Akaririmbo keza niho twikukira umuganwa atarumugani Rudoviko Gwagasore Imana nikwakire ntituzokwibagira mu Burundi 🇧🇮 we love you 😍 prince Luis Gwagasore
Très belle chanson. Irabereye agashimwe kavuye ku gihugu. Même à titre posthume ko bitabaye akiriho. Iruhukire amaho Saidi Brazza. Edna K mpore pour la perte d’un ami et collègue.
Indirimbo nkiyo yintinagirwa mubuzima bw'igihugu🇧🇮 ariko uwayiririmvye akagenda atanugushigikirwa n'igihugu bikozwe. Basi Leta nirabe igiricikoze Ku basirwa ba Saidi Braza sinon vrt ntibisogurits
2024🇧🇮don't forget this song❤❤
Birababaj can
RIP Saïd braza💔💔 Nawel uri intwari
💯🙏😭
Iyo numvirij iy ndirimbo uwumusi amarira azengera mumaso😢
Rest in peace ntwari zitangiye igihugu
Iyi ndirimbo wari ukwiye kuyihererwa "Prix". Warayitondeye.
Baza neza barigeze kumuha
R.I.P you will stay in our hearts ❤️ all Burundians 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😭😭😭😭😭🎤🎹🎸
Rasta never die
⚰️ but we never forget you we are in 2024
Birababaje kubona saidi braza yaririmvye indirimbo itazopfa yibagiwe kugeze akaba ataco yamumariye😢😢
Imana iguhezagire cane nuko ubwira abatumva kuko iyaba bumva baba bashirimbere guteza igihugu imbere none nibo bacisenyuriye iyo ba kurikiza ivyo Prince Luis Rwagasore yavuze biba arivyiza
Ndakunda iyi song vyo gupfa!!thank you to Brazza and Edna K for this beautiful song and clip video too!Chapeau!!!
Quelle Belle Chanson!!!Tu merites Une Prix Vraiment.
R.I.P Legand Brazza Saïd😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Yooohhh burya yarapfuye 😭😭😭
Ego@@DinahNish-bm9sr
LEGEND NEVER DIE:Iruhukiro Ryiza MUCURARANZI Wacu:Iyi ndirimbo yawe ntizigera ita akanovera namba,izokwama iri mu mitima yacu.🙏
Akaririmbo keza niho twikukira umuganwa atarumugani Rudoviko Gwagasore Imana nikwakire ntituzokwibagira mu Burundi 🇧🇮 we love you 😍 prince Luis Gwagasore
Que ton âme repose en paix Saidi Brazza 🙏🏾
Iyi ndirimbo niyibihe vyose vraiment, u Burundi 🇧🇮 ni igihugu canje ndagukunda mon pays ❤️💞
Iruhukire amahr broh udusigaranye vyishi vyo kwibka😥😥
R.i.P Said Brazza
Vyukuri iyindimbo ikwiye agashimwe gusa ntakundi. Yavukiye ahatariho
Birababaje😢😢😢
R i p brother ❤
Ninde yayumviruje 2021 nkaje le 1er juillet Ampe view
❤❤❤❤
Shika amahoro imana igushire iburyo bwayo.
Ntaho ugiye turikumwe.
Tu t'es immortalisé par tes œuvres.
Tuzoguma tukwibuka.
Très belle chanson. Irabereye agashimwe kavuye ku gihugu. Même à titre posthume ko bitabaye akiriho. Iruhukire amaho Saidi Brazza. Edna K mpore pour la perte d’un ami et collègue.
Ndasaba president
Uwoshobora kumpa nunero,ya said brazza
ari i wawa sha mu kigo ngororamucyo co mu rwanda, kubera ibiyayuramutwe sha
Yooo
Mana weee nukur birabbj😭😭😭🙆
Arahari baramurekuye
Sha wararirimbiy neza uburundi iyoba arij ndumukuru wigihugu nogufashije ukazopfa udakenye noe ntakundi nzokwama ndakwibuka kurimvugakuri
En 2022, je regarde toujours cette belle chanson patriotique!
