ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
May God bless my country Burundi and l am sure that my country Burundi will participate in African cup of nations
Mashariki nahora ndondera résumé za match nkabure muzoze murazishirako ukunyene
well done my lovely country Burundi
Imana yabikoze
@@oliviersabushimike1124cane gose
Igitego cya kabiri cy Burundi nikinyaburayi Gsa umuzamu wuburundi nukongeramo agatege kubera igitego byose badutinze harimo amakosa yiwe no gupanga urukuta nabi
Imana imbere always Allah protected my country
Vamos burundi💪
Congratulations to my Country Burundi
🇧🇮 " Malawi has ever been able to beat Burundi in any official match " 🇧🇮
Woow intamba murugamba 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
❤❤❤❤❤❤❤❤niyi turi muri can2025🎉🎉
Intamba murugamba imbere, bandanya intsinzi bana buburundi
Burundi 💪💪💪
Malawi players like kachaso always
Wakoze Mana kutsinzi waduhay
Woooo ❤
Twabakomye😊
Urukino rwiza cane kuva naho nabereye!!!!
UBURUNDI NTIBUVOGEGWA
Vyiza cne,courage kuntamba zacu.gsa kuguma dutsinda tugombogwa sishusho nziza kuri bamyugariro,muri défense hakosogwe
Comera 🇫🇷
Igihugu c amata nubuki
🎉🎉🎉❤❤❤🇧🇮🇧🇮💯💯💕
Nta coach tugira,shame kbx Malawi?!
Abakinyi bacu bakinye nabi mukajagari kuko uravye ingene Malawi yagomboye ivyobitsindo kwari ugusamara kw'abakinyi bi Burundi🇧🇮
Ahubwo goalkeeper naw nakerebuke
No they didn't play badly ,they have tried and gave whatever they could
Gutongeka urukuta harimo amakosa kugitego cyambere Gusohoka nabi kugitego cyakabiri Nayo makosa yatumye batwanduriza izamu ryacu Arko ubutaha azakosora manshallah
Yabay real madrid
Goal keeper of malawi is fake
Nisawa kweri
May God bless my country Burundi and l am sure that my country Burundi will participate in African cup of nations
Mashariki nahora ndondera résumé za match nkabure muzoze murazishirako ukunyene
well done my lovely country Burundi
Imana yabikoze
@@oliviersabushimike1124cane gose
Igitego cya kabiri cy Burundi nikinyaburayi
Gsa umuzamu wuburundi nukongeramo agatege kubera igitego byose badutinze harimo amakosa yiwe no gupanga urukuta nabi
Imana imbere always Allah protected my country
Vamos burundi💪
Congratulations to my Country Burundi
🇧🇮 " Malawi has ever been able to beat Burundi in any official match " 🇧🇮
Woow intamba murugamba 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾
❤❤❤❤❤❤❤❤niyi turi muri can2025🎉🎉
Intamba murugamba imbere, bandanya intsinzi bana buburundi
Burundi 💪💪💪
Malawi players like kachaso always
Wakoze Mana kutsinzi waduhay
Woooo ❤
Twabakomye😊
Urukino rwiza cane kuva naho nabereye!!!!
UBURUNDI NTIBUVOGEGWA
Vyiza cne,courage kuntamba zacu.gsa kuguma dutsinda tugombogwa sishusho nziza kuri bamyugariro,muri défense hakosogwe
Comera 🇫🇷
Igihugu c amata nubuki
🎉🎉🎉❤❤❤🇧🇮🇧🇮💯💯💕
Nta coach tugira,shame kbx Malawi?!
Abakinyi bacu bakinye nabi mukajagari kuko uravye ingene Malawi yagomboye ivyobitsindo kwari ugusamara kw'abakinyi bi Burundi🇧🇮
Ahubwo goalkeeper naw nakerebuke
No they didn't play badly ,they have tried and gave whatever they could
Gutongeka urukuta harimo amakosa kugitego cyambere
Gusohoka nabi kugitego cyakabiri
Nayo makosa yatumye batwanduriza izamu ryacu
Arko ubutaha azakosora manshallah
Yabay real madrid
Goal keeper of malawi is fake
Nisawa kweri