Waouuuuh 👌 quelle émission? Ntunarambigw 🤭 mug akant kuk vyaciy m gutw 1 biserukir m kand kararenz 🤣🤣 kaboss en tt Cas mercii 😍uzoz uraducishirizamw utuzanir abant nkab 👌cette femme ar intelligente bidasanzw kand afis Don y kubisangiz aband mercii pr Elle 🙏
J ‘aime trop cette femme numugisha kubantu bose bamukurikira Imana Ikuduze de gloire en gloire mais aratwengeje gushika ngo”ntubona kuguma uzunza umutwe ka ga boss ngo aha biriko bica mugutwi bisohoka mukundi 😂😂😂😂😂😂natwenz gushika
Abantu Bose bazi KO ba Alice Ari beza Bari imbere. Like ngaha.
Guhera uyumusi ngiye ndamukunze ico mpuza nawe nkazoza aho yigishiriza 🙌🙌🙌ndanyunzwe
Abarundi bavuga ngo :"umwana s'uw'umwe" eka n'umuvyeyi s'uwa bamwe vraiment. Manisha Imana imuhe gukiza benshi bashoboka. Kaboss turashaka abantu nkabo b'ingirakamaro k'uburyo même dans 20 ans tuzoza turibuka ko hari impanuro twahawe zikagira Aho zitugeza kandi kuko nawe uzoba wabigizemwo uruhara Imana izobiguhembera
🤣🤣🤣🤣 Iyi émission ni nyina
Kabisa 😂😂😂
NKEU 🤣🤣
Mama Imana Ibahe umugisha numutama wanyu
Kaboss udusoni twasazeee 😂
Émission nziza kbx,uyo mu maman muzobahuze na mbayahaga umusi umw, vyoba birenzee 🔥😂😂
❤ yes
Cette dame vraiment 🤌🏾♥️Imana imwongerereze ubwenge n'umuco...kaboss yafaditse😂hangout yambere ahawe pe!!
Amen amen mukozi wimana kunyigisho nziza yubaka
Turakumbuy Na Sophie Buyoya. Mwomutuzanira mwob mukoze. Na b Sophie ni beza. Like ngaha abamushaka.
❤❤❤❤
Sha Alice urakoooze cane kuko ndakumviriza kandi Imana iduhe Ubwenge bwo kubana neza nkuko kristu yabitegetse.
Madam Alice Manisha vrmnt 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾yama avuga ukurii rwose. Merci kaboss
Mukozi w Imana ndagukunda uravuga iby Imana bikaryohera pe 🙏
Waouuuuh 👌 quelle émission? Ntunarambigw 🤭 mug akant kuk vyaciy m gutw 1 biserukir m kand kararenz 🤣🤣 kaboss en tt Cas mercii 😍uzoz uraducishirizamw utuzanir abant nkab 👌cette femme ar intelligente bidasanzw kand afis Don y kubisangiz aband mercii pr Elle 🙏
KaBoss ntako udakora kbs
Thx sanaa
Big up kbs
Nguvuuu🙌🏾
Ikiganiro kirimwo impanuro nyinshi bantu mwese muze mwumve uku kuri 🔥🔥🔥🔥
Ikibwigwa nicumva🙏🏼inyigisho ziratomoye ikiganiro kimara isaha muga umengo ni 10min kubera kiryoshe
Kaboss4Real...hafi y'agakiza!!!
J'adore cette femme 🙌❤️
Kaboss wakoze kumutumira twamenye vyinshi👌
C'est tt à fait clair et net 😁 merci k'umutumire💯💯demandons le secours au créateur du mariage, seul lui peut🤗
Kaboss kaboss kbisa merciii
Wibagiye nikisema Alice unasema Manisha😅
Abantuu baratandukanye daa
😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
iyi comment mwa bantu mwe😂😂😂😂🙊🙊
😂😂😂😂😂😂😭
Fureshiii sanaa
Amen
Kaboss today watakaye kabisa😂😂 Ikiganiro ciza btw🙌
It's my first emission for me 🥺🥺🙌🙌God's blessed 🙏
J ‘aime trop cette femme numugisha kubantu bose bamukurikira Imana Ikuduze de gloire en gloire mais aratwengeje gushika ngo”ntubona kuguma uzunza umutwe ka ga boss ngo aha biriko bica mugutwi bisohoka mukundi 😂😂😂😂😂😂natwenz gushika
😂😂😂
🥰🥰🥰
Akant ko kuzunza umutwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣
😂😂😂ka boss ngo wacitse intege,merci pour l'émission , y a plein de conseils à en tirer, dukizwe tuze twubake neza
Kaboss azayahura numu mama atarya iminwa ngo aje ahandi 😂😂 thank you mama inyigisho zawe nizukuri kweli
I wish iy video k yokumv bensh can can young people harimw vyinsh yokwigish
This show nukuri 😇😇😇😇😇
poa saaana💪
Woow
Uyu mu Mère ni version féminin ya Isidore Mbayahaga kbsa 😂😂 yivugira ukuri guca mu ziko ntigushe kbsa #Big up Sana Muvyeyi mwiza
Sh be ks
Titre ntimotiva kumviriza iyi émission
Mrc kukiganiro ciza
Vraiment la femme là on dire c'est moi avec de principe.ndabakunze cane
Yes
Thank you kukiganiro ciza 🙏🙏
Uyu mukozi w'Imana ndamukunda p
Jew kaboss arantwenza sana
Imana ni nyene rya zina rirengeye amazina yose. Imana ntikwiye kuvurwa mwizina.
