ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Beau message pour sensibiliser les jeunes du danger de la débauche endemique ❤ Kelly uvuze neza 🎉 -Gaël nice broadcast though
Courage 🤣🤣 kellyna uhanura neza God bless you Girl keep shinning 🔥
Mature enough!!!much luv from Rwanda
good advice kellyna
Uyu mwana avuga ibintu n'ibihushane n'avyo!!! Mbona akenye coaching kugira agire des idées orientées kuko ntiyerekana ivyimviro ashimikirako, umengo vyose aravyemera, umengo arabishigikiye,..... Ariko Ari courageuse, hagize uwumu coachinga yoba umu influenceuse abishoboye.
Et surtout 👆🏽👏🏾
Gaël merci beaucoup mwaganiriye neza...Bravo vmt kurizo mpanuro uyo mukobwa Ari courageuse vmt turavye ngene bimeze Ubu guhanura Abandi
Nice ikiganiro ciza cane mwubahwe vrt❤️❤️❤️
Go ahead bwana Juste Gaël
Wariwabuze bro twaridugukumbuye❤
Umwana avuga ukuri.
Gaël ako kademu wagakuye hehe 😀?ni keza vraiment 🫶🫶🙌🙌🙌,ariko naho kavuga uko ,wosanga nako gafise umu diaspora 😅😅,gusa kavuze ibintu ngirakamaro 🙌🙌,Komera @Juste Gaël,n’ijisho ni black 🤜🤜🙌🙌😂😂😂,Cadeau from Sweden 🇸🇪
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Gus akokana nikeza ndk mamawee ariko shn 🥰 urahanura nez ariko uzewironde kugenda kuramuts umuhungu muhira arumwe kukuntu urimwiza nimama batazoca bagufata kunguvu umwimye
Biroroshe guhanura abandi😅😅ariko tworaba neza twosanga harigihe woba urimubayoboye abandi mukugurura amaguru😂😂
😂😂😂😂natubwire kwari vierge
😂😂😂😂😂😂Ndakurahiy ndumiwe uri yandagaje muko
Oya nivyo abakobwa nibakor ubu ibint vyarahinduts barek kuguma batwar abagab baband kuk vyose biva kubuken nokugum bigir ibinebwe bakank gukor kuk urumukobw ufis utw wikorer ntabw ugum usegererez uduher twabagab
she is right 100% nukurii🤌🤌✔
Merci beaucoup Umukubito
Courage la fille
wagiz topic nziza Gael,la réalité
Agakobwa keza shn😊
Tubivuge uyumukobwa afise amaguru meza. Kandi IRIGARA=KNOWLEDGE
Ariko kellyna ursnyemeje,uravuga ukuri ssna,utanga impanuro neza knd nciyemb numu follower wawe wallah,jew unyemeje ndemera
Looks so cute 😍 by the way 😍
Sha nihatari inkundo zo mugisagara nta vision abakobwa ni bareka tubarye ariko birangira baburiyemwo bagasazira iwabo abandi bakahukana atanumwaka uheze.
Kabisa uranyemeje 😂🤩🤩
Iyi summer nta kwa summer 😂😂😂
Rek rek iy summer ningorane 🤣🤣🤣
❤
Mbega umukobwa aciye umbwenge big up sana kwel hama Just Gael nkeye suite y'ikiganiro
😊😊This Girl!!
But good luck and u so beautiful
🤣🤣🤣😂😂😂babwir sha kelly
Gael uyu mwana wazanye yaje kutumbwira copinage abantu bari serieux murukundo ivyo sivyo bahagararako mugukunda buraja kwi shule gato 🤗
Uyo mkobwa ntabwenge afise ninde yaguha 200$ngokubera ifoto gusa..
Courage kumpanuro nziza
😂❤❤❤😂😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉mpanime mukobwa
Uwo mukobwa naduhe numéro. Kuzindi poem zidasanzwe jew namukunze 😩
😂😂😂😂ati agaciro kumukobwa kari mu maguruu🤣🤣🤣🤣
@@Hardykhaly oe sivyo uyo mwana yemeje🤣🤣🤣
She's good
Iradukunda❤️
Courage.......mukoze ngo bagarukane akakera asha niho mwoba muroye ahagaragara abakobwa sha hanyuma Buja hahiye Kabaye😂😂😂
reka kudusesera agafu
They Belong to the streets
Good thoughts brothers and sistersTanga nimero yuyomwigeme ico umuntu yomubaza kubiganiro yatanze
Hahahaha you dude 😋
Uyumwana kwavuga ukuri gose
This summer guys no jock 😅🎉, is matter
Abobashikacu j ndabagereranya nibinyugunyugu bibonye iyo ishurwe rishurikiye Ariyo bigurukira
Uciye akenge kbsa babwire ibyobihomora
igitsina gore ni ntaho fatwa
😂nibacike Wana: " inda ndende ihumirinrya ikica akokize".
