Iyo niyo Burundian Spirit nyakuri🎩👍🏽 my Sincere congratulations kuri uyu mu Petit. Ni vyiza kubandi ko bishoboka.kuko vyerekana ko uBurundi atari the Poorest Country in the world. Yamara: *iyo modok niyo kwiruka(Sport) *Amabarabara icamwo yagutse speed limit y'Igihugu ntibijanye. *Ama pieces yayo ntari hafi *Itanki y,'Igitoro ni nini kandi Igitoro iwacu ni Ico guhiga! Aba ba petits ntabahanuzi beza bafise #Yoba nomubonye na bagenziwe nari kubaha Idea ya Investment muri Busness y'Machine Engineering za Made in Burundi.bakinjira muri Industrialisation.
@@burundishallsmile1day109 bwabundi ubishizemwo inzigo😅😅ntahuza cane ntavyonzi. Ariko wumvirije uko yavuze arafise experience mubintu nkivyo kk yabitanguye akiri muto. Erega arafise na moto ya sport boss☺
Mu mateka y'Uburundi iyo n ya kabiri kera les années 1990 hariho umu petit wurya muhiindi wa caméo yarayifise uyo mu type w'umurundi niyubahwe nukuri🙏👋 love MUSTANG ❤️😍
Ntawurya akatamugoye imbuto y'umugisha y'amugwa kugiti c'umuruho
Terimbere disiiiiii Frank d' or Big bro intambw kuyindi
Ibisimbankenyeye vyubahwe imuyinga iwacu hejuru cane
Giteranyi Muyinga on the Map🙌👌
Waooh ikiganiro kiraryoshe🎉 respect Franck
Ndanyunzwe pe
Good
Respect bro, you're a great motivation
Uwo mujeune Yubahwe 👏
Gael uguma ushira ibintu kuyindi point bidasanzwe caaane 👌🏾👌🏾👌🏾
Wawoooo intaheee nziza
Naremeye👏👏
Muyinga kuyindi level 🇧🇮🔥🔥🔥
Ford mustang my dream car 2
Full Respect 👍👍
Proud of you
Ikiganiro Kiri 🔥🔥🔥
Motivation nziza caaane❤
Respect my big brother frank
Mansha Allah 👌
God bless you Frank I'm happy for you
ikiganiro kiraryoshe kbx
😎😎
Felicitations
Rich guys are humble 👌
Igisimba cubahwe Sha carakoze umuti scl
Juste, Muyinga Oyeeeee!!!!
Respect bro🙏🙏🙏
part 2 kbx
My boss uyo
uyomu pti araciy bugufi amez neza congrats bro
Merci cnee kutuzanira uyumutipe kweri
Nakubali kaka Franck
I'm appreciate iyo care ninsazi p🙏🙏🙏🙏😂😂
Cakoze frank aciye bugufi Imana ikomeze iguhezagira
Frank yavugishije ukuri kubuzima bwiwe kabisa.
Vyizaaa Can Yesu agira neza yarahezagiwe
Ooh nciy nkumbura agasimbankenyeye kwivoka yebaga!
Mmmhhh brother wewe Uvuze Ramble ndamuzi cane kuko tuva kugatumbakamwe
Merci beaucoup gaeil
Courage Frank 🇧🇮
Happy fity boss
Umukubito✌✌
Kwl amabuye yimuyinga yubahwe respect bro 🙅kwl ntaho udashakira
Muyinga kuri niveau 1. Frank big up
Iyo niyo Burundian Spirit nyakuri🎩👍🏽
my Sincere congratulations kuri uyu mu Petit.
Ni vyiza kubandi ko bishoboka.kuko vyerekana ko uBurundi atari the Poorest Country in the world.
Yamara:
*iyo modok niyo kwiruka(Sport)
*Amabarabara icamwo yagutse speed limit y'Igihugu ntibijanye.
*Ama pieces yayo ntari hafi
*Itanki y,'Igitoro ni nini kandi Igitoro iwacu ni Ico guhiga!
Aba ba petits ntabahanuzi beza bafise
#Yoba nomubonye na bagenziwe nari kubaha Idea ya Investment muri Busness y'Machine Engineering za Made in Burundi.bakinjira muri Industrialisation.
Ugire umwigishe ingene azoyitunga? Yayiguze abizi
@@armandirakiza1443 You don't get it!do you?bwabundi hari Abarundi hakaba n'Ababono🤔
Mbe kwihangana ngo uhishe ko uri Bono navyo birakugora?
@@burundishallsmile1day109 bwabundi ubishizemwo inzigo😅😅ntahuza cane ntavyonzi.
Ariko wumvirije uko yavuze arafise experience mubintu nkivyo kk yabitanguye akiri muto.
Erega arafise na moto ya sport boss☺
@@armandirakiza1443 Muvyo nashikirije vyooose.Imodoka na Moto gusa nivyo ubona dukwiye kugira Debat!?
Je ndakuze nsinta Umwanya mvuga Imiduga n' Moto .
Mvuga ama Machines yungura uBurundi.
Ibiri hanze yivyo shira abantu bo hasi kurwego uriko. mwebwe mugitangarira Isi ko ariho mukiyinjiramwo!
