Ikigwati V.I.P ca mbere mu Burundi//DUBAI yadushwayemwo//MUTRAC izanye inzu z'igitangaza//uwuyipfuza
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ม.ค. 2024
- uwipfuza kwitura MUTRAC yobarondera kuri SITE yabo WWW.mutrac.bi
+25761444777 canke kuri 79993907 canke kuriwatsap 68405060
@NtareRushatsiHouseTV @presidentneva
#diaspora #president # - บันเทิง
Fabric yuguruye amaso abarundi
Ivyovyose ndabikesha wee
Gaëlle cameraman wapi akamera abantu gusa muri make arasarisha
Waoh. Merci Gael biriko biza neza. Utuzanira ibiganiro vyiza.
Iki nicokintu Gaël asumbije ayandi ma TV
❤❤❤❤❤ love it keep up good work
Gaël niww mu journaliste wambere uzi ivyurimwo gusumvya abandi bama tv onlinr
Umukubitoo mubandanye muterimberee kabisaa💯gusaa cameraman aze aratwerekaa neza ama plans yosee
MUTRAC Hejuru cane
None inzo nzuu mutabaha abarundi akazi ninde azazibamo murabura gufasha abanyagihugu mugurure akazi abajene bashaka kazi apan inzu
2024 c'est l'année du changement, le burundi doit se développer % propreté % construction % prospérité %
👍👍👍
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Amahoro neza Bosco ndasubiye kubabona nukuri Imana ishimwe
Vyiza cane kabisa👍
Gaële please ukora neza mugabo cameraman
Our country is beautiful 🇧🇮💪❤️
Hejuru cane❤❤❤🎉🎉 burundi
Courage❤
iciyumviro ni ciza biraryoshe pe!mais le probleme nuko ibikoresho vyose biva hanze gushika kuri gason.donc il faut penser ko biva iwacu tukabihingura
Gaël Umukubito, umuhashuro urakaze sana🙏
Uburundi hasigaye hasa neza cane ❤❤❤❤❤❤❤
Good
Abanka. Uburundi. Bararuche
Gael bije kuyindi mpwemu idasanzwe
Bwira uwo mucameraman aze arerekana ivyo muvuga kabisa
Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮 ❤❤❤
Mutrac hejuru
Abarundi muze mumenye gutandukanya MACROECONOMIE na MICROECONOMIE.
Kwubaka amazu, kworora inkwavu inkoko inka, imirima y’abanyagihugu, ivyo ni MICROECONOMIE.
MACROECONOMIE ni Amahinguriro ( les industries de ciment, d’acier, …, ) amaCompagnie public acukura ubutare, Liberalisme economic aho abantu bose bemererwa kudandaza ata monopoly.
MACROECONOMIE niyo iteza imbere igihugu.
MICROECONOMIE nubwo nayo ari nziza, ata MACROECONOMIE ntaho muzogera
Bro vuga ati ntaho tuzogeraaa!!!!
Respect
Vyiza cane kbsa
Mutrac ije neza babandanye natw turonke uburaro bwiza
Nezerejwe no kubona ivyiza nk ibi vyubakwa n abarundi.
Gael je nshaka gupanga nangahe kukwezi.please
Nkuwushaka kugura yobigenza gute
Iyiwanje Mube murayitegura nezaa Cane Ndaje Vuba 🤑Komera Cane U Burundi Butegerezwa Gtera Imbere Kubera Imana.
Turiteguye kukwubakira uko wipfuza
ebana nimutwereke ingada [usine] nshasha mwubatse abantu baronka ubuzi kugira abantu
baronke amafaranga yokurya
Niwewe murundi wenyene azi ubwenge. Iterambere ni industrie si amazu. Twotuma tuba mumazu asanzwe ariko dufise ubuzi n’amafaranga
Projet yose itanga akazi. Bamwe bubake uburaro abandi bakore amahinguriro, abandi borore, abandi barime. Urumva abantu ntiboja mu kīntu kimwe
None iyo si industry???ntabantu bahawe ubuzingaho?