Mpanime yawe rero
Kelly Kelly 😂😂are you sure kuvayo wavuze 😂😅
Arahaze shaa nagende😂abwire barya bokumapave😂😂mukamenge bareke kwiparika😂😂
😂😂😂😂😂😂mu city
Impanuro zuzuye ukuri
Ingorane icavuze cogutangamahera kumukunzi sibibi ariko baca biyagura bakayasaba abahungu beshi bikabangombwa kobabasaba ivyobabasaba
Justin bite ikiganiro kiri mukirundi ariko umutumire umu presenta mugi frança ntibijanye tubwire akazi akora mukirundi
Ni umu imfiriwanseze.😅😊
Time will tell youu ukiri muto urashushe hinge baguhe akanyaa 😂😂
Reka sha. Aha ndaguha 500000 ntiwosanga ndazigusutsemwo ? Ariko mbaye nkawe umuntu yiyemera n'uworya ikiremve acirashe.
Ako gakobwa karaciyubwenge! Juste uzokabwire gatoreshe séminaire kuri vyabisoromandandura!!😂🤣
Neza na neza agaciro k'umukobwa kari mumaguru yiwe ?🤔🤔 nimba aruko abagataye rero baba bameze gute?🤔🤔Just Gaël, s'il vous plait dutegurire iyo debats.
Amaguru yugawe, chak smn mariage zobanyinshi cane.
Wew kowayanyugururiy uhendand
Black man uwo mukobwa namukunze cane ingene avuga......ariko uramumbariza ko nawe akiri insugi😂..... she's verry beautiful ❤
Wapi umuravye ijisho ryiburyo ukutwi kwiburyo nukugura kwinyuma biraboneka Yuko Atari isugi😂Mbe ni icaha kihe yoba yarakoze cotuma ABA akiri isugi wapi sio😂😂😂😂
Mpore cane! Kurubone Kellyna weeh! Mbeg ico wita akazi n iki? Kubivuga k umunwa, Mon intime atavyo mfise, n uburyarya! Ariko mugihe ubivuga utabanje kubivana mukwiyumvira, ukabivuga bikurimwo; gera kure!
BIMWEBIMWE HAMWE HAMWE WHAT HHHHH
Uwo abivuze ari marié ? Nimba atari marié n'isugi ? Nimba atari isugi ni ninde ? Sindonse umwany wo guheza ikiganiro arik abakiravye bambwir uwo muntu uwariwe 🚶♀️
😂😂Naw usanga yigaruye arik afise icoyahuriyeyo Naco arik yakoze guhanura😊😊
❤❤😂😂😂
Babylon hoshîiiiiiiîiiiiiiiiiii
Unomwana kwavuga ukuri nk'induru ga yemwe 🤌😃
Ibiganiro nibi vyimpanuro
Ubutumwa burasigurits bumeze neza cane
Dans ce monde , ntituramenya la vrai place de la fille ou de la femme...
wubahwe
Ibanga twe ryaratunaniy niyo mpamv bigaragara hama heb kuz murasegerereza bizobazigamir ubuzim
Aka ka dada nakonyene sikabi kandi kavuganeza sibabandi bavuganabi nkiminwa yingoho 🇿🇦🇿🇦
Mukobwa uravuga make kuko menyaneza yuko abahungu bose nitumeze kumwe nidufomye Kumwe ahubwo ww nasanze nibikuvamo bingana nubwenge bwawe ahubwo ww nasanze murabo uvuga murirusangi ntawuzi ko woba urimwo ubatunga rumwe izindi zikakuraba
Nakomeze ahanura arik mazekubona abantu bafise impanuro muribo aribo babisanga😊sinziko nawe zitamukoraho
Gael urazi ko atamukenyezi ugira.fata ako nyene ndumva ko gaciye ubwenge cane
Reka ibintu vyiterabwoba hubwo wumvirize impanuro ariko aratanga ninziza zirubaka
Aho we uravye wibazako aribose botegamatwi bumviriza ibivurwavyose ahubwo ni abatunga rumwe izindi zikamuraba kandi tuzo uba menyera kovyo bama
Non kwivyavuz vyose arivyiza ataruwo yahanuy ntaw yatuts non kumnga urikumurya imihari umwagiriziki?
