DUBAI yashitse mu BURUNDI//Étages 28 zihanitse//Ama MIRIYARIDI zatwaye//Intambamyi twahuye nazo
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 ก.พ. 2023
- DUBAI yashitse mu BURUNDI//Étages 28 zihanitse//Ama MIRIYARIDI zatwaye//Intambamyi twahuye nazo
@NtareRushatsiHouseTV #comeandseeburundi #diaspora - บันเทิง
Ndumunyarwanda ariko nkunda iterambere rya Africa murirusange bikarushaho noneho iyo ari Uburundi ❤
Urakize cane natwe turakundu urwanda sana
☺️☺️
Urukoze cane.natwe turabakunda
Vyiza cn murakoze
😄😄😳😳
Fabrice good work 💯 4 our country Burundi, yes I believe you we really need more developments all over in our new Burundi, we real need also shopping mall centre in burundi
Gael turagukunda cane .watching you from Canada. Aho wavuze Toronto. Turaje kubaka uburundi ku mpwemu zidasazwe
Justin komra caaan wow usigay utandukany nabandi ba youtubeur ur umu journaliste professionnel apana bamw bazan ab bez gsa courage bro ukomez kutwerek vyinsh bishash mugihug cacu.Love My country.Burundi My country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
burundi shan. nzaza muri vacance muri juillet nibyiza k o muri gutera imbere nabonye na ma stade murikuyubaka.byiza cyne from KGL
Burundi you're doing great job, one love big love from Rwanda
Thanks bro.
We're proud to have u Fabrice as Burundian,bless you
Ziri amajah sasa
Quartier Mirroir, près du Quartier diplomatique route aéroport.
Ndabakeje cane goose. Uwuhoraho abandanye abongerereza inguvu! Mugire imigisiha ❤
Juste Gaël umusaza twemera umu journaliste professionnel
Amakuru Muvandi Ndumunyarwanda Nkora Amapiscine Mwazampa Akazi nkajya ntunganya Nkora Amasuku yayo
Kweli kama kweli😊
Abo bandi nibareke kukwemera gusa jewe nakwemeye
Wow fabric umu patriot yuzuye🇧🇮 hama Gael uri umu journalist yuzuye apana babandi, courage guys we are proud of you as a country ☺️
Komera komera , bravos vous etez le modèle pour nos jeunes qui sont ici en Europe.
How nice job is !
Merci pour le reveil des mentalités des jeunes
sans oublier de remercier les autorités en particulier le président qui a bien tranché les différends.
Allez les jeunes !!!
Baselly it is good to sustain the people who are able to reach on his dream as well as you have done.
Thanks!
My hat goes off to this Man 🫡
Nkunda ukuntu fablice aciye bugufi agashira imbere imana
Gaëlle vyiza cane kuba wahinduye umukenyuro wo kuturonderera bishasha.nabonye na ruguru usigaye ugendayo burundi to the Moon.
Nanje ndabashaka komunyubakira parcella yanje🤣🤣🤣😂😂
This Burundi beauty #BujaBest Iwacu Muhira ndahakunda; Congratulations Fabrice💪🏾🙏🏾
Turakeney kuhabona ari mwijoro ngaho tubone ukuntu haba hameze, nokuvuga kubona ishosho yijoro
Congratulations my brother this is wonderful work may GOD blessing our nation well Dan fabrice
Cool kbsa
Y’all working to hard keep it up 💪🏾💪🏾💪🏾🌍🌍🇧🇮
Big up Juste Gaël for interest news
Courage Fabrice! Excellent travail!!!👏👏👏💪 Gaël naw ndashima ukugene wamamaza ibikorwa vyiza vy'Abarundi. ariko Cameraman aze yerekana ibirikuvugwa areke kutwicisha inyota yokubibona😊
Wow! Wonderful
Thanks so much for the great development done .
Félicitation Fabrice mu Burundi dukeneye abantu nkawe...Hama natwe turakwiye kugufatirako akarorero
Merci! C'est joli
Waoooo biranshimishije cane zisaneza peee🔥🔥Uburundi kurundi rwego❤
SO NICE KEEP UP, SUCCESS IS NECESSARY.