Waouhh 😪🙌
The best interview ever😂
Moi de ma part ni fresh sanaaa hahaha nice emission
Kaboss Vibe yagiyehe🤣🤣🤣
Courage bro nkunda biganiro byaw ndimurwanda
Kaboss mood yagiy😂😂ubwob bwabay bwinsh😂😂ubw ntakoz ah ubabaye
This Lady is too much...TOO HEAVY ON THE TRUTH👏👏💯
Iyi niya Friday yo ku Vibinga arik Kaboss uno musi Vibe yagiy ngira bariko bavug ibintu vyiwe umutumir amusumbije kime na Vibe😂😂😂
#WeGotThat👁
Abapfuye none burya Baja mw'ijuru???
Oyah umwami Yesu umwakira ukiri muzima rero ukaba utaramwakira ikinico gihe cawe
#Kaboss tumira #Alice_Manisha ga 3 uraheza nawe ukijijwe 👌 😂 😂 😂 😂 😂
Love from @Philoscoco 😎
Emission ya bien🎉🎉🎉🙏
Quelle émission... continue coe ça man !!
ngwaho nkeeee
🙏
Respect Mme Manisha
Respect to u mamaaqa
Madame Alice warahezagiwe imana ikuzigame
Kaboss na entre yayibagiye yari yabonye umutumire yamwiteguriye caneeeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣.
Umushinge wa vyose nagakiza.
Uyu Mumama wandangiye channel akunda kubwirizako ubutumwa bwiza njenkurikira ubutumwa
Atari akandi yaratubwiye kbx uwumva yumve kbx.
Uyu muvyey ndamukunda
Evangéliste i wish we had 3personnes nkaweee😌
Bien Mère courage igikorwa kirahari kwl mina jeune
love you maman manisha ❤️
Uwomuhungu Arafise Indero urabona ingen yubaha??
Fureshi Xana Sayo uhakuye🤣🤣good emission 💪💪
Kino kiganiro kiranryoheye
JW Alice Imana imudukomerez cane bless you Manisha
Bampuze nawe
Uyu mu mère avuga ukuri murivyose peee👌👌
😅😅😅😅kaboss wumiwee Akira yesu manisha yakubwiye muhamadi uhebe
"Chr kumbe Usa uko uvyutse" ako ni ko kabi😅😅
Btw it's a good emission 🙌
Je iyi iranryoheyee Sanaa kxl broh Big up
ikiganiro ciza .kirimwo impanuro vmt
Eeeee this movie
Sho sho
Kaboss urasubira utumire Na Alice Nzomukunda. Na politique nk'ab pasteur
Copinage muyihebe basha 😅🙈
émission ir fureshi sana
Please Ap Mbayahaga na Alice turabashaka peeee😂😂😂😂
Madam bakumpere agafànta, ukonukuriiii Ariko kutoroshe muribino bihe.
☑️☑️☑️☑️
1h yanje yukwumva ivyonshaka j none sinama nbivuze hooooo ladies hellooo cakira Kristu kora ibisigaye c v aller
Hey numbwire ko ari Manisha twiganye mu buyenzi kuri Foreami mama wiwe yarumwarimu,
😂😂😂😂 qui est devenu le journalist?
🤗😍
Ndabakunda
💯💯💯💯🙏🏾
Ikiganiro kiryosh gose,mmealiceukomez uvugavyo urakaramba
Je ndumu dame kndi Ndagukundaaaaa saaaan
Kaboss ico kipindi nicambere na mere niwa town kabisa habgigwa abumva
Uravyumv kabosss 😏😁😁😁
Thanks kaboss 🤙
Cnk usange ntiwarukomeye😂😂😂😂
iy nyigisho n Mama nkeu 😂😂😂
Nkunda ukuntu yanga icyaha iyinni video ya kabiri yiwe mbonye
Gus uvuz nez muvyeyi
This woman is too much but in a good way😂😂
Kaboss Ivy bintu vyokuvugira umuntu ntitubikunda
Nne ivyo bintu uherako vya mpumpupu ko umenga vyatugeze ahantu birasesema