Inkwavu zavuyemwo INKA//Ama MILLIONS nakuye mu NKWAVU//Iraro ry'agakura ry'umurundi adasanzwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 เม.ย. 2024
  • Inkwavu zavuyemwo INKA//Ama MILLIONS nakuye mu NKWAVU//Iraro ry'agakura ry'umurundi adasanzwe
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #burundi #inkwavu
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 70

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 หลายเดือนก่อน +4

    Thank you Gaël kudusangiza iyi nkuru nziza
    Éric, komera gutera imbere s’amashule gusa. Iyo mentalité yacu dukwiye kuyihindura.
    Ingénieur nawe komera ko uwo mu polici ataguciye intege. Impano yawe warashize mungiro, you didn’t give up.

  • @user-tn7yu4if5k
    @user-tn7yu4if5k หลายเดือนก่อน +2

    Courage Éric, n'ukuri uri intwari ikomeye, uri numushinge munini mwitwrambere. Ubona aba jeune bosee bokora nkawe. Gaël courage nawe mu jeune uteza imbere benshii

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 หลายเดือนก่อน +3

    Juste Gael Reta ikugenere budget yawe vrt uze urakoresha muribi bikorwa ukora bagushigikire mu buryo ugure naka modoka aka deplacement uze urakoresha murizi ngendo zawe.

  • @thealkebulanite8639
    @thealkebulanite8639 หลายเดือนก่อน +5

    Ndavye imyaka 15 yavuze ko yakozemwo ubwo bworozi, birashoboka .
    Juste Gael ,uri itara rimurikira ugwaruka.
    Amahoro cane kuri wewe numuryango wawe

  • @nyamweroprosper714
    @nyamweroprosper714 หลายเดือนก่อน +3

    Gaël , uri Umumenyesha makuru w'umwuga. Ukora ibiganiro vyubaka abarundi n 'Uburundi. Ubandanye umurika umurikira abarundi. Ubwenge burarahurwa.

  • @nellylouise4507
    @nellylouise4507 หลายเดือนก่อน +3

    Thank you Gaël for the job well done. That's a great contribution in building our nation. But please be kindly advised to be offering a space for such people to give out their téléphone contact to the public. Thank you a million

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or หลายเดือนก่อน +5

    Ibiganiro nkibi ndabikunda

  • @Duwa182
    @Duwa182 หลายเดือนก่อน +3

    Wao. Courage

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing76 หลายเดือนก่อน +4

    First one....drop the likes😊😊
    Hama juste gaël....remain blessed for the inspiration you give to the youth❤🎉

  • @ericnduwimana6962
    @ericnduwimana6962 หลายเดือนก่อน +2

    Gaëlle ndakwikundira ibiganiro nkivyo biranyuvaka

  • @user-gp2ue3hj8z
    @user-gp2ue3hj8z หลายเดือนก่อน +3

    🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ubu Muburundi dushaka umutekano tu

  • @Sympholine
    @Sympholine หลายเดือนก่อน +2

    Merci beaucoup Gael, Éric n'a Jamal. Umusi natembereye, nzobasaba kubagrndera muri ferme. Ndanezerewe niki kiganiro.

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 หลายเดือนก่อน +2

    Eric nawe bandanya uterimbere ufise n umutima mwiza

  • @Umucyo250Tv
    @Umucyo250Tv หลายเดือนก่อน +3

    Muraho nza nange nkunda ibiganiro byanyu

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +2

    Ndakwemeye bwana kubiganiro vyiza kandi vyubaka

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 หลายเดือนก่อน +2

    Terimber terimbere muhungu mwiza w'Uburundi .Nawe Gael terimbere cane .

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x หลายเดือนก่อน +2

    Kuyind mpwemu dureke gusuzugura udukorwa duto peeeh biraza ni buk buk🔥🔥🔥👍🇧🇮

  • @armstrong2547
    @armstrong2547 27 วันที่ผ่านมา +1

    Merci juste gael

  • @stevemujenama4452
    @stevemujenama4452 หลายเดือนก่อน

    Courage brother Gaël
    Ikiganiro citeka cane 🤝👌

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e หลายเดือนก่อน +1

    Gaël ukora neza cane,none konshaka kworora inkwavu,ndi buja exactement muri nord,nshaka uwomfasha kubaka knd nkamuhemba

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 หลายเดือนก่อน +2

    Gael noronka inomero ya telephone ya. Eric tukigani rira?

