Ama videos y'ibiterasoni aragisibije//Leta nihaguruke kuko biranse//Ingaruka zavyo//Abavyeyi bakwiye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
  • Ama videos y'ibiterasoni aragisibije//Leta nihaguruke kuko biranse//Ingaruka zavyo//Abavyeyi bakwiye
    #rasko #keke #ubuzima

ความคิดเห็น • 40

  • @nkengurutsearistide5234
    @nkengurutsearistide5234 ปีที่แล้ว +2

    Rasko take five,,,,👊🏾👊🏾 kabisa utanze impanuro zifadika kandi warimumpwemu zidasanzwe😅 komera mugume mwamizako musemerera

  • @eddyjoyeuxtuyishime3201
    @eddyjoyeuxtuyishime3201 ปีที่แล้ว +8

    Ikiganiro kiryoshe cane kandi cigisha .
    Gael zurarwiza ibiganiro vya débat za ba jeune😂😂

  • @mwizakimaru5295
    @mwizakimaru5295 ปีที่แล้ว +3

    Ndashigikir rasko a cent pour cent 💯

  • @ladouceayinkamiye524
    @ladouceayinkamiye524 ปีที่แล้ว +1

    Umukubito hejuru cane urashoboye cane gael

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 ปีที่แล้ว

    Emissions ya bien nibarek kwitezurubwa😌🥱🥱🥱

  • @bonaventurebuzubona8763
    @bonaventurebuzubona8763 ปีที่แล้ว

    Rasko ndagukunda kubiiii

  • @pacificrukundo8755
    @pacificrukundo8755 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro cari ciza, ariko uwo mudamu aratwenga cane bigashisha. Rasko a un raisonnement intéressant et intelligent

    • @IamRahma
      @IamRahma ปีที่แล้ว +4

      N'ugutwenga none ugire ubimuhore 😢vrt
      Nuko ameze rek yisekere 😂😅

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 ปีที่แล้ว +1

    Turi mu bihe vya nyuma nyene gusa abantu babikora baze bamenya ko hariho consequences mbi caane ,umuntu yobigisha baba bakwiye kumenya ,ubukurikira mwotumira abantu nka psychologue,abakozi b'Imana,nabaganga.

  • @fabienuwimana9559
    @fabienuwimana9559 ปีที่แล้ว

    Rasco nazosubira kurya salade irimwo concombre hahahahhaa

  • @nadinenathan8257
    @nadinenathan8257 ปีที่แล้ว +3

    Yoooo mes condoléances Laskot 4:30

  • @inesnduwimana684
    @inesnduwimana684 ปีที่แล้ว

    Ndamnyutse nukuri😂😂gusa aba bakobwa nabo gushikubu ndacarondera ibintu baba banyoye kugira bakore ibintu nkabiriya

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp ปีที่แล้ว

    Très important, mugume mubisubiramwo‼️‼️‼️

  • @charlessadoc2203
    @charlessadoc2203 ปีที่แล้ว

    Nawe utwenga uko ndafite video yawe mukobwa😅😅

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 ปีที่แล้ว +1

    Le mukubito😂😂

  • @yannwenge108
    @yannwenge108 ปีที่แล้ว +6

    Rasko 😂reka kudutwenza affaire yikidaje na concombre n'igitoke😂😂😂

    • @yannwenge108
      @yannwenge108 ปีที่แล้ว +1

      Akabi gatwengwa nkakeza birababaj surtout pr leur parents walahiii🤔😒😒😒

  • @nduwimananadjibu2131
    @nduwimananadjibu2131 ปีที่แล้ว

    Zirihe gabasha izo video niz foto?

  • @adaitman1176
    @adaitman1176 ปีที่แล้ว

    ivyo bintu bihagarare vraiment.kuko birababaza no kwumva

  • @nathalieleanakaneza6744
    @nathalieleanakaneza6744 ปีที่แล้ว

    Ndabemera vrt mubimeny kand 7 la vérité

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 ปีที่แล้ว

    Either the height or the angle of the camera is inappropriate.

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว

    Harahiye😂😂😂.dagowe

  • @truthboyofficial161k3
    @truthboyofficial161k3 ปีที่แล้ว

    Gayere babwire kwer ulusi twashavuye tuzobishirahabona harinivyo mwibagirira muma corbeille kwer tuguma twirabira ma cinéma uyo mwazishoye mutandondeye mumpifanta🤣🤣🤣🤣🤣ndakeneye muzonyishure iyo sms

  • @nininahazwegodefroid
    @nininahazwegodefroid ปีที่แล้ว

    nsomya ako ka royal

  • @bucutiarsenelupin164
    @bucutiarsenelupin164 ปีที่แล้ว

    Keke de Londres

  • @BubetBet-st7vu
    @BubetBet-st7vu ปีที่แล้ว

    Malheureusement hariho n'aba dames bisoneye Ama vidéos cank Ama fotos yabo aja ahabona cokimwe! Nihatari

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 ปีที่แล้ว

    Merci ku kiganiro nukuri aho bigeze turakwiye guhaguruka peee abakora izo vidéo bagahanwa,eka nabazi partagea bagahanwa bagahera kuwayitanze gushika kuri source kandi nibahanwa ndabarahiy bizogabanuka.....hama ducishemw dutwenge nari nkumbuy blague za Rasko uhezagirwe cane 😂😂😂😂

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 ปีที่แล้ว

    Kugira babisigure neza.

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 ปีที่แล้ว

    ❤❤

  • @memsiigaufe9225
    @memsiigaufe9225 ปีที่แล้ว

    Jew ntavyondabona mbwirananje nzabirebe

  • @NelsonronoKoskei-kc5xy
    @NelsonronoKoskei-kc5xy ปีที่แล้ว

    abarundi kazi ninoma ndaka

  • @samuelniyo8605
    @samuelniyo8605 ปีที่แล้ว

    Le fils Thomas est avec vous.

  • @future7073
    @future7073 ปีที่แล้ว

    Vrt mwakoze ikiganiro ciza nukuri abajeune bubu turagowe ntakazoza kbxa biteye ubwoba cane

  • @OsiasMbonihankuye-mp2pf
    @OsiasMbonihankuye-mp2pf ปีที่แล้ว

    Jebingezahantu nimuze muradufasha kubiterivyatsi nugutukishigihugu

  • @jospinhavyarimana2222
    @jospinhavyarimana2222 ปีที่แล้ว

    Keke tu es de la vielle école !gusa Jwe sinshigikira umuntu a publia vidéo yum partenaire wiwe babikoranye

  • @ingabirechantrene2933
    @ingabirechantrene2933 ปีที่แล้ว

    Man urakeney kuronder micro ya 3 kl gs ikiganiro niciza ndagikund

  • @MinaniViateur-xg2hx
    @MinaniViateur-xg2hx ปีที่แล้ว

    😅😅😅

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 ปีที่แล้ว