ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Thanks more blessings
Beautiful building 👷♀️ 🏫 ifise impwemu pee 👌🏾🇧🇮
Courage kuyindintambwe Gael big up sana
Caméraman uyumusi yasamayay cane, mwebwe turabazi,tuba dukeney kubona inzu tous les détails
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane mungu mbere 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤❤🇧🇮🇧🇮🥰🥰💯✅🙏🙏🙏🙏🙏
Jewe nd,umu électricien professionnel ndakunze cane ingene iyo nzu bayihay éclairage ikwiye kabisa.
We niwe uduhereza ibitwubaka bro courage just
Congrats bro all the best man one love
God bless my bro Vinc 🎉
keep going
Courage🎉🎉🎉🎉
U #Burundi bufise ejo heza cane,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🖐️🖐️
Namupongeza sana
Komera Niyongabo
Ok
Camera man wapi
Gaël komera uradukorera umuti tukaryoherwa
Mbengivyiza weee❤❤❤❤❤😂
❤❤❤
Reka dukore bro.Ubundi Igihugu kiduhanze amaso twebwe imiyabaga. Ko Leta Myeyi Leta nkozi yaturonkeje amahoro n'umutekano, dukore turekane na babajama basesankuyoze babandinyene bamwe babicabigacika myaka 40 iheze
Tjrs Diaspora nibo bamariy akamaro abari mugihugu gayeli weeee😂😂😂
Ir naw katavyorosha😂
Aho niyihe Quartier?
Nyabugete Phase 3
Gaël wew USA urahumv uwo vyamaze gukomera
Ucapira angahe?
Bivana ninzu ushaka kwubaka
Engenier woduha nomero yawe? Ndagukeneye
Mur Ncobuco ibintu biguma bikomera
Cane.turikukivi
Siwe yayubatse uwayubatse ndamuzi
Kagirinkuru ra❤😂😂😂😂😂
Munaze uyo uzi yayubatse
😂😂😂😂none twemere nde?None mu Gihugu cacu nta mvugakuri ikibaho?🤭
@@francescafrancesca8901 yemera ivyo ndakubwiye Hama iyo nawe atwereke uwayubatse nijewe mwene inzu
Inzigo
Thanks more blessings
Beautiful building 👷♀️ 🏫 ifise impwemu pee 👌🏾🇧🇮
Courage kuyindintambwe Gael big up sana
Caméraman uyumusi yasamayay cane, mwebwe turabazi,tuba dukeney kubona inzu tous les détails
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane mungu mbere 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤❤🇧🇮🇧🇮🥰🥰💯✅🙏🙏🙏🙏🙏
Jewe nd,umu électricien professionnel ndakunze cane ingene iyo nzu bayihay éclairage ikwiye kabisa.
We niwe uduhereza ibitwubaka bro courage just
Congrats bro all the best man one love
God bless my bro Vinc 🎉
keep going
Courage🎉🎉🎉🎉
U #Burundi bufise ejo heza cane,🇧🇮🇧🇮🇧🇮🖐️🖐️
Namupongeza sana
Komera Niyongabo
Ok
Camera man wapi
Gaël komera uradukorera umuti tukaryoherwa
Mbengivyiza weee❤❤❤❤❤😂
❤❤❤
Reka dukore bro.
Ubundi Igihugu kiduhanze amaso twebwe imiyabaga. Ko Leta Myeyi Leta nkozi yaturonkeje amahoro n'umutekano, dukore turekane na babajama basesankuyoze babandinyene bamwe babicabigacika myaka 40 iheze
Tjrs Diaspora nibo bamariy akamaro abari mugihugu gayeli weeee😂😂😂
Ir naw katavyorosha😂
Aho niyihe Quartier?
Nyabugete Phase 3
Gaël wew USA urahumv uwo vyamaze gukomera
Ucapira angahe?
Bivana ninzu ushaka kwubaka
Engenier woduha nomero yawe? Ndagukeneye
Mur Ncobuco ibintu biguma bikomera
Cane.turikukivi
Siwe yayubatse uwayubatse ndamuzi
Kagirinkuru ra❤😂😂😂😂😂
Munaze uyo uzi yayubatse
😂😂😂😂
none twemere nde?
None mu Gihugu cacu nta mvugakuri ikibaho?🤭
@@francescafrancesca8901 yemera ivyo ndakubwiye Hama iyo nawe atwereke uwayubatse nijewe mwene inzu
Inzigo