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 หลายเดือนก่อน +3

    vyabintu birakomeye naho abantu babikinako ngo inkwavu bazisuzugura

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 หลายเดือนก่อน

    Merci Gael abarundi barashoboye namwe courage

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b หลายเดือนก่อน +2

    Pole sana kijana warahuye numjinga wumurundi

  • @davidarmel4889
    @davidarmel4889 หลายเดือนก่อน

    Ante Sana Juste Gael, ku Rugendo shure, ibiganiro vyawe birigisha gose Tera uja imbere na team yose

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 หลายเดือนก่อน +3

    Gayere urashoboye kbs

  • @felixantoine4078
    @felixantoine4078 หลายเดือนก่อน +3

    Vyizacan ibinivyotubadukenry

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo Nyenicubahiro arivumereye babandi ngo Tera iyo Sema,Tera ico Kijuju.
    Umutanzania yavuze ati Warundi Wabishi.
    Rukwavu🎩
    Jamal
    Umupolisi yamuhohoteye azomwitwarire😢

  • @motivationentrepreneuriale8540
    @motivationentrepreneuriale8540 หลายเดือนก่อน +2

    Merci bcp kukiganiro ciza gusa uzohore witwararika gushirako numéro zumutumire

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 หลายเดือนก่อน +2

    Niyirambire uyo musaza

  • @Bapfunya
    @Bapfunya หลายเดือนก่อน +1

    Merci Gael kubikogwa vyiza vision 2040 et 2060 ntisubira inyuma

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza6731 หลายเดือนก่อน

    N'ubwoya bw'urukwavu numuti ukomeye cane kubushé

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 หลายเดือนก่อน +2

    Eric urafise ubwenge n ubutwari

  • @MariusMpozenzi-ft3bj
    @MariusMpozenzi-ft3bj หลายเดือนก่อน +2

    Nimba atari affaire nk'urumogi, mwebwe amasoko yaho mugurishitiza amasobe n'inyama nihe abandi bajaneyo 😂, twarahabuze 😢

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 หลายเดือนก่อน +1

      😢😢
      Sha uBdi bwuzuye abarimyi,wabuze Isoko?ahubwo wananiwe n'ukwiyamamaza😂

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189 หลายเดือนก่อน +2

    Ibiganiro bitezimbere mukwuguruka mu bwenge

  • @user-do9ik7gn8b
    @user-do9ik7gn8b หลายเดือนก่อน

    Jewe Mr Gaël ndize cane cane kuko je naroroye inkwavu vyanka KO zivyara ndabivamwo kumbe akayungiro zabamwo Niko kambujije umwimbu

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp หลายเดือนก่อน +3

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-vv9zo9ht8p
    @user-vv9zo9ht8p หลายเดือนก่อน +2

    Nabasobe cank amaganga🫣

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e หลายเดือนก่อน

    Bari numugisha mu bworozi

  • @kabizit.v4586
    @kabizit.v4586 หลายเดือนก่อน

    More respect to You Gaël

  • @bennyparfaitmunezero9242
    @bennyparfaitmunezero9242 หลายเดือนก่อน +1

    mbega composition chimique y'amaganga n'iyihe?

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 หลายเดือนก่อน +2

    Nkuyu muntu acungirwe umutekano nivyiwe vyose leta bibaye ngombwa imuhe naba polisi bamucungire ayo matungo agezeko.

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI 20 วันที่ผ่านมา

    Ndafise plus de 50L z'amaganga y'inkwavu mais narabuze isoko yazo.
    Ndasavye mundangire iryo soko ryayo maganga please.
    Ndi i #Bujumbura

  • @carmelmigisha
    @carmelmigisha หลายเดือนก่อน +2

    Urahushura umuhushuro

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 หลายเดือนก่อน +2

    Gayle unajituma kijana pambana utafika hata huku USA tunakufuta kwasaba.

