@FBI Stop abuse. Azabona indi bashobokanye. Ashobore Juba yarazize ko ari umu mana forte. Abagabo bakunda abagore bibi juju!! Ubwira ngo simbuka bakagusubiza ngo haresha gute atakubajije nimpanvu agomba asimbuke. Ba mama mwiza agaciro.
Arazi ko ari kukibugu bose barindiriye irya avuga ngo bongere bamukomeretse, yaguma akivuga, sinabaza ko ari prête, biracari bishasha, mu ntwengo yiwe harimwo mal être, ntariko aratwenga ari obligée kubibamwo, arihagararako kuko sinibaza ko yoroherewe
Je te comprend ma chère mugabo mugihe atari prête acabanza akareka gutanga interview akarindira genda kuri chaine yo kukayi urabe intahe Françoise aherutse gutanga ucutahura igituma navuze guco kuberako harabantu benshi bahabwa inguvu yokuva mungo barimwo bivanye nivyo bumvise kubandi .mais ici la dame a fais k passer à côté du sujet et rigoler tout le temps
Pole sana Kéké.ndakuzi kirundo.
Soit forte ma csine❤
Peti ndakunda intro yawe kweri! Kenshi ndanayumviriza uhejeje ndashobora kubandany cank nkareka iyo mfatiriwe! Ariko ndakwemera Sana Gael
Uwo mu mama aguma yisekera nkeka atigera ashavura. Je l'aime
Courage mugore mwiza,imbere niheza
Kbsa ur Umu colègue w Kigingi kbsa mwodur nuwapfuy 🤣🤣🤣🤣 besho kbsa👍👌Juste Gaël big up👌👌👊👊👊
NI BEST INTERVIEW UTIGEZ UKORA AVEC L'INVITEE, FOR REAL I WAS LAUGHING FOR NOTHING😆
Sha bibaho, Jewe ndakwumva Madame
Keke ndakunda ibiganiro vyawe nukuntu ukuntu uguma wisekera
Murakoze kwibaraguza ikinryohera kikantangazaa intahe zishinga bamwe Bose bafise mêmes idées fara n'a Kéké .
Ia cyuki Kéké btful in and out..ba vyanka biyago bamyeho, Go ahead Sis..Stay focus on Yr future..🌷🥰💓
Gael the beste❤
Khelia ndakwibuka kur lycee bukeye
Azoduhe intahe yateguye kubivuga vyose ukwovyagenze.nokwishura ibibazo vyose.mrciiii
Kuki mushaka kumenya cyane ibyabandi mwebwe ntabyanyu mufite?
@@turibamweali8661 none ni jew namuzanye gushinga intahe yivyiw?jw ndamusanze ngaha ndavuga iconshaka kuko nabo nivyo banyipfuzako🤷🏽comentaire😎
Ego kweli
@@belyseniyonzima3192 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@turibamweali8661 noe siwe yabishize ku karubanda natwe turamusaba aduhe intahe arigihe twokuramo inyigisho
Nikibaju. Ndamufana Sana afise impwemu .noe nkuwo yamuhoy iki kli.
Naho bokuzanira aba miss bamaze guca ngaha muburundi ntiwoba satisfait.
Hewe imyenge y'inzu imenywa na nyeneyo.
Ukangwa niyo nzobe.
None hari umugabo yanka umugore mwiza ga ncuti,
Nimba baravanye n'uko hari ikitagenze neza.
gentille ´souriante et jolie dame
Kéké 😂😂😂 Imana irukumwe nawe nguma kumavi
Turagukunda Keke courage .
Kelia🥰
Gaël vrma iyuva urakunda insaku kwel😀😀😀😀😀😀😀 gsa Kéké Niki bajou vrma
uzogume witwengera sha ivy'isi niko bimeze, ndabona ataco vyakugize ivyo waciyemwo , naho bitaryoshe
Ukuntu witwengera rero ntawari kubimenya ,courage
34 jewe ndatuje ntakibazo cokurongorwa gihutihuti
Oooh Kéké nayantwengo yawe disiii kur buja fm kumb War umerew nabi nkuko. Mpore mwiza
Ewe sha Keke nkubu twizere ko Igor ariko arakubona mu mukubito basha kuntwengo yawe basii ndakwemeraaa
Uyo ni gitiyayi🤣🤣🤣🤣🤣karibu wangu tangura utwengerero intwengo yawe irampabura
Yeweeeee khelia. Ndakwibuka kuri lycée de la convivialité mu kanyosha.