Galle tugure umuduga muhungu niho tuzokundwa😄😄
Ukaba uri kumwe na babylon hoshii!!
Abani bigihugu bumutima taracabafise
You can find she is the first who open it 🌚
😭😂😂
Umukimubito zuduhereza mutama
None ko nanje uyu mukobwa ndamukunze.
Ubivuze kwanza wayugururiye bangahe kuko nturisugi wewe uranabonrka. Amajambo ntahindura wuriwe Uvuze vyo waciyemwo
Ingen nyn ari keza aha ntikazi ko nisonzeye izuba ryasaz.
Noe wewe nibarakurya
Aba Diaspola nabone Sibose basaba amaphoto sister aho wajaniranye bose kd sivyo😊
🫡👏
None ko jewe ko ryamye nuguruy amaguru ingo munfate rero nayanje😅😅
😂😂😂😂😂😂😂
Elle influence qui?
Les gens. Pas les personnes !!!.
None wewe uri sugi
Reka kumutwenga.Yobukura he ?
Ariko ntimumurengany ivyoyavuz ntakosa ririmwo kndi uwutasugutuy abarisugi
Beau message pour sensibiliser les jeunes du danger de la débauche endemique ❤ Kelly uvuze neza 🎉 -Gaël nice broadcast though
Courage 🤣🤣 kellyna uhanura neza God bless you Girl keep shinning 🔥
Mature enough!!!much luv from Rwanda
good advice kellyna
Uyu mwana avuga ibintu n'ibihushane n'avyo!!! Mbona akenye coaching kugira agire des idées orientées kuko ntiyerekana ivyimviro ashimikirako, umengo vyose aravyemera, umengo arabishigikiye,.....
Ariko Ari courageuse, hagize uwumu coachinga yoba umu influenceuse abishoboye.
Et surtout 👆🏽👏🏾
Gaël merci beaucoup mwaganiriye neza...Bravo vmt kurizo mpanuro uyo mukobwa Ari courageuse vmt turavye ngene bimeze Ubu guhanura Abandi
Nice ikiganiro ciza cane mwubahwe vrt❤️❤️❤️
Go ahead bwana Juste Gaël
Wariwabuze bro twaridugukumbuye❤
Umwana avuga ukuri.
Gaël ako kademu wagakuye hehe 😀?ni keza vraiment 🫶🫶🙌🙌🙌,ariko naho kavuga uko ,wosanga nako gafise umu diaspora 😅😅,gusa kavuze ibintu ngirakamaro 🙌🙌,Komera @Juste Gaël,n’ijisho ni black 🤜🤜🙌🙌😂😂😂,Cadeau from Sweden 🇸🇪
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Gus akokana nikeza ndk mamawee ariko shn 🥰 urahanura nez ariko uzewironde kugenda kuramuts umuhungu muhira arumwe kukuntu urimwiza nimama batazoca bagufata kunguvu umwimye
Biroroshe guhanura abandi😅😅ariko tworaba neza twosanga harigihe woba urimubayoboye abandi mukugurura amaguru😂😂
😂😂😂😂natubwire kwari vierge
😂😂😂😂😂😂Ndakurahiy ndumiwe uri yandagaje muko
Oya nivyo abakobwa nibakor ubu ibint vyarahinduts barek kuguma batwar abagab baband kuk vyose biva kubuken nokugum bigir ibinebwe bakank gukor kuk urumukobw ufis utw wikorer ntabw ugum usegererez uduher twabagab
she is right 100% nukurii🤌🤌✔
Merci beaucoup Umukubito
Courage la fille
wagiz topic nziza Gael,la réalité
Agakobwa keza shn😊
Tubivuge uyumukobwa afise amaguru meza. Kandi IRIGARA=KNOWLEDGE
Ariko kellyna ursnyemeje,uravuga ukuri ssna,utanga impanuro neza knd nciyemb numu follower wawe wallah,jew unyemeje ndemera
Looks so cute 😍 by the way 😍
Sha nihatari inkundo zo mugisagara nta vision abakobwa ni bareka tubarye ariko birangira baburiyemwo bagasazira iwabo abandi bakahukana atanumwaka uheze.