Ruhuka amahoro Saïd braza
intwari ntizipfa zirasinzira niwiruhukire amahoro💔💔💔🙌🙌🙌🙌
Ugendamahoro iyi niyo ndirimborimbo izoguma isamirana imyaka niyindi niyo ndirimborimbo ryiragi udusigiye Iman ikujimber
Le premier Juillet 2022 ❤️🤍💚🇧🇮
Rest In Paradise Said 🫶🏼
Iyi ndirimbo ikwiye agashimwe vraiment!!
Ku 1 mukakaro 2024 iza yongereje uburyohe
RIP Said Brazza !
Niwiruhukire amahoro brother.
My country burundi I love you ❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏
Imana ikwakire mutama ntiwapfuye uranshizuye😭😭😭😭😭😭
Iyi ndirimbo ntayizoza iyisumba kweli😢😢rest in peace bro
D'ici jusqu'à ma mort cette chanson ne perdra jamais son goût en moi.merci beaucoup saidi Brazza
Mbega indirimbo nziza!!!! 🌷
we wan't forget you dear saidi braza RIP
RIP Rasta Man we will meet again 💔
Niwitahire amahoro, urasize imagine ryiza❤
Il merite une Prix chaque le 1juillet. Very nice song
RIP SAID Brazz & RWAGASORE you still in our hearts
RIP 🤲🏿🖤🕊
Iyi ndirimbo niyibihe byox kbx 2020🔥🔥🔥
Le 1 juillet 2024 abazohashika 🎉🎉🎉🙏
Une belle chanson.felicition encore Braza .où êtes-vous maintenant?
Tuzohora twikwibuka saidi.iruhuko ryiza
Imana yarakoze konasubiriye kukuboba kubutaka bwacu bwubundi kandi tugufiseko icizere kuzobikora agakane akanarigabo
Ooooh mon Oncle💔💔😭😭
Sha umwan wacu akora munganzo mn
Je suis fière d'être Burundais.le Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
RIP Legend 😥😭😭
Uyumusi turahari kndi ❤❤❤
Ewe Burundi uri mwiza uko bizogenda koSe
Neilla Akimana bite
Song of all Times🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Rip legend
2021 mpaka kufa brazza mung akulinde
Paix à ton âme mon frère ahuri ntawuzokwibagira ineza y igihugu wagiriye uze ubihemberwe
vive mon pays le Burundi❤,2024
Tumekosa Muimbaji amefariki dunia23/03/ 2023 rest in peace r.i.p.
Rip saidi braza😭😭
RIP Legend Brazz
Rest in peace 🕊️🕊️🕊️
Rest in peace braza😢😢😢
Repose en Paix Legende Brazza
Good times brother
Saidi Brazza wacu
RIP!!!
Hongera sana dear Brazza
Kweri cha
Happy day indépendance🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰
Ruhuka mumahoro saisi braza
En 2022 je regarde cette chanson tjrs
Egooo. C'est burundais ça!
wubahwe cane saidi brazza
sinarinzi ko yashengeye
gushimira abagira ineza n,ivyiza mu burundi biracagoye
Ndakunda izindirimbo zokwikukira kwuburundi jewe alboniface
Uruhuke mumahoro naho atagaciro baguhaye ariko twizere ko wakimwe mwisi mwijuru warakarose
Uri ntwari!!!
❤❤❤much love bro
Intwari nti ziramba😭😭😭😭☝️
2023 😭😭😭😭🙆♂️🙆♂️🙆♂️🇦🇺
Barabe baguhe prix Kuko iki ni gikorwa c'ibihe vyose
uy muririmvyi arakwiy prix vraiment
Indirimbo nziza can irimwajamb meza kabs
R.I.P😭😭
1/7/2020 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Said Brazza hezagigwa
Akaranga Ku Burundi karahimbaye
Bien chantée
🇧🇮 le 1/07/ 2020
Hejuru caaane
Mbega uyagezeh?
Rip said legend
Indirimbo itazigera izimangana kugeza ibihe vyose
RIP 😭😭😭🤲🤲🤲🤲
Rest in peace 😢❤
RIP Brazza
Dashaka.izinyene.
Ndagukunda mugabo
2024❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
62ans🎉🎉🎉