Ntimuramenya gutandukanya industrie na Service?
Kwubaka ni service. Gukora isima ni industrie.
Ariko ntituvuze kwo kwubaka ari bibi, navyo ni vyiza.
Ariko ngaho abariko baratera imbere, ni abakora iyo sima mukoresha, abakora ivyo biyo, abakora amakaro, abakora ayo maferabeto.
Mumenye gutandukanya kuba Consommateur no Kuba Producteur.
Service zo kwubaka ni consummation. Abakora ibikoresho vyo mukoresha mukwubaka nibo baProducteur.
Ntagihugu gitezwa imbere no kuba Consommateur gusa
Wewe gira uterere ivyo ushoboye, abo bafashe secteur des services, nawe ufate secteur de production, umengo ufise akababaro kivyo bariko barakora, nawe zana imbono zawe. Ntawushoboye vyose@@philemonniyoyandemye4942
❤❤❤mukomere
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Burundi terimbere cane mutima w Africa
🇧🇮🇧🇮❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️🔥🔥
🇧🇮❤❤❤
Nzanzu zaheze
Kumbe vyabint bimeze neza
Amahoro Gaël, ndashima ibiganiro ukora biraryoshe kandi birafasha iterambere ry'uburundi kubona ivyiza not ibibi, ariko uwo mu camera man wawe arakwiye kuza arafata full video yaho hantu après muhejeje kugira tour yizo nzu icanz na interview akayikamera wenyene kugira montage muze murerekana neza ivyo muvuga kuko haraho umubaza ibibazo ariko tukipfuza kubona ivyo avuz ko arivyo si non umengo sivyo
Muratumara indege ngoyitwa Rutemikirere?
Ewe Burundi urambaye
amahoro
Ico gikameramen wapi kbx lac Tanganyika ntayo gwerekanye
Kugura inzu imwe n angahe, irihwa gute?
None amabarabara mashasha n,inganda usines ko umukubito mutavyerekana?
Kuyituramo sibiki mugabo
Igihugu ntigiterimbere kubera amazu meza ahubwo giterimbere kubera kubaka ama industries, sociétés, entreprises gutyo abarundi bagakora bagahabwa crédits bakubaka.None konziko muburundi bakenye ,ayo mazu nibangahe bafite moyens zokuyabamwo?
Umukubito ndakuramukije ntunzi ariko nagira ndakwisabire Numero ya Fabrice muzoba mukoze please
nizere yuko hari abazokwiyumvira kwubaka amazu agerekeranye gusumba kugira muri apartement imwe habe imiryango au moins nitatu
Uwomuntu arazi kuryosha inkuru
Nivyiza ariko ikibazo bubakira inzu abasanzwe bafise amahera kandi basanzwe bafise izindi inyubakwa babayemwoo. Le petit salarié fonctionnaire ntaco bihindura kuvyuburaroo
Uko muganira Mwokina Ninde neza muri hamwe😂
Habaye Dubai kubera izo nzu indwi 😂
Non muri iyo mitrac ko mutatwereka amahinguriro muriko murategurira urwaruka rwa 2040 non izo visions zanyu kuki zidashira imbere batoya?
Ababoss bubahwe kabisa
💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🤜🤛💃💃💃❤️🇧🇮
MUTRAC courage knd plan zanyu ziri tres moderne nuburyo ziboneka neza kuruta zirya plan za Fabrice.Muri professional biraboneka knd tres moderne.Courage Gael
Bro urabeshye ngo zisumba plan za fablice ntasoni 😂
Vyose waruvuze vyari vyiza gus ako uherejeko siko gusa bose mbona bakora vyiza tuu
Zizisumba gte washaka bakore ibisa uzotwereke plans zawe nazo🤣🤣
Atiko 7 nkizo niduke cane!!!
Cameraman 40%
Gael ndagukunda urumuntu udasanzwe. Ndakeneye kukobona amaso muyandi
Mutububwire les prix nangahe? Pour combien des années???
Muraza tu babwire uko muzironka
Cameraman 40%