  • @user-ic5jq8jp6e
    @user-ic5jq8jp6e หลายเดือนก่อน

    Gaël urabikwiye kbx

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9v หลายเดือนก่อน +2

    Reka kutubesha warufise ibindi ukora

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e หลายเดือนก่อน

      Ewe ntuharire mu bworozi ufise umugisha birashoboka

  • @MariusMpozenzi-ft3bj
    @MariusMpozenzi-ft3bj หลายเดือนก่อน +2

    Ok

  • @aimeniyomukiza1273
    @aimeniyomukiza1273 หลายเดือนก่อน +2

    Mwoshobora kuduh number yiwe yaphone

  • @consolatenkeshimana-fg9hp
    @consolatenkeshimana-fg9hp หลายเดือนก่อน +2

    Nibaturangire Aho twogurisha amaganga turabura iyo tuyashira. Ni baduhe numéro de telephone

  • @JosianeKaneza
    @JosianeKaneza 2 วันที่ผ่านมา

    None nibatugurire amaganga

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 หลายเดือนก่อน +1

    Ibi nivyo biganiro nemera guhagarika akazi nkabanza kunviriza uko nanje no kwiteza imbere 🇧🇮🇸🇦

  • @tulizomusafiri310
    @tulizomusafiri310 หลายเดือนก่อน +2

    twabaronga gute komutashira inamba zatelephoni?

  • @lambertjuma5804
    @lambertjuma5804 หลายเดือนก่อน

    Muradandaza viande d’agneau : n’akanyama kameze neza kandi très cher .

  • @MariusMpozenzi-ft3bj
    @MariusMpozenzi-ft3bj หลายเดือนก่อน +1

    Nkeneye kumenya akamaro kamasobe y'inkwavu, n'ingene akoreshwa, akoreshwa ryari

    • @Sirila18
      @Sirila18 หลายเดือนก่อน +1

      Umviriza ikiganira cose inyishu yawe urayironka.
      Uwuza kwumva arumviriza

  • @mugishamireille9423
    @mugishamireille9423 หลายเดือนก่อน

    Ibikogwa vyiza caane .muduhe numero y'uwo muntu agurisha inkwavu

  • @bigirimanafiacre4929
    @bigirimanafiacre4929 หลายเดือนก่อน

    Juste Gaël hejur cane @Eric nuyo umu police yagiriy nabi, mukomere cane. Biraryoshe gukora ibikorwa mubona neza intumbero yanyu yiyo muriko muraja, nkuko Eric yabivuze kubijany na leta yoza iratanga ubumenyi nkubw ku rwaruka, n ibazako ariciyumviro ciza kandi cogira akamaro kanini cane ku rwaruka kugirango natwe tu taze uko borora cank batunganya indimo, tubimenyereho, maze umwimbu mwinsh uboneke mu gihugu cacu, turonke nivyo dushora hanze.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 หลายเดือนก่อน +2

    Uyomuhungu duhuje ivyiyumviro kabisa jew umuntu azovuga kuburundi bukenye azobariw akenye mumutwe kuko uburundi buratunze

  • @oscarndabarushimana5459
    @oscarndabarushimana5459 หลายเดือนก่อน

    Umuporisi yarakugiriye nabi lmana imubabarire nawe kandi mubabarire naho yaguhombeje

  • @edgardnicaye3903
    @edgardnicaye3903 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉

  • @maniratungaaliser9586
    @maniratungaaliser9586 หลายเดือนก่อน

    Muduhe inamba zuwo muhiga

  • @user-rn8oo7nj2h
    @user-rn8oo7nj2h หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro ni ciza.uwu mupolisi yagukubise akakumenera ibintu nashigwe mubutungane akurihe

  • @user-tl2tw9rg7r
    @user-tl2tw9rg7r หลายเดือนก่อน +1

    Legend wokorora inkwavu big up.

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9v หลายเดือนก่อน +1

    None jewe konabuze Aho ndazishora

  • @user-qh4nb1fk9n
    @user-qh4nb1fk9n หลายเดือนก่อน +1

    Aloooo, duh nimero ya WhatsApp y'uwu Eric Rukwavu mwoba mukoze Caan