Ivyo kuvuga ngo ntashikanira aho ngomba mbga ahantu haca umwana wibiro bitatu cank bine wewe ufise iki coshikanayo ? Nurukundo ruba rwaheze tu nayahàndi nurutoke nama mbona tubikora neza 😅😅😃😄😂😂😂 mubandanye mudukurikiire kuri le Berceau number one business channel in Burundi
A Very constructive show🎩
None uyo Mugore ko atosezera
Bikitwa ko atakiri Muka Kanaka
Burya Agaciro kumugore n'Urugo ni inyifato y'Umugore.
UMUPFASONI
Ndamukunda uyo mudamu nubw ntamuziii afse ijwi ritesa cne knd courage vrt mwese
Nukuri uwo mudame avuze ukuri kuzuye ( Ariko ubundi umugore niwe yubaka urugo gusumba umugabo )
🍾🥂nibaguhe
Mumajambo make yaba abagabo cank abagore kuja hanze ningeso yumuntu ntabindi vyogusigura ngaho kuko nimba arico umugabo cank umugore atakukorera icara hamw mubiyage ivyo bindi navyo usigura nuburofa.
caane goose aho ntubeshe , abagore caanke umugabo ni uguharurukana , ahubwo tureke kurongora canke kurongorwa hama dukore uko , tout simplement , abantu baraharurukana , ivyo vyose avuga , haraho atavyo aba yamuhaye
@@kwizerayvonne1950 uvuga nkumuntu bavanga
Ivyo vyo guhuza ibitsina navyo ,umugore ntiyomenya ko utamukwiriza mugihe atabikoze akirimuto ,,birongera bikagaruka kukwiyandarika kwabakobwa baga twagwa batakiri amasugi ,
Nivyo nivyo uvuze nukuri
Uvuze ukuri cane.
Ewe wa mugore uravuga ukuri kwambaye longues manches.
Uri vraiment 👍👍
Mbona nawe, ivya jym atarivyawe......
Ikiganiro ciza cane kirandyohey nibaza abagabo n,abagore bubats ariko basa n,abahukaniy mu buriri cank ibintu bitakigenda neza ko bigishijw bikwiy
Nta gishasha kiri kwisi kiretse gusa udasoma igituma abarundi canke abanyafurika batamenya aho monde igeze nuko badasoma ibitabo igikwiye nuko boja barasoma bagakarisha ubwenge
Reka tubapfubure ibigabo vyabo uzukuntu vyigira ivya dange
Keke, bravo. Consultante internationale en matière d’éducation sexuelle!!!!
La Kéké Big Up bantu bezann🥰😘 3A zihoran namw
Avuze ati: '' Bagabo nimuze dutegure imibiri yacu'', nimudukurikire kuri #FITBdi , tufashanye gukomeza imibiri yacu, urwo rugamba turuneshe misi yose
Mugize ikiganiro cy'ubwenge
Urugo kera : waba ar'umushinga bakorera umusore mugihe ageze muzabukuru, kugira atangure kurema abantu, yongere abe umutware yemewe kandi yubashwe ,agire nijambo.
Urugo gwubu naho : n'umushinga w'abantu babiri bu nvikanye kugira nabo batangure kurema abantu , baryohegwe nukuba bafise urugo baba rizwamwo mugihe hagize icaduka, bakanezegwa kuko bafise Abo baremye nabo (abana babo) ,kandi bakamenya ko umugore atari uwumugabo umwe , n'umugabo atari uwumugore umwe,,
Eh,eh!!!
Mbona nawe, ivya jym atarivyawe......
Abagabo ntibaja hanze kubera ko abagore babo batakoze ivyo bashaka, Oya. Aha hantu turahihendera cane. Kurya kw'ubworozi bw'inkoko, inkokokazi 5 zigira isake 1 gusa, ni ko igitsina gabo kimeze. Umugabo areka kuja hanze ku mvo nyinshi: Ubutunzi butavyemera, Kwirinda indwara, Uko umuryango (societe) wubatse, canke iyobokamana ryamunyuze, ... Ariko abagore barinze baja hanze, haba hari ikibazo mu rugo (Kiretse ko hari n'abagore bameze nk'abagabo mu mibiri yabo).
#ENJOYAFRICATV ndabasuhuze!Hahahaha nngo ukirirwa wambaye ibipira! Reka nkonjyerereho ko hari nabombona birirwa bambaye ibijipo bararanye! ABAFITE IMYITWARIRE NK'IYO BAKWIYE GUHINDURA BAKAREBARA KUBANDI BA MAMAN BAHORA KUMICYO KANDI BARAHARI BENSHI.
We Gael n'ibiki? ibiganiro vyawe, iminsi yose biba ari chok. Uraryosha ibiyago n'ukuri
Ivyo kuvuga ngo ntashikanira aho ngomba mbga ahantu haca umwana wibiro bitatu cank bine wewe ufise iki coshikanayo ? Nurukundo ruba rwaheze tu nayahàndi nurutoke nama mbona tubikora neza 😅😅😃😄😂😂😂 mubandanye mudukurikiire kuri le Berceau number one business channel in Burundi
Ww reo urumuti wameny Ng urutok😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣
Keke can you please give me your Contact!? I want talk to you!
🤣🤣🤣🤣🤣🤣iyi comment iranyishe
@@joselyneahishakiye2359 ego avuze ukuri none aba lessibiennes babikora gute?
Gusa n'ingeso n'ukutabumbwa.
Uwudafise inka arabona aho zitaha Niko bavuga Juste.