❤❤
Intwengo yiweeee🤌🥺😂😂😂 iraryosheee vmt 😂
Bien dit👊
We shaa 😄 ngoo!? 😁
Twamukunda noko yabaye umu dd
Courage 🇧🇮🇮🇹❤️🤝
Imana iratanga impano pee😂😂noe iz vibes Kéké azikurahe??
We petit,😂😂😂😂
Keke yovura indwara yuburuhe ararenze mu gutwenga.
Ariko Justin Gael hanyuma azomutubarize aduhe inkuru yivyatumye baja muri divorce. Love you guys ♡
Keke sinarimbwamubone nahora ndamwunva gusa RER jwe Rer nahora ngira numu dame yirabura gusa ndamukunda ukuntu avuga ndabikunda
L'emission iri bien vrt murakoze ikiganiro kiryoshe vrt
None Gael agahinda kari he 😂🤣🤣🤣😂🤣 ko je nabonye muguma mutwenga
Umenga ntacooo bari Mumunezero....
Kéké nanje ndamukunze cane
Keke turagukunda sana ijwi ryawe ntaworyobegwa
Pole sana nikozubakwa ariko ndagukunda mpa Watsap yaw
Ugira uje kumuremesha?😂😂😂
Erega Gaël yatanze ikiganir🙄🙄🙄nonega ntuzi gutandukanya intahe nikiganiro? 🤷♂️🤷♂️🤷♂️Karabay noneh
Incroyables
Bite Gael, iyo si ntahe kuko nta leçon morale twumvise ko atarugutwenga. Yari kuba open akavuga neza uko vyagenze niyo ntahe.
W vuga ivyaw naw j abantu muransesema nugushka kumnya vie privée zabandi aho ww urabuz ivyaw wotumbwira ?.... mxiouum
Oya kirazira kujamuri d'étayer kuko ntibaravana neza harimwo inyigisho bivanawewe nuko wabifashe murirusangi yashatse kubwirabantu kokuvana sivyiza kandi urugo ni babiri ataruko ntimutera imbere
Nanje sinzi Namba ari INTAHE CANKE CONVERSATION ISANZWE...
USA NUMUNTU AFYINA SANA VYATEGEREZWA KUGORANA..DOMMAGE
Yooo kiguma citwengera ni vyiza sha inyuma yivyo ubuzima burabandanya
Rekashareka ivyingo namayobera
Keke🇧🇮
Cameraman aguma akamera kumatako,nawe yamushituye .🙈🙈🙈
Hhhhhhhhhh
🤣🤣🤣🤣🤣
@@fannylavineofficial1360 none fanny navyo wabony nawe???🙈
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@fannylavineofficial1360 erega nivyo Fanny aguma akubita Zoom ku maguru
Imyenge yinzu imenywa na nyenewe
Ko mugitwenga ni amahoro 😢
Uwo mu dame ndamukundaa ari très joyeuse 😁😁😁😁
Hhhhhh Khelia uranyishe hhhhh
Ngo turondera twese.ariko ntibisigura ko tuba abagabo twese igikuru nurukundo tukubahana ariko mbere yavyose imana imbere
abarundi barayamaze bati umubindi ushiruvyivye
We GAËL NKESE KUKUNTU KIDYOSHE NUKURI uraturiye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😏😏😏uranezerew kweli.niwitange neza mungeso mbona imengo washaje harigihe uzokwifuza urwo rugo Imana yari yaguteye iteka .ubundi ntarugo wokwishoborera .abagabo nibenshi sha buracanganya
je suis la première 🇧🇮🇧🇮
Turi2 umpavyose ukamvanga hubwo nomufasha kugura pridasi
Iyi systeme ya M-KOROGO abashiki bacu bakwiye kuyiheba.nibeza uko bari sans kwongerezako iyo system
Please ndamuzi kuva kera n’inzobe yiwe
Reka kuvugira mubwishi nuko utamuzi
Hmmm uramwihenzek niyo nzobe yiwe
Muzotuzanire uwo mugabo wiwe nawe twumve kabisa 🙏🙏ubundi birababaje
Nukuri nihatar
Keke ni iryambere ndamubonye kabisa.
Ni icuki pe. Abagabo twihomva turagowe. None umugore wanje asa gutyo agatwenga gutyo akavuga gutyo ndumva ntaho nova ngo ndamusige kabisa. Keke Imana igusubize murugo
Ibintu vyubu biragoye ingo zubu zikenewe amasengesho meshi meshi
SH ndakunda ukuntu keke atwenga
we gail ndagukeneye .kand ndakunda ibikorwa vyawe
Naje karya kantu mbayahaga yagize karantwengeje pe
Nigi cherie
Kumbe ni kelia w mukirundo 😄😄😄 twariz kwishur rimw mubukeye ndakwibutse. Yooo nokwishur warigisazi shaa kiryosh gikund kwiterer inkur
Ubu se uvuze iki kweli???