Great interview😍
Big up on this guy kabisa.
God bless you Fabrice 👐
Bless to see this🙌
I love it ❤
Very good
Wouuuuh, congratulations Fabrice, Imana ibandanye ikuja imbere turakunezererewe nk’Umurundi
Wow!!!
Wowww
Wow nice congratulations brother 👏 👍
Ibintu vyiza cane👍
Nukuri mfise amajambo meshi mugabo ndabura aho mpera Naho mpereza mugukenguruka one word go onnnnn
Siwe gusa Nanj vyandeze😂😂
Good job👌🙏🙏🙏
Big congrats Mr. Fabrice
Bese disiw uburundi busigay butey imber peee mpisempakunda cyaneeee
Murikumw n,Imana birashoboka.Burundi hejuruuu
Mbega vyiza ! Imana ibandanye ihezagira
Good job kbisa
Umugambi mwiza caaane congratulations 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
Thx Umukubito tv, ukora ivyiza
Congratulations izo place ni fresh
Congratulations to this man
Turakeneye inimero ziwe please, hama akomere Imana imwongerereze inguvu
❤❤❤❤❤ good job my brother 💪💥🎉
Well done brother
good job my friend.
uburundi burazutse kabisa. ewana imana ishimwe
Congratulation my dear Fabrice
Ikitwishe abarundi nabaronse uburyo haguteza imber igihugu cabo birukira kubamumahanga,vrt courage mutama wubahwe wiyumviriy neza canee
Wow that is good be strong Mr fabruce 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❣️❣️❣️💕♥️💞💞
Nice love at from usa
Congratulations guys 🙏🙏🙏🙏🙏
Congratulations 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbega izo nzu ko zizimvye ubwo ntimwokwubaka ama building manini ariko kubiciro bito bito bishoboka kugira nabafise uburyo atari ikirenga kugira ama Bank afashe nabadakorera imirenga?
Home sweet home🇧🇮👌#Mon Pays
Sha ,nuwokwanka URUKWAVU yokwemera ko rwiruka,uyu musaza ati big up Sana,Imana imutereke pe,NAWe akomeze iyo projet apres 5 ans ,Buja izoba ari Paradizo pe
Better
Manirakiza Fabrice Imana ikutuzigamire iguhe inguvu
Nice
Gooooooood imana ni nziza❤❤❤❤
Woow
Turashush tutarwaye😍😍😍😍
Big up
Ntawutoryoherwa abonye iriterambere Big UP sana
Ku yindi Mpwemuuu kbx 🇧🇮🇧🇮💕
Manirakiza, you 're honest.
Courage can ndabikunze
Woow conglatulations burundians kbsa
Vraiment vous vaillant hommes
Sehr schön Bilder 🇧🇮
Bro zurabwira yr people to share yr videos. Komereza oho
Courage
Fabrice.Imana ikuje imbere n ukuri pe
👏 👏 👏 umuntu atokoma 👏 arafise ikibazo ahantu. Ndamuhaye 🥉 🥉 🥉 uyumusaza yubuhwe
Imana ivyoyavuze ndabona birimo gusohora kbx
Manaweeee 🇧🇮 ndagukumbuye😢
Nivyiza cane
Wooooo namazu meza love from 🇷🇼
Back man ndagukunda cane
Leta nibagirire icizere ibahe imigambi yokwubaka inzu zigihugu murabishoboye! On ne peut plus appeler des ingénieurs étrangers dufise abantu bashoboye nkukwo!
Woowoooowoooo so nice wallah 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
👏🏾👏🏾👏🏾😍
I like this Bujumbura is beautiful town
Imana ishimwe cane kandi nabandi banyarukane imigambi
Congratulations 🍾
👏👏👏👏
❤️❤️
Good job 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯
Mr Fabrice how are you I'wont to see modern villas with big garden swimming
Wow, ni Project ya bien kwl. Bandanya 👊
Ewe bigi nawe urarunga nakunyu ati nuwurwaye gute baramukoreyumuti kurizo sikariyo