Keke amakuru ? Uranshimish cane vrmt
Jw keshi Ndiyumvira Ama interview meshi ndaba Burundi ,Rwanda,Tanzania usanga abagore bahukanye ushaka batanga impanuro nziza Kandi zokubaka Noe bobo bibagendera gute??exemple keke atanga impanuro nziza cne Ariko yarahukanye
Bavuga ngo n"'udafise inka arabona aho zitaha". Yobona aho aziragira atazo afise?
🇧🇮🇨🇩🇬🇦🇱🇷Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.
Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura Kanda ahanditse *MUGANGA* hejuru Aho comment itangirira urahita ubona nimero yacu kuri profile utwandikirehfftg
Keke ivyo yavuz vyose ni 💯, I wish she could be having more time kri umukubito
Uvuga ukuri.gukurira impuzu umwana ntibiberey
Komere
None uwo yatumiwe nkumuhinga canke ?🤔
Ko numva ahushagurika muvyo avuga?uwabonye Elsie gretta ntiyoba uyo.
🤣🤣🤣🤣
Yamusubiriye🤣🤣
Ibara ryaraguye
🤣🤣🤣🤣🤣 Kéké nari nkumbuye kumva ijwi ryawe vraiment
Iyi topic iramara peee
❤❤
Kéké cherie uri mwiza,ufise n ijwi ryiza.
Ewana nahisemo kugukurikirana kuko ibiganiro bya we nasanze birimo inyigisho. Mbakurikira from🇪🇹🇪🇹🇪🇹🇪🇹🇪🇹 Addis Ababa, Ethiopie🇪🇹🇪🇹🇪🇹🇪🇹🇪🇹.
🇧🇮🇷🇼🔥🙏💙💛💚👋
Kaze twari tugukumbuye ndamukuriza umutumire gael
Kéké merci bien kwizo MPanuro nongeyeko ndemerako amafaranga atuma umugore abitumwe nubukene,Umugabo nawe agasambana kuko yaronse amahera kuk atamahera ntiyoronka Ico atanga.urumva amahera aragisibije cane .
Wapi kbs sivyo ko indaya zicinyuma abagabo nibabandi bayamvise yarikuvuga ibindi
Eeee keke narinkumbuye ikiyago cane😀😀😀😀😀
This girl cute and got some real point📍
🇩🇪⛓️🇧🇮 ........isi yarameze amenyo
Reka kubesha
Ma bro izompanuro zirarenz man
#WeGotThat👁
🤣🤣🤣😂😂😂🔥🔥🔥
Ntamakuru ufise!!umuntu ucinyuma uwobubakanye kenshi abaringeso yumuntu yubusambanyi, hariho abagerageza ukobashoboye ivyovyose uvuze mugabo ntikimubuze kwamuca inyuma!rero mufise amakuru mak kurivyo
caane , gusambana ni ingeso, hari nabasiga ibirezi bagasambana nabiramvye imivyiro , abasambanyi ntiwomenya ivyo bakunda
🤣🤣🍾🍾🥂nibaguhe Uwimana 😘
Uvuze ukuri kabisa.
Gusambana n'ingeso kuko nta kintu na kimwe vy'ukuri cotuma usambana.
gusambana ni ingeso yaba kubagabo canke abagore bivuye ingene barezwe mubuto bwabo , namba wagenda wiyandarika uri umukobwa aho ubonye hose , ntiwibaze ngo urongowe uzobiheba ! eka da , urumugabo naho nyene ni uko, ubusore bwawe waryamana nabenshi , uvyaragura hariya nahariya , wagize umugore siho uzoreka ! ni ingeso rero yimibereho wabayemwo mubuto, ntakindi , gusa , jewe ico nohanura abagishaka, kwitondera caane gushira munkundo abantu nkabo ngo ubagize abagabo cane abagore ! ingeso iraraba ntihwera!
Abagore babaye indaya ahubwo nibarek kubeshera abagabo.
Nivyo kbs my brother nibanguhe🍾🥂nubeshe
Ndipfuza kugira ikiganiro n'a juste
keke nirwiza shahu ruguma rwitwengera
UWUDAFISE INKA ARABONA N'AHO ZITAHA.
Mbe juste iyo mpwemu idasanzwe vip sasa??
Wooww mwagize ikiganiro ciza cane big up bantu banje ❤️
Mbona nawe, ivya jym atarivyawe......
Gael ndabunganire hanibakobwa bihambirira kubahungu ngowanteyinda akacamwihambirirako akamutwara atamukunze nivyo birabituma ikindi nikuberiki hariho abasambana arumugore wumugabo numugabo wumugore ubukurikira muzobisesangure
Vrmnt Ikiganiro ciza nkuko vyama na keke
Uyu musi kk yaturyohereje ikiganiro
Keke you are light 🙏🙏
Bareke barye abantu
Iz vibuuu ga Kéké uzikurahe?🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nukuri
Kekee❤️.juste bije ku mpweeeemuuu
Wa Kirundo Busoni
Kbsa
Silibia
Noma sana
👌
Biraharawe vraiment
Keke nawe nyene araguruka.umugenzi wanje niwe amukorera umuti bien.asha natwe tuzabatera nta motif ngo nabakecuru
Uri sur brother??? ahubwo nagira niwe umukorera umuti🤓🤓🤓🤓🤣
Abapfubuzi😃😄😁
🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Love from wive tv
Subira kwiga imigani bwana ngo nuwudatunze inka arafise ahaziragira hahaha bavuga ngo n'uwudatunze inka arabona Aho ziragirwa
Zituruka