Umwigeme w'umu para-commando wa mbere mu mateka y'Uburundi yatangaje Umukuru w'Igihugu.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.ย. 2024
  • Lieutenant #BUKEYENEZA_Orneilla yaronse ingabire y'inka zibiri yahawe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza inyuma y'uko abaye umwigeme wambere yakorôtse mû ndege kuva igisorokare c'uBurundi cabaho. Hari mû birori vyo kwigina imyaka 57 u Burundi bumaze bwikukiye

ความคิดเห็น • 81

  • @rostandruterandongozi5273
    @rostandruterandongozi5273 5 ปีที่แล้ว +4

    Ndoryohewe kukubona uraduhaye amanota mungagara wirigwe neza imana ikujimbere tuzogusengera

  • @cadiatalanas9590
    @cadiatalanas9590 5 ปีที่แล้ว +3

    🙌🙌🙌🙌💋💋💋💋💋nanje biranezereye kandi ndabikunda caane vraiment

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว

    Waoo👌🙏

  • @technologytv257
    @technologytv257 5 ปีที่แล้ว +6

    Ego ni vyiza cane kubona dufise umusirikare w'umuparakomando w'umwigeme umukuru w'igihugu cacu agaca amushimira

  • @gloriafrancis8036
    @gloriafrancis8036 4 ปีที่แล้ว +1

    We Miss u Papa Burundi 🙏🙏🙏🙏

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 5 ปีที่แล้ว +16

    Yeyote arieamini dada huo gonga rike mia hapa ✈️✈️✈️✈️✈️✈️✈️✈️✈️✈️✈️🛩🛩🛩🛩✈️✈️

  • @princess-uf5ux
    @princess-uf5ux 5 ปีที่แล้ว +12

    Mbaye uwamber mumpe izo like gusy 👌

    • @bestjo2003
      @bestjo2003 5 ปีที่แล้ว +2

      Hakuna, Uraja kuzitora i Gitega nawe 😂

    • @princess-uf5ux
      @princess-uf5ux 5 ปีที่แล้ว

      @@bestjo2003 hhhhhh 🤔😂😂😂😂😂😂uranyishe pe😂😂😂😂

    • @laurettenihorimbere5407
      @laurettenihorimbere5407 5 ปีที่แล้ว

      @@princess-uf5ux 😂😂😂😂

    • @hamadmutlaq4702
      @hamadmutlaq4702 5 ปีที่แล้ว

      @@bestjo2003 😂😂😂😂😂azaj kuzotora i gitega?nzamuherekeza ampeho

  • @mahingilasambichuma1369
    @mahingilasambichuma1369 5 ปีที่แล้ว +2

    Ni sawa presdaa

  • @alphynibishaka3129
    @alphynibishaka3129 5 ปีที่แล้ว +2

    I love it,

  • @habimanajohn1447
    @habimanajohn1447 5 ปีที่แล้ว +4

    Ndumiwe !!ubwo nibwo uburundi bushasha ndakurahiye!!

  • @tetakelvin7011
    @tetakelvin7011 5 ปีที่แล้ว +5

    Nkurunziza we love you

  • @mazembejeanpaul7941
    @mazembejeanpaul7941 5 ปีที่แล้ว +3

    africa mama by popo kaberuka

  • @bukurucoco3350
    @bukurucoco3350 5 ปีที่แล้ว +3

    Ego vrmt aranezereje arandikishije amateka Imana ibandanye imuj imbere

  • @evrardniyongabo8779
    @evrardniyongabo8779 5 ปีที่แล้ว +3

    Arazikwiyee pee

  • @babypro370
    @babypro370 5 ปีที่แล้ว +4

    Wawoo 👍

  • @igirimbabazijeanpierre6641
    @igirimbabazijeanpierre6641 5 ปีที่แล้ว

    Nibyiza cyane kubona abaparacomando babigeme .