Kabisa uranyemeje 😂🤩🤩
Iyi summer nta kwa summer 😂😂😂
Rek rek iy summer ningorane 🤣🤣🤣
❤
Mbega umukobwa aciye umbwenge big up sana kwel hama Just Gael nkeye suite y'ikiganiro
😊😊
This Girl!!
But good luck and u so beautiful
🤣🤣🤣😂😂😂babwir sha kelly
Gael uyu mwana wazanye yaje kutumbwira copinage abantu bari serieux murukundo ivyo sivyo bahagararako mugukunda buraja kwi shule gato 🤗
Uyo mkobwa ntabwenge afise ninde yaguha 200$ngokubera ifoto gusa..
Courage kumpanuro nziza
😂❤❤❤😂😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉mpanime mukobwa
Uwo mukobwa naduhe numéro. Kuzindi poem zidasanzwe jew namukunze 😩
😂😂😂😂ati agaciro kumukobwa kari mu maguruu🤣🤣🤣🤣
@@Hardykhaly oe sivyo uyo mwana yemeje🤣🤣🤣
She's good
Iradukunda❤️
Courage.......mukoze ngo bagarukane akakera asha niho mwoba muroye ahagaragara abakobwa sha hanyuma Buja hahiye Kabaye😂😂😂
reka kudusesera agafu
They Belong to the streets
Good thoughts brothers and sisters
Tanga nimero yuyomwigeme ico umuntu yomubaza kubiganiro yatanze
Hahahaha you dude 😋
Uyumwana kwavuga ukuri gose
This summer guys no jock 😅🎉, is matter
Abobashikacu j ndabagereranya nibinyugunyugu bibonye iyo ishurwe rishurikiye Ariyo bigurukira
Uciye akenge kbsa babwire ibyobihomora
igitsina gore ni ntaho fatwa
😂nibacike Wana: " inda ndende ihumirinrya ikica akokize".
Mpanime yawe rero
Kelly Kelly 😂😂are you sure kuvayo wavuze 😂😅
Arahaze shaa nagende😂abwire barya bokumapave😂😂mukamenge bareke kwiparika😂😂
😂😂😂😂😂😂mu city
Impanuro zuzuye ukuri
Ingorane icavuze cogutangamahera kumukunzi sibibi ariko baca biyagura bakayasaba abahungu beshi bikabangombwa kobabasaba ivyobabasaba
Justin bite ikiganiro kiri mukirundi ariko umutumire umu presenta mugi frança ntibijanye tubwire akazi akora mukirundi
Ni umu imfiriwanseze.😅😊
Time will tell youu ukiri muto urashushe hinge baguhe akanyaa 😂😂
Reka sha. Aha ndaguha 500000 ntiwosanga ndazigusutsemwo ? Ariko mbaye nkawe umuntu yiyemera n'uworya ikiremve acirashe.
Ako gakobwa karaciyubwenge! Juste uzokabwire gatoreshe séminaire kuri vyabisoromandandura!!😂🤣
Neza na neza agaciro k'umukobwa kari mumaguru yiwe ?🤔🤔 nimba aruko abagataye rero baba bameze gute?🤔🤔
Just Gaël, s'il vous plait dutegurire iyo debats.
Amaguru yugawe, chak smn mariage zobanyinshi cane.
Wew kowayanyugururiy uhendand
Black man uwo mukobwa namukunze cane ingene avuga......ariko uramumbariza ko nawe akiri insugi😂..... she's verry beautiful ❤
Wapi umuravye ijisho ryiburyo ukutwi kwiburyo nukugura kwinyuma biraboneka Yuko Atari isugi😂
Mbe ni icaha kihe yoba yarakoze cotuma ABA akiri isugi wapi sio😂😂😂😂
Mpore cane! Kurubone Kellyna weeh!
Mbeg ico wita akazi n iki? Kubivuga k umunwa, Mon intime atavyo mfise, n uburyarya!
Ariko mugihe ubivuga utabanje kubivana mukwiyumvira, ukabivuga bikurimwo; gera kure!