Interview iri vide!!! Vraiment.
Ntacyo nize pe!!!
❤❤❤❤❤
We gael abo bagore bivyigabe.... Baba bashaka kwifatira umugabo mugahanga... Iyo asohotse urugo niuko aba ari ikirumbo tu....
Ikirumbo nigiki? Ese ubwo wabitekerejeho neza? Nonese abagabo bica abagore bo nibo batware bukuri?
Kazimaaa weho Uri Malaika ,,, Biroroshe kuba umu Avocat nkawe...
@@turibamweali8661 ali we ndakuzi kuva nakera ntushobotse...ntanubwo jye nawe twakumva ibintu kumwe
@@MINOUCHEMIREILLE niko ndabyumva...nawe kubyva bitandukanye nanje ntacyo bitwaye
💟
Uwu mudamu ntarugo yoshobora kk afise amanyama menshi. Ntamuntu w'umugabo boshoboka. Apparemment, elle très orgueilleuse. Bose barahukana ariko uwu nawe vyari ngombwa vrt
@FBI
Stop abuse.
Azabona indi bashobokanye.
Ashobore Juba yarazize ko ari umu mana forte.
Abagabo bakunda abagore bibi juju!! Ubwira ngo simbuka bakagusubiza ngo haresha gute atakubajije nimpanvu agomba asimbuke.
Ba mama mwiza agaciro.
Imyenge y'inzu imenywa n'a inayo sha,uko umuntu avuga ntaho bihuriye n'uko ameze ,uko yigenza,kandi gucirimanz abandi sivyiza mugihe nawe utaba witunganije,stop juging others 🙄🙄🙄
Baribagira ico baremew
Iyo ntahe nimikino canke?Mbe kudasa nuwagiz ibibazo..usa numuntu afata minenegwe ibintu
Ushaka agume arira?umugore wubwenge aririra imbere bigire ico bikwigishije nawe muri kazoza uracari muto mu bwenge
Bien dit 👌👌👌
Mbe basha ko abagabo ko ARI abana babi?nkico ki maman bagihoye iki?cank yishinga dose abura gukora umuti.nunvise umenga uriko uratinya imbeho.muhe Gaël numéro twishikire twebwe twishakira urugo rurimwo urwana rwiza nkurwo.
Reka ncuti wibaza ko uyo mugabo wiwe wewe atari amukeneye.
Ubwiza burahenda ntimuzimire.
Hari uwaririmvye ngo
" kurongora umugore w'inzobe ni nko gutera igiti c'umucungwe kw'ibarabara."
N'amabanga ya benevyo.
@@francescafrancesca8901 🤣🤣🤣🤣
Ariko uyu mugore nta ntahe nimwe yatanze ntiyashatse kuvuga ibintu vyamushikiye yemeye kugira ikiganiro agomba kuba open akabivuga vyose yishinze kuguma atwenga . Uko siko abandi batanga intahe .
Arazi ko ari kukibugu bose barindiriye irya avuga ngo bongere bamukomeretse, yaguma akivuga, sinabaza ko ari prête, biracari bishasha, mu ntwengo yiwe harimwo mal être, ntariko aratwenga ari obligée kubibamwo, arihagararako kuko sinibaza ko yoroherewe
Je te comprend ma chère mugabo mugihe atari prête acabanza akareka gutanga interview akarindira genda kuri chaine yo kukayi urabe intahe Françoise aherutse gutanga ucutahura igituma navuze guco kuberako harabantu benshi bahabwa inguvu yokuva mungo barimwo bivanye nivyo bumvise kubandi .mais ici la dame a fais k passer à côté du sujet et rigoler tout le temps
Je nibazako bashatse kuduza ama views gusa
Suko
Ntawutakuzi kurindaya😏😏😏
Yaramaze kuguha🤣🤣🤣?
😂😂😂😂
@@didiergatabazi4382 😂😂😂😂
Tubwire neza waramuhonjej??? Nubwonsinziriy ndakwumva🙄🙄🤦♂️
😏😏nonsense gusa aho uvuze iki?inzigo nishari gusa...
Umugabo yakubabaje nta mutima afise
Oya reka ntuce
Urubanza kuk imyenge
Yinzu imenywa
Nanyirayo
Ivyera
Vyose si amata
Kirazira kuraba inyuma umutima niho hahambay noneho Ngo Inka yirabura niyo iryosha Amata
Keke 💞💞