@@burundishallsmile1day109 murakoze cane🙇
agasimbankenyeye wallahi!! aka diya kwenda mbele
Imodoka niyo passion yiw kwel since...kumbe ntibiher😍franck lift
Irambire kbx
Iyo nvugo ntigira insiguro,kuko uyivuga kenshi,bica bishisha vyunvikana yuko utari umunyamwuga.(biriko biza kuyindi point bidasanzwe)
Gael...ubaza nabi pe. Nukubaza ivyo umuntu akora kwanza tukaronka reference n'ishusho yivyo arimwo....Nukuja urategura ibibazo.
Frank. Wewe turikumwe cane nanje. ndabakurikirana Ndi Kenya. Nanje. Nifuza kugura bus yambere Izivye yokwunguruza Abanyagihugu. Nukuri ndabikunda
Muyinga✅
Reka kumubeshera siwe afise iyizimvye kurusha izindi I burundi, eka Da. Izo Toyota prado nshasha 1 igura mustang 2 canke 3, but congratulations kuko n'akaduga keza, kagenda neza kandi gakomeye
Franck💥👊🏾
Mu mateka y'Uburundi iyo n ya kabiri kera les années 1990 hariho umu petit wurya muhiindi wa caméo yarayifise uyo mu type w'umurundi niyubahwe nukuri🙏👋 love MUSTANG ❤️😍
Reka reka harumujama afise Chevrolet camaro aba kinanira, nuwundi afise escallade kumutanga
Izo naho zihuriye na Mustang
Waoooh
@@mjlk450 biravana muta n'a Chevrolet uvuga kuko ntibisigurako mustang zose zisumba Chevrolet nyib utzi Chevrolet camaro ZRT1 ntiwoyishira hamw niyo ,knd vyongey uwo ndamufana nuwiwacu munzahabu
Papa wiw yari musitanteri
Frank d'or
qui ne risque rien n'a rien bro congratulations. ich komme kamenge
vom nichts kommt nichts.
Uyu mu tipe numuhanga
Giteranyi kuyindi mpwemu idasanzwe
ngowasunika amakinga mugasenyi rero
Abarundi turi nubweng bwinshi boduh izira uburund bwob nkiburaya
Muyinga💪
iwacu muyinga turakaze
Part 2 gael
Ww twarakorany igifundi tes
Giteranyi yubahwe
Wa kiteranyi kwetu
Muyinga kwetu
Mbe ubu ubutare buracimbwa nabantu kigiti cabo?matieres 1eres nitunga ryigihugu Etat nishireho amashirahamwe abwimba nayo ahe akazi abana bigihugu proud to be burudian guy 💪
Muyinga yubahwe kbsa Frank d,or ironkere ibintu nabantu just gaele naweye mwirambire
Uyu mubigwa ndamuzi
Muze mukora ibiganiro biteza imbere i gihugu. Iyo modoka izimvye ku barundi, ikanga abarundi bi Burundi. Muri USA canke Canada nahandi Mustang nimodoka zaba jeunes bashaka gukangana. Prix yayo ni nka $35k-$45k. ukariha nka $250 ku kwezi(lease) Akange abarundi bi Muyinga rero.
Ewe Franck,
I love this guy💖🥹
Nivyiza mukudwa komez uterimbere kwl wirambire p
Giteranyi iwacu hubwahwe
Umusipi wa Gael nihatari
nice
Giteranyi oyeeeee
Good interview ❤️ 🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️🌎🙏 excluse
Gaël wompa numéro y'uriya mutype Franck d'Or
Uzotunga nagose kuko ufise urupfasoni kandi ufise intumbero ushaka gushikako
Bro
Uburundi buri inyuma muri Africa
Muyinga ntidusanzwe
Muyinga zirya modoka ntizizongera kubonekaho
🥰🥰🥰🥰🥰
Frank urasetsa caaane.urumwana mwiza.ushatse twomenyana numva hari vyinshi twoganira.ndakwibuka kwa Rambert
👊👊👊
Gaël mubwite Frank ampe akazi
ngo isoni aransekej🤣
Ntawe azi neza 🤣🤣
Franck kl yarakoze ibikorwa vyish kbs ntiyigeze yicara pe,ego nabandanye atera imber
Vyose nimana ukoresha.ikiganiro nezq ndagukunda
Frank uratwibukije ibisimba nkenyeye Gael wwe ivyo ntavyuzi muyinga yubahwe
Gusa iyo kess siyambere izivye ndk
Wp siy yambere izimvy iyo
Frank uranyibukije igisimbankenyeye kweli ! Ubavuka mu Giteranyi uratuyoboye uwo muduga urarenze kabsa ! RIP to Laurent !
injoy my Bro MUSTANG 🐎 FODY numuduga wamateka caaane gose vrt Knd irazimye kbx ndanayikunda caaane gose Ino muri Oman Muscat 🇧🇾 zigiramwo abarabu
Mein Bruder Franck, ich wünsche dir viel Kontinuität im Leben. Aber vergiss nicht, dass die Version nicht auf dem guten Auto stehen bleibt
Gut gesagt, aber er ist noch jung und er muss seine Jugend genießen
Muhungu wiwacu uranryoheye ukuntu wishura ibibazo nkumuntu yize pee!!
😏😏😏😏😏
Er ist ein Reich manchen
Sag ihm bruder, vielleicht übertreibt es manchmal hahahahah
Gael wubahwe cnee kuba utuzaniye uyumutipe
Turanezererewe iterambereryaw