lenses . I just hope they have a great customer service and when people visit Burundi after they settle where they going to be staying they want go outside see what people are up.
Wawo heza cane❤❤
Waaaooo Iguhugu ciza wee ciBurundi
Il est beau mon pays Burundi 🇧🇮
Urakoze, mugabo twaguma tubona mwebwe! Ntiyatweretse ayo ma apartments. Vraiment ntaco twabonye
Keep doing good brother
Love from New York 🔥
Wooooooooooooooooooow uburundi nibwiza cneee ❤❤❤
I just love the way my burundian brother's and sister's are progressing God bless me too so that i can put up something in my country ❤
Nezaaa kbs courage ✊️
Iramajahe
👌
Wow❤❤❤❤❤
Umushishuro
Wallah ndanezerew mbega mbega uburundi bwanje bwatey imber p
Wubahwe papa megane ❤❤🇴🇲🇧🇮
WOW mbe ivyiza mugihugu cacu camata n’ubuki gusa Gael ba muduha I numero iyo aribintu vyo kurata kugira uwubikeneye ntajuragire
Cameraman, camera uyigumiza kubantu aho kutwereka en detail ivyo bagomba kutwereka.
Ci Gael vibe ziw ziraryohera😂
This is Burundi❤❤❤❤
Wawoo mpariki❤❤😂😂
Mdabemey pe murabamateka❤❤❤
Umuhushuro uyumusi wadutatuyeee🎉🎉
Juu🎉🎉🎉
Uyo musaza ndamwemera kabisa ❤.
Nukuri niheza cane. bravo to you
J Gael ku kivi👌✌️💪💪💪
.kuyindi mpwemu idasanzwe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndibaza ko juste akwiye gukoresha camera man na photographe. Amashusho yibintu ntaboneka. Sinon biri impeccable.
Mwariteguye ndake
👏🏾
Vyiza cane pe
Mama weee burundi haryoshe umutaturo kuyindi mpwemu
❤❤❤❤❤❤BURUNDI MUHIRA
❤❤❤❤❤🤝
Please abantu mwubaka, garage muyishire muri cave
Gaella camera man waw siw gukamera ntavyazi kwr jew murinz muheza ntahabony neza akamera yegerey kand kugira tubon neza ikint bisabako ukamera utacegerereye hindura camera man
Uwo mu cameraman can camerawoman uzomwirukane, that’s not the way to showcase a house
Muri description na info zihari zo kureserva mugabo
6:17 Oya ni umu trilingue kuko aravuga i Kirund. Ntituze turibagira ururimi gwacu🙏🏽🙏🏽🙏🏽. Niba avuga ni Kiswahili numu quadrilingue!
Juste turabikund ibint nkib vrt aric caméra man arakwiy kutagumiz caméra kumunt akaz arerekan ibint murik muravugako
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Basha abarundi twagerageza kubaka igihungu, hasigaye igikogwa ca Reta kutubakira ama itage meza kumabarabara aca mu bisagara
Ndabasabe bazozane internet ya starlink bizoba ari dori sanaaaaaaa kurusha
Hi I do like your video but is not that clear but big up
None ntabeyi mubwira abantu😅
T2atubisi twag3s3ye nitwurikuvuga baribdagusunikada😅😅😅 mukwiye kwigira kurwada dubai kigali❤
Merci Gael nkuko wama uguma utuzanira ibiganiro vyiza cane.
Hew ndagusabe uzohore ugendana utuvuta two kumunwa kuko urumye cane
Vaseline izokwame mumufuko wawe kuko uvugana nabantu benshi kandi bose baraba kumunwa ! Nukuri umbabarire ndabikubwiye kubera ndagukunda
Iyaba nfise privet num yawe nabikubwirirayo ! 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽💕💕
😂😂😂
IZI NZU NI NZIZA KABISA
Kwel
Salut Gael. Ngomvye kugushimira ku biganiro udushikiriza. Ariko, ikiganiro wagize na MUTRAC hari ivyo wabajije aranka kukwishura nk'uko Fablice yisanzura akavuga même les prix. Iyo ikibazo wabajije kitishuwe neza, gisubiremwo gushika uronse inyishu, kuko uba uriko ubariza uwuri kure. Ni wirambire
Where can I make some bookings or get more info about it??
Juste Gael urakora ibiganiro neza ariko cameraman aratunyoteza atwereka mwebwe alors que tuba dukeneye kubona ivyovyiza namwebwe nibazako ariyo objectif ya émission...je suis sûr uyo nyene izo appartement yarishe publicité kugira ivyovyiza biboneke ariko ntanakimwe tubona umwanya munini nimwebwe atwereka...so yikubite agashi canke aje kungura ubumenyi uko bigenda..merci beaucoup ndakurikirana cane naho ndi kure
🤜🤜🤜🤜🤜❤❤❤❤
Gael nyamba ariwe Gael iyo atanguye presentation yiwe avuga ibintu umenga nivyo aba voybomwibarabara.igitangaza nuko abamuzi ngo arumwana mwiza
Cameraman niwe yavyishe
camera man ikosore kkjanye nugufata amasanamu wisunz dialogue
Uwomutama Ndeka aboneka mukogwa vyiza gusa vyogutenzimbere igihungu ( Imana ikomeze kumuha amagara meza nokubandanya yikundira abantu batobato ❤
Just Gael kuva aho twasabiye yuko uwo mu cameraman yoza arerekana neza ivyo bariko baravuga bimugorera he vrt? Cnk nuko bamwita umusaza izina rikaba ariryo muntu 😃😃😃
Ibintu nibizima
Umu camera man wawe ntakigenda nukuri
Hi
Gael kuberiki ukoresha cameraman atazi gukamera ?? Jewe misi yose nama ndakubaza ikikibazo ntiwigera unyishura
Uyu mu cameraman yafashe amashusho y'abantu kurusha ay'ibintu.😢😢😢
Juste Gael hasigaye kugura drone Hama tube turogoroye kuyindi mpwemu idasanzww 😂
Star noe uramuterera kumwemu idasazwe
Uburundi bwiza
Rasta man umushishiro
Kugira imbono nivyiza. None umutahe uvahe ga mwabantu mwe, ngaho mu Burundi kugira umuntu aje ku kivi? Nibaza ko mu Burundi, haracari ingorane nyinshi kubijanye no kuronsa uburyo/umutahe ku rwaruka. Naba jeunes bagerageza kwimena ijisho muri duke bafise, ubutegetsi burabaremereza na ma kori, ibiturire nibindi...Ingorane ziracahari, ariko rwaruka mugume murondesha hirya nohino kuko akava imuhana kaza imvura ihisi.🙂🙂🙂
Subiza cameraman kwishure so ibindi nisaw turagushimir uk ubikora
Cameraman akosore
Hariho abatabona Dicribution bibatera isoni kuzivuga?
Cameraman ndamuhaye 20%
Nibamp'akazi kogukor'isuku..
Visit Burundi bagenziiii🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Isite yitwa gute
Zana ama industries apana amazu ivyo ntaco bimaze
Biriko biraza nukur mana uburundi hejuru cn
Ntamuntu atunze amahera avuga amajambo meshi nkawe numuntu ubirabiye