  • @aal1855
    @aal1855 5 ปีที่แล้ว +2

    Yes ✔️ 😍😍😍😍

  • @innocentniyomugisha8041
    @innocentniyomugisha8041 5 ปีที่แล้ว +1

    igisirikare cacu carateye imbere caane ivyo vyahora bikogwa nabanyamerika asha komera

  • @jeanjacqueskarabagega6421
    @jeanjacqueskarabagega6421 5 ปีที่แล้ว

    bravo ORNEILLA

  • @afhd7079
    @afhd7079 5 ปีที่แล้ว +6

    Mungu Wang 😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @esperancendayikeza572
    @esperancendayikeza572 5 ปีที่แล้ว +3

    ndagutey intege

  • @johnnzayiramya9339
    @johnnzayiramya9339 5 ปีที่แล้ว +11

    NA PENDA RAISI NKURUNZIZA SANÀA KWA ROHO YAKE NZURI

    • @dolineingabire8658
      @dolineingabire8658 2 ปีที่แล้ว

      nange nkumunyarwanda ndakunda cyane Nkunda uburundi nabarundi imana ibahezajyire

  • @williamtong771
    @williamtong771 4 ปีที่แล้ว +2

    hhhhhhhh
    ibyo gusa

  • @kyangwekazeri1937
    @kyangwekazeri1937 4 ปีที่แล้ว

    Habari leo

  • @omarfelix7209
    @omarfelix7209 5 ปีที่แล้ว +2

    J'aime vraiment tous les TH-cam ça me fait plaisir

  • @christianvendi9781
    @christianvendi9781 5 ปีที่แล้ว +1

    Mais félicitations

  • @donatienbizaneza552
    @donatienbizaneza552 5 ปีที่แล้ว +4

    Burundi indépendant

  • @centronif9153
    @centronif9153 4 ปีที่แล้ว

    cool

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 5 ปีที่แล้ว +10

    Waoooooo, Basha nanje mbe nka Mutama wacu , kabisa nanje nukwo ntamuzi nari kumuha inka zi 3,, basha iyo no mumenya ndi australia , number yanje ni +61467725257, whatsapp, muze mumu connect kuri jewe

    • @hassnkunze2716
      @hassnkunze2716 5 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂😂👍

  • @areejalghamdi3316
    @areejalghamdi3316 4 ปีที่แล้ว

    aabigeme turashoboy

  • @basaboseberahino7351
    @basaboseberahino7351 4 ปีที่แล้ว +1

    Peter baramuvangira kweli ni mzee wa kizungu ndamukunda iyo avuga ijambo agacishamwo iswali tugatwenga🤣🤣
    Ngwabashaka kuja mu matora rassemblement kumugozi😜😜

  • @hadijasalimu1808
    @hadijasalimu1808 4 ปีที่แล้ว

    Wow Everly 😍😍

  • @btka2195
    @btka2195 4 ปีที่แล้ว

    Akuna ca mahajabu amefanya. Ata wanawake wanaweza mengi

  • @godwinkiumbe2548
    @godwinkiumbe2548 5 ปีที่แล้ว +2

    Msije mkalogwa muingie kwenye jwtz muone

    • @eliphaziamon8794
      @eliphaziamon8794 4 ปีที่แล้ว

      Unajua kilichowakuta Kongo au unatania

  • @sarioyowilliam4884
    @sarioyowilliam4884 5 ปีที่แล้ว +1

    nomaa

  • @benndengema3027
    @benndengema3027 5 ปีที่แล้ว +3

    amatora ubivanga n igisirikare? kwiyemera gusa

  • @hotnewsmtveng2193
    @hotnewsmtveng2193 4 ปีที่แล้ว

    ehh

  • @samsonmbonyi7748
    @samsonmbonyi7748 5 ปีที่แล้ว +2

    ESE kuki Nkurunziza acishamo akihengeka

  • @umukiliyawacu8375
    @umukiliyawacu8375 4 ปีที่แล้ว

    Rdf nzur

  • @annyb697
    @annyb697 5 ปีที่แล้ว +3

    Yoooopp

  • @bathromeobalisimula7166
    @bathromeobalisimula7166 5 ปีที่แล้ว +1

    Huyo dingi ndo bodyguard duuh🤣🤣🤣🤣

  • @lucaslusanika9009
    @lucaslusanika9009 4 ปีที่แล้ว

    Seba

  • @salvatorsavyabagabo3723
    @salvatorsavyabagabo3723 5 ปีที่แล้ว +1

    Autres commentaire pour Ange Kagame

  • @habimanajohn1447
    @habimanajohn1447 5 ปีที่แล้ว +10

    Ndi America uyo mukobwa nanje nashaka kumuha agashimwe namber yanje ni 713 478 7152 canke wandike kuri Facebook izina Habimana John.

    • @alphynibishaka3129
      @alphynibishaka3129 5 ปีที่แล้ว

      Habimana John nivyiza cane, ariko wofona I burundi bakamurondera nimba atarakuronka

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 5 ปีที่แล้ว +4

    abo nibo tuba dukeneye iwacu kabisa ,Mutama wacu comeza uturerere abakobwa nkabo

  • @naphutaltv192
    @naphutaltv192 5 ปีที่แล้ว +2

    nineza kbx arakaze

  • @sosopromunezeroso2668
    @sosopromunezeroso2668 4 ปีที่แล้ว

    Ndipfuza kowokwamaniyongabirano

  • @alltooler4341
    @alltooler4341 5 ปีที่แล้ว +1

    Ni hehe mu rwano kajugujugu yohagara ra idatewe TOG cable ATGM canke Mambo ya kale hayo

  • @bonifacchacha4183
    @bonifacchacha4183 4 ปีที่แล้ว

    Xaf

  • @rwandanking2937
    @rwandanking2937 5 ปีที่แล้ว +2

    Ubu se bakoze iki koko? Gukorokera kumugozi ibyo bikorwa n'abasivile muRwanda... Visit Mont Kigali.

    • @victorelinda305
      @victorelinda305 5 ปีที่แล้ว

      Kayumba

    • @felixmanirambona6576
      @felixmanirambona6576 5 ปีที่แล้ว +4

      Ivyo vyabereye mu Burundi mu Rwanda nimugire ivyiwanyu singombwa ngo mugire bimwe canke ngo mushime bimwe.Bamwe bose bashima intambwe bagezeko

    • @alphynibishaka3129
      @alphynibishaka3129 5 ปีที่แล้ว

      akami tazaz mwebw muratigendanye sana, ariko mwagiye mukayureka twibereho nukuri, genda muhangane na Ugenda twebw abarundi mutureke vraiment

    • @hassnkunze2716
      @hassnkunze2716 5 ปีที่แล้ว

      Ico muzi mu Rwanda ni kwiba muri RDCongo gusa.

  • @manevremwenegatuzacomedy1286
    @manevremwenegatuzacomedy1286 4 ปีที่แล้ว

    Mukore subscribe niba mudukunze

  • @christianvendi9781
    @christianvendi9781 5 ปีที่แล้ว +1

    D'évent fardc vous êtes fouti

  • @twagirimanafidele3412
    @twagirimanafidele3412 5 ปีที่แล้ว +5

    murwanda dufiteabakobwabenshi baba comado

    • @capttheos
      @capttheos 5 ปีที่แล้ว +1

      hahahhhhhh

    • @astereniyibigira598
      @astereniyibigira598 5 ปีที่แล้ว +3

      Murwanda ntanakimwe mudafise mon oeil kari akarimi

    • @felixmanirambona6576
      @felixmanirambona6576 5 ปีที่แล้ว +1

      Muzoberekane tubabone bive mumajambo bije mubikogwa.Kubivuga biroroshe.

    • @capttheos
      @capttheos 5 ปีที่แล้ว

      @@felixmanirambona6576 Abarundi mwajya muva mu magambo? Intambara ntituyifuza ariko ibaye abasirikare b'iwanyu twabiyunyuguza umunsi umwe, murekeraho gukokeza.

    • @odilenibigira9806
      @odilenibigira9806 5 ปีที่แล้ว

      Mbega iyo ni jalousie ibuzuye gusa, Burundi umutima wa afrika komera

  • @christophenzohabonayo6203
    @christophenzohabonayo6203 5 ปีที่แล้ว +2

    prono